#Kiramvu

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024
  • Impamvu Domitile #Kiramvu yatutse #Pacifique Nininhazwe #Mwikikiganiro na Hon.Rose Hakizimana yishuye Kumigumuko yahamagariye abarundi , anababajwe nivyo KIRAMVU avuze .ntucikwe ku "URUGENDO NEWS"
    • #Kiramvu #Pacifique #M...
    #amakuru_atarikwivumbi
    #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Комментарии • 125

  • @user-hj4fj8jr8p
    @user-hj4fj8jr8p Месяц назад +16

    manyina ntibabasuke ngo nimuje mwibarabara kuko bobarasa . twe turi inyuma yigihugu , kubivuga biroroshe , ntivyoroshe barundi banje ngo babice , umwe wese azibira ikinogo ciwe , rondera iyindi strategie , bobageseza , abapfuye nibenshi ntabandi nifuza ko bapfa , abatundi barababaye ariko ntibishore kurisongoye ngo baje mwibarabara bobamara, barondere iyindi strategie

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Месяц назад +1

    Uyomuvyeyi burya nanje namukunze gose numvirije ingene avugira abanyazwe utwabo nashaka avugire natwe abanyazwe utwacu mumirongirindwi nakabiri ubutunzi bwacu abacu twabuze tutanse kandi ababitunyaze bakiba mumatungo yacu mutubwirire ategure avuge ati duhagurukire hamwe dusubizwe utwacu yobakoze ❤❤

    • @user-yw2ef9lf4j
      @user-yw2ef9lf4j Месяц назад

      Wewe uriko uzana ivyirindwi nakabiri!!

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo Месяц назад

      ​@@user-yw2ef9lf4j turabazi muca mitangurango turiko tuzurakaboze kandi abatunyazivyacu tubazi ivyacu tubibona mubwire ahubwo atuvugire nyabuna turabikeneye

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo Месяц назад

      Utagomba ko tuzana ivyirindwinakabiri ushaka tuzane gute ivyibihumbi bibiri nacumi nagatanu?

    • @jacquesntabagara2702
      @jacquesntabagara2702 14 дней назад

      Mwese nimurekuriranire ​@@LameckNgabo

  • @user-jz1bb4ti6j
    @user-jz1bb4ti6j Месяц назад +2

    Kiramvu ndakwemera

  • @EliasSindayigaya-v2t
    @EliasSindayigaya-v2t 25 дней назад

    Arisaziye.mubabarire😊

  • @NdayizeyeOnosphor
    @NdayizeyeOnosphor Месяц назад +2

    Domitira avuzeneza cane mundamukirizedusabimana idufashe baganire vice mubiganiro turonkamahoro ntakindi

  • @user-rq4vt6gw4g
    @user-rq4vt6gw4g Месяц назад

    Murakapfe mutari abadamu. Non nkokugira umutima mubi uri umukecuru nkuko Rose,. Aho ntimworaba mukavuga neza uburundi mukareka kuvuga uburundi nabi. Nimba mwaragize amahirwe yokuja hanze rabe ukuntu bakora iterambere hama namwe muze kwigisha abarundi uko tworima tukorora neza neza apana kuzana urworwanko. Reka urworwanko uburundi nubwacu

  • @NyoniEdouard
    @NyoniEdouard 26 дней назад

    Mbega gusasaza uvuga nabii, kiramvu, asifanye avuga amajambo nkayoooo!!!! Ntakuntu yarikuvyuigumizamwo, akagumana iteka yahorana!!!!!

