Ndaryohew cane kubona umurundikazi ari murwanda akaba ashobora kuvuga ikirundi neza,iyo famille iranryohera iyo bariko bararirimbana na papa wabo biba vyiza cane,God bless you 🙌
Mbega byiza weee! Umusaza mwiza witonda, ukunda imana kandi akagira umukobwa we afitse uburanga buteye ubwoba kandi ari talented cyane. This girl is absolutely beautiful, natural beauty of a dark skin! Is that her natural hair?? Amazing!
Oh my God, I love this.. Nishimiye cyane kwongera kubona mzee Bandora nyuma y'imyaka myinshi cyane agikora ibintu nakuze mbona akora .. ndamwibuka kuri paroisse St Joseph mu ngagara niho navukiye niho nakuriye... nabaye umuhereza muriyo paroisse batwitaga "ingendanyi" sinarinzi ko akibaho. na Nicole ndamwibuka twari duturanye na mushiki wa muzehe muri Q3 mu ngagara bajyaga baza kubasura nyuma ya misa ya 3 kucyumweru avuye kuririmba.
Icyonzi cyo politiki ntizatubuza kubana, gushyingirana, gutabarana nk’abavandimwe. We’re the same people, personally I love burudians, they’re my grandma, mother and brother in law
I'm so so proud of youuuu Nicole big up my sister. Umukama wamamaza azogucira inzira ugere kure. Miss you Mutama Bandora. Nicole ni isase riva kucuma 👌👏👏👏🙏
Wow...uyu mutama sinarinzi kwari Papa Nicole, good to know..ndamuzi kera ndumwana turaba Inanga ziwe kuri RTNB, Mukomereze aho, she is talented as well👌.
Ooohhhh Bandora Emmanuel yaraturirimbishije cyane kuva 1985 kugeza 1994, dutaha mu Rwanda nitwe twaririmbye indirimbo y'ubahiriza igihugu ica kuri radio
Richard Kabanda nkubwire papa BANDORA ni umupapa mwiza cyane ndifuza kuzamubona. Ikindi yaraturirimbishije naba ba Bijoux wacu. Nicole sha uzompe numero zanyu. Suhuza papa Emmanuel BANDORA
Ooooh Sabin usanzwe uziko tugukunda ariko uyu musi birabaye vyinshi hahaha merci beaucoup ! @ Nicole notre chouchou iyi emission irakudukumbuje na ton Papa, uramutse Maman, We love youuuuuuui, et courage !!!
Mana yacu iganze uri intwari .... oooh nari ndagakumbuye kweli... urakoze Mutama... Umwigeme uri ngaha ga yemwe uri mwiza ... uririmba neza... muga biraryoshe
Kanda hano urebe TUZOYAGA UMUKAMA: ruclips.net/video/JkDg9j-SUP0/видео.html
Turakuramukije nyakubahwa bandora na votre fille, nanje tuvuka muri commune imwe turagukunda cane kandi turagukumbuye
@@jeannenkundwa4075 Imana ibahezagire murimba neza cane gose
Murushurishize guterimbere nkumuzinga
neza
Iyo CD twoyikurahe muri Canada ?
Courage Mlle Nicole turinyuma yawe
Abavuka imusongati mwese mubatere intege
Abarundi muri ngaha mutere like&j'aime sabin dukunda ko ufuha ibiganiro vyiza uduhz nukura.
Lunette zuyu mu Papa zitumye sabin Aboneka kuri Camèra 😂😂
Reka numve ikiganiro
😂😂👍
Kandi sha.... Sabin arabonetse gatoya
Abarundi turahari turaKuramukij naw Sabin
Ego kbx😃😃😃😃
Papa Bandora
Nimba nawe washimishijwe noguseka kuyu mukobwa Impa like
Sha nimwigarukire turabakumbuye mungagara muri Quartier 3
Murikumurambagiza papa we arikubunva
Umuntu wamenye ko azi kuririmba ahora aseka
Ndaryohew cane kubona umurundikazi ari murwanda akaba ashobora kuvuga ikirundi neza,iyo famille iranryohera iyo bariko bararirimbana na papa wabo biba vyiza cane,God bless you 🙌
Murakoze Muhezagirwe
Sabin ufite impano pe! Uzi kubabarana n’ abababaye kwishimana n’ abishimye. Ibiganiro bihugura, bipromotinga abandi.....you stay blessed 🙏
Barashimishije cyane, ngira ngo mwese murabibona!
