Ndaramukije Gael et toute l'équipe umukubito, ndaramukije n'umutumire wawe nongera nsaba ko umusi umwe womutumira arikumwe n'uwundi yoba aba mumahanga cane cane uwoba yarijanye kuko uwajanywe n'abavyeyi hari vyinshi ataba azi. Toutes fois naho hari vyinshi duhurizako, nk'umuntu maze imyaka 26 mba mumahanga, nkaba umwanya ndahamara ungana n'uwo mara mu Burundi, iyo tuba twari kumwe mukiganiro nari kumwibariza ko yoba yariyumviriye icatwaye abavyeyi biwe mumahanga nkarangiza mvuga nti uwo bikundiye yoza akavyirabira. Gir'amahoro
Bonjour mon frere le fait ko natwawe n’abavyeyi ntibisigura ko ata kintu nzi je tiens a te dire ko nagiye hanze igihe nari nkiri ulu mineur kandi Twagiye en tant que refugies politiques d’autant plus que a l’époque mon papa venait de terminer son mandat d’ambassadeur au zaïre a l’époque . Nashaka ndakubwire ko contrairement à ce que tu peux penser maze gutembera ibihigu nvyinshi vyo hanze Que ca soit en Afrique Europe Amérique ou ailleurs , nubu nkibandanya ndabitembereramwo malgré ko mba m’uburundi Donc connais je connais la realite occidentale plus que tu ne le penses . Si tu veux débattre avec moi nta kibazo ndi tayari kabisa quand tu veux et où tu veux ntakibazo vraiment kuri jewe.mugabo uzoza witeguye neza je te préviens. Merci
Nashaka kandi ndakumenyeshe ko au cas ou tu l’ignorais yuko ari papa wanje yiyumviriye kandi aracapa irya emblème ya CNDD- FDD le fameux INKONA alors ntarinzi kwinjira mu ma détails uratahura rero icatumye adasubira mu burundi après son mandat. Encore une fois merci
@@nduwimanadonatien4436 voilà ivyo nivyo ndiko ndabwira umu invité wa Gael iyo nzira y'umusaraba ni benshi cane bayiciyemwo mugabo ubu bari muri un ouf de soulagement.
Ecoutez les gars,Gael sinzi ivyagufashe mur'iyi misi,raisonnement yawe iri bizarre usigaye wiyumvira nka babandi.none PAEJ urabona ko yoshobora gufasha plus de 80% des jeunes bo muburundi?iyo BIJE uvuga ko tuyizi wibaza ko ushitseyo bagufasha nk'uko wibaza?Hama Karim birashoboka ko umuntu aba belarus ko nzi isi yose abantu bapfa?
Aba journalistes ga basha! Murakunda kwibaraguza. Murasubiye kwononera abana bashaka kuja kwihangayikira nk'igih ca Serbie. Bareke sha bigire. Qui ne risque rien n'a rien. Na Serbie mwagumy mubaca intege mais ababay courageux bakagenda ubu benshi baragize ico bimarira
Gael wewe Ikibazo ufise nuko utariko urarondera uwaciye Serbie canke Belarusie jewe naciye serbie ça fait 2 ans kandi barampaye Impapuro Naheruka mu rwanda la fois passé rero Gerageza urondere umuntu yahaciye Apana iyombwa yimbwa ngo numu diaspora jewe mba Germany ntanaho bihuriye na Belgique
Ndaramukije Gael et toute l'équipe umukubito, ndaramukije n'umutumire wawe nongera nsaba ko umusi umwe womutumira arikumwe n'uwundi yoba aba mumahanga cane cane uwoba yarijanye kuko uwajanywe n'abavyeyi hari vyinshi ataba azi.
Toutes fois naho hari vyinshi duhurizako, nk'umuntu maze imyaka 26 mba mumahanga, nkaba umwanya ndahamara ungana n'uwo mara mu Burundi, iyo tuba twari kumwe mukiganiro nari kumwibariza ko yoba yariyumviriye icatwaye abavyeyi biwe mumahanga nkarangiza mvuga nti uwo bikundiye yoza akavyirabira.
