Umutambukanyi w'uwahoze ari umukuru w'Igihugu Denise Nkurunziza yashikirije amajambo akomeye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 25 дек 2024

Комментарии •

  • @jeanolivierbigirimana238
    @jeanolivierbigirimana238 4 года назад +17

    Strong woman First lady, I love your family. May God continue to bless you.

    • @sylvianorah1367
      @sylvianorah1367 4 года назад

      Those your husband killed will meet him and ask him what the point was since he has left the country as well.
      Hope he burns in hell

  • @jn6898
    @jn6898 4 года назад +14

    Turikumwe nawe MAMA. Ukomere nurubyaro, umurage wa Nkurunziza uzaduhora kumutima 💓

  • @habiyamberejeandedieu5390
    @habiyamberejeandedieu5390 4 года назад +8

    Mubyeyi, komera,ihangane, twese twarababaye,ariko turabasengera,kandi Imana ikomeze ibambike imbaraga,izabahe n'iherezo ryiza. Barundi bene Data, muhagarare kigabo,mukomere k'ubumwe, abishyize hamwe ntakibananira, Imana mwahaye ikibanza cyambere,izabakorera ibikomeye.

  • @ganiganii449
    @ganiganii449 4 года назад

    Muvyeyi ndagukonda can ndasaba imana ngo tuzobonan hari utubazo nokwibariza ❤️🇧🇮

  • @brightonbrighton8671
    @brightonbrighton8671 4 года назад +15

    First lady,you are a strong woman

  • @antoinea.katembo5326
    @antoinea.katembo5326 4 года назад +2

    Very powerful and courageous message to all mankind. Thank you Mrs. Nkurunziza!

  • @leoncensabimana2633
    @leoncensabimana2633 4 года назад +1

    Uri umugore wijunja n'ijambo.Imana ikomeze kubana nawe n'ibibondo vyawe muvyeyi

  • @layb2297
    @layb2297 4 года назад +12

    Tu es forte madame,que tu sois forte tous les jours

  • @stevensimbakila5383
    @stevensimbakila5383 4 года назад +4

    Aisee Mama Yuko vizuri Sana Mungu akutie nguvu Sana

  • @laurentlazaro9268
    @laurentlazaro9268 4 года назад +4

    I love this mother more than I can explain
    She deserve to be some body to learn from

  • @joshuaowiti6143
    @joshuaowiti6143 4 года назад +1

    Mungu aendelee kukutia nguvu sana karibu tena Nairobi we love you first Lady

  • @magrethkizinga1189
    @magrethkizinga1189 4 года назад +2

    Mungu akubariki mama kwa maneno mazuri kuwa na yesu

    • @ibel4lf
      @ibel4lf 4 года назад

      Anasemaje nimeelewa tu samweli wa kwanza ..

  • @claireinamahoro3269
    @claireinamahoro3269 4 года назад +7

    We are blessed to have such special Mother, Pastor and Model. May God continue to bless and protect her in Jesus Name

  • @dativenizigiyimana8243
    @dativenizigiyimana8243 2 года назад +1

    Nukwihangana muvyeyi mwiza

  • @banzamukalay5396
    @banzamukalay5396 4 года назад +3

    You are strong woman, first lady in burundi.

  • @chishidesert9900
    @chishidesert9900 4 года назад

    I really get blessed to see such a family worship God madam may God be with you

  • @ndayishimiyedesire2993
    @ndayishimiyedesire2993 3 года назад

    Komera cyane p biragoye p

  • @merveillejeannettewitonze6752
    @merveillejeannettewitonze6752 3 года назад

    😭😭😭😭😭😭😭 ndasavye abomfasha gusenga kugire ngo ndeke kuguma ndirira Umukozi w'Imana président wacu yagiye tukimukunda.😭😭😭😭 Vy'ukuri nubu sindihangana ngo nryame ntamwibutse

  • @diomedesabushimike350
    @diomedesabushimike350 4 года назад +4

    La joie du seigneur est ta force! Niyo mpwemu urimo

  • @preciliakasongo4065
    @preciliakasongo4065 4 года назад +2

    Dans tous que la maman a dit je juste entendu chrito yesu( JÉSUS-CHRIST )

  • @nsibwenekaswaga6267
    @nsibwenekaswaga6267 4 года назад +4

    Be strong and have faith! It's the way all ought to go

  • @roohabzroohabz3247
    @roohabzroohabz3247 4 года назад +1

    Imana iguhezagire uvuzukuri Imana yisubije ivyayo maman Bndi

  • @kabozabikula1059
    @kabozabikula1059 4 года назад +1

    May the Good Lord strengthen you dearest beloved mama Denise!