Ark uyumupapa harukuntu yitwra nka franswa ! Ubwitonzi ,gusubiza ,ijwi , ubibona ampe like!
Beautiful lady, voice, and doesn't fake laughs like most guests on this channel.
Mbega byiza weee! Umusaza mwiza witonda, ukunda imana kandi akagira umukobwa we afitse uburanga buteye ubwoba kandi ari talented cyane.
This girl is absolutely beautiful, natural beauty of a dark skin! Is that her natural hair?? Amazing!
Murakoze cane. Ego is my natural hair
Ndaryohew nukubona umurundikazi atahinduye yagumye kumuco wacu avuga ikirundi neza cane umukama abazigame numuryango wawe
Amen Murakoze
@@nicoleirakoze Imana iguhezagire Nicole,ukomeze kudutera iteka mumahanga urimwo,werekane akaranga kacu k'uburundi,Urandyoheye cane.Terimbere mwana w'iwacu
Oh my God, I love this..
Nishimiye cyane kwongera kubona mzee Bandora nyuma y'imyaka myinshi cyane agikora ibintu nakuze mbona akora .. ndamwibuka kuri paroisse St Joseph mu ngagara niho navukiye niho nakuriye... nabaye umuhereza muriyo paroisse batwitaga "ingendanyi" sinarinzi ko akibaho. na Nicole ndamwibuka twari duturanye na mushiki wa muzehe muri Q3 mu ngagara bajyaga baza kubasura nyuma ya misa ya 3 kucyumweru avuye kuririmba.
Murakoze kabisa Imana ibahe umugisha
Much respect mon Col Bandora Hcr Ruyigi, Bwagiriza..,
Burundi 🇧🇮 representing 😍😍😍😍
Ego cane
Sabin, urumuntu mwiza.
Kubona wongeye kuzana Nicole,na papa we. Turabishimiye.nabatumire turabakunda cane.ayomajwi ararenze.
Wow, toutes les bénédictions divines à la famille Bandora ! Ces voix sont merveilleusement angéliques
Merci bcp que Dieu vous benisse
So beautiful! Nicole, uri chanceuse kugira un papa comme lui. Yarakwirereye pe! Courage!
Ego cane murakoze
Ego cane Murakoze
Quelles voix Angeliques👌👍🏿👍🏿
Aho bibereye byiza cyane nuko bahimbaza Imana. Ndabakunze cyane.
Murakoze muhezagirwe namwe
Uyu mukobwa namukundaga ariko noneho birushirijeho kubera ukuntu ariho afatanya n’umubyeyi wiwe. Muzehe nawe uri umusaza mwiza cyane kandi warakoze gushyigikira Nicole. Kandi amakuru mfite nuko ngo uwo musaza ari umuntu mwiza kuva kera. Madame wanjye avuka mu Rutana abinye ndiho ndeba iyi video ambwira ko amuzi ngo ni umusaza mwiza ukunda abantu kandi ngo yafashije n’abandi bantu nubwo nyacyo babaga bapfana.❤️
Uko n'ukuri murakoze cane
Mbega vyiza vyiwacu i Burundi, mwarahezagiwe na Rugira nice family!
Saben nahora ndagukurikirana misi yose , ubu hoho ngiye kurenza kugukurikirana . Uranezereje gose kubona utwereste Bandora ! Imana ikuje imbere muvyawe vyose ❤
Ndabakunze cyaneeee yooo reba papa mwiza numukobwa we incwiiii nibyiza bambe urahiliwe mukobwa🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾😘😘😘😘😘
Murakoze cane
Father and daughter your so bless. May god continue to guide to everything you are doing 🙏
Wow what a voice that lady is so talented for sure.
