Sha I can't explain how much I like Libert's voice he is the one who made me watch this movie afis ijwi rituje riryoshe kwumviriza I mean riri romantic.❤️❤️
Iyi episode nayirebye incuro nyinshi hari ikibazo nibajije kuki iyo muri couple umwe yeretse undi ko amukunze cyane uweretswe urukundo agiramo agasuzuguro? Libert yeretse Angel ko amukunda cyane none Angel watinyutse gute kujya kureba umu ex utabwiye Libert?? Ikindi nigute uza utanga umwanzuro w'uko uzajya kwirirwa kumu ex ukumva nta kosa ukoze?? Twige kubaha abantu turi murukundo nabo. Thank you all the team especially Libert. Much respect
Team Sabbas murihe dutangure gucelebra Imana ntiyibagira uwayo.tumenyane
Man ndagufana. Nukwogusa fanny agiyeguhemuka 🤔🤔🤔🤔
Numvira ikigogwe ribat kuk yarubatse umutima wa enjo yarubatse ubuzima bwa anjo yaruwo gufa non uyumus enjo agirahemuke kuruhande gwa sabbas nawe ntiyitahura ivyabaye niyongorane ivyo enjo yaciyemwo nawe ugiribicemwo
Uyumusi bantanze... Simbaye uwambere🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Ntitwigeratunanigwa
Wew ntunanigwa ndagkunda vrt
Ahwiiii Abakunzi Bumupfakazii mumpe Like🥰🥰🥰🥰🥰
👌👌👌👌👌👌👌
👌👌💃💃🤜🤛
Hagiye gushaaaa🔥🔥🔥🤣🤣
Î’m the first😂😂😂murabe uko mungira 😋😋ndabakunda cane abadutunganiriza ireresi nziza ❤️❤️Dieu vous bénisse abondamment 😘😘
Ni gute wohitamo uwo muzokubakana
ruclips.net/video/TmLt3P41ZB4/видео.html
Aaammmmmmmm vyizapeeee🤣🤣💓💓💓💓
Abo kwamwarabu ntimutangwa mugm muyakanuy nanj nahishikiy 🥰❤️🇦🇪🇦🇪🇧🇮🇧🇮
Turi🙄🙄🙄🤣🤣🤣
Abo kwamwarabu twahishikiye vrement muga ivyo bintu mutwereka vyindagara muriko mutwica verement😭🤣
🤣🤣🤣🤣🤣 kwamwarabu ntituryama
@@sarandayisenga6686 rekawawarek 😭😋badukumbz
Basha tubatwayakanuye
Niho.twibereye🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲💓💓🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nanje mpako like numve uko ziryoha
Mbaye uwambere ndabinginze mumpe like murakoze ♥️💞🇸🇦🇧🇮
Ukibivuga 😃😃😃😃
Ni gute wohitamo uwo muzokubakana
ruclips.net/video/TmLt3P41ZB4/видео.html
@@yeah1093
Ni gute wohitamo uwo muzokubakana
ruclips.net/video/TmLt3P41ZB4/видео.html
Njye sinshakako sabas asubirana na Angel rwose mumbabarire.
@@mukamuzimachadia5401 😂😂😂😂🤭
Uwubonako iyi film.ariho igira itangure neza ampe like
Courage ma Cherie fanny urashoboye gose,libere ndakwemera urumukinyi mwiza avec trop du serieux
Libert, my favorite best actor. Big up team Umupfakazi
Libert and fanny courage mubikorwa vyanyu turabakubda cane😍😍😍😍😍💋💋💋💋💋
Muratinda kuduha izindi hagiye gushya
Nukumuhezagigwe canendabakundacane
Love is blind.....
Big up kumupfakazi series, igitabo cubuzima
Support this talented team guys.
