Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ba boss muze muramucorera vrmnt aritanga kweri
Sadiki Kora kora
Igihugu kiba gikeneye abakozi nk'abo💪Nawe Benichou komera cane uriko ubikora neza na ROYI TV yacu🙌
Uyo arasatiira kweri 😂n'a rubirizi kinama arashikayo benichou courage mukazi kose
Uyo nisawa kuko arerekana ubwira bwiwe.nugukunda ibikogwa.
Umukama amuhezagire uwomuntu
Kora kubwejo Burundi bwacu,buhire twese hamwe birashoboka
Sadiki numukozi vyukuri
Sadiki afise umuhamagaro udasanzwe kuzinduka uzibori ibinogo bicamwo imiduga ntanimwe yiwaw irimwo ntanikinga ugira vyukuri akwiye impembo pee
Ba boss muze muramucorera vrmnt aritanga kweri
Sadiki Kora kora
Igihugu kiba gikeneye abakozi nk'abo💪Nawe Benichou komera cane uriko ubikora neza na ROYI TV yacu🙌
Uyo arasatiira kweri 😂n'a rubirizi kinama arashikayo benichou courage mukazi kose
Uyo nisawa kuko arerekana ubwira bwiwe.nugukunda ibikogwa.
Umukama amuhezagire uwomuntu
Kora kubwejo
Burundi bwacu,buhire twese hamwe birashoboka