Burundian Movie INZIRA IDASHIKA Part1

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 фев 2025

Комментарии • 30

  • @thomasbimenyimana1916
    @thomasbimenyimana1916 4 года назад

    muze murabandanya udu film twurukundo kk nitwo turyohera aba jeunne mes amis: so courage vrmt

  • @m.k.bnyanza-lactv
    @m.k.bnyanza-lactv 6 лет назад +1

    neza cane watching from Burundi nawapenda so much keep going forward

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 2 года назад

    Nne ga ko mwahevye kunduha film habayiki? Hahahaha iyi film yaratesa vrt

  • @belldusabe4290
    @belldusabe4290 6 лет назад

    Nice movie
    Plz next part

  • @nyirampeteshaberia8395
    @nyirampeteshaberia8395 6 лет назад

    Next part please i like movie of the Burundi

  • @ddssddsss7616
    @ddssddsss7616 6 лет назад

    wekeni number mbili jemeni ni nzuri sana

  • @mucomilkha2195
    @mucomilkha2195 6 лет назад

    Nyina wa Olivier avuga nkiradio ironse amapire mashasha😊😊

  • @Kevin-pf6en
    @Kevin-pf6en 6 лет назад

    Nice movie

  • @celinensabi7049
    @celinensabi7049 6 лет назад

    👏 amashi menshi, next part plz

  • @all-in-One452
    @all-in-One452 6 лет назад

    Muduhe ikindi gice plz Hama #Nina urukundo subutunzi urukundo numutima#

  • @IZERE2024
    @IZERE2024 6 лет назад

    Bagenzi nukuri iyi film irampaye icigwa kwel. Abenshi aha mugisagara ca Bujumbura turiyemera ariko iyo tuvuka tugiyeyo aba chérie batubwira ko tuba mwiyarara. Sha nikibazo gikomeye ariko mwabakobwa mwe ntimwibagire ko hariya tuvuka ariho hatumye tugera aha mugisagara. Papa Maman ndabakunda naho mvuka sinzopfa ndahibaye.

  • @Player456gihun
    @Player456gihun 6 лет назад

    Mutubandanirize part 2️⃣ please 🙏 🙏
    Nayikunze

  • @sabinajuju3486
    @sabinajuju3486 6 лет назад

    Maman Olivier nuwambere

  • @ngendadodidonathe
    @ngendadodidonathe 6 лет назад

    Mwakinye neza abarundi mwateyintambwe .nimufashe suit plz

  • @kevindobrekids6083
    @kevindobrekids6083 6 лет назад

    Please part 2

  • @fannytumukunde3328
    @fannytumukunde3328 6 лет назад

    😅😅😅😅Yewe Olivier ayubonye siyo nina agutuke namama wawe agutuke sha nihatri uwomuvyeyi nawe aravuga umenga nisamirizi yuburundi

  • @mutaga279
    @mutaga279 6 лет назад +1

    Imisi yose nkubwira uze kwiga ukishinga kuragira impene za #gahungu 😁😁😁😁 wesha #moteri. mama olivier arakaze wallah. Anyway, i like the movie

  • @ghjhggui2561
    @ghjhggui2561 6 лет назад

    Ubukene singwara ahubwo ishaka numwete tekana uyu munsi numukene ejo niheza

  • @masengeshoclaudine5542
    @masengeshoclaudine5542 6 лет назад

    Yebabaweeee Nina urumwana mubi pe

  • @abelbaraka263
    @abelbaraka263 6 лет назад

    Makubwa

  • @vavavava8785
    @vavavava8785 6 лет назад

    hhhhhhh muradyoshyapeez

  • @irumvachristairumvachrista9326
    @irumvachristairumvachrista9326 6 лет назад

    muduh 2

  • @kwizerains8774
    @kwizerains8774 6 лет назад

    Musigaye mukina neza gose

  • @ghjhggui2561
    @ghjhggui2561 6 лет назад

    Nina ntuhemuke ngo wirukiye amaronko kuko wirukira uwugusiga ugasiga uwugusanga

  • @simoniramubirizi467
    @simoniramubirizi467 6 лет назад

    Wakoz amakosa gushira kuri RUclips film atari rwawe knd utabifitiye uruhusha ushaka wozikurako cnk ntuzosubire

    • @becburundi8151
      @becburundi8151  6 лет назад +1

      Simon Ira Mubirizi Nyereka wewe uruhusha ufise kuvuga ivyo utazi

  • @kwizerains8774
    @kwizerains8774 6 лет назад

    Oyaaa muduhe izikurikira

    • @simoniramubirizi467
      @simoniramubirizi467 6 лет назад

      Ko washiz film kur RUclips utabisavye beneyo wakoz amakosa

    • @becburundi8151
      @becburundi8151  6 лет назад

      Simon Ira Mubirizi Nyereka amakosa nakoze atari ubu jalouse gusa, mbere ndafise part2 ngiye kuyishira kuri RUclips, mube mureka abarundi nabarundikazi birabire films zacu.

  • @gerardhakizimana4933
    @gerardhakizimana4933 6 лет назад

    Be mushiraho téléchargement