Amata ya soya aryoshe cane. Uburyo bworoshe bwo gukora amata ya soya. Hamwe na Lyse IRUTAVYOSE.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 окт 2024
  • Muri ino vidéo, tugiye kurabira hamwe ingene amata y'isoya ahingurwa. Murashobora kuraba kuri ino chaîne izindi vidéos zigisha ubuhinga butandukanye.

Комментарии • 5

  • @IMIBEREHOTVIRUTAVYOSELYSE
    @IMIBEREHOTVIRUTAVYOSELYSE  26 дней назад

    Ku bashaka kumenya uko ikivuguto gitegurwa, raba ino vidéo hano ruclips.net/video/ttYZ6vb7NIk/видео.htmlsi=IYxf3aPc_YSEsPoE

  • @NikizaAudace-b8w
    @NikizaAudace-b8w 27 дней назад +1

    Murakóze cãne kutwîgisha mběga nôné ayo matá ashobora kumara imìísi ingâhé?

    • @IMIBEREHOTVIRUTAVYOSELYSE
      @IMIBEREHOTVIRUTAVYOSELYSE  27 дней назад

      Murakoze gushima, kandi murakoze kuri ayo makenga mugaragaje kuvyerekeye igihe ayo mata yomara. Mu bisanzwe, ayo mata yofatwa nka kurya ayandi mata yose afatwa, kuko nayo nyene arapfa nka kurya ayandi mata apfa.

  • @IrakozeJeanpierre-h2v
    @IrakozeJeanpierre-h2v 27 дней назад

    Ndabona urumuhinga komreza hoo