Dj Chento - Ndahwera ft MB Data & Esther Nish

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • Dj Chento - Ndahwera ft MB Data & Esther Nish

Комментарии • 536

  • @ArthemondNimubona
    @ArthemondNimubona 6 месяцев назад +5

    Nice song until today❤❤❤.wakupe like kwa hii nyimbo nzuri🎉🎉🎉

  • @100miyamacho7
    @100miyamacho7 3 года назад +9

    Ndiko ndayivuza i nairobi bariko bambaza iyo ngoma abayikoze....respect nish na Data

  • @bizumuremyialexis3434
    @bizumuremyialexis3434 3 года назад +2

    Indirimbo ninziza caane courage ariko usuzume masanamu uyasukure Abe mezaaa kurusha vyotuma uja kurwego mpuzamakungu

  • @cynthiairakoze3766
    @cynthiairakoze3766 3 года назад +2

    Murashoboyee vrt mukomeze murabe musubire muduhe iyindi murikumweeeeee Imana ibahezagiree

  • @faidanimfasha3008
    @faidanimfasha3008 Год назад +2

    Ndapfa😏😀😀💓💓💓💓ndabakunda cane mwubahwe ❤

  • @michaelmb9237
    @michaelmb9237 3 года назад +4

    Buja kama Buja njonyumbani love from USA 🔥

  • @aphroovevo681
    @aphroovevo681 3 года назад +34

    Mb data abanyarwanda turakwemera cyane come here In Rwanda to collaborate with Bruce Melody

  • @Userr3649
    @Userr3649 3 года назад +6

    This song is underrated; iyi n'incura y'ijana nje kuyiraba, nice collabo kabissa💥

  • @armelmugisha2509
    @armelmugisha2509 3 года назад +3

    Ibintu vy'amateka kabisa.Congratulations guys. MB Data&Ester Nish #1 fan.

  • @Gstaking257
    @Gstaking257 7 дней назад

    Warabaye hit waruberey 1M iyaba ivyo nkora

  • @domeeric9270
    @domeeric9270 3 года назад +22

    Hhh Data na Esther murankorey umuti kbs DJ Chento ni🔥🔥big up from🇧🇭

  • @osciltemusoni4928
    @osciltemusoni4928 3 года назад

    Ngarutse kuyiraba nyuma yo kwumva ko ariyuwitwa Dj chento. Ntawe narinzi namwumvise mukiganiro umudiho kuri radio y'uburundi. Yubahwe vraiment kararyoshe. Nahora ngira ni Aka MB data.

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 2 года назад +5

    Courage vraiment bro 🔥🔥🔥🔥💯💯💯💯😃💞🇧🇮

  • @ericndayishimiye2336
    @ericndayishimiye2336 3 года назад +1

    Mumvugiye ibintu nanj ndahwera 100%

  • @lionelcoyitungiye9106
    @lionelcoyitungiye9106 Год назад +6

    I am still vibing da song👌👌❤#Mb_Data hejuru cane✊✊

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv 3 года назад +34

    Aka ga collab en tou ka karatesa ukuntu😥🔥🔥🔥❤❤

    • @princeeloi1
      @princeeloi1 3 года назад

      ruclips.net/video/oMsxoEM1fcs/видео.html

    • @ericntungwanay2507
      @ericntungwanay2507 3 года назад

      Knd ww ntukunda gukoresha Data sinzimpamv cnk wanka amapoto

    • @innochento
      @innochento 3 года назад +1

      🙏🙏🙏

    • @user-sp7of1tb5d
      @user-sp7of1tb5d 3 года назад

      ❤️❤️❤️❤️❤️

  • @BurundiMagazine.net1
    @BurundiMagazine.net1 3 года назад +1

    Dj chento ndagushimir cane uriko ukora ibikorink kugira uduze umuziki wacu uwushire kurund rwego Big up sana Kwake Mb Data na EstherNish
    Love from McBlizzoPromoter

  • @inesraguel8354
    @inesraguel8354 3 года назад +33

    Urukundo rwiiiinshiii vrt merci beaucoup

  • @barnabeniyobuhungiro5510
    @barnabeniyobuhungiro5510 3 года назад +1

    Abatemera mb data nuko batamuzii ,iyi ije nkikosoraaa

  • @Obede9
    @Obede9 5 месяцев назад

    Esther Nish MB data Dj chento muranyemeje kwl Nanje ndavuze Ati Umuziki Ndundi Hejuru 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @julesndayikengurukiye5939
    @julesndayikengurukiye5939 3 года назад

    Data mwakoze umuti na nish DJ chento wew yashizek akabirya

  • @newgospelsongsindirimbonsh9654
    @newgospelsongsindirimbonsh9654 3 года назад +2

    Ndahwereye kabisa.hop karusi nanje iyi muyimpere like nziza.ndababwira ko muvunitse duca tubagirira scanner kuri make

  • @innocentnsengiyumva5142
    @innocentnsengiyumva5142 2 года назад

    Congrats Chento. Songa mbere mzee.

