Comedy/ MUTIMA LE COMEDIEN MR ndarya mu Burundi aba comedien ntibadufata nkabandi banyatugenegen

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • COMEDY/nguyu MUTIMA LE COMEDIEN umwe akunda kuvunga ati //URI MAWE UMBWIKIRE NDARYA//COMEDY mu Burundi ntibayifata nkakazi

Комментарии • 254

  • @nshimirimanafelix7493
    @nshimirimanafelix7493 5 лет назад +16

    Fanny nkwisabirikintu harumuntu yataye icizere uwitwa saidi braza yarumuririmvyi mwiza uzurondere masterland amufashe vrmt numu legend abayeho nabi

  • @nteziribaleonard7779
    @nteziribaleonard7779 5 лет назад +5

    Ngo Sawa Nanje ubu nararongoye muhungu ngo sinarinzik kwubaka bigoye nkuku ! Ngo Imana s'umuntu ngwinwe royale yibagire.
    Ndagukunda #Mutima# le comédien Kbsa ukomeze guter'imbere

  • @madinanoor2505
    @madinanoor2505 5 лет назад +4

    Love you guys iam burundian from Scotland 🇬🇧🇬🇧

  • @omlenaomlena5920
    @omlenaomlena5920 5 лет назад +2

    Wawawaw ishirahamwe yokworora imibi kiekiekiekie kiekiekiekie hahahaha hahahaha uratwengeje kweli Mungu akubariki ufinse impano kandi utwengeje umwe canke babiri nivyiza,uruhura imitima yabeshi,arafu rero ukuntu ajinyika kandi arigutwenza abantu basha ni hatari, haha ikambambiri aje muri doushe ngo ehe fata

    • @itongosyllas5171
      @itongosyllas5171 5 лет назад +1

      Yooo sha courage my bro

    • @elyse-fabricengabirano1850
      @elyse-fabricengabirano1850 5 лет назад +1

      Hari amajambo akwiye kuguma akoresha :ndanduye ibara Shaa. Hama Kugira vidéo iryohe yorondera fone ya Kera bita kayogoro agashira kugutwi naho yoba itagikora

    • @hsibitokifc4880
      @hsibitokifc4880 5 лет назад

      umunyemw niki😃😃😃😃😃😃😃😃

  • @ndikumanaeric5008
    @ndikumanaeric5008 5 лет назад +3

    Fanny Big up sana! kbsa turakunda ukuntu wamamaza abantu bafise talent, urumwe mubarundi vmt bariko batezimbere impano zabarundi! Big up sana kur mutima! bro nukur urankuyho urabizi sana nubu sindaheza gutweng😁😁😁😁😁😁😁

  • @edenzyburundi3053
    @edenzyburundi3053 5 лет назад +3

    UWO MUTIPE,ARARENZE KURUTA BABA COMEDIEN BATANGURA. KANDI NIVYO NANJE IYO NARUSHE CK NSHAVUYE NDABA UDU COMEDIEN MAZE NKATWENGA,UWO MUTIPE NTABESHE.BIG UP

  • @irutingaboornis6118
    @irutingaboornis6118 5 лет назад +1

    dj funny ndaamukunda nuwo mutima wanje waryohey😂😂😂

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад +1

      Irutingabo Ornis nanje ndagukunda

  • @ntakarutimanvbh4121
    @ntakarutimanvbh4121 5 лет назад +7

    Mutima wew urandangiza mugutwenga nukuri

  • @MANING41
    @MANING41 5 лет назад +1

    😅😅😆😂😂😂😂😂 Fanny uri funny kweriii😆😆😅😅

  • @EstherNishOfficial
    @EstherNishOfficial 5 лет назад +2

    Nice sanaa Mutima.hhhhhhhhh

  • @augustinpawan3898
    @augustinpawan3898 5 лет назад +6

    😂😂😂😂😂Dj Fanny ndakunda ukuntu wegera abafise impano terimbere cane.

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      pawan augustin merciii

    • @abeer4201
      @abeer4201 5 лет назад

      Dj fanny bakucung nionesh kadaw keny unatumikish mbon siaskia mweny anakusem vibaya eeeeeehaaaaa nakubar ten punguz kucek jinyika kama mim

  • @thegreatwise3280
    @thegreatwise3280 5 лет назад +1

    ndakwemera mwana wa mama
    gerageza usubiremwo kakandi ngo ''mana nyereka umukobwa tuzokwubakana ndamumenye'' ngo turarenganywa live hahaaaaaaaaa big up
    Kany-Empire