Turabkunda cn kur phrmcie ndiho mugihosha ❤️💯💯
Am in love with this movie 😍
Libert you're the best 🤝
Waaaoooh Sabbas yakize bigiy kuja ahabona,Angel courage gusa ntuzomuhemukir Libert 👌👍👍
Cane naje vyombabaza
Asubiranye na sabas ntiyoba ikicitwa umuphakazi
Barabe ntibize bibe kweli
Enj azohemuka ndabizi😂😂😂😂😂
Angel ntuzahemukire Libert nzababara pe
Vmnt natabagomb kutubabariz ubusa ntaz ahemukire Libert
Waooooo abazindutse nkanje tumenyane😂😂❤️❤️
Ni gute wohitamo uwo muzokubakana
ruclips.net/video/TmLt3P41ZB4/видео.html
Je nacerew banyamwema barubafashe kwli reka reo nterame ndabe iyobiherra
Abakund umupfakazi nkanj gongak han twimanukire ✊✊👊👊🤛🤛👌
Fatishumwan mujaniranye sigayenkunda muco🥰🥰🥰🥰🥰💋💋❤❤❤❤❤😍😍😍💖💙🤍🤍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Ahaaaaaaa ntibigiye kworoha pe reka turindire ibigiye kuba hanyuma muga binteye amakenga sana ndabakunda Mwese ❤️❤️❤️
Belize yariyavuze kwazoca yihana belise akwiye gushirwa mumpimba 50ans🤺
Ahwiiiiii narinateramye🤗🤗
Ubu abafana turi imigwi ibiri
1.Fanny❤️ & Libert❤️
2.Fanny❤️ & Sabbas❤️
Egokabisa gusa urantwengej
🤣🤣
😂😂😂😂
Kabisa. Reka dutegereze turabe iyo bizoherera.kiretse Belise amusubiranye akabangurutsa intambara. Libert azohava amuvangira agafu mumazi nabonye ata bujinga iwe
😅😅😅😅 ahubwo libert mumisi ndabona igiye guhotora umujinga wese azomwitambika imbere
Quelle adorable série on vous aime
Courage mwese turabakunda Imana ibahezagire
Nimuduhe episode ikwirikira
Uwivyago vayagendeye nivytsi ntibimuha inzira mbega ivyago na sabbas ni hatri libert nimba ukukina ariko usanzwe umez uri serieux fanny lavine courage
Wao !🥰🥰🥰
Love u both guys👍❤❤🔥🔥🔥🔥 mundabire twatuntu ndahageze kare😂😂
Ni gute wohitamo uwo muzokubakana
ruclips.net/video/TmLt3P41ZB4/видео.html
Nitwa vava forom Rwanda nkunda sabasi cyane man numvabakibanira na enjo rwose ndabinginze nkunda ukuntubakundana
Narinaratevye gukurikirana iyi film nziza cane yigisha kumpande zose.mukomezwe na Ndiho!
Turabakunda. Cane. Muduha. Inyigishonziza❤️❤️❤️❤️
Libat ukinufis umutima mwiza kwel umenga nikumeze nomubuzima busazwe nsgukunze🤪🤪🥰😍🥰😍🥰😍🥰😍🥰❤❤🤍❤🤍💖💙💙💙💋💙💋💙🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇧🇮
Film nziz Cane ikinw nez cne.libert scène Uray vivant bien courage bku.ham ange ntuhebe libert ...
Ndabakunda cane abakinyi bumupfakazi uwiteka abandanye abitaho mwubahwe
Sha I can't explain how much I like Libert's voice he is the one who made me watch this movie afis ijwi rituje riryoshe kwumviriza I mean riri romantic.❤️❤️
Nahigereye pe ❤️❤️🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Mwubahwe.. Imanibakomeze.. Mubikwogwa
Iyi episode nayirebye incuro nyinshi hari ikibazo nibajije kuki iyo muri couple umwe yeretse undi ko amukunze cyane uweretswe urukundo agiramo agasuzuguro?
Libert yeretse Angel ko amukunda cyane none Angel watinyutse gute kujya kureba umu ex utabwiye Libert??
Ikindi nigute uza utanga umwanzuro w'uko uzajya kwirirwa kumu ex ukumva nta kosa ukoze?? Twige kubaha abantu turi murukundo nabo. Thank you all the team especially Libert. Much respect
Nukuri biriya sibyo njye sinajya kumu Ex wanjye rwose keretse ngiye kumushyingura🤣🤣🤣🤣
@@mukamuzimachadia5401 😂😂😂😂😂😂
@@channellechacha4177 Channella winseka rwose nibyo Ex ntakezake.
@@mukamuzimachadia5401 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ndagushyigikiye rwose
Shaaa murandiriyekoo ntarimeza
#Fanny félicitations kurino film irakaze
Yooo nadanzwe. Murakerebutse.hingo ntore agasongabukari ndatirijisho
Wauuuuuu mbega movie umu pfakazi irimwo inyigisho ikomeye
Niho igitanguraaaa🔥🔥🔥🔥🔥😀😀😀😀😀🔥
Mwanteye ama appétit mugitangura.ham enjoy ntuze uhemukire libert nivyo yagukoreye vrt.courage vrt muratwigisha cane.
None nkubu vyokunezera pe agumye akundanye na libert?? Nibaza ko bitoryoha pa!! Ahubwo libert nkuko yabaye intwari mugufasha fanny gusubirana na sabas,naryumeko abareke babandanye urugo,uzi ko yagiriwe amahirwe agakira batarakora mariageee!!