  • @levisiradukunda9763
    @levisiradukunda9763 3 года назад

    Mb data uririmba ushiramwo comedie ndakunda ingene uvyigenzamwo ester nish nawe nabonye Azoba international niyavyitwaramwo neza 🙏🙏🙏

  • @Rub210
    @Rub210 3 года назад +1

    Naweyeee ebana numuti kabsaa😁😁😁😁😁😁 🐙🚛🎼🎼🎤🎶🎶 Nice song vrmt je vous félicite na courage nyishi kuk isong ikoze neza cane ndahweraaaaaa🎶🎶🎙️🎙️

  • @lionelcoyitungiye9106
    @lionelcoyitungiye9106 Год назад +6

    Vyera vyirabura we must go with 1M✊✊Xo nice song once again brother @mbdatagramm,love from MAHINDUKA❤

  • @mpawenimanagerard9177
    @mpawenimanagerard9177 10 месяцев назад

    Wangapi waliludia nyuma gutazama songs nzul kam iy💪💪💪💪💪👉❤️❤️❤️❤️

  • @bfaceofficial
    @bfaceofficial 3 года назад +7

    kararyoshe vet
    👌👌

  • @Mel5555.
    @Mel5555. 3 года назад +9

    Data Buoy and Nish ❤️ You are such a vibe!!!!!
    Ndasavye ama collabo yandi menshi!
    Ndapfa... ndahweraaaa bb, ndapfa, ndahweraaaa
    🔥🔥🔥

  • @antoinettesindarubaza655
    @antoinettesindarubaza655 3 года назад

    Eeeeeeeeeeeeeeeh!!! Yoyoyo vrmt ntaco udakora kugira ukore ibint bimez nz

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose 3 года назад +25

    Love From Ncuti Yabose ❤️❤️❤️
    Burundi 🇧🇮 Music Stand Up 🔥🔥🔥🔥

  • @DJBunney254
    @DJBunney254 3 года назад +17

    truely this dj knows exactly how music should feel. eiiiish all the way from kenya

  • @amanibambara8082
    @amanibambara8082 3 года назад +6

    This is fire from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮I can't stop to listen it every day

  • @oliviernkurunzizabrd8198
    @oliviernkurunzizabrd8198 3 года назад +1

    Nice kbx mwemp ndafanans gus nulva ngomb kub m❤❤rukundo

  • @egidensengumuremyi4753
    @egidensengumuremyi4753 3 года назад

    vaccin nkiyi ituma uruhurira umubiri kabisa big up kand esther nish na mb data

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 3 года назад

    Urwaruka gwitayeho aba star babo bakarekana nivyahandi umuziki w’Uburundi wotera imbere

  • @uonebforever8662
    @uonebforever8662 3 года назад +7

    Ntaco kabaye mazeee 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌

  • @ojamboenock395
    @ojamboenock395 2 года назад

    Enjoying from Uganda. Bona sent me here

  • @japhetbizimana7471
    @japhetbizimana7471 Год назад

    Urahwera nyene 🤣😂😂
    Gusa Courage ✌️✌️✌️

  • @sadiasadia737
    @sadiasadia737 3 года назад +3

    Nice song kabisa kararyoshe kweli ndayikunze iratambik cne ababibon bampe lik nanje

  • @lilianeirakoze723
    @lilianeirakoze723 3 года назад

    💃💃💃💃💃💃💃💃💃🕺🕺🕺🕺🕺🕺👯‍♂️👯‍♂️👯‍♂️👯‍♂️👯‍♂️👯‍♂️mama weee nigitanda narindakivunye kubwo gutamba iyi song sinigera ndayihaga

  • @NDUMUDU
    @NDUMUDU 2 года назад

    Iyi ndirimbo yari ikwiye inyambaro ikwiye sa reality!

  • @caty863
    @caty863 2 года назад

    Mufite amajwi ayunguruye pe. Courage kbs!

  • @rodriguezking5718
    @rodriguezking5718 3 года назад +6

    Data boy asigaye atamba Ndahwera 😂😂😂😂 nice song bro 🔥🔥🔥🙌👌

    • @burundionthemap
      @burundionthemap 3 года назад

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @Mel5555.
      @Mel5555. 3 года назад +1

      Data boy arashusheeeee 😂😂😂😂
      kabìndi Esther Nish yabimwigishije!
      Song barayiryoheje vrmnt!!!