Ndabakunze pee
Urumungeri uzaragurintama nazanyina
Njyembasigiye njye mbasigiye eglisia yanjye ndabikubwiye ururutare nitoreye
Murakoze
Courage barundi bacu turabakunda
Wooooh,Sabin wakoze kutuzanira abantu b'i Musongati i kamaramagambo i wacu,kandi baririmba neza cane ikirundi ndumva bakivuga neza pe
So lovely, munteye nostalgie y’indirimbo zo Kuri saint Joseph,
Muhezagirwe cane
Murakoze
Ubona ko uyu Musaza n'umukobwa we arabakristo cyane, ineza y'umukristo nyawe no kumaso ye biba bigaragara kurusha abandi bishushanya bavuga Imana kandi itabagaragaraho inyuma...barashimishije rwose
Murakoze
Woooow Barundiiii bacuuu 🥰🥰🥰 talented people indeed 🥰
Murakoze cane
Abarundi bacu nanje ndabakunze cane gosiii
Nicole thank you so much
Courage courage
Amen Murakoze
Ndabakeje bantu bacu. Ni fierté ya Ocaf. 👏🏽👏🏽👍👏🏽👏🏽🍾
Murakoze cane
Go a head bantu bacu ....Ocaf
🤩😍👏
Icyonzi cyo politiki ntizatubuza kubana, gushyingirana, gutabarana nk’abavandimwe. We’re the same people, personally I love burudians, they’re my grandma, mother and brother in law
Sabin vyiza cane
I do love the people of Rwanda. I know we're the same people
K
Proud to be burundian ❤️🇧🇮✨
Imana Ibandanye Ihezagira imbere niheza
I'm so so proud of youuuu Nicole big up my sister. Umukama wamamaza azogucira inzira ugere kure. Miss you Mutama Bandora. Nicole ni isase riva kucuma 👌👏👏👏🙏
Wow what a sweet voices our Lord Jesus has a wide Army I bless you Mzee and your daughter
Amen
Turagukunda Sabin. Tuzogusororera. Nicole, courage. Papa yarakugabiye ikajwi keza. Turarohewe cane kutuzanira umuvyeyi
Merciiii bcp Muhezagirwe
Wow that Nice aFather and Daughter worship God;They reminds me Bujumbura my home town.I remember when we was singing that in catholic Ngagara😘
Yes God is good
urakoze kutuzanira Nicole na papa wiwe Sabin...bafise impano pe
Woooow.biraryosh p.umuvyeyi n umwana.Yesu akomez abaj imbere mukomez kumushingir intahe
Ameen
Aho bagenzi bacu! Nimubandanye mwerekana ubwiza bwigihugu cacu❤
Neza caneeee Nicole👌👌👌🙏🏽 thx for making us proud mwiza😘
Murakoze
Wow...uyu mutama sinarinzi kwari Papa Nicole, good to know..ndamuzi kera ndumwana turaba Inanga ziwe kuri RTNB, Mukomereze aho, she is talented as well👌.
Wawooo mukomerezaho turabakunda bavandimwe Imana ibahe umigisha.
Lovely family!!! Muri beza cyane❤
Murakoze
Merci turahezagigwa n'ibikogwa vyanyu. Imana ibandanye ibazigama kandi ibakomeza.
Waooo vyiza cane. Urakoze Sabin🙏🙏🙏🙏
Merci bcp muryango mwiza,mwamane n'Imana aho muja hose
Murakoze
Much love from Canada, Nicole uze urarimbira Saint Vierge notre Mama watwese arakunda abana bamuririmbira.
Ego caane
That is wonderfull
Umukobwa na se mumajwi meza
Murakoze
Oooh famille BANDORA mu ngagara Q7🥰🥰🥰
Munkumbuje église saint Joseph mu ngagara...
Nanje nciye nkumbura saint Joseph chorale nkuru
Mwagiyehe bavukanyi.turahari turabibakurikiranira nez.mungagara duhagaze neza. Sabin ndakuramukije kutuganiririza abarundi bacu.
Natwe nuko turahakumbuye
Ooohhhh Bandora Emmanuel yaraturirimbishije cyane kuva 1985 kugeza 1994, dutaha mu Rwanda nitwe twaririmbye indirimbo y'ubahiriza igihugu ica kuri radio
@@ritabamuyugire641 Murakoze cane Imana ibahezagire
Yessssssss muraduhezagira caneee Nicole ,turabakumbuye mu misa ya gatatu Saint Joseph ❤❤❤❤❤❤❤❤
Natwe turabakumbuye cane
Sabin urumuhanga mukazi kawe. Umwans nase barashimishije. Ibiganiro vyawe vyose turabikunda
Wowuuu!courage birahimbaye disi umwana nase biraryoshe caane barundi bacu
Ndaryohewe cane gose gusubira kubona umushingantahe Bandora.
