RUTAMBI VS ANACONDA FROM BURUNDI 🇧🇮 BYAKOMEYE-FINAL IYI FINAL IZATWARA UMUGABO ISIGE UNDI.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 16 ноя 2024

Комментарии • 2,8 тыс.

  • @karekepierre8888
    @karekepierre8888 2 года назад +57

    Umwana wiburundi wubahwe rutambi azasubire .umwana wantare Big up

  • @gomerjux933
    @gomerjux933 2 года назад +191

    Anaconda nwambiye uyo ni maneno ,anaconda hejuru abafana ba anaconda nimpumpe ama like ,love from 🇨🇩🇨🇩

    • @celeusnizigiyimana6546
      @celeusnizigiyimana6546 2 года назад +6

      Anakonda nuwambere ntimumwibe💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥

    • @mamacheiilla72
      @mamacheiilla72 2 года назад +3

      Anaconda hejuru cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 💪💪💪

  • @keywinsofficial3023
    @keywinsofficial3023 2 года назад +241

    We nkumushabiki wabarundi piga like zanyu ngaha

    • @desiresabi3446
      @desiresabi3446 2 года назад +5

      Anakonda nuwambere kuk rutambi yazishira hejuru kandi nayatiz yamunaniy ntiyamwishuye%

    • @keywinsofficial3023
      @keywinsofficial3023 2 года назад +9

      Ndabasaba ama like meshi nimba umwemera anaconda kandi ndabasaba mwekwe nka bafana babarundi mukande kuri profile yanje kugira mukore abonner channel yanje munshigikire nanje ndumurundi mwenewanyu ndumuririnvyi mubikoz vyotuma ngira ahonshitse murakoze

    • @joleal7941
      @joleal7941 2 года назад +6

      Anaconda juuu✌✌

    • @myvenif3627
      @myvenif3627 2 года назад +4

      Yubahw anaconda wacu iburundi

    • @sindayirwanyaisaac7521
      @sindayirwanyaisaac7521 Год назад +1

      Tutambi numutekamitwe

  • @erchakurbdi5029
    @erchakurbdi5029 2 года назад +163

    Anaconda ARAKAZE abarundi mumpe like tubereke 🔥🔥

  • @jawabujustinnzabaza754
    @jawabujustinnzabaza754 2 года назад +9

    Anakonda Never give up bro hejuruuuuuu Burundi yes

  • @josephbills2099
    @josephbills2099 2 года назад +123

    Ababonako rutambi yamutinye Anaconda bampe like

  • @atherman9426
    @atherman9426 2 года назад +147

    Murikumwiba anaconda wacu ababibona like nyishi uwo munyamakuru yar yahengamy

    • @gisanigidancetv4279
      @gisanigidancetv4279 2 года назад +7

      Ndumurundi ariko umumenyesha makuru ntiyigez ahengama gusa anakonda karumye rutambi yasanz atari bwabwana yirigwa arahenda gusa ukuntu rutambi yavuza induru narinziko ivyo akora vyose atowobishobora gusa gusa arakubijije iyashu naho wamugay anakonda hejuru

    • @peterskazwe
      @peterskazwe 2 года назад +3

      Biraboneka kuko umushitsi ahabwa icasavye iyo bakoresha ibiziriko vyasabwe

    • @jeanpaulbutoyi1866
      @jeanpaulbutoyi1866 2 года назад +1

      N'umu journaliste yabigize nabi

    • @igirimbabazimodantyne7710
      @igirimbabazimodantyne7710 2 года назад +2

      Anakwonda nukuri ntiwemere bariko bakwiba kbs

    • @igirimbabazimodantyne7710
      @igirimbabazimodantyne7710 2 года назад +4

      Rutambi nama jambo gusa ntabikorwa akora

  • @ganzachris5085
    @ganzachris5085 2 года назад +20

    Hhhh tubonye umuntu wemeza Rutambi kbs ,Anakonda hejuru

  • @dangoteabdul9541
    @dangoteabdul9541 2 года назад +9

    Rutambi number jamo love from Texas Austin ❤️💜♥️🇱🇷🇱🇷🇱🇷

  • @placidengendahayo8736
    @placidengendahayo8736 2 года назад +17

    Respect to you all guys : i would like to advise this Journalist to find someone who is a professional to help him organizing these kind of game and tournament! where the players can come to play which has already prepared. conditions and rules must be followed. otherwise you waste to much energy i speaking than actions . Note: if you are organized you would get supporters and an official tournament. Best wishes.

