YAVUYE MU BURUNDI ARI UMUTUNZI AGEZE MURI AMERICA ATANGURA KWOZA AMASAFURIYA: INTAHE YA Past. Benoit

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 11 фев 2025
  • #christ #life #center
    Muri kino kiganiro twaganiriye n' umukozi w’Imana Pastor Benoit Rufyiri asengera mw’Ishengero rya Christ Life Center.
    Nkuko benshi Mwari mwarabisavye ko yobandanya intahe yiwe, tyongeye kugaruka avuga kubuzima bwiwe uko yabaye umupfumu, uko idayimoni yapfuye bakabasa ngo bisonzeshe imisi 7 kubera iryo dayimoni .
    Yongera aratubwira ingene yavuye murubwo buzima agafata inzira yogukurikira Imana ndetse Imana Ihezagira ibikorwa vyamaboko yiwe aragira umugisha.
    Haragera igihe yimukira muri Reta ya America aho ubuzima butoroshe nagato, atangura gukora akazi kagoye aba umubaji, yongera aja gukora mumararo vyose biramunanira aherukira kuja gukora Muri restaurant yoza amasafuriya n'amasahane.
    Nyuma Imana yaje kumwibuka, imuha akandı Kazi keza muri America, ubu ameze naza kandi arabandanya akorera Imana.

Комментарии • 80