  • @bobetterutagarama4178
    @bobetterutagarama4178 4 года назад +3

    Yooooooo disi! Imana izabane namwe! Ijambo ryiza pe!

  • @christinejei4385
    @christinejei4385 4 года назад +1

    La joie du SEIGNEUR est ta force!

  • @sawdawattara3948
    @sawdawattara3948 4 года назад +2

    Maman que Dieu te donne la force et te protège dans les épreuve soit fort

  • @amosnyanda7403
    @amosnyanda7403 3 года назад

    Amina mama wacu, wigihugu cacu ciza😭😭😭

  • @irikumwenatwewilson5475
    @irikumwenatwewilson5475 4 года назад +1

    Listening to her words, its an evidence that Burundi will be a God fearing country one day.I ve never heard such kind of words being spoken by politicians. ONLY IN BURUNDI.
    GOD BLESS BURUNDI

    • @gracethomas683
      @gracethomas683 4 года назад

      May you summarize what did she say!?

    • @irikumwenatwewilson5475
      @irikumwenatwewilson5475 4 года назад +1

      @@gracethomas683 what gve us energy to keep going is wht we had already read,taught and that which they have taught us.
      So one of that is:
      The word of God written in 1Samuel 2:6-8..Read it yourself-she went on to say that it made her to thank God for his the one can cause one to die or to live.
      We all breath bcs God didnt say yet it is our time to die but when that time comes,no one will argue with him.
      God has made time for Everyone.
      She remembered again what God said to Isaiah 45:7 read it yourself
      She understood that God does everything and that encouraged her and made to thank him.
      She quoted again From Ecclesiastes 3 where it says God has time for everything. the President has done many things which none of the president who came before him did.etc

  • @User12358__
    @User12358__ 4 года назад +3

    Sinakunda Nkurunziza mugabo umugore wiwe n'umugore w'iteka.
    Imana imuzigame n'umuryango wanyu Madame 🙏🏼

    • @roohabzroohabz3247
      @roohabzroohabz3247 4 года назад

      Nn haruwukundwa ba bose nn noho urashakuvyihoze ntaco vyari bimumari ivyo kwankwa naw

    • @irankundajoliethamalie3460
      @irankundajoliethamalie3460 4 года назад

      @@roohabzroohabz3247 eweee vuza impundu!!rero nta ndagukunda nkakwankira umwana ! Ahubwo uruwo gutinwa! araruhutse yakoze ivyo Imana ikunda

    • @josehenry7333
      @josehenry7333 4 года назад

      Niwishime rero

    • @User12358__
      @User12358__ 4 года назад

      Rooh abz Rooh abz,
      Ndashobora kuba ntakunda Nkurunziza kubera hariho ibintu bimwe bimwe bibi aba DD bakora mu gihugu. Ntibica bisigura ko nca njanisha nkaca mpfa kwanka GRATUITEMENT umuryango wiwe. Cane cane bigaragara ko bafise iteka. Nk uko kwa Madame wiwe. Abarundi bamwiga kwemera ivyiyumviro bidasa, dukure mu mutwe. Twubahane.

  • @byukatorerotv2608
    @byukatorerotv2608 4 года назад +1

    First lady be blessed and your family

  • @mamyakintore4284
    @mamyakintore4284 4 года назад +2

    Sha Denise numukenyeziwintwarikoko.gumakumusaraba mwijuru abakenyezi bariyo bavyitwayemwo neza ba Mariya, nyina wasamusoni,ba Hanna. ......

  • @joshuaowiti6143
    @joshuaowiti6143 4 года назад +1

    Very strong indeed though I don't understand kinyarwanda

  • @nisubireodette9639
    @nisubireodette9639 4 года назад

    Maman hezagirwa uri kiremesha mumuryango nigihungu ese abumvise iryojambo ryawe ryobafasha nabo gukiza iki gihugu maman urakoze cane kuremesha abarundi uhezagirwe

  • @gatonimugisha6411
    @gatonimugisha6411 4 года назад +7

    Soooo strong 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @evangelisteclaudine6062
    @evangelisteclaudine6062 4 года назад +1