Ico ntari nzi nuko umwana wiwe yamutoranye mu vyo guhayagiza Imana.
Mutere imbere Imana ibahezagire.
Ouaahh, Nicole et son papa,bravo. Ta voix a tjrs etait agreable.
Murakoze
Mademoiselle Nicole wahezagiwe. Twahora dukunda isimbi ubuho ni top
Murakoze
@@nicoleirakoze komeza ncuti yanje nanje ndumurundi nkawe ari inyuma yigihugu imana ikugirire neza ikuragirire umuvyeyi nawe ikomeze kuguhezagiza imigisha myinshi
Muranyibukije St Joseph, Bandora et sa fille 🙏🙏 Umukama abahezagire!
Murakoze cane
Murakoze cane muryango Bandora. Murakoze cane nawe Sabin. Ndakunda umunyarwanda ava mu Rwanda akaguma avuga ikinyarwanda, nkakunda umurundi ava mu Burundi akaguma avuga ikirundi neza cane. Twese tugume kumico yacu bizoduheca icubahiro.
Ameen murakoze
@@nicoleirakoze Murakoze gushima.
Thank you soo much izodirimbo it is ubwana bwaje avec imisa kwa BWABO na Hermenejiride 🙏🙏🙏🙏Thank you Nicole and your Dad. GOD BLESS YOU
God bless you too
Richard Kabanda nkubwire papa BANDORA ni umupapa mwiza cyane ndifuza kuzamubona. Ikindi yaraturirimbishije naba ba Bijoux wacu. Nicole sha uzompe numero zanyu. Suhuza papa Emmanuel BANDORA
@@ritabamuyugire641 Mahoro. Ego cane Papa yoryoherwa 0781626865
@@nicoleirakoze urakoze cyane ndishimye kubona numero ziwe n'ukuri tuzoza tubaramutse na Bijoux
@@ritabamuyugire641 Murakoze
Yoo la famille BANDORA mwarahezagiwe pe! Courage Sha Nicole..YEZU abampezagirire
Amen amen duhezagiranwe
Murakoze caane murankumbuje ubuto bwanje
Ndaramukije Flle Bandora komeza gutanga ubutumwa mwindirimbo z Imana.Nicole komeza gutanga ingabure yawe mumahanga uha agaciro Paroisse St Joseph.whaou Nicole komeza kuko hari ababohokera mu ndirimwo
Nicole wiwacu ndakuryohererew cane nryohew nokwongera kukubona na Mutama Bandora.Imana ibandany yivanga mu vyanyu.kndi watoye inzira nziza turagushigikiye .ni Nina mwiganye primaire yose tuzobonane ndasavye nanje ndi mu Rwanda.
Well done Nicole!!! Papa nawe toujours égal à lui même... munkumbuje indirimbo za kera i Burundi...
Merci bcp
Muzehe turamuzi tukiri abana. Twaramukundaga cyane . Mungagara no kuri eglise yacu
And uyu mukobwa mukunda kubiiii une beauté naturelle itavangiye !!!, Nicole swt girl, will you marry meeeeeee..
Muraduhimbaye kubunva ingene muninahaza Imana biraduhezagira.
Imana ikomeze ibahezagire turabakunda👏👏
Sabin nawe turagushimiye
Wow wow wow I'm speechless sabin urakoze cane turaryohewe cane
Wow Piga makofi nkwa warundi wote tuliozaliwa buja much love burundi
Papa Bandora, ndanezereeeeewe kubabona, ni umu papa dushima cane, abanye ngagara murabizi
Papa wacu very proud of you
Ariko Mana yanjye nkunda kumva Aho abarundi bavuga bambeeeeee!!!
Biraryohera(c'est agréable à l'oreille)
Turaryohewe caane.nanje ndumurundikazi,namwe abanyarwanda muvuga nezaa caane.
@@josephinegahugano6148 merci muvandimwe 🙏
Cyane cyane les femmes biryoha kurushaho iyo bavuga sindambirwa kubumva!