  • @nzobakengaesperanza2832
    @nzobakengaesperanza2832 4 года назад +1

    Urankuyeho Maman ndapfuye nagatwengo

  • @lionking-ev4xd
    @lionking-ev4xd 5 лет назад +3

    DJ fanny I love you from Alexander Chicago 🇺🇲🇺🇲

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      lion king love you too 🥰🥰

  • @ezechielnsabiyumva2128
    @ezechielnsabiyumva2128 5 лет назад +5

    Fanny ndakwemera cane ark gerageza ukore sport Uri munini cn

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад +1

      Ezechiel Nsabiyumva 😂😂😂nakoko

  • @thephileholy
    @thephileholy 5 лет назад +5

    Funny AsHell 😂😂😂😂😂😂

  • @toyipepe2408
    @toyipepe2408 5 лет назад +1

    Fanny turakwemera urashoboye

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life 5 лет назад +2

    Uwo aranduhura nukuri komeza imbere niheza

  • @lyzagasogoumuhoza2756
    @lyzagasogoumuhoza2756 5 лет назад +1

    Mutima ndagu fana.....yoooo ahhhh

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 5 лет назад +4

    mutima le comedien just the name makes you laugh lol

  • @GedeonJamesGedythedon
    @GedeonJamesGedythedon 5 лет назад +39

    Wakwanza hapa piga kelele kwa dj Fanny.

  • @gameonjashewade6352
    @gameonjashewade6352 5 лет назад +1

    Terimbere mutima mwana wiwacu

  • @thierrympawenimana3468
    @thierrympawenimana3468 5 лет назад +1

    turakundaaaaaaaaaaaaaa wewe DJ funny 257

  • @msn1781
    @msn1781 5 лет назад +1

    Échec ni nyinshi kbsa🤣🤣🤣

  • @cedricknkurunzizapnb6955
    @cedricknkurunzizapnb6955 5 лет назад +1

    Ndamwemera Ndarya indya zaguhereyeko Wamaze gukaraba ! Warawanduye

  • @onesphorendayizeye4688
    @onesphorendayizeye4688 5 лет назад +2

    i really appreciate and just go on my bro

  • @momochris5224
    @momochris5224 5 лет назад +1

    Ndarya nanje wallah ananichekesha Mutima le comedie

  • @erickdavidy916
    @erickdavidy916 3 года назад

    Finy wew nakubali wew waramenyekanishije uwo mutipe non jew ko utaraza kundaba hoho urankukira kur you tube yanje ko jew nama nagukurikiy big up wew ni number moja

  • @kokokotb9517
    @kokokotb9517 5 лет назад +4

    Komeza sha fanny na mutima mumeze bn

  • @samialalionne2603
    @samialalionne2603 5 лет назад +3

    star wangu Dj fanny uyo jama mwabie afanye namkiswahili maana atakama sisikiy kirundi nampenda saaana😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @naimahynes4092
    @naimahynes4092 5 лет назад +2

    Nisamehe mutima sina mbavu hahaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa

  • @ansheerachi6197
    @ansheerachi6197 5 лет назад +1

    Urashoboye courage

  • @ernestdesirenininahazwe4897
    @ernestdesirenininahazwe4897 5 лет назад +4

    Hahaaaaaa big up bro

  • @jimmydusenge8164
    @jimmydusenge8164 5 лет назад +1

    Mutima arashoboye

  • @mwezitv4927
    @mwezitv4927 5 лет назад +2

    Urakoze cane komereza ngaho jewe mba muri ile Maurice nakumvise kuri WhatsApp jewe nagirango numuntu vyashikiye none urangiriye suprise uyumusi courage mukazi kawe mufashe Abo bantu bipano kumenyekana

  • @heromejasenghor8602
    @heromejasenghor8602 5 лет назад +2

    DJ Funny courage urashoboye zuraduha bishasha

  • @aminhalaminh5610
    @aminhalaminh5610 5 лет назад +1

    Ndagukunda Canée mutima.😅😅😅😅

  • @danielmanirakiza621
    @danielmanirakiza621 5 лет назад +1

    Nabandanye ndamushigikiy aho macarama muhatubwire neza

  • @dullytz1416
    @dullytz1416 5 лет назад +1

    Big up bro nanje ngiye gutaha

  • @irabarutajustin9154
    @irabarutajustin9154 5 лет назад +2

    DJ funny ndakwikundir shaa useka nezaa !bandanya uzoshika

  • @yvettebinkas1332
    @yvettebinkas1332 5 лет назад +2

    Big up sanaa n'a courage ma belle

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      Yvette Binkas thank you 😘😘😘😘😘

