Igice 3 : Amasengesho ya NEVA na CNDD-FDD asesema IMANA bakora agiye gukwega akarambaye K'Uburundi.
HTML-код
- Опубликовано: 5 окт 2024
- Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 725 333 1923
Man i'm Rwandan but I wish peace,nzishima niduhuza twese,God bless all ✌️❤️✊
Ndagukunda❤
Uravuga ukuri kabisa
Finally ,this is a man of truth ! ,,,,,,,,❤❤❤
Imana itabare uburundi kabisa
Komera mutama ndakwemera kwidodomba ntavyuheza naje nuko dagufana ivugo yiwe niyagashinyaguro
Nihatari kweri
None ubona amahiro azaboneka ryali ko mukiturya nkintozi imana asenga nibayari ntasenga iyotusenga
Komera nukuri urabambwiye abasirikare barakwiye kubona ko igihungu kochapfuye bakizamure mukore nkabadi
Non urikubazande we ntaburegazir ufise bwokubaz umukuru wigihugu niwidoge
Bernard apotre iyo mvugo nuwitwa umukozi w Imana ntibihura uri umunyepolitike kandi wewe wari kwa kenese na habimana fnl iragi .apotre wapi
urumugabo pe!uravuga ntuvura ark union fait la force.
🎉🎉🎉
Amajambo ntakora hakora ibikorwa ingo mutwereke iko twobikora kandi muje imbere apana amajambo gusa yogushukana.
Amase yakera ntagihoma urutaro président ukubwiye ko uriko arajindikwa 😂😂😂
😈🦇☠️
Amachakubiri yatuve mumitima tukundane dd haaaaaaa😂
Mu kanwa ka nyakubahwa neva hahoramo ibintu bibiri : kimwe ni ijambo shetani, irindi jambo ni ubusuma
muta je maze iminsi numviriza ibiganiro vyanyu mwe murihanze ba ruburika nabandi ikibazo nabonye ivyo muvuga rimwe ndumvamwo ukuri ariko bavyita kwidoga ataco uribuhindure numuze muduhe aharorero twebwe ugwaruka mujimbere turabeko ibibintu twobivamwo
Ntakundi reka nirabire amateka ya eme 23 amateka iriko ikora
Kndi umusirikare suw 'umugambwe. Wa c NDd f dd
None wewe iyo Mana mwahuriye he kuburyo ivyo bisabisho vyawe biruta ibindi bigenze gute..
Nihatari
😂😂😂😂 nawe ntubona ko 4 ans zirumanye ari kuri volant
Non Aho urikuvugik Kar nahoranibaz abantubakuze nibobafise ubwing wap ndakurahiy wamugab urikijuju ikidoma urahumba ntabantu mushir mwibarabar mumigumuko twarabamenye 😂tahiyiri uzoz ubikor turabe😂😂
Genda usigure ubutumwa bwiza nibwo wahamagariwe
Uravuga neza muga reka kudushira muntambara ahubwo swera nyoko
Urerekanye icurico igitandero
Arik wamugab we ivyowaronse ntibigukwiy kumyak ugezek iyonzigo yakazikir wayirek ukiruhukir nez nayo politik uzoyigwamw kagame araguhend
'babwire ngira bokwumva
uyu mutama ndamukunda ark mumvugo ziwe humvikanamwo ko yuzuyemw ivyamoko nivyo bimurimwo hinduka twebwe tugomba impinduka
Sinaribwumve ikijuju nkawe
Urashaka ugabanye agashavu ntaco uzohindura pfa kuruta