  • @coco-9541
    @coco-9541 Месяц назад +2

    Daniel ndibaza ko ukwiye Kuba Claire muvyo wumvisha abantu Aya ma audio ya ,kiramvu na madam Rose nayakera kuri peter subu.Mr6

  • @user-eh8bt1jv8q
    @user-eh8bt1jv8q Месяц назад

    Iyi vidéo ntiyarikenewe

  • @user-il6ly1mv7s
    @user-il6ly1mv7s День назад

    Muvuga nkabatusti nabatustikazi nyene murakagwiyomwahungiye

  • @candidegahugano7058
    @candidegahugano7058 Месяц назад +1

    Mbega ibarabara rigire rijemwonde 😢😢😢 ntituzi ivyibarabara , aho kuja hamwe mukaraba ico gukora , ntaco ndengeje ngaha.

  • @NzitungaJaphet
    @NzitungaJaphet 21 день назад

    Ntakomeye arahaze wenimyayogufa yarakwiye

  • @NayabagaboEloi
    @NayabagaboEloi Месяц назад +1

    Inama isumba ingimba kura ugwamo

  • @SikituAsumani
    @SikituAsumani Месяц назад

    😮

  • @desirentihebuwayo5366
    @desirentihebuwayo5366 Месяц назад +1

    Mwebwe uburundi nabwo muzi mubwumva kumunwa gusa nimuri abarundi mwebwe

  • @user-vs2ml7oj6h
    @user-vs2ml7oj6h Месяц назад

    Ntabwo uyomutama yataye abana mwibaraba bavuge neza.

  • @AnicetKwizera
    @AnicetKwizera Месяц назад

    Ningorane Ayo majambo bavuga ateye Akoba,Mugabo Imana iratubona

  • @user-rq4vt6gw4g
    @user-rq4vt6gw4g Месяц назад

    Murimbwa zimihimbiri nimihimbirikazi.
    Aho non muta imitwe murondera konona uburundi nikuberiki? Murishetani mbi

  • @hakizimanaalexis8134
    @hakizimanaalexis8134 Месяц назад

    Rozaa rozaaa!!! Basi Saba Imana ikwongere iminsi ureke kuvugira muri bafre gusa!wewe ambara itenue de manifestations twigire turagushigikiye! Cangaha ufate icapa! None mugabo uzanane n'abuzukuru bawe Bose nabana mufate ivyapa tugende ntableme! No Kuri kabizi yanyu Na RPA kwaruko.ndumva 72 warushushe kabisa! Uvuga Ubu ushaje harakantu ukiri inkumi nkeee! Umve abajijutse nka kiramvu ndumva yaramenye ukuri sha mugurisha uburundi ntitubimenye kumbe mwiririye inoti! Kiramvu yarabahinyuye nkeka bamuhaye make! None yarabivuyemwo

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Mwishure

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 Месяц назад +1

    Uti uburundi ushaka kubwomeka kurwanda mukabuha Paul kagame.😂😂😂😂😂😂😂.Noneho birabuze pe.Ushaka rero dukoronizwe n'urwanda koko.Uraza ubu Burundi ubugire intara y'amajepfo y'urwanda,uzosanga abarundi turya dukaravye.Nukuri musigaye murenza urugero,ngira ntimukiri abarundi pe.

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Daniel

  • @BowazeMukeshimana
    @BowazeMukeshimana Месяц назад

    Ariko Rose hakizimana ubwo wewe urakomeye koko mbe ngaha mu Burundi uhafise abana bangahe? None se ko aba mbere mwabasize mwibarabara wabafashije iki? Reka kwasama kuko uruhendo gwanyu twararubonye

  • @desirentihebuwayo5366
    @desirentihebuwayo5366 Месяц назад +1

    Mwebwe ico mushakira uburundi nimigumuko gusa namurundi yabumvira ari muburundi this is false news

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 Месяц назад

    Nagira wateguye bishasha? Ni collection y,amajwi ya 2015???😂

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Месяц назад

    😂😂😂😂😂 uyomutamakazi ngira ntakomeye mumutwe 😂😂😂

  • @user-ll8wc5ff9q
    @user-ll8wc5ff9q Месяц назад +1

    Ikiganiro cuyu munsi kirabishe kuko havuzemwo imbonerakure niyompamvu vyabishe honyene nugutukana vyajemwo ahubwo gifute