@@yvesf.i.5969 Haaa mais c,est de même pour les rwandaises.les Burundais et Rwandais sont les mêmes de toute façon.
Karibu iwacu natwe turakunda ikinyarwanda
Ooooh Sabin usanzwe uziko tugukunda ariko uyu musi birabaye vyinshi hahaha merci beaucoup ! @ Nicole notre chouchou iyi emission irakudukumbuje na ton Papa, uramutse Maman, We love youuuuuuui, et courage !!!
Merciiiii ego cane ndamuramutsa murakoze
Waooow. Be blessed. Nicole
Muranezereye cyane imana iguhe umugisha.
Umushingantahe Bandora Emmanuel and daughter turabasuhuje! Ababaye mu Ngagara turamuzi turamukunda. Abarundi dutuye hanze yi Burundi turishimye.
Murakoze cane
Bashingantahe bapfasoni Rwaruka!
Fantastique umushingantahe Bandora.Nicole ni urubuto rwawe kabisa.
Hahaha murakoze
Murakoze cane kurico kiganiro. Biraryoshe kumva umuvyeyi numwana basangiye passion bakanayikora neza.
Tugire Kristo , ndashimye cane abo Barundi bacu, kuko bagumy bavuga ikirundi cacu naho batari mu burundi,
nshimye Ayo majwi yabo meza, nukuntu bari mu bumwe umwana na Se.waaahhhuuuu
Wahouuuuu turabashimiye kurayo majwi merci nicole et papa kugumana ikirundi cacu😘
Murakoze cane namwe Muhezagirwe
Nicole umurundikazi wiwacu na papa wiwe turabanezererew.mukomere waririnvy kuva kera p.ndakwibuka twigana kur Mungara😍
Murakoze
Nicole ndagukunze na papa . God bless you
Murakoze
Byiza cyane, mukama abahezagire
Ameeen
Congratulations my sister and dady🙏🙏🙏🙏🙏abarundi bene wanyu turabakunda
Sabin uradukoze k'umutima pe.... Barundi bene wacu nezerejwe n'ingene mukivuga ikirundi c'iwacu... Nico Imana iguhezagire na papa wawe
Murakoze cane Muhezagirwe namwe
Lovely! Thank you!
Thanks
Mana yacu iganze uri intwari .... oooh nari ndagakumbuye kweli... urakoze Mutama... Umwigeme uri ngaha ga yemwe uri mwiza ... uririmba neza... muga biraryoshe
Murakoze cane
Waoooo vyizacane Mukama muranezereje cane umwana nase waooo vyiza cane abarundi biwacu nimudeserukire abarundi tumenyane murakoze
Neza cane ikintu nkunze nikimwe nuko bavuze ikirundi kitavanze ni kinyarwanda! Nicole ndamuzi Kampala nahora mbona agiye kur RTC kisigura muvyu muziki! Kandi aririmba neza cane, courage!
Murakoze cane nivyukuri ntubeshe
Ndishimye cane kuba muri murwanda mukaba mucivugira ikirundi cacu Imana ibabe hafi
Murakoze
Ndabakunda bantu banje ❤
💯💯💯😍😍😍😍much love from burundi canada
Murakoze
Murakoze caaaaane😍
Nicole courage urarimba neza ukunda Imana ufise indero ndundi ndakwipfurije kuramba umukama akomeze abampezagirire
Amen amen Murakoze
Imana ibahezagire pee. Saben turagukunze kabisa
Amen
Mushingantahe Bandora na Nicole... muraberewe caaaane
Murakoze
Ubu ni ubwa kabiri utumira umukobwa wacu. Thank u so much, was overwhelmed... I just suscribed to ur chanel. Keep up the great job.
Wow Sabin udukoreye umuti. I Burundi aba bantu turabakunda caaane
Murakoze turabakunda natwe
Abarundi bagir,impano cyane cyane muri football nkunz,Ino duo cyane; kubyita couple nasanze byaba,ar,amahano.
Kuriyisi hariho abantu bashaje neza pe Kandi beza
Merci nawe Sabin,uhezagirwe
Murabahanga pe imana ihe umugisha❤
Nkunda Abarundi kbsa😘
Natw turabakunda ncuti
Ok turabemera muzaze kutureba Burundi
Urakoze natwe turabakunda