  • @JAMUSBOY
    @JAMUSBOY 2 года назад +30

    Anakona rutambi ntakwibe wamutsinze niyemere from Zambia 🇿🇲

  • @oliviernifasha3166
    @oliviernifasha3166 2 года назад +58

    Abasaba ko rutambi yishura kuri push ups atakoze bampe like. Sha rutambi tuza anakonda akubagire ibisiga

    • @diegonizigiyimana9024
      @diegonizigiyimana9024 2 года назад +2

      Rutambi ntabwo asumvya anakonda kweri

    • @richardmanirakiza3756
      @richardmanirakiza3756 2 года назад +1

      Ntazo yoshobora😆🤣🤣😅

    • @anicetbigirimana5820
      @anicetbigirimana5820 Год назад +1

      yatinye 🤣🤣🤣🤣

    • @desireofficial2789
      @desireofficial2789 Год назад +1

      Rutambi aheranye push up
      Munyamakuru ntimukaze mwemerera amajambo ya rutambi .namufana ariko birangiy ambabajeee

    • @jeromehabonimana
      @jeromehabonimana Год назад

      Rutambi nuwibigambo nagasuzuguro nabareka agsuzuguro ngonigikur??anaconda arashobo.rutambi nuwinduru

  • @Rahma-gt7jj
    @Rahma-gt7jj 2 года назад +26

    Anaconda weni jeshiiiiiii uko vizuri sana kwenye mapambano respect so much bro💪🇧🇮🇦🇪

    • @innocentnduwimana1651
      @innocentnduwimana1651 Год назад

      anaconda yamurushije yarwiza ibikorwa uyundi yaturenzinduru nyishi gusa!

  • @fulgenceneema661
    @fulgenceneema661 Год назад +7

    Big up anakonda wubahwe Abarundi juuuuuu

  • @justinnchimiyimana7881
    @justinnchimiyimana7881 2 года назад +57

    From Congo🇨🇩 rutambi, Anaconda tu lui a volé beaucoup mais il montre toujours qu'il est fort, Anaconda 💪💪💪💪🇧🇮 burundi vous êtes fort

    • @nduwayodieudonne8619
      @nduwayodieudonne8619 2 года назад

      Uwomurudi kweri arakaze cane ,kuk ivyababwiye nivyo uwo muhungu ni muremure mwabonyeko abikorana amategeko.

    • @mastajabudekula4828
      @mastajabudekula4828 2 года назад +1

      Rutambi Hana lolote maneno Tu 🇨🇩🇨🇩🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦

    • @NesterNIYONYISHU-zc4vq
      @NesterNIYONYISHU-zc4vq Год назад +1

      Kabisa
      Burundi yahiganwe nez kuk uwaserukiy Rwanda Yiba Sana kuko Ntaho Yigez atangura yatiny kugira azararabir kur Bdi but All pig up🤛🤛🤛🤛

  • @ninteretsejeanboscoporepor7201
    @ninteretsejeanboscoporepor7201 2 года назад +45

    Anaconda gufata imoto ntizinyigange🙏🤝✊️💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮 rutambi wahuye numu Rundi

  • @pacificiquengaruye7480
    @pacificiquengaruye7480 2 года назад +15

    Cyakoze Anakonda ndemeye walah 🙌🙌🙌

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 2 года назад +14

    ANAKONDA hejurucane✊kabisa arashoboye🇧🇮👏👏👏👏👏👏

  • @emeraadiel3537
    @emeraadiel3537 2 года назад +3

    Rutambi ico nabonye yashatse kwica mumutwe Anaconda arik yarushijwe bibonek! Good job kbx!🇧🇮🇧🇮

  • @niclasbir907
    @niclasbir907 2 года назад +57

    Rutambi uno musi sibabana b'irusizii shaa uno musi mwahuye numwana wa bijeyi!!!!😄😄😄anaconda juuuu!!!!