  • @user-md1sp5js8h
    @user-md1sp5js8h Месяц назад +1

    Mbega amajambo mabi.!! Intare uwozugururirako igitiba. Zikihurira ninzuki. Mworaba. Ivyazo nukuri zopfa zisama umuyaga Uhenzwe nagahengwe acana inkinzo navuge make isinumwigisha. Asumba abandi bigisha. Ahoturi harabandi😏😏

    • @fredericnshimirimana8014
      @fredericnshimirimana8014 Месяц назад

      Wozana inzuki,abandi bakazana amavubi.Nibazeko atari we ari umuvumbi we nyene,afise inzuki zifise imboyi gusa.

    • @AnicetKwizera
      @AnicetKwizera Месяц назад

      Hahaha,abo bantu baraduhenda

  • @EustacheManiragaba-cx9cm
    @EustacheManiragaba-cx9cm Месяц назад

    Intare,ingwe.hari igihe intare izicwa nurukwavu reka kwirata ico muri Goriyato yarakomeye yiyita intare icuro igihumbi ariko ibuye ry'umwana muto Dawidi rya mwiravyemwo akanya isase rero reka kwirata ngo intare.

  • @user-kr1ct7pf2s
    @user-kr1ct7pf2s Месяц назад +1

    Abo bakecuru ba rose icobampa nkabenda munyo ayo manyama yocahera

    • @jacquesntabagara2702
      @jacquesntabagara2702 14 дней назад

      Wow😂😂 ,urumundi kbsa,uburundi bushasha for real, damnnn

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Месяц назад

    Ngo Roza ni honorable( Nyakwubahwa)
    Uburundi bwaragowe pee

  • @user-vx7en5mf3n
    @user-vx7en5mf3n Месяц назад

    Hahahah iyo yaciye yigira ni inki?? 😂😂😂

  • @FiulgenceNzeyimana
    @FiulgenceNzeyimana 15 дней назад

    Muragakunkumuka akogakecuru kazopfa kaboroga

  • @nibampadrdenisdiderot5538
    @nibampadrdenisdiderot5538 Месяц назад

    iryo jwi rya kiramvu wibaza ko rimaze imyaka ingana gute ? bukoresha proffessionalisme mukumenyesha amakuru

  • @schollaschol3948
    @schollaschol3948 Месяц назад

    😃😃😃😃😃😃

  • @emmanuelniyonzima2407
    @emmanuelniyonzima2407 Месяц назад

    Egera roza giutukwa hamwe n'a pasifique canke uyo mumenyeshamakuru ndazi murabimenyereye kandi ukuri kurababaza vyose imana irabibona izobibatura kumutse.

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira Месяц назад

    Ico gihugu muvugako gitwarwa n amagabura, eka n'amagabura koko "IGIHUGU KIMEZA NK'AGASAKA KANYARIWE N'IMBWA" amakungu yose yarabataye nk'ishano

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana7791 Месяц назад +1

    reka irementanya wangigwa makuru , kuko kiranvu yarahunze kere iryojwi niryakera niryakera. kuko yabonye.baramuhenze imyiyerekano,ntikunda,bobamesa.

    • @user-qg5gl6ok6f
      @user-qg5gl6ok6f Месяц назад

      Wa mwana utuka umuvyeyi nanyoye iki?ngo ikirogorogo?ibukakl umuvyeyi asa n'uwundi rofa .mukecuru ni nyoko nawe .nta Soni ???wororewe h ko numva utarezwe ?.isi iguma izunguruka irakubona tout

  • @user-ch2dq6ob4o
    @user-ch2dq6ob4o Месяц назад

    Kiramvu buvugana urupfosoni kumyaka ufise niwihe icubahiro.
    Nahora nkwemera none ubu birabuze.