    Be blessed madame piter

  • @rachel.r4830
    @rachel.r4830 4 года назад +3

    Elle est vraiment forte 💪

  • @calinoubebefe1744
    @calinoubebefe1744 4 года назад +6

    Maman Wajye, Yezu abane na mwe kandi abakomeze muri ubu buzima butoroshye. Mme Denise Uhoraho musenga ari kumwe na mwe

  • @josephntungiye6232
    @josephntungiye6232 4 года назад +2

    Polemama mungu akupe uvumilivu

  • @peterkihongosi1966
    @peterkihongosi1966 4 года назад

    Polemama Yesuawatuze

  • @rutagandanicole2446
    @rutagandanicole2446 4 года назад

    Strong woman be blessed

  • @hanningtoneahereza7348
    @hanningtoneahereza7348 4 года назад +3

    Rip nkurunziza ..you left behind a very strong lady

  • @igiranezaseth3970
    @igiranezaseth3970 4 года назад +4

    Ndanezerewe kubw Ijambo ryawe muvyeyi

  • @mukeshimanamurakozecyanend2747
    @mukeshimanamurakozecyanend2747 4 года назад +4

    Komera wamubyeyiwee uwiteka akubehafi

  • @yyyyuuu2689
    @yyyyuuu2689 4 года назад +1

    Mam iman ibandany igukomez Kko nanj vyatumy nihangan numvis amajambo yanyu

  • @farghhuuksyshjs7201
    @farghhuuksyshjs7201 4 года назад

    Nukwihangana.. Kabisa

  • @jacquesntabagara3091
    @jacquesntabagara3091 4 года назад

    Beautiful

  • @onyebuchiazubike8354
    @onyebuchiazubike8354 4 года назад +1

    May God be your support and remain resilient... All that lives must die.

  • @omartaabu9033
    @omartaabu9033 4 года назад

    Be strong mama. my prayer to your family

  • @abdirahamsaid8604
    @abdirahamsaid8604 4 года назад +1

    Mushime Imana kubwichanyi mwakoze???yarahemukiye igihugu .ntabwo aruhutse hi will met my father

    • @roohabzroohabz3247
      @roohabzroohabz3247 4 года назад

      Ww nn iyari wabibonye neza ko yaruhutse nabi?nn ww uzodusigira iragi nyabaki ww?

    • @elliackimunzambimana648
      @elliackimunzambimana648 4 года назад

      Mwe turabamenyereye na Yesu mwarase kwemera ko yapfuye kuvugivyo rero ntivyodutangaza noneho yaridugiye genda umutangire

    • @elisa3242
      @elisa3242 4 года назад

      Erega ni umu islima ntimubibona nizina ryiwe nawe rurakurindiriye ugende kwa muhamadi wanyu

    • @claudinensengiyumva1491
      @claudinensengiyumva1491 4 года назад

      Imana ikubabarire ico tuzi nuko yapfiriy mu MANA niwab ubabaye uragenda umutangire.

  • @nsengiyumvacecile590
    @nsengiyumvacecile590 4 года назад +1

    Amen Amen

  • @rechronsebisebi5043
    @rechronsebisebi5043 4 года назад

    Tazama BIASHARA 8 ZA KUFANYA CHUONI na masomo yakiendelea bila shida
    (gusa link 👇👇👇 kutazama)
    ruclips.net/video/bejUDJKRa00/видео.html

  • @jesusislord3668
    @jesusislord3668 4 года назад +1

    please someone explain please a little bit of what the speech is about please thx

  • @jeanbosconkurunziza3893
    @jeanbosconkurunziza3893 4 года назад +7

    hezagirwa muvyeyi wigumye niko data watwese yabishimwe

  • @fifiali5377
    @fifiali5377 4 года назад

    NTAMPUHE.REKA KWITWAZA IMANA.

  • @fifiali5377
    @fifiali5377 4 года назад +1

    IVYO YAKOZE YARABIKOZE.TUMUSIGIRE UWAMUTWAYE.

  • @francoisngirinshuti4827
    @francoisngirinshuti4827 4 года назад +2

    RIP nkurunziza izina niryo muntu

  • @kwizerajirbert3735
    @kwizerajirbert3735 4 года назад +3

    Uritwari, bigaragako yakuraze ubutwari

  • @yakubaden9171
    @yakubaden9171 4 года назад +6

    Nabagore bake bobishobora pe

  • @ericdidier4530
    @ericdidier4530 4 года назад +1

    Komera ✊🏿

  • @trophainamagogwa7966
    @trophainamagogwa7966 4 года назад +1

    Kabisa watu ndio utajiri mkuu

  • @fancymercy814
    @fancymercy814 4 года назад +3

    But I think you should have used recognised international language.Remember this was an international problem.Rip great President

  • @benjaminomega5623
    @benjaminomega5623 4 года назад +2

    Ntaco nfise novuga ahubwo amajambo yavunze atunye ndisubirako nongera subira munzira zukugororokera uhoraho...