  • @hm3190
    @hm3190 5 лет назад +1

    Mutima, Mr Ndarya

  • @abayoguillain405
    @abayoguillain405 5 лет назад +2

    It's fire thx Dj fny keep on

  • @Japhari346
    @Japhari346 5 лет назад +2

    Muranyishe,, komera

  • @groriosendikumana878
    @groriosendikumana878 5 лет назад +1

    Ndagukundaa wewe Dj Funny

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      Groriose Ndikumana murakoze nanje ndabakunda

  • @kubumwechurchofthenazarene9781
    @kubumwechurchofthenazarene9781 5 лет назад +1

    Fanny ntako utagira kweli, ariko waduhevye, hama NIYONA PRODUCTION yaratwegereye, kweli big up

    • @pamelaivette3462
      @pamelaivette3462 5 лет назад

      NIMBONA Samuel nimecheka basi hapasina mbavu mbavuzangu zina wuma

  • @nduwimanaegide5147
    @nduwimanaegide5147 5 лет назад +2

    Hahaha Yooo thank Fanny
    Uyu narinzi ko na buja
    Atarahashika kumbe numunya
    Muji wanguvu hahaha Fanny wakoze

  • @ntakarutimanvbh4121
    @ntakarutimanvbh4121 5 лет назад +2

    Mutima ndondera nukuri ndabigusavye uzohore untwenza kuko ndakunda inkuru zawe

    • @Nsadis
      @Nsadis 5 лет назад

      Nagira ni wewe womurondera!

  • @erickdavidy916
    @erickdavidy916 3 года назад

    Ndakunda abarundi bose ino aho niberey cane can uwakwanza finny aba comedy bose bo muburundi nukuri ndabakunda naba gurunalist bose ndabakunda mwirambire

  • @gilbertncahobakana416
    @gilbertncahobakana416 5 лет назад +2

    nice saaana my sista dj faany

  • @IntoreSegihembe
    @IntoreSegihembe 5 лет назад +4

    Welcome again my sister
    Tuko bien vigogo hatufeli

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      El Haddadi Samir Thank you brother

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      El Haddadi Samir vigogo hatufeliiii

    • @DingRugamba
      @DingRugamba 5 лет назад

      Hatufelii

  • @nzobakengaesperanza2832
    @nzobakengaesperanza2832 4 года назад

    Ooo Fanny wangu ndakwikundira ariko geragera kugira aya sport kuvyibuha .com uraryohera iyondakwumvise injwi . I love my sister

  • @mananzigaeric1938
    @mananzigaeric1938 5 лет назад +1

    😂😂😂😂 Mutima Terimbere Kbx Birakubereye

  • @fannytumukunde3328
    @fannytumukunde3328 5 лет назад +4

    Mr6 bcp machri Fanny uyo mu type audio ziwe zikuraho nashaka kumubuna 😂😂😂😂terimbere Dj Fanny udukorera vyiza😚😚

  • @prospernshimirimana6043
    @prospernshimirimana6043 5 лет назад +1

    Ahubwo Mutima aduhe chanel you tube yiwe

  • @losiborand90
    @losiborand90 5 лет назад +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂uranyica ngo are igeze kurangahe

  • @saidatikwizera6633
    @saidatikwizera6633 5 лет назад +2

    😂😂😂😂😂 sawaaa

  • @hollanddutch-day
    @hollanddutch-day 5 лет назад +1

    🤣🤣🤣🤣🤣ndamubonye mutima arashoboye

  • @methodmethoddaniel7561
    @methodmethoddaniel7561 5 лет назад +3

    Oya vrmt aranyishe:ngo nukugir'umugore agavura ni echec!!!

  • @ericsanthinongendahayo3750
    @ericsanthinongendahayo3750 5 лет назад +1

    Ndamufan san mutima ikomedi ziw nizamber

  • @arnaudbukuru1810
    @arnaudbukuru1810 5 лет назад +1

    Nice vrt courage mr mutima

  • @cherinerockofficial785
    @cherinerockofficial785 5 лет назад +1

    Fanny wagiye gashaa ko wanumye ntakiganiro cawe duherutse?

  • @damascenehituwise4075
    @damascenehituwise4075 5 лет назад +2

    keep it up Fanny,much love 2 u

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      Damascene HITUWISE thank you 🙏🏾

  • @ndikumanaeric5008
    @ndikumanaeric5008 5 лет назад +2

    Big up bro

  • @asajosbert3123
    @asajosbert3123 5 лет назад +1

    Courage mutima future comedian international

    • @niyakhalid5650
      @niyakhalid5650 4 года назад

      Big up kabisa Fanny we ni mkali sana

  • @supern5302
    @supern5302 4 года назад

    Ni mufate imbavu 🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @niyonzimadondesty2982
    @niyonzimadondesty2982 5 лет назад +1

    hhhhhh mutimaaaa

  • @giftdumaboi9018
    @giftdumaboi9018 5 лет назад +3

    Amenikosha jamaa

  • @lufabatv4522
    @lufabatv4522 5 лет назад +1

    nukuri uyo mutype Arica kbx bâkigingi baratashe sindakubesha so nawe ubandanye uduhigira bishsha turagufana nkeuuu