  • @gasperissa9511
    @gasperissa9511 2 года назад +6

    Anakonda mkono juuu bro ukingari mwonyeshe kesho kwenye GM tuu💪💪💪💯🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @jeannshimirimana3256
    @jeannshimirimana3256 2 года назад +15

    Rutambi urihasi ndabibony kabxa from rwandaaa

  • @dieudonnedusabe9403
    @dieudonnedusabe9403 10 месяцев назад +1

    Sha uri umurundi Koko

  • @pazooowasafi1366
    @pazooowasafi1366 Год назад +3

    Niba wemerako rutambi acisya piga Like hapa

  • @EricMm
    @EricMm 2 года назад +56

    I respect you guys, ariko kuri iyi point yo gupeza moto ningombwa gushyira imigozi kuberako iyi uri muremure ugakwega, amapine y'inyuma arazamuka, icyogihe ntwabo imbaraga (power) z'amapine y'inyuma ziba hafi ya zero. Kandi amapine y'inyuma nyiyo aba afite imbaraga

    • @frankelisha5325
      @frankelisha5325 2 года назад +3

      The through must be told always bother man

    • @ndayishimiyeamani7938
      @ndayishimiyeamani7938 2 года назад +7

      Uvuze point ukuri nuko na anaconda yabimubwiye

    • @hassanmustafa3194
      @hassanmustafa3194 2 года назад +2

      Thats true nibashireho iyomigozi

    • @chloetv6325
      @chloetv6325 2 года назад

      Yewe rutambi ararenze mwan niyo waterura bisaba power

    • @olivierzaburi8991
      @olivierzaburi8991 2 года назад +1

      @@chloetv6325 anakand🤝🤝🤝🤝💪💰

  • @allhacks.
    @allhacks. 2 года назад +29

    From Rwanda gusa Anaconda muri kumwiba kbsa, Rutambi yashyiz moto hasi nyuma

    • @uwimanarenee6157
      @uwimanarenee6157 2 года назад +1

      Nuko muri musi anaconda nanje ndemeye rutambi ashiramwo nikinyabuphura guke kabisa ikindi ahantu Hatagira umusiphuzi nuko ariko kumoto hoho rutambi emera anaconda yagukomye kabisa

    • @fabiolasilyvain8880
      @fabiolasilyvain8880 2 года назад +2

      Vugukuri wirenganire

    • @beckhamniyo889
      @beckhamniyo889 2 года назад +2

      Uvuz ukuri🙏

    • @nibarutaeuphraim9507
      @nibarutaeuphraim9507 2 года назад +2

      From Burundi uvuze ukuri bahaye baramwiba anaconda rutambi yastinzwe

    • @Yourbigenegy
      @Yourbigenegy 2 года назад

      Rutambi agira umunwa no gutukana. Iyo ubwiye umun3ngo ni igikuri, kdi mwari muri gukina uziko bizaza muri camera ubwo uba wumva utari kumwica mumutwe? Kdi imigozi niyo yagombaga kubikemura kubera ituma imbaraga za moto ziba neutral bigendanye nuko batareshya. ANACONDA is a big guy. Rutambi ajye agabanya umujinya no kumva ko ariwe ufite privilège kurusha opposant we.

  • @gasperissa9511
    @gasperissa9511 2 года назад +14

    Gusa Mr anakonda arakomeye mbese nyene push-up anakonda yakoze rutambi katazimwishuye😂😂😂😂😂😂

    • @muhirwaraphael1371
      @muhirwaraphael1371 2 года назад

      Rutambi ari hasi cyane arimo kwiba mugenzi we arimo kuziterura kndi afite ibigambo byinshyi

    • @muhirwaraphael1371
      @muhirwaraphael1371 2 года назад

      Na puch up za anaconda za munaniye ariko afite ibigambo byinshyi uwo Rutambi

  • @yussufsibomana9397
    @yussufsibomana9397 Год назад +32

    Keep shining our anaconda 🇧🇮🇧🇮love from Burundi

  • @naturesway552
    @naturesway552 2 года назад +1

    Nugukoresha imigozi kuko uburebure sibumwe… respect kuri bose kuko barashoboye, ariko mwihenze kuko ntibareha iyo ni big disadvantage kuri Anaconda!