  • @muhamedniho6500
    @muhamedniho6500 4 года назад +3

    Cane twese niyo nzira

  • @elianempawenayo1457
    @elianempawenayo1457 4 года назад +1

    Maman turagukunda cane wihangane nikwi mana yabishats ko agenda tuzoguma tugusabir wihangane turagukunda ino muri CANADA

  • @guillaumerusengo9371
    @guillaumerusengo9371 4 года назад +1

    Akomeye he? Tres subjectif! Birumvikana, n'umugabo wiwe!

  • @ndahiroangelique8092
    @ndahiroangelique8092 4 года назад +1

    MDM urintwari pe

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 4 года назад +1

    Turashimanukuri kuko ntiyahemukiye igihugu yapfuye neza turabishima

  • @amangervacy879
    @amangervacy879 4 года назад +1

    🙏🙏🙏🙏

  • @banaddaabraham5023
    @banaddaabraham5023 4 года назад +2

    RIP

  • @nadmuzikaofficial9392
    @nadmuzikaofficial9392 4 года назад +3

    ruclips.net/video/r4Q9Tj087yg/видео.html
    ruclips.net/video/r4Q9Tj087yg/видео.html indirimbo yabakongomani ya Hommage Pierre Nkurunziza

  • @dnecinemiro3002
    @dnecinemiro3002 4 года назад

    8 1

  • @niyigabaplacide3142
    @niyigabaplacide3142 4 года назад +1

    Muraho neza!
    Ngiryo episode ya 7 ya NKWIGIREHO. Sinabyihererana RWOSE. ruclips.net/video/Z613yz2ft7I/видео.html
    Ese mama ni uko byagenze 🤔

  • @James-y3j2v
    @James-y3j2v 4 года назад

    Ibigaba bizopfa

  • @ezechielmanirankunda545
    @ezechielmanirankunda545 4 года назад

    Jewe narabuze uko nifata nkivyumva

  • @mathewmuruyuki7258
    @mathewmuruyuki7258 4 года назад +2

    Iyo mana muvuga ga basha niyahe???
    Ibatuma kumara abantu, ubu ari kumwe na rusiferu nyabuna inkoni ziramurembeje.

    • @roohabzroohabz3247
      @roohabzroohabz3247 4 года назад

      Ww wageze iyari urabibona ko arikumwe nawe numva uri Imana ahohonyene uracumuy

    • @elisa3242
      @elisa3242 4 года назад

      Ahubwo iryo iryo nishari rimurimwo nurikure kuko pieere nkurunziza yari intwari mugihugu cacu wewe utavyemera twebwe twarabibonye

    • @mathewmuruyuki7258
      @mathewmuruyuki7258 4 года назад

      @@roohabzroohabz3247 eeeh none mwebwe ko muvuga ngo ari kumwe n'Imana.
      Ijuru ni so wanyu aritanga???
      Canke mwaramuherekeje mumushikanayo???
      Nagende abe imboneza ihoraho kwa shetani.

    • @mathewmuruyuki7258
      @mathewmuruyuki7258 4 года назад

      @@elisa3242 Ariko nturi Imana???
      Nimba umwemera nuburenganzira bwawe.
      Nanje nimba ntamwemera nuburenganzira bwanje.
      Ahubwo musange iyari niho twemera ko wamukunda.
      Nahamvye bababikira yakata imitwe.

    • @irankundajoliethamalie3460
      @irankundajoliethamalie3460 4 года назад

      Ewe ubeshera uwapfuye ugapfa nkawe ivyifuzo vyanyu Ubu ntaco bibagezako umwanka umukunda ari ahacecekerwa Uburundi isi izovaho ari uburundi nyene iragi yadusigiye ryogukunda igihugu tuzorigendera kandi abansi bigihugu mwumveko atagaherwe mufise Nkurunziza araruhutse

  • @delphinefleurmanirambona8651
    @delphinefleurmanirambona8651 4 года назад +2

    😭😭😭😭😭 ndagukunda cyane polesana Ma mukomeze mwihangane