Mutama ahuri hose wubahwe kuko lmpanuro utanga natwe ziratwigisha zaba izo ucisha mumuziki canke mubiganiro muduha. Aha turi Kure yigihigu muga tuguma tubakurikirana. I love you so much my legendary.
Bruce melody e Wiwacu murwanda. Afite. Imodoka ya million 200 afite inzu ya million 70 kigali. Mwebwe ngo ntamuririvyi ufite inzu kweri. Arko uriya mwana. Drama t azayigura muminsi mike
Lolilo je te respèctes tu es leader dans la music burundaise , dépuis longtemps vrt quand j'eté enfant, j'ai aimé la music burundaise grâce à toi
Lolilo ni bakureke simbaa salut Legend
Lolilo pamoja na channel nawakumbuka kweli Nyakabiga.Kigali❤
Icyingenzi nukwubaha abakuru...lolilo mzizi wa jiwe...ntare Burundi...cambarantama...uyu ni umu legend ntiwomugereranya aba bana bakivuka
tu es un homme bon,un star , un sage dans la misic du burundi qui dit la verite sans orgeuil
Mutama ahuri hose wubahwe kuko lmpanuro utanga natwe ziratwigisha zaba izo ucisha mumuziki canke mubiganiro muduha. Aha turi Kure yigihigu muga tuguma tubakurikirana. I love you so much my legendary.
Lolilo ❤🎉🎉 wubahwe😊
Ariko ikikijama kiraberewe lolilo big love bro❤❤❤
Lolilo angaliki munguwangu
Pole san musazah ivyo diamond yagukoreye sivyiza knd nanj birambabaje knd cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Lolilo uvuzukuri broo😅😅
Lolilo Simba ntare 🐯🐯🐯 cambara Burundi❤❤❤
muganwa wajewe terimbere nkumuzinga man hasigay jewe nkuhe amakuru ❤❤❤❤❤
Yego disii nukuntamwo
Lololo ndakmera cn nimw mwatezimbre umuziki wi burundi kabisa congo turagukunda cn
Alo ndi moçambique ndumurundikazi wingozi ndakwunze umukono wiwacu ndagushigikiye Claudette kugasaka❤
kora follow nimba uruwo.muhira ingozi
Lolilo ayamagambo uvuze ndayakunze❤
Lolilo wubahwe wakoze vyishi❤❤❤❤❤❤❤❤
Simba gang for life ❤ muganwa wakoze kuzana intaree
Wowoo lolilo salit urashaje disi
Nakubal lolilo
Peti kaint kumbe Uratanguye Kumenyera Mic Courager nyishi Uriko urabimenya
Love from Muganwa Kent
You're a good journalist bro
Komera lolilo.shaka nimero yawe waastap wirambire
Muganwa kent hejuru cane🔥🔥🔥
Very good
❤😅😅diamondey yarakwibye impano lolilo warakaze mumyakirimbere uriburayi murizandirimbo nyibutsa warukaze nayiburikugenda uzima burundu nayo diamondy ni eliminat ntiwamyrenga icyarawige😅😅😅😅
Safi kaka
Magic channel mukazi kose
Nampe akazi ndirimbo Ndayi garure
𝐊𝐢𝐬𝐰𝐚𝐡𝐢𝐥𝐢 𝐰𝐚𝐳𝐞𝐞 𝐦𝐧𝐚𝐳𝐢𝐧𝐠𝐮𝐰𝐚😎
Lolilo❤
Aho journalist ahaye topic lolilo yokubaza abaz abasani imitungo bafise
Mtuu wamaana kabisa lizzo
Lolilo bro turagufana man
Muganwa hejuru Lizzo respect
Lolilo turakwemera ❤❤❤ iKigali
Gusa Imana vyose irabibona youtube yawe izosubira Kuba rwawe
Nta swata ibaho mubuzima mazee lolilo nimvuga kuri
Lolilo numukehabwenge kabisa
Eyu Mutama vrement so regend Hari song yitwa , Wake up fanyakazi Yak ,natwe Tukayumva. Weka fanyakazi yak😂😂😂😂 noma ww
Ja kurera abana legend 😂 hebera aban ivyawe vyaraheze
Ntacoo umugwanya ligend lizoo avuze ukuurii
Ubu abavyeyi bawe waciye ureka kububahq kuberako bakuvyaye bashaje???
Uko birikose hit iraza igahera igikuru nifaranga wabikuyemwo bizotuma ubaho bien!! Ark urutugu rurakura ariku ntirusumba izosi
@@VanessaNdikumwenayo-b5h none je hari inabi namubwiye ngaho? Muba legend bose dufise haruwo urabona agira nkivyo uyo agira? Twe tumugayira ivyo avuga ntakindi
@irakoze5268 Ntanabi wavuze nivyo ariko nubwo yoba avuga ivyo mudashima rekabasi tuzohore tumwubahira uburambe afise mukazi kiwe
Iolilo turakwemera hano mugwanda kabisa
Really things Mutama Ntare ku Ntare
vuba cane turamwandikira Diamond Platnumz
Lolilo wihangane kubwa RUclips channel yawe
Kl mutama lolilo
turaje Diamond Platnumz tumwatake agarukane youtebe yacu ya lolilo
Iyo koti ni hatari
❤
Ashakuwa pastan hhhhhhhhhhh acha fizoo afuze watoto
Simba ni diamond tekereze
Hivi nawewe nimuimbaji kweli
Oya kuri ndiyumvirako wihingij afite n abandi Munda
lolilo warihuse bakwiba inyota ntiwiyumviriye gukorana na Diamond
Lolilo ni mutama wacu akomeze arye make aryame kara ntakeza ka mashetani.
Gusa icambaje nukuririmbana na diamond, kuko bivugwako uwo baririmbanye aba amwivye impano canke ingabire yiwe , niyo mpamvu big fizzo yanse kuririmbana nawe nubwo benshi bibajije ngo yamugayeko,yakoze amakosa
LOLILO TUKWEMERA CANE
Ameanza kuzeheka vibaya 😂
NUKURI LOLO NUMUNDU TUVUKANA MWISTITE KUVA NDAMUZI SINDAMUBONA AKUBAGANA CANGWA AGWANA
Ab imana yamuhaye nibishi
Kweri nayigarure birakenewe cane lolilo akeneye gukora nkuwikorera cane
irAmbir mutama
Mwubahw
Bruce melody e
Wiwacu murwanda. Afite. Imodoka ya million 200 afite inzu ya million 70 kigali. Mwebwe ngo ntamuririvyi ufite inzu kweri. Arko uriya mwana. Drama t azayigura muminsi mike
Yayakuye ?yayakuye mumuziki?araho mu Rwanda? Tekana disi
KWENYE HII INTERVIEW NIKO NANGALIA HIYI VESTE ILIPIGWA PASI AMA MACHO NJOO FEKI…
Gusa icambaje nukuririmbana na diamond, kuko bivugwako uwo baririmbanye aba amwivye impano canke ingabire yiwe , niyo mpamvu big fizzo yanse kuririmbana nawe nubwo benshi bibajije ngo yamugayeko,yakoze amakosa
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