“Narahemukiwe, mpakwa kwiyaka ubuzima”

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 ноя 2024

Комментарии • 14

  • @willyndayizeye1039
    @willyndayizeye1039 Месяц назад

    Pole sana mon fr , buriya gutahura murubu buzima kw-abantu turemwe ugutandukanye nikintu kitoroshe , abantu batagira uburyarya niho dukomerekera ,mukwimbura ico tutabivye. Merci 🙏🏿

  • @EgideNgendakuriyo-b2e
    @EgideNgendakuriyo-b2e Месяц назад

    Pole sana mon ami Pacifique ! Les représentants du mal sont toujours là ariko sibo Mana!nta mvura idahita 👍

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 Месяц назад

    Nanje burya Sinarinzi ko Inzara Iryana ,Navyeretswe Na Nyina W Uwundi 🙂‍↕️🤔
    Umugore w Umunyarwandakazi twabanye imyaka ahejej Kwiga Amashure ndamufasha Ibikenewe vyose.
    Akazi karamperana,tubaho tugwazagwaza gushika ahejej Kwiga,aronse Akazi nanje mbona Akaryo ko kuja mu yindi Ntara kurondera Akazi,
    Umugore aratekera atwara Abana n Ikiyiko n Isafuriya asiga impuzu zanje gusa aja kwipangira yitangurira Ubuzma bushasha kubera aronse Umuhabara aho akorera.
    Ivyo ntaco bitwaye Icanciye Umurtima yarabimpishije,Inzu naguze ya Bank narimaze Imyaka ndiha barayita batambwiye ngo mpfume nshiramwo abapangayi.abasuma barayoza gushika na Toilet sit na Pipe z'Amazi batwara kuko Amadirisha n Imiryango babimaze .Inzu iba Ishamba jewe nzi uMuryango ngo Uri Muhira😢
    Inzu yaiguzwe Igiciro Kiri Munsi 1/4 Ca Valeur yayo.gushika Ubu ndacafise Ideni Ry Inzu narinsigaje 8ans ngo mpeze kuriha Bank!
    Isi numvise imbanye Ntoya kuruta Ikibiriti.
    Komera Ibigeragezo vy Isi bitàkwishe biragukomeza!
    Ivyo nagerageje
    Sinarinzi ko nzomara Indwi none Ubu Imyaka iragiye nkihema!
    Umuntu arakomye kuruta uko ASA.

  • @EsperanceKanyange-hs5wc
    @EsperanceKanyange-hs5wc Месяц назад

    Guhemuka mubarundi birahari cane,ntuzocike intege

  • @NoellaKangorore
    @NoellaKangorore Месяц назад

    Mpore mpore Pacy😢

  • @Akanovero
    @Akanovero Месяц назад

    Tukuzi urumuntu mwiza Pacifique, uzogera kure , uwuvunitse rimwe ntaba apfuye sha.

  • @b.didianeumuhoza5001
    @b.didianeumuhoza5001 Месяц назад

    ♥️♥️

  • @chrisoneilniyungeko839
    @chrisoneilniyungeko839 Месяц назад

    Yooo mpore

  • @EvaGlow-r3e
    @EvaGlow-r3e Месяц назад

    Mpore ncuti jewe kuva nkirimuto naratahuye ko umuntu wese aringaha kwisi muriwe harimwo iciza nikibi vyose arabihorana ukwari bibiri vyaramfashije cane ntukizer umuntu ijana kwijana nubwo mwoba muvukana

  • @BeniFleuryNimubona
    @BeniFleuryNimubona Месяц назад

    Por San ncut 😢

  • @fedyrunya1
    @fedyrunya1 Месяц назад +1

    mpore cane najewe vyarashikiye abagenzi nabantu babi

  • @Nta-m4z766
    @Nta-m4z766 Месяц назад

    Navuge atomore uyo mugambi bakorana areke gu philosopha hama ab barikumwe abadomeko urutoke tubabonye tubakwepe

    • @Hi5392
      @Hi5392 Месяц назад +5

      none nkawe uvuz'ibiki?? awutomoye uc'uwumukorera. kuramwo impanuro atanze hama urengane🙄😒

    • @Nta-m4z766
      @Nta-m4z766 Месяц назад

      @@Hi5392 nt mpanuro nimwe nakuyemwo