  • @niyofaxofficial2693
    @niyofaxofficial2693 2 года назад +15

    Anaconda wetu je suis avec toi Bro wachana Na huyo rutambi huyo ni maneno tuh toujours anaconda 💪💪💪💪💪💪💪

  • @jeanmarientahombasigiye2232
    @jeanmarientahombasigiye2232 2 года назад +78

    Justement comme mon analyse, anaconda est petit que rutambi mais il est trop fort plus pour rutambi; donc, comme conseil, rutambi faut partir à se faire construire au-moins 2ans pour avoir qu'on pourra gagner anaconda.🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼 Nous sommes les uns( we are the same)!

    • @frankelisha5325
      @frankelisha5325 2 года назад +2

      Much respect for your advise

    • @suissehenry4578
      @suissehenry4578 2 года назад

      Anaconda and rutambi ntarwanda ntaburundi turumwe ndabemera mwubahwe

    • @myvenif3627
      @myvenif3627 2 года назад

      Bien dit Jean-marie

    • @marcelkasisa9265
      @marcelkasisa9265 Год назад +1

      Rutambi gabanya amajambo Anaconda arakurenze

    • @marcelkasisa9265
      @marcelkasisa9265 Год назад

      Anaconda Yitwa Emi one numuhanzi i Burundi

  • @mauricenizeyimana4676
    @mauricenizeyimana4676 2 года назад +31

    Umushingantahe Ari hejuru🔥🔥🔥

  • @miburoaaron1804
    @miburoaaron1804 Год назад +1

    Anakonda big up bro , uramusumba imbaraga , uyu munyaru ikimwishe nagasuzuguro

    • @ericgas4938
      @ericgas4938 Год назад +1

      rutambi yateruye imwe iri mukuboko kwiburyo anakonda rata ntubyemere ✌

  • @melonyogofficialrwandamusi8219
    @melonyogofficialrwandamusi8219 2 года назад +1

    Rutambi jyawemera anakonda arakurenze ubundix ibyo yakoze kutamwishyuye anakonda 🤸🤸🤸🤸🙏

  • @oliviernifasha3166
    @oliviernifasha3166 2 года назад +20

    Anakonda kweli uri number one hejuru cane we love you Anakonda

  • @kadogojohn1430
    @kadogojohn1430 2 года назад +73

    Anakonda 💪 💪💪💪 turikugukurikirana 100/100

  • @davidinnocent7771
    @davidinnocent7771 2 года назад +17

    Wowe tekaaana rutaambi🔥🔥🔥🔥🔥😂 !!! Murashimishije kbs

    • @majambereamos2133
      @majambereamos2133 2 года назад

      Anaconda yarushije rutambi....rutambi imoto araziterura nico gituma mubona izunguruka amapine y'inyuma kuko iba iri mu kirere...ikindi naco kubera moteur ikorera kuri les roues arrières,nico gituma moto itagenda kubera les pneus tournaient dans l'air.ikindi naco yaguma ahenda anaconda ngo atabanze kugira arabe uko abikora....mwese mwabibonye ko rutambi azifashe zitabuja (bougeant) wamengo bariko bagiserera ata vitesse irimwo.anaconda tu es le 1er ...

  • @bigirimanakingdesire
    @bigirimanakingdesire Год назад +9

    Anaconda yakoze bikomeye yubahwe💯

  • @levisnsabiyaremye3524
    @levisnsabiyaremye3524 Год назад

    Anakonda vyukuri yamurushije,rutambi hariho vyinshi atakoze kuko rutambi bagusumbije emera, Respect Anakonda Burundi toujour

  • @gemadaresteven5859
    @gemadaresteven5859 2 года назад +9

    Rutambi ndakwemera ark anaconda ndikumutinya ni mubi cyane aranitonda ndamukunzecyane anaconda

  • @blackpearllucky279
    @blackpearllucky279 2 года назад +6

    Aka kajama k'i Burundi karumye kbs.

