Woow🇧🇮♥️aga song keeezaaaa??arundundi turek kuza tuvung ngontiduterimber mumusic iyukora neza ntacobuza udaterimbere nubany ukora song za bien ibikogwa vyivugire abarundi dukunda ivyizaaaaaa⌚😍😍ok courage my star arnovic
Ooooh my God what an inspiration! Bamwe bavuga ko umuziki nyarwanda uryoshe kurusha umurundi bihe inyishu kurino ndirimbo!! Umuhungu wanje never disappoints me ! This is music for real 🔥🔥🔥🔥🔥
Umwana canke bamwe bakundana ibishobisho ntibatahura ivyavuzwe,abantu bari mu nkundo canke bakekeranya gukunda ino ndirimbo irashobora kuba imwe mu ma methodes uyumvirije neza, Question yo gukunda ntiraba ubwiza canke ububi, urukundo ruritoraniriza ivyo rukenera,love ntikenera impamvu Big up #Vich🤜🤛
Hey guys, niyo utiyumva murino story uzoba utarakwiza imyaka yo gukunda
#ndabakunda
#nduwokumashuha
Arnovic why umvugiye ibintu ??ndakozweko
Waragiye sha gusa nanje nariyakiriye cokimwe na@Arnovic good😀😀😀 vibe inkuru y'ukuri
Umvugiy ibintu haribo partie nisanzemwo 🔥🔥🔥
naho woba utarakwiza imyaka yo gukunda utegerezwa kwiyumva Kubwa kazoza , so ni indirimbo yigihe cose
nivyo bihe ndimwo bro
Kanshitse kumushaha wallah 💯💯💯
King ❤
Ubahwa mutama wanj kugaragaz umutima mwiza kuri mutoya waw
Boss
Mkubwa, ntaco nfise novuga but umutima ungaragarije urarenze
Thank you my #legend
#nduwokumashuha
Livinglegend niwubahwe
Yooh nukuri pe wamvugiyi bintu bro nanje #ndarekuye 🔥🔥#uwokumashuha
Arnovic wacu aragarutse🤩🔥🔥🔥 ukuntu gatuje kanditse neza rero😍
🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️
I’m enjoying this good vibe🔥
Love from burundi🔥🔥🔥💞🇧🇮
Mwese ndabikundira cane murashoboye. ♥️♥️🇦🇺🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
#D_one congrats for that heart to support an artist like u so we love all of u
Mwirambire turabakunda👌🙏❤🇧🇮
Vyose ubishize hanze arnovic🇧🇮❤️
Yooo munguweee mbega aga song kameze neza mon frère courage tu imbere niheza
Aga song karanduhuye verema👌🎶💯 nic song mon frère
Eban karameze fresh sana twese twisanzemwo pe🔥🔥🔥
Waoooo song isosa kabisa waoooo love from moulla ommy a.k.a original fans of Burundian artist
Ntiwumva none gooooood msaza
Umwana wokumashuha aje kuducokoza mumitima atwibuts ivyatubabaje, Kolly never die wallah, Production yiwe hejuru caane
Nduwo kumashuha never disappointed 🔥🔥🔥
Nduwo kumashuha nakubali sana🙏🙏🙏🔥🔥👑👑nice kbxxxx
🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️🤗❤
Congratulations bro igikorwa ciza caaaaane kbs
Story nzuri,,waririmvye uri posé !!good Song my Brother
Noe havuze naba Legendes je ndinde ntokwemeza ko ar song ukosoyee ikora kur benshiii /Twarekuye kbx good song Grand
🔥🔥🔥🔥🔥🔥wooooo karatesaa saana vrt 😂🎤🎧#Arnovic courage bro 🥰✌️
Blaiso,respect petit nigishij uwumva😅😅
Wow amvugiye ivyanje kwel
Safi safi mungu mbele
Waooohh good work my brother
Hit song 👏🏿🔥👏🏿
Jewe nduwo kumashuha nkongera nkaba uwo kukabenzi mu kamenge y'ubahwe rero uyumuhungu .... Kandi iyi song ni true story 🤣🤣🤣🤣
Ejo mur star system turamukey
Ntitwigeratunanigwa❤🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤸♀️
Yooooo😭😭😭😭 @arnovic iyi story biranse ko inva mumutimaa
Nice song my bro congratulations
Cute🔥🔥♥️🇧🇮
Big up sana bro uramvuze
Waratabuye arno
Imana ize indinde ko iyi song yoshika kumutima but i know that is the true song for many persons
arnovic good work@@@@@😮😮😊
🔥🔥👏umutii kbs
Uranyemeje kabisa
🤣🤣🤣🤣🤣
Maaan! I can't get enough of this one!...💯🔥🔥👏👏...urabizi c tout!
Iraryoshe can😍😍
Pure Vibe 🔥🔥🔥
Ndakwemera Musaza
Muri bwabumwe nyene❤️
By fizzo🕺🕺🕺🕺🤸♀️❤🇧🇮👍
Nc one Mr pole pole
La mélodie du bonheur.....!Courage car le travail transforme le talent en génie !