Gir'amahoro
icatwaye abavyeyi biwe ntaho gisa n'ikiriko kijana abandi.se yar'umu ministre ku ntwaro ya frodebu kandi yarizeyo.aheza ajana abana biwe kugira baze bagire ubuzima bwiza.donc Karim yashikiye mubitunguru.rero hari vyinshi atazi amenyera kuri reseaux sociaux
Bonjour mon frere le fait ko natwawe n’abavyeyi ntibisigura ko ata kintu nzi je tiens a te dire ko nagiye hanze igihe nari nkiri ulu mineur kandi Twagiye en tant que refugies politiques d’autant plus que a l’époque mon papa venait de terminer son mandat d’ambassadeur au zaïre a l’époque . Nashaka ndakubwire ko contrairement à ce que tu peux penser maze gutembera ibihigu nvyinshi vyo hanze Que ca soit en Afrique Europe Amérique ou ailleurs , nubu nkibandanya ndabitembereramwo malgré ko mba m’uburundi Donc connais je connais la realite occidentale plus que tu ne le penses . Si tu veux débattre avec moi nta kibazo ndi tayari kabisa quand tu veux et où tu veux ntakibazo vraiment kuri jewe.mugabo uzoza witeguye neza je te préviens. Merci
Nashaka kandi ndakumenyeshe ko au cas ou tu l’ignorais yuko ari papa wanje yiyumviriye kandi aracapa irya emblème ya CNDD- FDD le fameux INKONA alors ntarinzi kwinjira mu ma détails uratahura rero icatumye adasubira mu burundi après son mandat. Encore une fois merci
Courage cane mwese murafise raison ,ariko igihambaye ntitugume muri le passé kuko partie Nini yayo si nziza! So let grow together! Courage encore
Compréhensible en un mot urgeragezaa bigapfumaa vyanka wageragejeee
Turabashimiye Gaël kubiganiro mudushikiriza.Hama jewe nagomba ngire ico nshikirije nkumuntu yaciye munzira ya Serbie.Iyo nzira twayiciyemwo Turi benshi bamwe barashitse Europe abandi ntivyakunze ko bashika hari nabakiri Muri Serbie naza Croatie.Nkumwe mubashitse Europe baciye muri izo nzira zigoye,Jewe ntamuntu nobuza kuzicamwo nukuri kimwe gusa umuntu afashe umwanzuro wo guca mwizo nzira yokwi renseigna neza kugira azokwihanganire urugendo azokora gushika ashitse.Abagize imana tugashika twararushe peee caaane mbere ariko ubwo buruhe icamwa bwavuyemwo nuko twahinduriye imibereho imiryango yacu.Nkubu iyo Mbona ndikumwe numukenyezi wanje turikumwe nkabona abana biga mwishure ryiza ntabwo nsubira kwibuka amagorwa nagiriye muri izo nzira.Nukuri jewe umu jeune Ari i Burundi Atakazi afita ntabone ejo hiwe uko hameze abonye ayo mahirwe yo kuhaca ndamuteye intege.Kugira umuntu agere kundoto ziwe yemera guca no mubigoye. A Vaincre sans péril, On triomphe sans gloire.
@@nduwimanadonatien4436 voilà ivyo nivyo ndiko ndabwira umu invité wa Gael iyo nzira y'umusaraba ni benshi cane bayiciyemwo mugabo ubu bari muri un ouf de soulagement.
Uko nukuri ikintu cyiza cyose ukibona kikugoye ariko mu nyuma urabyibagirwa Imana iguhe umugisha
Cane gos icagacir ningobwa ukuronke warushe san ntawocik integ❤
Ndashimye interereno yawe ndipfuza kumenyana nawe de plus bikunze tuganire vyimbitse
Murakoze kubitubwira 🙏Muga Tuzojayo vyanka vyakunda 😂
😂😂😂😂
Heeehhh 😂😂
😂😂😂😂😂😂😂
Ivyo birabasha gahunda nukugenda😂😂
Europe de l'est nubu ntagaciro mon amie niyo mpamvu bayita nouvel europe hama belarusia nabo nabarusiya bayita blanche russie hama ivyinzira vyovyo ntanzira nshasha ihari. ahubwo dukwiye kwibaza kubera iki bugurura .
Hama nogirako nkonseilla aba jeune bene burunga imbere yogukina izi aventure il faut d'abord s'informer, s'entrainer mentalement même pyhsiquement bibaye ngombwa les gars please.
Murakoze muterimbere🙏🙏
Urakoze cane kweli brother🙏👌...Nashak kuvugan nawe
soyez un peu explicite monsieur. a quoi ils ont affaire s'ils decident de s'aventurer?
