Ayandimakuru mashasha kubitero vyahitanye abasoda bu Burundi || ibi vyo biteyubwoba cane 26/09/2024
HTML-код
- Опубликовано: 25 сен 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Mugabo niba mugifise umugambi wo gutera ugwanda basha uwo mugambi ntimuzougerako ahubwo muzopfa mushire.ta muntu yokwanka ugwanda ngo ozogire amahoro.
None mwemwabansi buburundi nimutubwire amazina yabo naNo matric zabo basoda buburundi mwishe kugira twemere ivyo muvuga
Daniel murakoze, Hama muze muduhe analyse kurikikiganiro canke kubwayo makuru
Ndababazwa nabazimiza ubwenge bwabo kubera amaronko.ubumenyi bwo buzimira vuba
Muriryohera kabisa none bobo ntibarasa ivyanyu twarabimenye
Mureke kubesha ntabantu bashaka gutera urwanda
Ahubwo dusabe leta yu burundi itwareyo benshi
Mwiriwe Mugisha yaduhe atariko ivumbi kabisa
None bwana ko muvuga uruhande rumwe abateye na bateye
Mekki komera turagukunda❤❤❤
Tubwire amazina yabapfuye