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      BAZUBWENGE Fabrice urakoze

  • @alanthereal1365
    @alanthereal1365 5 лет назад +6

    utakufa na cheko dada yangu my DjF257

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад +1

      Alan Sat uyu Jamaa hatare

  • @ndayizeyelongin4069
    @ndayizeyelongin4069 5 лет назад +1

    Uri maweeeeee!!!!!!!

  • @arielchavez4507
    @arielchavez4507 5 лет назад +3

    Big up mu heart

  • @sugutoraanatole4320
    @sugutoraanatole4320 5 лет назад +1

    Nn iminyemwe nibiki bwana mutima?

  • @ayingeneyejulienne1202
    @ayingeneyejulienne1202 5 лет назад +1

    hahahahah,,,,,fanny uwo mujama ararenz pee!!ham uzomugarukan knd kur tv.non niw yakiny irya avugak yarik ararota arikumw n'umukur w'igihugu?

  • @egidejoe5266
    @egidejoe5266 5 лет назад +1

    Ndagutey intege wamuhungu we

  • @htgospelofficialtv8591
    @htgospelofficialtv8591 5 лет назад +4

    Kabisa 😂🤣😂

  • @EpiSinBu
    @EpiSinBu 5 лет назад +2

    Nshima ko usigaye wikwiza hama murakoze uwo nciye ndamumenya .

  • @habarugira2269
    @habarugira2269 4 года назад

    Nugusubiramwo iyi intervien kabsa

  • @hassangomai8884
    @hassangomai8884 5 лет назад

    jd fanny nakupenda bure

  • @ildephonsepapa6094
    @ildephonsepapa6094 5 лет назад +3

    Big-up Bro!

  • @claudensengiyumva6422
    @claudensengiyumva6422 5 лет назад +1

    Fannuy courage

  • @شهرازاد-ح9ت
    @شهرازاد-ح9ت 5 лет назад +2

    Nanje ndarya

  • @MANING41
    @MANING41 5 лет назад +1

    Ndaryaaaaaahh!! Sawaaaa!!!😅😅😆😆😅😂😂😂

  • @adriang.
    @adriang. 5 лет назад +3

    Uwo mû type ndamukunda

  • @egidejoe5266
    @egidejoe5266 5 лет назад +1

    Komerezaho bwana urafise talent

  • @irenendayikeza9211
    @irenendayikeza9211 5 лет назад +3

    Hahahhahahahah merci kuriyo video dj fanny!

  • @DingRugamba
    @DingRugamba 5 лет назад +1

    If you admire this nigga,hebu gonga some like

  • @fredricksakagabo5198
    @fredricksakagabo5198 5 лет назад +1

    Arashoboye

  • @jimmyyves1259
    @jimmyyves1259 5 лет назад

    uyu mujama ndamukunda sana
    keep it up bro

  • @emerynzeyimana9688
    @emerynzeyimana9688 5 лет назад +1

    Ndakwikundira bu nene Fanny

  • @jeanboscondayishimiye6523
    @jeanboscondayishimiye6523 5 лет назад +2

    vyiza can😁

  • @alisss9757
    @alisss9757 5 лет назад +1

    fanny impana warayihawe komeza ico imana yaguhaye

  • @nzobakengaesperanza2832
    @nzobakengaesperanza2832 4 года назад +1

    Hahahahaha

  • @oscarnibigira8713
    @oscarnibigira8713 5 лет назад +1

    Big up kweli

  • @jeremiemusoni8257
    @jeremiemusoni8257 5 лет назад +1

    Mumbarize umu nyemwe icarico

    • @DjFanny257
      @DjFanny257  5 лет назад

      Jérémie Musoni ngo nifi ifise umutwe munini

  • @titythierry
    @titythierry 5 лет назад +3

    😂 😂 😂 😂 😂

  • @chrissibzwilliam4124
    @chrissibzwilliam4124 4 года назад

    Mutima sha urarenze vrt wew ur aheza kwli

  • @losiborand90
    @losiborand90 5 лет назад +1

    Waooo zemutworoshubwenge

  • @jimmynshimirimana3892
    @jimmynshimirimana3892 5 лет назад +2

    Fanny urashoboye vrt arts Burundais muzotezanya imber

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 5 лет назад +4

    Hahaha!!!