Yeeeeh!!!karabay noneh Imana ibirab sabbas ntagre icaba ukur kuje ahabna ndabakunda cn
Rimbati arafushe mapenzi amenonga💞💞💞
Nacerewe cane gusa ndabona filmes iratanguye kwel fann sabass numugabo wawe gus ivyombona ni🔥🔥🔥🤭🤭🤭🇧🇮🇧🇮❤❤❤
I love all of you. U are the best actor
Terimbere fann numuriro umuntu araraba fillm ukamenya nukuri??? No verry wow👌👌👌❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️♥️♥️♥️♥️
Mbakunda cane mubandanye kugirigwaneza n'Imana ariko ndabona Iman niyo izobangurukanya ubundi ntibigiye kworoha
Yooooo birahererah?Fanny nukur dukene suite apana lundi nikeraaa basi kabiri mundwi
Ararakaye
Turihano twahishikiye ntimutevya pe we lov u💕
Ni gute wohitamo uwo muzokubakana
ruclips.net/video/TmLt3P41ZB4/видео.html
Ahooo ivyo belyse yaroze sabbas vyose vyamuvuyemwo mbega iyo Mana yacu 🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏
Ararakanye
Muradukorera umuti basha. Na the son yatumy tubamenya ndabona yaj muri game. Kandi arashoboy.mukomez mumukoresh. Big talent
Umupfakazi ndayikunda kuger kugego gwohejur son mukomer
Ndabakunda cane,Sabasi we yibereye muri kubu,kahise kindengagihe ntumubaze,(Imana ibangurire ubumenye bakundwa
Ubu igez Aho ntukumva ko mwoyiheza.Libert ariko avyitwaramwo neza cane💪🇧🇮🎬🎥
Team 3FA mwubahwe
Ndabakunda mukina neza cane film yanyu ntihora icika
Ooh the first one
Iyi firme iraryoshe kandi cane ingorane mugira uduce tugufi kandi muranadutevya twebe abafanzi banyu bravo 🥰🥰
Wawooo muraberewebasha ndabakunda
Bely pole sana
Nazinduts maz🥰😁😁😁😁
Iyi film kuv nayitangur iher ndik ndarir sinzimpamvu gus bantu muhemuk muz mwiyubar nukuri uzukuntu belyse bamwihakany nkumigwa
Ndabakunda cane fanny murakina neza cane fanny mwemere dodo nuwawe bikundaniy nase wiwe ribe fanny duhe riki dusapotinge igikogwa uri gukora muhigamwa ilove ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Libert &Fanny bravo kweli ,muri umuti wa stress, hama Libert wew Raba irya film Nsoro yavance irakunzwe cane , Fanny Nawe nimba ariwe wanditse iyi script courage sana
Wawuuuuuu 💓💓💓🇧🇮🇴🇲👌 haragiyee gushaaa ndabakundaa caneeee
Iyi Team ndayikunda cane muhezagirwe
Yesuuu weee liby wapi vrmt engaux ntagucike vrmt
Wawooo mwayidushayemwo mubahwee ndabikundira 😍😍😍😍
Basha ndabakunda sibanga
Murakina neza basiii emwe utamenga nivyo mufise impano nziza
Wouh iratagase kabisa😘😘😘😍😍courage mes acteurs
Iyondirimbo mushiramwo inyibutsa vyishi cane muhezagigwe kubwiyi filme
Yesu abahagararire mubikorwa vyanyu
Film ikunzwe iryoshe cane,mubandanye muduhereza tugumana ibisharara.tuizey k n saison3 izobaho.mubandanye mumeregwa neza turabakunda cane.
Hama libert yaratubeshe,nt k bzuuu keza twabonye😋😋
Vrt bravo film irimwo sabbas libert n fanny ntiyoreka kubamwo amavuta. Mudutegurire niyindi film murimwo ukonyene muzoba mukoze
Yayayaya ibintu bigiye gukomera
Manayanje urugamba ndabona urugamba nihorugitangura kbx🤔🤔🤔❤🔥🔥💯
Yooo birahererahe
Manawee harahiye kbx 😆😆🙈🙈manawe birahererahe fanny mwiza wanje courage kbx urashoboye wubahwe ndakwemereye akantu vrm🖐🖐🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ndabikundira maze 🥰🥰🥰🥰🥰🥰 courage muraturyohereza
Ndi murukundo namwe.Fanny et Libert
Waoo courage vraiment ,libert t'es mon préféré
Waaaaoooh ❤️🥰🥰 very nice 👍🔥🔥
Yooooo🔥🔥🔥🔥🔥harasha kweli
Woouwww yoooh abantu bakoresha imiti Imana irihoooo imiti igira garantii Fafa courage imbere niheza🙏 gusa warukwiye kuza uyiduha kabiri mundwi
Kbx mwubahw Imana ibandany ibagirir nez🙏🙏🙏
Fafa JTM vraiment muranshikana ahantu imana ikwagurir imigisha machr love so mouch💕💕
Waooo yoooh narinzik nzinduka none agatirokarikaryoshe none nsanze nacerewe🧐🧐🧐🧐🧐🤔
Hejur hejur can kbx courage can mwubahw nukur peee
🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🥰🥰❤️❤️💯💯💯✔️✔️🔥🔥🔥🔥
Umupfakanzi oyeeee ndabakunda cane mukina neza 🥰🥰🥰🥰🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Libere weee fany aragucice
Umwanditsi w'iyi Film yubahwe kabisa
belyse ukome gose mbere!ayo mangetengete yae akugarukire sha👌👌ahi nikwiyahura uziyahura
Ndasavye angel ntuhemukire libert yagufashije vyinshi cane aranakwihorera cane nuwagufashe kuguvu ntuzomuhebe libert
Courage vrt imana ibandanye ibakomeza
Libert ndagusabira ngo Imana Iguhe umutima ukomeye kuk Angel ndabona aruwasabas kweli
Mbega libert uri umuntu udasanzwe,gusa ndabakunda cyane
Next episode plz mutunyarukiriz
Libert ntaco udashoboye , uzi nogukunda abana .Respect