  • @rukundojeandedieu2484
    @rukundojeandedieu2484 2 года назад +15

    Cha mfana rutambii kurwego rwohejuru ariko ka anakonde karitonda rutambii 🔥 never give up

  • @nijimberehusna6956
    @nijimberehusna6956 2 года назад +1

    Hahaha wari warifatiya abanyarusizi nabanyarubavu uzawa shika umwana wumurundi arakwemejepe

  • @nyiraminanidativa7211
    @nyiraminanidativa7211 2 года назад

    Rutambi ashyiramo nokwiyemera amagamboye antera umujinya kuruta ibikorwa Anacondo hejuru cyane

  • @sengiyumvaleonard9543
    @sengiyumvaleonard9543 2 года назад +4

    Mbega umunyamakuru ubera koko ura bona Ana konda ata murushyije koko cyangwa nuko rutambi muhorana burigihe nuko ahora aguha ibiganiru tu ababyumva nkanjye mumpe like kbx

  • @EvangelistNiceMinistries
    @EvangelistNiceMinistries 2 года назад +25

    Rutambi on Top! Big up! Love from Canada 🇨🇦

    • @elvisnkurunziza9718
      @elvisnkurunziza9718 2 года назад +3

      Anacond yubahwe kbs kk mwivyo vyogukurura mot urimuremure biragufash anacond naw nimuguf rutambi naw nimuremur rr ntamujanirany rek twinjirw gimu blo anacond turamufana 👊👊👊👊💯💯🦵💪👊👊👊

    • @ndayishimiyeamani7938
      @ndayishimiyeamani7938 2 года назад +2

      Rutambi is is kid for Anaconda

    • @bahatijeanclaude3905
      @bahatijeanclaude3905 Год назад

      Respect to Rutambi 🦁

    • @servatmbazumutima2069
      @servatmbazumutima2069 Год назад

      Rutambi à ha mdomo umeshindwa

  • @LuckyBoy-pp2md
    @LuckyBoy-pp2md 2 года назад +31

    Anakonda never disappointed us burundi 4life ukipenda call me katoto ka mung jesus 4life

  • @bankuwihadidier
    @bankuwihadidier 10 месяцев назад +1

    Anakonda big up maniga !! Kure cane hashoboka from buja

  • @claudetuyisenge1909
    @claudetuyisenge1909 10 месяцев назад

    Rutambi akoresha amagambo yonyine ,kumagambo yamutsinda naho ibikorwa waaaaapppii

  • @yohclever2625
    @yohclever2625 2 года назад +36

    Big Up East Africa💪💪💪

  • @PaccyTv20
    @PaccyTv20 2 года назад +12

    Twari twategereje twahebye kbs wawooo rutambi uriguhuguza

    • @niyondiko9693
      @niyondiko9693 2 года назад

      Anaconda from 🇧🇮 nakubali musaza kubta ako gahungu kamagambo menshi

  • @nkurunzizajeandamour3136
    @nkurunzizajeandamour3136 2 года назад +5

    Rutambi hejuru abafana barutambi murihe komutampa like

  • @NsengimanaEtienne-xn2ve
    @NsengimanaEtienne-xn2ve 9 месяцев назад +4

    Izo Moto zikurura imbere ninyuma nukuvuga ngo uteruye inyuma imbere yagenda ahubwo rutambi oyeeeh oyeeeh

  • @honoree621
    @honoree621 2 года назад +1

    Rutambi number one hejuru👆🔥 uwo numwana barikukujyereranya nae kbc

  • @sabushimikeaudace3157
    @sabushimikeaudace3157 2 года назад +47

    Anakonda nakubali bro 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️♥️♥️🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

    • @sabushimikeaudace3157
      @sabushimikeaudace3157 2 года назад

      I love you so much bro BURUNDI yubahwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥

    • @aristidebyendagusetsa6211
      @aristidebyendagusetsa6211 2 года назад

      Rutambi yakwempye popage yo kurutoki rwigikumwe, anaconda yahamukubitiye ahareba inzega pe.

    • @igirimbabazimodantyne7710
      @igirimbabazimodantyne7710 2 года назад

      Anakwonda rutambi ntaguterubwoba kbs

    • @mugwanashakamadiba8726
      @mugwanashakamadiba8726 2 года назад

      Rutambi vugisha ukuri watsinzwe uraterura moto gahmbirwe..pfuu ndanakugaye

    • @patiencebakundukize6870
      @patiencebakundukize6870 Год назад

      Rutambi ntaco ashoboye namajambo gus arik atwicyisha anaconda urashoboye

  • @iwacuallsportnews745
    @iwacuallsportnews745 2 года назад +26

    Rutambi niyishure push-ups anaconda yamuhaye!