Ikibazo nuko muca hirya no hino , zamuratubwira ukuri uwubishoboye agende! Niko mbona les nigériens n'abandi bakora, barabwirana les opportunités abandi
Mpa email cank cell phone number yawe tuyage
@@emmanuelniyonkuru8993icambere nukwiga canke kwimenyereza utu detail duto duto nko gukoresha neza application za gps par ex:google map nizindi kiri mubintu vyambere bifasha kwi debrouilla dans quel situation yose uba ugezemwo hama bigukundiye ukiga nko gukatisha i ticket yama train cank am bus akandi karorero: abantu benshi baja kurondera umuntu bita umu passeur agutaburiza ticket vyonyene akaca ukurihisha amahera menshi ntaja musi ya 50€ kenshi basaba 100€ kuduga hama rero ibintu vyimipaka vyovyo nivyokwitondera ntakwihuta bijamwo imana yonyene niyo ikujabutsa imipaka yose kabisa faut pas te decourageux uno munsi vyanse ntucike intege ejo birashoboka ukabandanya kubera umupaka uba ucunzwe nkuko twese tubizi nukurindira umwanya mwiza securite bagabanije patrouilles zabo ukaboneraho gutambuka umupaka , gusa icambere il faut bien preparer mentalement kabisa nico kintu nyamukuru kubera ivyo ucamwo usanga atarivyo mwenewanyu yaciyemwo kandi mwaciy hamwe. imana imbere ibisigaye inyuma🙏🙏
Gaël wahora ukora ibiganiro vyiza arikoo abantu baza bavuga ububeshi sivyo
Ariko Uburundi murakennye kweli😢 ngo gukora vacance iburayi uri umurundi nigitangaza 😂😂
Ubuzima bwo hanze ntaho buhuriye nubwo mu Burundi , ego hanze turaruha, turakora cane ariko hariho ibintu bidasa. Hariho ico bita mentalités zitari zimwe, ako kazi nuko kaboneka, none mu Burundi uravye taux de chomage iri hejuru cane kandi ivyo kuvuga ngo abantu bikorere ivyabo si bose babishoboye. None hamwe abarundi bose boba gusa abarimyi n'aborozi kaba arivyo bihebera , ibindi vyokora bande?N'ibihugu biteye imbere cane tuzi nta nakimwe abanyagihugu bose batunzwe gusa no kurima no kworora . Hakwiye kuba politique nziza ishiraho équilibre dans tous les secteurs d'activité ( santé , sécurité, services sociaux, industrie, etc).
Nukuri jewe ndaruha ariko ndabona résultats kandi ndaryama nkasinzira ntacunganye nabaraho.
Ama AVC tuguma mbona iwacu mubakiri bato suko nabo bataba barushe.
Harigihe ubuzima bukuruhisha ata résultats ubonamwo...
Ntaho Imana Itoguhera, mbona hari nabari za Canada nanje ndi muburundi kandi ndabasumvya kwinjiza. Imana ntaho Itoguhera.
Ivyo ntawubihariye ariko umuntu wese aba aho yumva atekaniwe. Ivyo usumvya abandi navyo birasanzwe , amahera ni nk'amaraso umwe wese afise ayiwe. @@zabulonhakizimana4386
muburundi hari ubuzima mbere uratunga cane kurusha ukabaho neza kurusha zacanada nababayo.baza tana frresheur bafise
@@zabulonhakizimana4386 justement nico gituma umwe wese ategerezwa kumenya aho amererwa neza. Jewe hati abantu ndaba mu Burundi nkabona ko umujanye hanze woba umwishe hati nabandi bashika hanze bakaba transformés positivement
Uwushaka kuza azokwicuza ivyo bavuga nivyo
Ahubwo uyo numva azi inzira nshasha nafashe abashaka kuja kurondera ubuzima
Ahubwo nadufashe twigire ntagupfa gusumba uku kwicwa ninzara mubana😅😂
Bro Gaël ivyo ariko aravuga uyo mujama sivyo jewe niho ndi maze imyaka2 ndi ngaha Bélorussie ntamunu barasaa sivyo broo nimba ukuneye intervieu ndondera je nihondi
None kumazeyo imyaka 2? Vyaranse kubandanya harugaye? Duhe ido nido
None bose nuko bashaka kugenda ga bro
Duhe amakuru akwiye turekane nuyo mu congolais
Gaël twebw twaciy serbie tuzogutangaz ham rek kutuzanir abantu batwawe nabavyeyi zan umuntu yapambany kugatw kiwe aguh ukuri kandi abantu bensh bararonse papiers vub turaza 😂
Nububeshi abarundi Niko bameze ntibashaka ko abandi benewabo baterimbere Na Serbie Niko bayivuga kumbe nububeshi ninzigo
Wewe ntavyuzi baza abariyo wumve
Ivyo ubikurahe kobabayeho nabi@@NsengiyumvaAlex-d7e
Nivyo ndabizi,nzi babiri bagarutse
Naho mwovugko hagiye cumi umunani bapfira munzira gahunda ni yayindi tuzogenda ntampamvu yo gupfira mubana baturaba mumaso
Ecoutez les gars,Gael sinzi ivyagufashe mur'iyi misi,raisonnement yawe iri bizarre usigaye wiyumvira nka babandi.none PAEJ urabona ko yoshobora gufasha plus de 80% des jeunes bo muburundi?iyo BIJE uvuga ko tuyizi wibaza ko ushitseyo bagufasha nk'uko wibaza?Hama Karim birashoboka ko umuntu aba belarus ko nzi isi yose abantu bapfa?