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA Месяц назад

    Muvyeyi Ingo duhere igitega uhitane abari inyuma yigihugu muze twifatanye na leonce

  • @BowazeMukeshimana
    @BowazeMukeshimana Месяц назад

    Mwebwe ivyo vyo kuja mwibarabara ni mubikure mu mitwe ahubwo muze ducungire ku matora kuko amatora niyo yazanye démocratie 1993 kandi vyagenze neza cane

  • @Bimenyibimenyi-vk1cd
    @Bimenyibimenyi-vk1cd Месяц назад

    Nimwayuze mubifitiyumwanya

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Месяц назад

    Aba pacific yaba akagakecuru bababwiye kuva kera mushaka mutekane matiwuzocana bazowumuzimirizako ngira igihe babivuga bati Imana yomwijuru niyocabona mbega sihomwari mbega haruhunga afise passport 🛃 😂😂😂😂 2015 mwari mwashushe ariko murihenda cane uwibaza ngo numu cnl ngo arashigikiye ababatipe yoba yihenze cane naje vyarambayeko mugabo 2015 bari bampitanye ngo ndimbonerakure nukuvuga ngo urumuhutu uwariwe wese yitwa imbonerakure bakina ama trike ngo bica imbonerakure mugatumba ahobaje kugandagura abantu igihanga batangaje ngo bishimbonerakure barundi barundi barundi gatatu nimutikebuka ngo hariho ivyomuriko murashigikira kazi kanyu kiramvu ngaho ntimwibaze ngo numujinga

  • @EricNdayambaje-bx8jt
    @EricNdayambaje-bx8jt 28 дней назад

    Abarundi ntitugishukwa twebwe ibibazo dufis evarst azobimara kuko arashoboy tumurinyuma mber can

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Wewe Domitira mureke

  • @irankunda5364
    @irankunda5364 Месяц назад

    Ashaka gushuka abantu nagende nimiryango yiwe

  • @NgenzebuhoroPascal
    @NgenzebuhoroPascal Месяц назад

    Ibintu mubonako bidakunda,ntagutukana.Amajambo yo gutukana simeza namba Kandi ntacubahiro amutera.Nukubahana.

  • @marieingabire3969
    @marieingabire3969 Месяц назад

    Domitila ntiyihenze na gatoyi. Sindamuheruka hamwe nomenya aho nomutora noja kumuraba nukuri. Ivyo yavuze nukuri.

  • @user-ck5un4to9t
    @user-ck5un4to9t Месяц назад

    Sha jew nyakubahwa Daniel ndagusavye udusigurire ukuntu tuzomutora kandi amatora yama yibwa kandi turabizi nayazokwirikira twamutora twareka nico kimwe turazi ko azokwibwa kandi niko bizogenda ashobora gutsinda ariko bazotegerezwa kuyiba hatsinde CNDD kandi namwe murabizi ntawutabizi.Rero nagomba kumenya ikintu kimwe!!gute abanyagihugu bato bato bariko baricwa nabi cane batabwa munzuzi abandi bakaburigwa irengero bazira rwasa yibereyeho neza munama nshinga mateka!abayeho neza n'umuryango wiwe neza!kuko ntivyunvikana nagato ukuntu umunyagihugu nyarucari ataco abikuramwo kenshi ashobora gupfa nabi ngo nikubera umuntu yibereyeho neza!ahubwo nyamba azi ubwenge nkuko mubivuga tugende tujanye nawe mw'ishamba turi abanyagihugu bakwiye tugwanye CNDD kuko ivyo kuja mw'ibarabara vyovyo nivyo ntivyokunda kuko bobo bafise inkoho natwe ntazo tugira hakaba hari abagomba ko bihinduka nawe nyamba abishaka kuko nkuko mubivuga ubwenge arabufise arazi ko atazigera atsinda amatora kuko ntaho yotsinda azokwibwa.kandi nibareke abene gihugu bato ataco babikuramwo.kandi rwasa nawene ngira ari mri mucezo wandani ntakuntu nakumwe yokwidegenvya arya akaryama abandi bahereye mubinogo tutazi ngo nabanwanyi biwe bariko baramuzira!!!uko jew niko ndabibona kandi abarundi bari bakwiye guca ubwenge bakareka kujana narwo abo tumaze kubura batazi ivyo barimwo nibenshi caaaane!!! Murakoze💔💔