  • @bayigumekoegide2010
    @bayigumekoegide2010 2 года назад +6

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮umurundi yubahw kweli 👍👍👍

  • @ericharukuntunsabiyumva2839
    @ericharukuntunsabiyumva2839 2 года назад +1

    Nubundi ndamwemeye aho kumoto Bari kumurya kubera abashiferi sabiwe

  • @havyarimanakennyblaise9302
    @havyarimanakennyblaise9302 Год назад +1

    Kand bikabankavyo abanyarugombo ntituzatunanirwa🙌🙌🙌👍👍

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 2 года назад +11

    Abarundi twubahwe cane kandi iteka ryose ❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @raussakarire5509
    @raussakarire5509 2 года назад +66

    Anaconda we love you so much from Kigali 🇷🇼 🥰🥰🥰🥰

    • @drjojomix1430
      @drjojomix1430 2 года назад +1

      Wapi rutambi ababuterure narekeku

    • @drjojomix1430
      @drjojomix1430 2 года назад

      Rutambi y

    • @drjojomix1430
      @drjojomix1430 2 года назад +2

      Rutambi yananiwe ntabikorwa agira namajambo

    • @SEBY-NATION
      @SEBY-NATION 2 года назад

      Wamugingawe

    • @leonhappyfunny4529
      @leonhappyfunny4529 2 года назад

      Rutambi bagutsinze kare igihe wanga ko bashiraho ibigozi byasobanura ko utiyizeye

  • @mupenzipatrick1019
    @mupenzipatrick1019 2 года назад +11

    Nakubali Anakonda 💪💪

    • @SOUTHSOUND23
      @SOUTHSOUND23 2 года назад +1

      Anaconda hejuru 🏍️🏋️‍♂️- Rutambi genda ucukure amateke kuko uracabura byinshi vyo kwiga

  • @rwigemaofficial423
    @rwigemaofficial423 Год назад +1

    Rutambi arashoboye ariko Anaconda aramurenze mwamukoraniye kuko ari wenyene muri benshi👎ababonye ivyo nabonye ko bamukoraniye Anaconda bampe like hano

  • @emmahillstv
    @emmahillstv 10 месяцев назад +1

    Muransekeje murarenze boss bakoze umunwa namatuza❤

  • @richardmanirakiza3756
    @richardmanirakiza3756 2 года назад +13

    Rutambi aha ho Ubaye petit joueur 😄😅🤣. Anakonda oyeeeee 💪💪🇧🇮🇧🇮. Ubu turindiriye GIM rero

  • @ndikumwenayoamiel8378
    @ndikumwenayoamiel8378 2 года назад +9

    Ngenzanyurwa mugeze kucyuma 💪

    • @thevoiceofthesign5592
      @thevoiceofthesign5592 2 года назад +1

      Kucyuma ko mbona Rutambi wagirango aba avuye gusura sarongo hhhhh

  • @niyonsabajeanrobert8435
    @niyonsabajeanrobert8435 2 года назад +18

    Anakonda, anakonda, anakonda, anakonda.

  • @tuyiringireericbob8746
    @tuyiringireericbob8746 Год назад +6

    Anaconda est tres fort et balance la force interne vraiment

  • @ngogaaimable2519
    @ngogaaimable2519 Год назад +1

    Rutambi n number uno(1) mn ni king wa GYM nako hose ahunwo muzadufashe mu creating iyo championship neza hamwe n babandi Bose bahangane peeee

  • @magnalejumeau4042
    @magnalejumeau4042 2 года назад +16

    Love from Anaconda..erega muramenya pneus irihejur ntagumvu iba ifise.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @methodendayishimiye2834
    @methodendayishimiye2834 2 года назад +6

    Asha anakonda ivyavuga nukuri imoto yaziterura kuko pine izunguruka kuko iba iba idafashe hasi yayiteruye ija heju Anakonda hejuruuuu🔥🔥🔥

  • @abdallahabdoul2897
    @abdallahabdoul2897 2 года назад +20

    Anaconda kabisa minakubali sana kaka

  • @dioeudonnemwumvaneza3265
    @dioeudonnemwumvaneza3265 Год назад +5

    rutambi turakwemera Sha nawuzagutsinda rutambi numwiyeneze gus

  • @ByamunguPatrick
    @ByamunguPatrick 5 месяцев назад +1

    Rutambi turakwemera from Zambia

  • @kajejetv7552
    @kajejetv7552 2 года назад +8

    anakonda nintwarii🇧🇮👍🇿🇲❤️👍

  • @butoyicloud1268
    @butoyicloud1268 2 года назад +72

    Anakonda respect to you from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @dusabeniyomurenzi2886
    @dusabeniyomurenzi2886 2 года назад +25