Na Serbie abagenda mwatanguye muvuga amajambo nkaya sivyiza vraiment abo bokwandikira bakubwira izo ngorane ni bande ? Rofa kwipendekesha gusa no guteranya abantu manke uwufise uburyo nahige amahirwe ariho ikibazo nuko mwebwe abarundi atarukundo ubujambo jambo nkubu les congolais , rwandais ,ougandais ,...k birirwa bajabuka k atamajambo yogucana intege nkaya avurwa
Areke kubesha abantu ko ariho tubaye nashake kubesha abarundi Ibintu vyose nikugerageza
Ninzara intitworoheye abafise uko bagenda nibigire kbs 🙌
bisaba ko urudandaza barurekera abenegihugu maze tukisununura.nayubu urudandaza rukora inzego za reta.none wumva iterambere mubenegihugu ubu rizovahe?
Jewe mbona abamutuka none haruwo yabujije yavuze uko abizi nuko yabitohoje nawe utumva ivyavuga nugende ariko ureke gutukana
Noe urazi ww ivyo ingaruka yavyo nico kibabaje abantu
Erega Abayobozi buburundi ni ibijuju mbabazwa nabarundi benewacu 😢😢😢😢
Iyoninzara wabivuganye gendurime
Wewe uratuka abantu ngo nibijuju
Mugushikiriza iciyumviro cawe ubanze ushishoze urabe ivyo wanditse atabitutsi birimwo.
Iyo ndero mwahahawe na Kagonyori iyo muri mahama yogotukana muzoyicuza kagonyori we ariko arigira naho mwibaza ko ari immortel
@@4bee203abo Kagame yabatoje gutuka, ngonivyo bizobahesha HIMA EMpIRE .iyo zakigali bari spes zoze nibitutsi gusa
Wahora uvuga ivyubako non ndzkugay. Non uwo yaraciyeyo arahazi!? Serbie KO mwahaponda non Ubu abahaciy ntibaguw neza!? Zimya zimya ivyo bintu
Ab cong man ntigaher uw mutumir waw avug ibint bifis ak mar arik inyifat arik yifat mukiganir ntibihuy nubutumw yarik atang😂🤷🏾♂️
Ntasi idahamba
Wotuma upfira murayo mashamba aho gupfira muri Edeni
None Serbie KO yayivuze nabi abaciye muri Serbie KO numva bariko baratera imbere
Nibangahe bamaze guterimbere polesana
Qui ne risque rien n 'a rien amahanga yose nuko harimwo gupfa nugukira nicogituma bavuga kwamahanga agoye abaringaha bakavyanka
Ikiganiro cubaka gishobora gukebura abenegihugu benshiii merciii umukubito merciii juste Gael mucumvirize mug partage
Amahoro cane Gaël nagomba ndagusabe umpe rendez vous nze tubonane ngomba munyereke izonzira nigire Belarus. Murakoze.
Bantu ico kiganiro sico kubabuza kugenda, mugab mwari mukwiye kugenda muzi basi na bike kuvyo muhura navyo mu nzira
@@rretro2042 non uwo arahazi niyo ari!? Yarahaciy!?