  • @yagwamedia
    @yagwamedia 3 года назад +47

    Love from Jisho Tv

  • @NinaNina-xr8jj
    @NinaNina-xr8jj 2 года назад

    Mbegaharya Wakwepera iki konanje narindemvye 🤣🤣🤣🤣🤣💞💞💞mb data and Nish I love you so much ❤♥💖💗

  • @jeanbaptisteiradukunda6819
    @jeanbaptisteiradukunda6819 3 года назад

    Huu iyi song!!!!! Abarundi turashoboy ndakesera

  • @mandykamau9982
    @mandykamau9982 3 года назад +1

    Big fan of yours from 254

  • @ericowusu8668
    @ericowusu8668 3 года назад

    MB Data urakwiye congretulations na Nish.muratwitse murukundo pe
    Mwese mwavyitwayemo neza ako ka refrain nako karatesa .
    Love from Afrigift tv#South Africa,Pretoria#

  • @emmanueldotto9535
    @emmanueldotto9535 2 года назад

    Mukiendelea kufanya hivo mtatoboa br🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @hakizimanaansilla1928
    @hakizimanaansilla1928 Год назад

    Djchento mb data boi ewuaana nah top wiz cedro

  • @257bj8
    @257bj8 3 года назад +12

    Love from Oman 🇴🇲🇴🇲🇴🇲

  • @egidensengumuremyi4753
    @egidensengumuremyi4753 3 года назад +1

    kabisa esther nisher yakaze kabisa big up

  • @NDOTO-abra
    @NDOTO-abra 3 года назад +2

    Ndapfa ndahweera the best abaririmvyi bacu mwajeneza linke supporte niyikenewe🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮

  • @NDUMUDU
    @NDUMUDU 3 года назад +2

    Big Up ! Very GOOD song! Mwene izo ndirimbo Abarundi turakeneye nyinshi!!!

  • @xo_ru
    @xo_ru 3 года назад +9

    not even east african but i love this song 🥺

  • @johnblackOfficiel
    @johnblackOfficiel 3 года назад +9

    Aga Song kanduhura 👌🏼
    🔥🔥🔥🔥🇧🇮💪

  • @jajasoldado198
    @jajasoldado198 3 года назад

    Nice Song Kabixa Esther Nish Aranyica Ankora Kumushaha

  • @mufwayaalines6245
    @mufwayaalines6245 3 года назад

    Nanje ndapfa ndahwera kubra iyi song

  • @emmastarboyemmanuel276
    @emmastarboyemmanuel276 3 года назад +5

    For this gonna be ma song of the year much love for you guy's 🇧🇮🇧🇮🇫🇷🇫🇷🇫🇷

  • @jeanpierremaherezo2339
    @jeanpierremaherezo2339 3 года назад +11

    Très belle chanson, courage mes artistes !!!!!

  • @clementbizumukama2868
    @clementbizumukama2868 3 года назад +1

    🔥🔥🔥🔥🎼🎼🎤 wankubise nshaka kurira
    niceeee song

  • @alolaofficial670
    @alolaofficial670 3 года назад +5

    Ndahwera😅😅nice song🥰🔥🔥🔥

  • @nhztmemery4030
    @nhztmemery4030 3 года назад

    Ndapfa ndahwera ma🎶🎵🎶🎼🎼🎼
    Woooow iyingoma iravuna kbx
    Ndayikunze sana🇧🇮🇧🇮

  • @Filmz639
    @Filmz639 3 года назад +1

    Kazi nzuri Mb data, keep up bro

  • @giftstartv6394
    @giftstartv6394 3 года назад

    nyimbo nzuli sana ya ku dance ndo izo tunapenda big up sana ingine data uyipige na la AMAZI LA byote wooooooooooouuuuuuu nugupasula kabisa

  • @geridibuzubona2227
    @geridibuzubona2227 3 года назад +2

    Good song bro keep up that

  • @BigiBeex
    @BigiBeex 3 года назад +26

    Nice song kabisa .....mpera likes aba bantu balazibereye!

  • @athanasenshimirimana107
    @athanasenshimirimana107 3 года назад

    Komeza mon frère Mungu mbele

  • @mutabaziceleus3201
    @mutabaziceleus3201 3 года назад +2

    Karavyinitse kbs 🤣🤣ati harya watinyiki nanje narahwera 🤣🤣murimake ntiyakunaze ngowanke

    • @nahimananaphtal
      @nahimananaphtal 3 года назад

      😂😂😂😂

    • @ngendabanyikwajclaude2027
      @ngendabanyikwajclaude2027 3 года назад

      🤣🤣🤣Erega ivyobibaho umuhungu agatinya gusaba ibintu umukobwa.kandi umukobwa yahiye nkuru tomate 🤣🤣 isosi igasesekera ubusa Bagungu mwubahuke

  • @nsengiyumvaeliphaz2601
    @nsengiyumvaeliphaz2601 3 года назад

    Komeza muduha umuti Bana b'igihugu cacu ciza c'Uburundi. Love from Somalia peacekeepers.