    Anakonda Ararenze kbs rutambi Ajye yemera ✌️kuri Anakonda 💪

    • @Cucu250
      @Cucu250 2 года назад

      Tujye tuvugishuri vyamunaniye ariko araharira

    • @jeanboscondayiragije6853
      @jeanboscondayiragije6853 2 года назад

      Bakore turabe rutabi ivyo yigize haaa uwo mwana wumurundi aramuziye peee...tubitege amaso

  • @igabemisterchristian659
    @igabemisterchristian659 10 месяцев назад

    Gusa bose barashoboye kbs, baduhaye show nibubahwe

  • @elienteziryayo3767
    @elienteziryayo3767 2 года назад +1

    Oya rutambi naragukundaga ariko amagambo udashaka guha abandi umwanya sibyiza wewe na super manager narabakundaga ariko mwiharira ijambo narabanze from Australia 🇦🇺

  • @eddybopahoryamye4077
    @eddybopahoryamye4077 2 года назад +10

    Rutambi kugira imoto ayishire hasi yabanje kuyimbira hama abona kuyishira hasi shaaa😁😁😁Respect Anaconda from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @habumugishavalens8579
    @habumugishavalens8579 2 года назад +15

    Honestly Anakonda is super man

  • @abelbanda6253
    @abelbanda6253 2 года назад +9

    Anakonda big sana uratwemeje from 🇲🇼

  • @RuberaAsman
    @RuberaAsman 9 месяцев назад

    Anakonda oyeee arenze rutambi namagambo gusa murimake rutambi yanfikisha umunwa ibikorwa wapiiik

  • @ghanimaali1279
    @ghanimaali1279 2 года назад +7

    Anakonda turakwemera canne courage kbx Kaka wajye from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯 anakonda

  • @kadogojohn1430
    @kadogojohn1430 2 года назад +10

    Anakonda aratanze akarorero
    Imbere yarutambi
    Rutambi Tinya anakonda 😁😁😁😁Namb one anakonda 💪💪

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 2 года назад +14

    Ndigukurikirana ino mucht irenze cup world 😃😃😃😃 rutambi warigenje unomusi uhuye nu murundi

  • @ericksenseaglefitgym8003
    @ericksenseaglefitgym8003 2 года назад +12

    Rutambi bamutsinze moto amapine arimo kwikaraga mn Kandi anakonda arimo kuzigumisha hamwe nizigende

  • @niyonsabaismael5127
    @niyonsabaismael5127 2 года назад +27

    Rutambi ndagufana pe ndetse cne kdi ndi umunyarwanda ark anaconda mwamwibye rwose honestly anakonda niwe waba watsinze . Kumpamvu zikurikira
    1. Anakonda yabasabye kuzana amakamba cg imigozi muranga
    2. Anakonda yakoze igihe gito ark niwe wakoze ibisabwa kuko ntabwo yijyeze aterura motor
    3.tureke amaranga mutima rwose rutambi uruwacu yewe turagukunda ark anaconda yagutsinze pe ntabwo yateruye ark woe wateruye. Munyamakuru biragaragaga ko uri kuruhande rwa rutambi ark twebwe turabireba pe anaconda yakoze igihe gito ark rutambi akora igihe kinini gs anaconda kurwanjye ruhande niwe watsinze

    • @kamanzijean5442
      @kamanzijean5442 2 года назад +1

      Wibagiwe nuko anaconda yakoze popmaje kugatoki kamwe rutambi yanga kubikora

    • @nshimiyimanavenuste7227
      @nshimiyimanavenuste7227 2 года назад

      Sha rwose rutambi hejurucyane arko bekujya baguhuza nizombinja ngo ni anaconda bajyebatandukanya yoga nibyomurimo