Reka guhebuza abarundi kwigira nino ntivyoroshe. Izo ni média zo kwirendisha abantu. reka bigire shaa 😎
Nareke ubuyuwayi yaba nwiryopori kwubuyuwayi burenze abantu
Uyumuntu arazi ibintu bitari bike,ndamukeje
Canibuka 2022 muvuga umusozi witwa ndakugarika muri serbie
sindatahura objectif yibi biganiro. Gael yam ari gukora,
Gus uko biri ko naho hogend ijana 90 bagapfa 10 bagashika
Gahunda niyayindi mpaka twese tugiye😂😂😂😂😂
Reka urwaruka rwirwaneko noneho ntanuwozana amahera yiwe mu Burundi Baca babazuruma leta nyene Raba Dr Christophe bazurumye Kira akanafungwa
Leta yofasha abakiri bato benshi gukwiragira kw'isi yose, hama bace bazana ubutunzi mu gihugu.
Vyiza nokuganiriza abariyo mukababaza
Informations incorrectes ‼️‼️‼️‼️‼️ ivyo bintu nububeshi gusa twebwe ko ariyo turi Ubu turi ibiziga ?
Bwira benewacu baze kubissnzwe gael ysbaniye akagohe
Reka abashoboyye bigire kurondera ubuzima uyu abatera ubwoba ubuzima bwa muntu n'Imana kandi Rugira afise inzira nyinshi zogutabara
Aba journalistes ga basha! Murakunda kwibaraguza. Murasubiye kwononera abana bashaka kuja kwihangayikira nk'igih ca Serbie. Bareke sha bigire. Qui ne risque rien n'a rien. Na Serbie mwagumy mubaca intege mais ababay courageux bakagenda ubu benshi baragize ico bimarira
S'impunzi n'abimukira ,impunzi igenda mugihugu leta y'ico gihugu ibizi ,abimukira barijana bagashika mugihugu icarico cose leta ntiba izi ko uza
Leta yoyo guteza imbere urwaruka biri Kure nk'ukwezi
Na Serbie nuko uyumujama yayivuga none ubu Yayindi yavuga nabi vyagenze gute?
Nuwugumye i burundi arapfa wewe uraguma muri zone de comfort yawe ntakibazo.
Ahubwo mutubwire uko bagenda ,ukuntu baronka izo visa twigire
Uyu mugabo ariho uvuga ukuri aba jeune nyafrika mwumvire ho
Ino uraruha ariko ntawukuzuruma utwo wakoreye umwe wese araba ivyiwe
Uwomenya uko bigenda namfashe ngomba nigire najewe
Inbox
Ivy bintuuu sivyo nagatoooo‼️‼️ Uwo muntu arabesheee vrt.
Urabona ingn abantu ar babi nukriii ww ko washitse iyo ushak kuja uraje kuvuga ivy uvuga kuma télévision. Ahubwo nta ndero irimwo!!!!
😂😂😂urw rujama ruri égoïste vrtt💀💀
Abarundi muri babi ndabanse nigihe ca serbie vyishwe nabantu muvuga ibidakenewe
Barapfa ntibimenyekane none???
Ivyo avuga nukuri ahubwo reta irabe uko yobigenza kuko inzara irikubica kweli
Wagira ngo ariko arigisha histoire na geographe
❤❤
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
Uyo mujama usanga baramwirukanye hanze Numubono aravuga sn nkaba dada
Subutu yamayo nk gtg na Bujumbura 😂
Ariko arasigura nabi abivangavanga
Ash niyo nogenda nkapfa ntacokwicuza Naha tubaye n murupfu
Ikimuga kiruta imva. Ukiri muzima har'ivyizigiro. Imana niyo izi kazoza k'umuntu
Wamujam antesa avuga ukur
.
Akabazo!
None abo bantu bahunga amahoro?
Mbega Eden siho hantu heza abantu bifuza Kuba?
Inyishu bavandimwe?