  • @u_already_know
    @u_already_know 3 года назад +14

    Changing Burundian Music One Song At A Time #TheDancehallRevolution #UAlreadyKnow

  • @nmmtv4287
    @nmmtv4287 3 года назад +4

    Hit song bro

  • @nkunzimanadesire948
    @nkunzimanadesire948 3 года назад +1

    Naracerewe nukuri iyi song ko imara💋❤

  • @angeloriodancer
    @angeloriodancer 3 года назад +3

    Iam the first ❤❤🔥🔥🔥🔥woooow ino ndirimbo irareunzee nukuri, gonga like

  • @casmilerospes4883
    @casmilerospes4883 3 года назад

    ingabirano yawe ni ukuri
    big up tena

  • @jbarn7011
    @jbarn7011 Год назад

    Dukomeze gushigikira abana bigihugu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤

  • @berryahishakiye4561
    @berryahishakiye4561 3 года назад

    Iterambere m'umuziki wa Buja fleva ntirikiri agasesheshwa rumuri. Congratulation MB Data

  • @mr_yassinofficial
    @mr_yassinofficial 3 года назад

    Nguma ndaba ingidi za #Esther gusa 😀😀😀 good job watu wangu

  • @mariamoman5057
    @mariamoman5057 3 года назад

    So swet 💖 💖 💞 💞 💞 💞 nakupenda San my daer 🇧🇮 🇧🇮 🇴🇲 🇴🇲 💯 💯 💋 💋 💖 💖

  • @ndayizeyekevin8714
    @ndayizeyekevin8714 3 года назад +1

    Kabis mwubahweee

  • @romeodallaireabizeye497
    @romeodallaireabizeye497 Год назад +2

    nice one,you killed it

  • @ndayishimiyeakbar4673
    @ndayishimiyeakbar4673 3 года назад +3

    Nice work.Keep it up guys

  • @bernicethebell9398
    @bernicethebell9398 3 года назад

    Ndahwereye n'agatwengo nukuri. Murakoze cane

  • @yvettembonankira1895
    @yvettembonankira1895 3 года назад +1

    Les musiciens burudais fin 2020 muriko mubikora neza👏😍😍😍

  • @themwami4669
    @themwami4669 3 года назад

    Mb, ndagukunda basi ingen uvyitwaramwo neza kandi bukebuke

  • @Liesse-winer
    @Liesse-winer 3 года назад +4

    DATA IS BACK....NICE SONG GUYS

  • @nduwayesujbaptiste2057
    @nduwayesujbaptiste2057 3 года назад

    Ndahwera , nanje narindevye
    ni hatali
    Courage MB

  • @hetmanrene
    @hetmanrene 3 года назад +2

    Nice collabo 💣💣💣💣

  • @bigirimanajoshua5426
    @bigirimanajoshua5426 3 года назад +2

    From Canada 🇨🇦 🇨🇦 🇧🇮 🇧🇮 ❤ ♥

  • @shineboy6826
    @shineboy6826 3 года назад +1

    Good song kari sana mwibuke guca kuri youtube yanj hariko gishasha Acha waseme by shine boy

  • @igiranezabruno5781
    @igiranezabruno5781 2 года назад

    Nyimbo nzul sn big up sn 🥰🥰

  • @yvonjph3300
    @yvonjph3300 3 года назад +3

    Wow....💪🏻💪🏻nice song😲😲🎧🎧

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 3 года назад +10

    Do u hear the wonderful voices. Data Boy much respect. Ester killed it. The beat ni 🔥🇧🇮🇧🇮

  • @fistonkagenda8874
    @fistonkagenda8874 3 года назад +2

    Another Banga from Data boy ✨🙌🏾💫🥂📍🇧🇮Chill

  • @100miyamacho7
    @100miyamacho7 3 года назад +1

    Mama yoooo ndahwera...song de l'année...

  • @ramadhanyaroho9616
    @ramadhanyaroho9616 3 года назад

    Nimepend nyimbo IPO vizur saaaaan wakazeeeee ili muzik wa Buja ufik mbal

  • @victormutabazi1910
    @victormutabazi1910 3 года назад +2

    Keep pulling AFRICA on the map brother ❤️❤️👍👍

  • @clementnahimana7896
    @clementnahimana7896 3 года назад

    Buja fleva bayishe kweri naba dj ngo nibabe aba star ibara nukuri

  • @gastonbrooklyn8631
    @gastonbrooklyn8631 3 года назад

    Respect Petit yangu mukoze umutiiii