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Gezaho Mupfaso

  • @user-sx1dr5ud7q
    @user-sx1dr5ud7q Месяц назад

    Domithile urambabaje
    Iminsi yariheze ntakwunva uvuga
    Kandi ndazikukuri ukuzi
    Pasifique ntakosa yakoze
    Mureke kuvuga ibintu atacobimaze igihugu kizotabarwa nabarundi nyene

  • @NdayizeyeOnosphor
    @NdayizeyeOnosphor Месяц назад

    Rosa yashabe naruhuke ahebera Andi turamerewenabi ariko ararenza muhanuratahe

  • @ManenoNdikumana
    @ManenoNdikumana Месяц назад

    😂😂😂😂mwashaje p

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Daniel natwe twishyre uraduhenda

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Месяц назад

    Mbega urworwaruka avuga nurwo yavyaye none wew ningumba nuwo pacific wiwe ntabana bagira canke abuzukuru eka nabo mumiryango yabo nimba bahari nanje nomusaba abazane batangure natwe dukurikire ibintu vyogutangibitambo abana babandi abiwabo babanyegeje nibazako vyohagarara

  • @LeonceNDAYIZEYE-ew9zt
    @LeonceNDAYIZEYE-ew9zt Месяц назад

    Ubwenge buke

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Uwomuvyeyi Azi ayotwagowr

  • @user-dg6wq5lv3b
    @user-dg6wq5lv3b Месяц назад

    Weroza akokarimik
    Awe karakugoye nibakureke warasaze

  • @user-pt4vc9vy3n
    @user-pt4vc9vy3n Месяц назад

    00

  • @user-vs2ml7oj6h
    @user-vs2ml7oj6h Месяц назад

    😂😂😂 waretse gutukana.

  • @ndihorashid
    @ndihorashid Месяц назад

    ntamwana wa kiramvu yagiye mwibarabara.mbega nukuberiki yahunze rpa?mbega yibazako ivyo yakoze twavyibagiwe?

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Месяц назад

    Nawe ntiyihenda ngo pacific na rugurika agaca yongerako ngo bavuginyumvira 😂😂😂😂😂 ibuye riserutse ntiryicisuka imigambi yanyu turayizi turayisobanukiwe 😂😂

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Sinahora ngira comt ariko ivuga zero pacific bamuveko

  • @stivennishimwe491
    @stivennishimwe491 Месяц назад +1

    Mubwireroza atisubiza Aho ukuye ntavyoguhindira abantu mwibarabara m tuzosenga Imana izodutabara isahayayo Nigera kweri kuko urazi uburundi nabarundi gusa amasezerano arateba kuyashikako arikoturihafi kuyagerako kuko uburundi ni sirayeriyakabiri

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    We mugaaabo utwara cano Rose mwime ijambo

  • @NdayizeyeOnosphor
    @NdayizeyeOnosphor Месяц назад

    Namahoro mubwire rozatahe aravuga mugabo ararenza

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Daniel ibiganiro vyawe urikumwe na Rosa 0

  • @ChristianeMAHWANE
    @ChristianeMAHWANE Месяц назад

    Kiramvu urihenze caaaneee kurivyo uvuze kuri pacifique kuko pacifique afise icamariye abarundi bose kuko nabarya bamutoteje agahunga ! Bagize ingorane babwira pacifique ngo abatabarize kandi aribo bamutumye ahunga! None wewe uvuze ko yibereye hanze ! Pacifique wewe afise icamariye abarundi nka bose! Ahubwo numva untangaje ivyuvuze! None wewe Uri hehe wewe ufise icumaze!Uzi ukuntu pacifique yama yatabarije aba nyurujwe! Tubwire wewe nawe ucumariye abarundi wewe utibereye hanze