Ntavyo gutukana
Ntibahunga barimuka bro
Gael ndagukunda muga ibintu vyuburopfa nkubwo zurareka ukore ibindi ntakwicwa kuruta ngaha wewe ninba uguwe neza hariho abaguwe nabi nangaha twarapfuye tugenda
Kumengo arigusa ntiyambaye😂😂😂
Gael wewe Ikibazo ufise nuko utariko urarondera uwaciye Serbie canke Belarusie jewe naciye serbie ça fait 2 ans kandi barampaye Impapuro Naheruka mu rwanda la fois passé rero Gerageza urondere umuntu yahaciye Apana iyombwa yimbwa ngo numu diaspora jewe mba Germany ntanaho bihuriye na Belgique
Uvuze ngo ndi mbwa ? Ok ntakibazo mugabo uramenya gusa ko iyo mbwa igusumba ubuzima incuro 1000 naho uba germany nayo ikaba muburundi. Kndi n’ivyo iyo mbwa nkingene wayitse yaronse éducation nzima mûri Belgique par rapport niyo Waronse iwanyu canke germany kuko ntiwotuka umuntu utamuzi.enfin uzosenge sana Imana kugira uzoshikire niveau yiyo mbwa kuko si nibaza ki uzopfa uhashikiriye niyo éducation ufise
Bavuzeko kuva 1996 Yaba mububiligi aciye ashinya, mnafiki mkubwa😢
Minafik mkubwa tena ki vpi 😂
Uyo ni rofa, aho usanga baramwirukanye i burayi. None ababajwe nabariko baraca mumashamba mbe kwadafitiye impuhwe abaca mumazi. Ako nagahimbo bro ejo nawe wonyanyagirwa naho waje i burayi kera
Abarundi turakwiye guhindura ingendo tukemera tukabunbwa nivyo dufise Jew ndi south Africa harumuntu yasavye konomuzana ino afise Ubuzima bwiza afise inzu yagasekebuye nziza aho mukamenge nimodoka acambarira kiyonzu agomba kuyigurisha ngakuremwo amahera yumutahe ngazokoresha ino ncandamubwira ati ntugurishe iyonzu ngugiye hanze guko nanje niyo naje kurondera ncandamubwira ko gutangura business mwiki gihugu bigoye can ko niyashika ino azokwicuza ico yagurishirije iyonzu acambarira ko naho zoba itomate yozidandaza naramwankiye kuvuwomusi ntiyongeye kumvugisha rero abarundi naramaze kubona katari inzara ituma tuguma tuzunguruka mubihugu vyabandi ahubwo nukutabunbwa nivyo dufise canke kumva twishakira kwibera mumahanga gusa
Reka kwitiranya african na europé wewe aho uri ntaho bihuriye nigihugu na kimwe co muri europé, ikindi wewe unomusi ntuzi ubuzima buri i burundi,
Ikindi uwo ariko aravuga ko yatashe ajanye imitahe?ikindi kuri iyo caméra naje novuga uko mugihe ndi mugihugu,ikosa rihari ryogufata ugworugendo nuko wobanza kubaza ukitegura mumutwe no mumubiri no mumwuka,
Ibihugu vyo muri europé muribi vya schengen ntamuntu asonza naho woba udakora,
Ikindi ntubura uko umwana yiga canke yivuza,ntubura aho uryama kiretse warakoze amakosa ukirukanwa aho nogusega urasega.
@@BelyseMelyseNIMPAGARITSE none umaze kuba ufise ivyobintu navuze afise woburiko wiruka iburayi gukorayo iki? Jew nagomvye kuvuga katari inzara ituma baguma basohoka igihugu ahubwo aringeso yokutabunbwa nivyo dufise kandi naho iburayi uvuga uzobaze neza Ubuzima bwaho ingene bumeze ikibazo gusa nuko badashobora kukubwira ukuri kwaho guko fise Abo tuvukana bariyo ivyaho vyose ndabizi ntanaho nipfuza kuja
uvuze ukuri kwuzuye
@@BelyseMelyseNIMPAGARITSEreka kuduhenda isi nimwe yaka ujehe ubuzima.nibumwe
Egooo isi nimwe nubundi sinavuze ngo ni mwijuru ariko ubuzima sicokimwe no muburundi ahubwo barabahenda abarundi ntituzi kubwiza ukuri abandi ahubwo dufise nubwenge buke,sinase ivyo yavuze ariko kuberikii yavuze ngo gufata ingingo yogutaha ntivyorosh?ikindi kuberiki yaje kubera aronse oncle wiwe amufata mumugongo akamwereka uko yokora kumitahe aje azanye?nimureke abagenda bagende akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze,umwarabu ashitse muri europé arondera uko abiwabo baza muga umurundi acavuga ayamuhe kandi aritwe gihugu gikenye cambere kwisi,izonzira abarundi bazimenye vuba kandi abarabu nibandi bo muri african bazimenye kera ndetse nabo miri Amérique latine barondera uko boshika europé,mbe abari europé bababwira ngo ntakintu baza muri vacance bagasubirayo?ko bataguma i burundi?kuvuga ngo ntitubumbwa nivyo dufise siko biri numutunzi wambere kwisi aguma arondera niko isi imeze .
Nagerageze kuvuga ikirundi gusa, niho ikiganiro kica kiryoha gusumba