    • @EmmyNassor885
      @EmmyNassor885 Год назад

      Nakuunga mkono ANACONDA ni 🔥

    • @EmmyNassor885
      @EmmyNassor885 Год назад

      ​@@kamanzijean5442 ulishabiona.RUTAMBI yagitse ubwoba hhhhhhhhhhhh cezeya abana ba NTARE Rugamba Si bwabudogo Guy's

  • @ishimwesolange6208
    @ishimwesolange6208 2 года назад

    Rutamb wowe urarusha power💪💪💪 uwomwana kbx iminot 52 yawe hejur cyneeee brother nomurijimu uzamukome kbx

  • @qwiphura6713
    @qwiphura6713 2 года назад +5

    Umuntu ubonako Rutambi azatsinda muguterura nagende atanyihereye like

  • @atherman9426
    @atherman9426 2 года назад +42

    Burundi turenze muri vyose anaconda hejuru🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

    • @Cucu250
      @Cucu250 2 года назад +1

      Mn ntitukabeshe rutambi ararenze nuko anaconda yakomeje ararira ngwiki niki

    • @atherman9426
      @atherman9426 2 года назад +1

      @@Cucu250 reka reka sha umuntu wumuntu iburundi turarenze ibintu vyose muvyigira kuritwebw

    • @kenjikennedy1049
      @kenjikennedy1049 2 года назад

      @@atherman9426 muri umugore arko 😂

    • @nsanzamahorodesire1777
      @nsanzamahorodesire1777 2 года назад

      Rutambi niwishuure

    • @skybgarcon3
      @skybgarcon3 2 года назад

      Wp ntabwo murenze Rutambi azamunywa like woter

  • @نىل-ج5ع
    @نىل-ج5ع 2 года назад +7

    Anakonda hejuruuu ,،💪💪💪💪💪🇸🇦🇧🇮🇸🇦🇧🇮

  • @gakuruntakababaje4254
    @gakuruntakababaje4254 2 года назад

    Anakonda niwe wabanje gupeza Moto Kandi nawe ipine ryarikaraze ndetse cyanne pe!.niba mutarabibonye mwongere murebe video muraza kunibona

  • @JeanMbarubukeye-d7u
    @JeanMbarubukeye-d7u 10 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂😅Rutambi akina comed zonyene yishinga utujamboo shaaaaa ndakubonye anakonda niw wagushize hasi😊😊😊😊😊😅😊😅😮

  • @beckhamniyo889
    @beckhamniyo889 2 года назад +30

    Anakonda hejuru🇷🇼🇧🇮🙌🙌

  • @kjbktjb1
    @kjbktjb1 2 года назад +7

    AHA HAGOMBA ARBITRE UZI GUSIFRA ATABERA ARIKO NAHO NDI UMUNYARWANDA ARIKO ANACONDA NI INYUME RESPECT NAHO IKINDI RUTALBI MUMWIME MICRO KKO UMUNWA NIMUREMURE HAMA HAKORE IBIKORWA MUMPE LIKE NIMBA IGITEKEREZO CYANGE ARICYO

  • @niyonsabajeanrobert8435
    @niyonsabajeanrobert8435 2 года назад +22

    Rutambi arakubisweeeeeeeeeeee!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

    • @uwerachristella2723
      @uwerachristella2723 2 года назад

      Rumbi imbere cyane mukuri mwese mwazirushije imbaraga mujyanire muri GYM umwereke ko haribyo ataterura.

  • @ndayishimiyejaphet4927
    @ndayishimiyejaphet4927 2 года назад

    Rutambi urakubiswe ndumurundi me wakubiswe Anakonda wacu big up

  • @moisenkengurutse5255
    @moisenkengurutse5255 Год назад

    Burya RUTAMBI agwiza umunwa gusa ndabona atabikorwa ariko ANAKONDA we ntamenshi avuga akoresha ibikorwa.Mubisanzwe Rutambi bigaragara ko afise ubwoba bwinshi bw'ibikorwa agaca ashaka kugwanisha umunwa kabisa ndabona Rutambi atavyiwe Anakonda aramurenze akubitiye iwabo.Rutambi ameze k'umuntu yashoye ingurube ku musigiti ndabona atabikorwa afise ahubwo yifitiye umunwa nk'abadada peeeee💃💃💃💃

  • @l.kfiston92tvshow90
    @l.kfiston92tvshow90 2 года назад +5

    Anaconda hejuru mumpe like