This guy will go very far. When u will get good equipments things will be much better with stable images and auditing of images. Keep showing the images of Bujumbura every where. 👍🏻👍🏻👍🏻👍🏻
@@igirukwishakanadege5335 Les montagnes c'est la beauté ! Rero Kigali kuri ubu ifise inyubako zitangaje, na propreté itangaje! C'est une très belle ville! Kera Bujumbura yaruta Kigali ! Ariko kuri ubu Kigali ni iya mbere! Ariko si competition, ikiri important on est fier que nos pays avancent, l'Afrique avance ! Vive Bujumbura au bord du lac Tanganyika, vive Kigali au pays des mille collines, vive l'Afrique !
@@j.c.maxima816 uvuze neza cane sha!!!Amacakubiri ntaco amarira umuntu!Vive Burundi Bujumbura, vive Rwanda Kigali!!!! les classements ne nous servent a rien, les segregations non plus!!!
Zuratwemeza bwana mutam.ndakubon
Keep Burundi shine again nivyishimo kubarund twese
This guy will go very far. When u will get good equipments things will be much better with stable images and auditing of images. Keep showing the images of Bujumbura every where. 👍🏻👍🏻👍🏻👍🏻
Thank you Sir
Housi apo nivye
Nimwihorere basha kigali yaradusize kera turek inzigo nkizo tsinga zumuriro namabarabara nyene
Good boy
Mu myaka 50 iri mbere bujumbura ntishobora kuba imeze nka kigali
❤❤❤
Wooow just came across this video
Thank you Rekel
That's great job keep pushing bro you will get there 💪 👏🙏 from USA 🇺🇸
Images ninziza,Ariko,Uzogabanye ivyo bijambo,bidafise Akamaro
Keep up the good work bro 💪
Guyz nawe
Kabisa
Kbx unkorey umuti 🔥🔥
Mrc sana
Toujour Burundi c est une pays le plus povre dumonde
Ahahahaha reka shaaa kwigereranya nikigali. Baza mukore amabarabara
Amavutavuta....totologie
Abo bavugako Kigali irenze muri Africa bihenze Gato bivugwako mubisagala 20 vyiza muri Africa Kigali irimwo ariko ntibavugako Ariyo yambere so guys muze dukunde ivyacu niho nibindi dushaka bizokunda
Ufite image nziza ariko uvuga vyishi bidakenewe
Note bien amabarabara nayo acavyica vyose.
Burundi hejuru
Such a beautiful place, people who trash this country are weird I swear
The western media brainwashed them
True but honestly we still have a long way to go
Ikibazo papa amabarabaraaaa
Yeah ark bizokunda
Sha ww vyaragucanze ntabirefu uriko utwereka uravye ayo mabarabara ukunt asa!
Ntakintu ngaho mbon consitura, incinga zigica hejutu wapi, niburundi nyene nugupfayo kureba
Nihehe intsinga zidaca hejuru?
Ivyo bintu vya kigali wongejemwo ntivyari bikenewe...twereke ivyo vyiza vyacu🇧🇮 ivya kigali ubireke kuko navyo bifise benevyo babijejwe
👍👍
Mugabo uyu mugabo umwuga arimwo ntazi ivyarivyo
Nomusaba kwikosora muvyavuga kuko wemeye gukora ubumenyesha makuru nukugendera indero nakaranga kivyo uriko urakora
Kuko ijwi ryawe ryumva abantu batandukanye (zarimpanuro zanje)
Umuntu wumutima akunda ivyiwe ntawuzokwemera nawe utiyemeye RR naho uzokora ibirenze gt intashima zizokwamaho Uburundi bwacu hejukuru haba kubavyemera nabatavyemera
Wagize neza kutwereka ikirwati gisukuye,ariko ntandero ufise umengo ntiwarezwe.
😛😛😛😛
Twobona numero yiwe gut
Ubaka igisagara cose uko
Ushaka number yande
Nikuki wavuze kigali ubwo suko aruko hahasumba?ahantu hacafu uko niho ugereranya na Kigali?ahubwo kigali ntahuzi
Mutwereke quartier ya Chris NDIKUMANA boss wa Kanguka! 😂😂😂
Kigali ngo harahasumba reka reka Kigali yubatse kumisozi kugira umuntu ayiduge arinda kukoresha ingazi ariko witegeje ubona ahontu ariha rindira mumisiza iburundi buraje uzotangara ngo Kigali 😅😂nyamba ataribirya bisozi mwubakako
@@igirukwishakanadege5335ingazi nyene🤔🤣🤣🤣🤣🤣🤣

Nakoze s abone