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Месяц назад

    2015 mwavugango Nkurunziza yagiye muri Freemason ngo yemeye ingunguru 300 zamaraso ngo amasezeranobayasinye mubona

  • @EvelyneKaneza-yu1ww
    @EvelyneKaneza-yu1ww Месяц назад

    Rose arashaje naje muzabukuru aruhuke kuko politic y uburundi iramurengeye kuko simwe yarazi kera mubwire ko hahindutse vyishi nabantu ubwabo ndazi ko nabone batakiri babandi

  • @MoiseIgirimbabazi
    @MoiseIgirimbabazi Месяц назад

    Ahubwo iyobavuga ati nimuze tubahe inkoho turasane nabo aho nisawa

  • @cassiennibaruta3707
    @cassiennibaruta3707 Месяц назад

    Mugisha
    Ba utanga ivyiyumviro vyubaka
    Pas abatukana

  • @ManuelMinani
    @ManuelMinani Месяц назад

    Museke uwu mukecuru araza kongera kugumuka uti nyarukaaa

  • @chevaljoyeux1
    @chevaljoyeux1 Месяц назад

    Uwo muhungu avuga nabi cane nta ndero afise yari gushobora kwishura mu rufaso agasohora neza iciyumviro ciwe hagutukana abo ni bamwe badasonera umufasoni ukwari kwose...badasonera banyina na bashiki babo birirwa barabakorera ivya mfurambi...roza nta kibi yakoze yahanura murundi maman roza bandanya usemerera akabi n akabibi twakabonye mu burundi...ibara ryaraguye ntaco tucera...

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 Месяц назад

    Honorable HAKIZIMANA 😂😂.Uri bitwenge.Mbega usigaye uri honorable mu Bubirigi.Usieja munama Nshingamateka yo mukihe gihugu ?Ingo mu Burundi bagucire urubanza nyabuna kuvyaha wasize warakoze.Waciye wifatira indege udusize mu manga 2015.Usaziye ubusa pe,ntampanuro woduha twebwe ugwaruka.

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA Месяц назад

    Wew niwaza uzobicishe kwiyi radio tukuri inyuna nukuri kwose ingo

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu Месяц назад

    Iconobabwira nimukorere muri mucezo wandani muze murigisha mumuryango yanyu kugira bigishanye mumwakuza duhindurw ibintu biciye mumatora Kandi nugutora Agathon Rwasa nayahandi kuvuga amajambo nuguta umwanya

  • @MbonimpaJ.Pierre
    @MbonimpaJ.Pierre Месяц назад

    Nne uyomuroza ko yirutse yahunziki?

  • @Elysixpro
    @Elysixpro Месяц назад

    Reka reka nyokuru uheruka inzira muci tekana

  • @ManuelMinani
    @ManuelMinani Месяц назад

    Murageza mugire iyo mwiyerekano nimusubire mugumuke

  • @desirentihebuwayo5366
    @desirentihebuwayo5366 Месяц назад

    Mwebwe mura aba coloni narukundo mufitiye igihugu atari gucanishamo abantu none nkaba bakecuru ikintu bakora coteza imbere igihugu canke ico bamaze gukora nigiki mwebwe mushaka kuja mur poltics nimugaruk mugihug kubera ivyomukora vyose nikwiruhisha kandi naninguvu mufise namajambo gusa

  • @inababirigaga3645
    @inababirigaga3645 Месяц назад

    Ivyo kiramvu yabivuze kera cane. Rero ubigarukanye ubu wihenze uriko usambura intumbero yawe

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Daniel mpanimero yawe

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Месяц назад

    Naze atugirimbere mbega ko 2015 babasutse mwibarabara abana bakicwa bagaca bihungira uwosubirayo yoba arikirofa huuuu twarabamenye shaa twe tirindiriye amatora tuzobimenya

