Urupfu rwa Rwagasore : ivyo mukwiye kumenya

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 19 окт 2020
  • Inyuma y'igandagurwa ry'umuganwa Rudoviko Rwagasore, harabaye imanza z'abagirizwa kuba barakoze iryo bara. Mbega izo manza zagenze gute ?
    Hano, urwaruka rwo mu ntara ya Kirundo rwarabiganiriyeko. Tubikurikire.
    #Burundi #TuyageKahise #kahise
  • РазвлеченияРазвлечения

Комментарии • 4

  • @richardbunoko5034
    @richardbunoko5034 5 месяцев назад

    tres bonne emission pour les jeunes grandissent aujourd'hui

  • @RICHARDIRUMVA
    @RICHARDIRUMVA Год назад

    durabakenay yagenze gt

  • @jamesobedy3687
    @jamesobedy3687 2 года назад

    🇧🇮😢

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 года назад

    Urubanza🙄
    Abo bishwe vyihuta kuko bazi Amabanga y'uwabatumye.
    Kubakuraho vyihuta bataramena Ibanga. kuko baratumwe.. Uwabatumye niwe yahishijwe gushika ubu.