Woow🇧🇮♥️aga song keeezaaaa??arundundi turek kuza tuvung ngontiduterimber mumusic iyukora neza ntacobuza udaterimbere nubany ukora song za bien ibikogwa vyivugire abarundi dukunda ivyizaaaaaa⌚😍😍ok courage my star arnovic
wokumashuha ❤❤❤❤❤❤
🙌🙌🎤🎧👌👌🇧🇮🇧🇮🔥
Nice song brother 👌
Uburyohee Mutama Wokumashuhaa
Komeza Duha Songs Nziza kbx Nakubali
🔥🔥🔥
Ooooh my God what an inspiration! Bamwe bavuga ko umuziki nyarwanda uryoshe kurusha umurundi bihe inyishu kurino ndirimbo!! Umuhungu wanje never disappoints me ! This is music for real 🔥🔥🔥🔥🔥
Aba bana babuze uwubashiramwo inoti gusa sha barakaze
Very very good song 👌👌 courage 🔥🔥🔥🔥🔥 bro 💔💔❤️❤️❤️😍😍😍🇸🇦🇧🇮
Good music good message I actually you did it very well 😍
Amazing song so congratulations uwo kumashuha
Good Vibe brother arnovic.i'm enjoying it
Uraroze brother ashaaa iyi hit in buja flva 💥💥 uratovye brw
Ukaza ubona umuririmvyi yandika Nk'uku haraheze igihe ataririmvyi😭
Karangurura mumaraso....❤️
Neza cane Mr Arnovich. Uyu muziki uri cane❤️🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿
I thought u were only an actor and soccer player never a musician but u are too good at music. Head up man we all behind u till u reach the top
Love from DINARD STUDIOS 🤗😍😍😍😎😎😎
This song is my favorit one
Waaaaauuuu Texte nziza saana Big brother congratulations yaani song💣💥💥 🎙️🎹
I Can't get enough to listen this💥
uwo kumashuha
urabasumba
Uwo kumashuha wubahwe kbx, ubuh uje uhaturira kk ukoz benshi kumutima. Crg
Nice song wo kumashuha
Kwel mutama terimbere nanj uyumus wantejeje imbere
Urakoze kumvuga,utambajije😭🤦🤦😭 courrage sana uradukoreyumuti,kubo wavugiye story zacu utatubajije🤣🤣 love from kadogocomedian ❤️💪
Waoh ! So amazing 💕💕big up my Super Star 🎓
Arnovic unemereye twazahur ukampa byibura iminot itanu ❤🎉 iyi songs ihora inibutsa uwonahoze ndiwe
Feel the vibes through his song ...#afrobeats #burundi #india 🔥🔥🔥❤️❤️
All your music are hits songs
Iyi yoyo iramaraaaa🔥🔥🔥
Big-up my brother Arnovic 🔥🔥
Good Job🤜🤛
Yayayaya,Arnovic icokunyereka noguha akantu kbxa.man uzi kundorimbiy ibintu.shaaa
Na Opj Keylendo 🇧🇮 vyaramubayekooo bimwe murivyo bro go ahead uzogera kureeee
Umetisha bro🤝😀 keep your head up my big🤝🚶🏽♂️🚶🏽♂️🚶🏽♂️
I am still enjoying this one😕😕😕☹️
Iyi story ni nziza. Irankozeko.
Love from NGOMA🇧🇮
You always deliver and whenever you do, it’s definitely a clean job. Well done lovely🥰
Wifi sha.yambu none
❤️❤️❤️❤️❤️
@@rosineninezereza2150 yambu😋
cool
I'm from Tanzania but I like this talent🇹🇿💪
Nice song kbx
Good vibe😎 Da song is mwoooooooo🔥
#WeGotThat👁
Akantu kumutse 👌🏻
I like this song, it is so creative. Arnovic, you are the best👋👋👋💯💯💯💯
Me too Nduwo kumashuha
from kugatumba 🔥nic song good msg!!!
Luv this song💪💪👌
Ndagufana mugenzi!
Uze wumvirize impanuro zabakwumviriza urakaze muturirimbo nkutu Rumonge yubawe love from R Vicent.
Umwana canke bamwe bakundana ibishobisho ntibatahura ivyavuzwe,abantu bari mu nkundo canke bakekeranya gukunda ino ndirimbo irashobora kuba imwe mu ma methodes uyumvirije neza, Question yo gukunda ntiraba ubwiza canke ububi, urukundo ruritoraniriza ivyo rukenera,love ntikenera impamvu
Big up #Vich🤜🤛
Nice song
Igikorwa ciza cane💫
Very talented ❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Well done🚀🚀💪💪💪💪💪💪
This boy never disappoint
True story kubiriho cne ikigihe😭
Nice song
Nice melody
Etc,.....👌
Sooo good ...loved it
I like the lyrics brother 🔥
Moto fire mzeeh !
Waririvye neza cane,,kandi abari namatwi nibumve ,,kuko burya ico Imana yifatanirije ntawushobora kugitandukanya...dukomeze twiyakira rero.
Wallah this song is so amazing
Akazi keza kabisa komeza ibintu nivyiza twari dukumbuye bishasha
Guys we need more than 1M views irabikwiye🎷🎺🎻🪕🎸🥁🎧🎤🪗🔥🔥 igisasu warahi. Partagez SVP
Hi guys ,so this song is my favorite and big up my big brother courage
Big up brother Arnovic this song kbs nanje ndarekuye💔💔💔💔💔💔💔💔
Super cool👏👏👏
Nice song🔥🔥🔥🔥
I appreciate it my brother a.k.a uwo kumashuha
Kabisa musaza urakoze umuti vrt nuwanka urukwavu aremera kogwiruka 🔥 🔥 🔥🔥🔥🔥🔥
Nice one Mr Uwokumashuha ❤💥🔥
Abantu Barekuye Nka Jewe Na Arnovic Naho Wewe Yaturirimbiye Muduze Ukuboko
Amazing Song 🔥 Wubahwe bro #Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️ #🐕