Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Numero za Major Apostle SIMON 👇🏼👇🏼+254 791 332005
Yubahw cab
Murakoze
Turagukunda di Fanny ❤❤❤❤kandi cane ,abavyemeranya nanj tumenyan☝️👍👍,love you Fanny,mama wa sam ,umukozi w'Imana ,Franick aussi sinomwobagira💐💐💐
Ndafashijwe nijambo kabisa ngo uko ufashe Imana niko ikora mubuzima bwawe ngo uyigize iyikomeye ikora ibikomeye mubuzima bwawe uyigiye iyidashoboye Iba iyidashoboye nyene Imana iguhumugisha mukozi w'Imana ndafashijwe Kandi nsubiyekumva ngize Imana iyikomeye mubuzima bwanje nubwo harigihe bishika nkihebura nkagirukwizera guke nkatakaza icizeye ku Mana nkagomba kuyigira nkiyidakomeye kuberibibazo ndimwo canke ibintu mbambona ko bitoshoboka ariko birashoboka mwizina rya Yesu ahatarinzira Imanihacinzira numva nsubiye kugirukwizera gukomeye muri jewe Imana iguhezagire
Uwomukoz wimana avuz amajambo akomey yuko dukwiye kwama twibuk kwaho umuntu yoshik hose ahashikanw nimana❤❤❤
Da Apolline ubarilikiwe sana IMANA igiraneza kabisa ndaryowe cane kwumva waronse umwana nukuri IMANA igiraneza ibihevyose ndakuzi kabisa mushiki wa papa Erodi
GUSHINGA INTAHE nukwemezako ivyushitseko Ari kubera IMANA ubwibone nabwo nukuvuga ingen INKOMEZI ZAWE zikugejj ahugeze. Kino gihe beshi baratinya gushinga INTAHE kubera gucirirwa imanza nababumva bandugu Nizere ko iki kiganiro kiza kugufasha YESU ARACAKORA🙌🏼
Ameeeen ndagukunda Fanny mpa WhatsApp ya pasteur Simon mwoba mukoze
Fanny lavine azovyara *amahasa*😊😃
Bayi pininze musi yikiganiro yirabe iriko
Ikigihe nyene gushinga intahe ntivyoroshe kuko bihingurwamwo kwishima
Amen
Ndaryohewe niyo ntahe❤
Imana uyizeye mubikomeye igukorera ibikomeye Amen.
Hallelujah ndafashijwe na Profet pe
Simon🎉❤ciye ndangukunda, cane, imana, ingiraneza🎉
Ameni❤❤🎉🎉
Ndabakunda cane Imana ibahezagire my family 🙏🙏
Iminsi yose iyo wizeye Imana iraguķura ku ntambwe ikakugeza kuyindi. Fanny Lavine na nyina wa Samy muzotazire Imana 🙏🙏🙏
Nanje Ndamukunda papa wacuu yubahwe ahaba
Munkorere kwifoto mumpe support please munyereke ❤❤❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ndaryohew cn kubwany Iman ibamperumugish ❤❤
Imana ibampezagirire❤❤❤❤
Ewe Fanny ravine napenda san wew useme kiswayili❤❤❤
1:11:27 Ehe ingen Franick araba rero😂😂😂 wew ntiwizera ibitangaza😂😂😂
Ivyo muvuze biranyubatse Mama sam Imana yaragutwengeje urayishimira Simoni nawe Imana imukomereze amavuta
Amena Amena 👏👏👏👏👏❤❤❤❤❤
Sha Fanny intahe yawe iranyubatse
Ndafashijwe cane.
Vyari biryoshe cane ❤❤❤❤
Fanny wehoho urabizi ngukunda kubi Hama Aho abandi bavyeyi bibaruka abana bakaza bararira uwa Fanny azohava avuka atwenga
Fanny ukuntu ukunda abana bawe ukabemeza abantu Imana ibiguhezagirir kuko abenshi ntibabemera uhezagirwe
Ndagukunda mwiza
Intahe zurubaka murakoze fany
🤣🤣🤣🤣ark Fanny uratwenz ngiramahor nab chinois barakuz ego mwiza wac Imana ninteturuy ubund niwe wacu uvyumv urakunzw❤❤❤❤
Number one courage ❤ nice mii pe 🙌🙌
Turagukunda sha Fanny
Kbsa fany igikundiro kikuruko kuko nanj ndagkunda ntakuzo😅❤
Uyo jamaa nimesomaga nae kwa Baryana
Ngukunda caan sh fanny
Major Apostle Simon Sabo gusa yafashije nibeshi nukwarabo gusa bagiriwamahirwe yo kubivugira kuri caméra
Major nzomukunda ndamusonere haraho yankuye
Ego sha fanny wanj nukuri ndagukunda pee😅😅naho aka jalousie katabuz😂
Fany wanje ndakwikundira ubeho utababaye uranduhura
Amashi menshi kwa Franick uyumwaka uduha amakuru meza
Nukuri Muraryoheye gose cane
Imana igiraneza kandi cane🙏
Karamuberey kl
Ushima ukundwa n'abahungu banje bagitora fone biruka youtube kurondera photo ya Fanny.kndi n'abana bato cane bagukunda kubi ntibashak kurekura fone udahejej kuvuga.non rer uwukwanka vy'ukuri ntuze unamushavurir kuk ntuzokundw na bose udacitse ifaranga fanny kweli.ubundi urakundwa pe!!!abakwanka baryintozi ntibagutere fokwe mugenzi wanje.
Nukuri nanje nimumpe numéro ziwe ansengere mbohoke ndarushe nukuri nimitearo indemereye kbs
🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤
Vyiza caaane knd murakoze tuhajuye ivyigwa
Mama lao umbwir umuntu yagusigie ako ga teinture
Apôtres numu fana wz barca🤦🤦😊
Mbe basha jeho nzohura nuwudecoda ama code yuzuye mu buzima bwanje ryari?ko haraho nigezeguhura nabambwira ko lMANA inyanuye mu bibazo narimwo ahubwo nubu ndacavyenenana ahubwo ndariska no...., nukuri fany nabandi bashubijwe mushime musubire mushime harabo umenga vyarananiranye
Muhezagirwe ndafshijw
Fhan jew namye ngukunda kuvakera nambere narose wabyaye ugiyegusenga ufitumwan mumaboko
Igumire murayo mavuta sha fanny
Ndanezerewe nizo ntahe
Murabo gukundwa Beza.
❤❤❤❤❤❤🎉
𝐉𝐞𝐰, 𝐧𝐝𝐚𝐠𝐮𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚, 𝐧𝐤𝐚𝐛𝐮𝐫𝐚, 𝐚𝐡𝐨𝐦𝐛𝐢𝐯𝐮𝐠𝐢𝐫𝐚, 𝐠𝐮𝐬𝐚, 𝐢𝐦𝐚𝐧𝐢𝐤𝐮𝐣𝐢𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞, 𝐮𝐳𝐞𝐰𝐢𝐛𝐚𝐫𝐮𝐤𝐞, 𝐚𝐦𝐚𝐡𝐨𝐫𝐨, 𝐦𝐮𝐯𝐲𝐞𝐲𝐢, 𝐭𝐮𝐫𝐚𝐠𝐮𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚, 𝐦𝐚𝐦𝐚❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndafashijwe cane
❤❤❤❤
Numero za Major Apostle SIMON 👇🏼👇🏼
+254 791 332005