“Abavyeyi bapfiriye rimwe, ndera batoya banje nkiri muto”

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 29 сен 2024
  • 😢 Iyumvire nawe, ufise imyaka 20, uburiye umusi umwe abavyeyi bose uko ari babiri, bigaca biba ngombwa ko urera batoya bawe 4.
    😣 Iyo niyo nkuru y’ubuzima ya Chris Ignace Mugabe alias SazDaGreat aheruka kuba uwambere muri #YaNgabire2024.
    Kurikira ingene vyagenze.
    #AkariKuMutima
    #ukubaho

Комментарии • 6

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 10 дней назад

    Yooo sinari ndakuzi ariko papa wawe nari ndamuzi muvy'akazi. Yari intore ndibutse urupfu rwabo vyari bitey agahinda. Courage Imana y'impfuvyi ntisinzira izobatunga

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 18 дней назад

    Notre champion ❤️

  • @angeloriodancer
    @angeloriodancer 19 дней назад

    😔 ndibuka ico gihe SAZ , encore toutes mes condoléances 💐 ukomeze ukwihangana mon amie bandanya utere imbere ✊🏾

  • @whyyouwannaknow-uh1id
    @whyyouwannaknow-uh1id 19 дней назад

    Congratulations Saz 🎉🎈🎊 IMANA NI NZIZA ❤️❤️

  • @PacifiqueNgendahayo-y3e
    @PacifiqueNgendahayo-y3e 19 дней назад

    Intahe nziza yubaka shall aut To u bruh

  • @dior8-246
    @dior8-246 18 дней назад

    Big Up SAZ !