  • @user-ie2qy9oq1j
    @user-ie2qy9oq1j Месяц назад

    Nagomba mbaze mugisha nonega ayomatorazobameza gute atunganywa na DD gusa aribobayaserukira kunzegozose zohejuru subusuma nyene yobamezagute bitegurakuyiba nkukobayivye 2020 rekareka nihakogwikindikintu cohinduka kuko kuryayatunganijwe barahejeje kuyiba

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Muvyeyi ruhuka nimba warahejeje kwishura amadeniyose nayoo Pacifique na Bobo nintwarizu Burundi

  • @inababirigaga3645
    @inababirigaga3645 Месяц назад

    Basha uriko uha inguvu aba dd utabizi 🤷‍♂️

    • @user-ue2by1jb4r
      @user-ue2by1jb4r Месяц назад

      None kugomora abaja mwibarabara
      Wewe wabujijwe niki kikubuza kujayo canke urungike abawe kuri patriotic hama tukemera tukaja inyuma yawe

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Ahubwo ukirikuravuga wewe wamaziki ?kutaraheza kuvuga

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Mpanimero yawe

  • @user-kx5dz2sp3m
    @user-kx5dz2sp3m Месяц назад

    Subirayo mtihababa 😂😂

  • @user-es4nn5nb9b
    @user-es4nn5nb9b Месяц назад

    Nukuri kwImana Kiramvu ntandero afise imvugo yiwe ninkiyabantu bomwibarabara mugisha uzomumpere iyi SMS bamusigurire ijambo Umupfasoni icarico jewe ndamaramaye umuntu naho yokora ikosa hariho imvugo yokumuhanura akakanya aribagiye ijambo rivuga riti Intenderi Iramenyumuti?iryo Jambo yarikoresha agira avuge amakuru yogutyoza ubutegetsi mbega aka kanya yavyobagiye?jewe ndumiwe umuhumure nkuyo avuga amajambo yogutukana ariko ntibitangaje yahoze yubahuka gutuka inzego zacu numukuru wigihugu ninde wundi atokwubahuka jewe nosaba ko Pasific atomera nkawe jewe ntaruhande negamiye nshatse gukosora Kiramvu kuko ubutegetsi bwacu ahubwo nabagabo urevye abagenda barabutyoza ariko igihugu kikaguma cifashe

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Pacifique na Ruguruka ntusubire nimbuhivye Wisk kahise wobuzikukabasumvya wewe waraborewr

  • @NdikunaNdikumanaAlexis
    @NdikunaNdikumanaAlexis Месяц назад

    Rose wubahwe wishuyeneza koabarundi aribo bazikurako agasuzuguro

  • @LionelNkunzimana-mv5bf
    @LionelNkunzimana-mv5bf Месяц назад

    Jew narinzi ko kiranvu yapfuye

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza Месяц назад

    Kiramvu apfa iki na Pacifique ?

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Icogikecuru kizibe

  • @Bimenyibimenyi-vk1cd
    @Bimenyibimenyi-vk1cd Месяц назад

    Uwomukecuru wewe harageze kwapfa

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Mbega uwohagushira nkuko nkwumva wokoriki wewe?urumvako nawe atabumwe ufise jewe duwejebundi ariko muri politique twavuyehe tujahe .none Rose umuntu yubahigwa iki?

  • @protaisnshimirimana9072
    @protaisnshimirimana9072 Месяц назад

    Mwumve mwebwe muravuga ,none kiramvu urikukoriki unomusi ?kuntwaro ya Evariste,nawe mutamakazi ntazi uwuriwe ,wewe wanaziki?,pacifique azivyavuga même Bobo azicavuga mwebwe muhimba Wisk mukavuga ayamuhe

  • @NdayizeyeOnosphor
    @NdayizeyeOnosphor Месяц назад

    Nanditsenabi yashaje