Umwami Mwezi Gisabo mugihe yaterwa yahungiye mu Gishora .Savino aratubwira ingene bamunyegeje.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 18 окт 2024
  • Umwami Mwezi Gisabo mugihe yaterwna nab'Abadagi kukirimba ciwe i Muramvya yahungiye mu Gishora muntara ya Gitega.Savino Nduwimana aratubwira ingene bamunyegeje.Ivyo yavyiganiye abarwizatunga bari murugendo rwatunganijwe n'ikigo API mugihe bariko bagendera ikibanza c'ubatswemwo ingoro y'Umwami Mwezi Gisabo.

Комментарии • 3

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 года назад

    Ubushikiranganji bw'imicokama turabasavye bubakire Izo ngoro neza nk'ibinza vyiratiro🙏🏾🇧🇮

  • @albertmusafi2551
    @albertmusafi2551 6 месяцев назад

    ukuntu ayaga iyo nkuru ikomeye y'akahise k'UBURUNDI umenga ndiko ndabibona! Ariko harakwiye ireresi yerekana mumasanamu uko vyagenze. Harimwo vyinshi cane

  • @rasheedrazar7491
    @rasheedrazar7491 3 года назад +1

    Vyoba vyiza mukatwiganirira ido nido full story atari ubupande pande vyobera murakoze