OMG😍 mpatswe kurira atanguye kuririmba na guitare this is so beautiful Esther Nish you are one of the best burundian artist and very talented, love your vibes
Urakoze Hosie kubona watuzaniye ikiganiro c' umurundikazi azi kuririmba. Esther ndamwemeye nukuri azi kuririmba anyibukije C. Matata na Canco Hamisi! Big love!
Je l'aime bcp cette chanteuse burundaise.much love Ester Nish
Bamwe ba "cumba" "mubibona gt"😂😂😂😂😂 Esther Nish hejuru cane🔥🔥🔥
Bamwe baririmba ngo " cumba ngo mubibona gute "😂😂😂nibaze ngaha dupime amajwi 😂😂abo nibo baririmvyi dushaka Merçi Ester my favorit artist
Hhhh oyaa urya ntakintu
Barya barasaze cumba ibiki🤣🤣🤣🤣🤣
Esther🔥🔥🔥🔥uwemera mubigeme kari number1
Esther Nish number one.umuziki urawushoboy pe!!!turagufise pe!
La seule artiste que j'aime au Burundi. She is so real n that's why I love her ❤️❤️❤️❤️
Merci hosie kutuzanira Esther .c'est mon artiste préféré(e)
Umukobwa umwe rukumbi nemera Burundi 🇧🇮 nuwo Irambire sha Nish
Kbis👌👍
Noe haruwundi ariko akora ivyiza!!!mugitsina gore aracarumwe mumuziki indundi.
Nuwambere pe
Nuwambere peeee kweliii
OMG😍 mpatswe kurira atanguye kuririmba na guitare this is so beautiful Esther Nish you are one of the best burundian artist and very talented, love your vibes
Ndabaramukij mwese bivanye kumwe wese ahari yubahwe so Hosy mrçi bcp vraimnt hma muriko gihugu cacu Esther Nish niwa nkunda mubaririmvyi nukur arashoboye cne jw ndamwibuka kobero muma karaoké en ft narakakunze mbonye ariwe uti we love u ahubw bishobots muduhe number ziwe.mwubahwe hanyuma courage
Esther uranyica cane.Uririmba indirimbo zirimwo ubutumwa kandi zisobanutse.Imana Ikuje imbere!
Urakoze Hosie kubona watuzaniye ikiganiro c' umurundikazi azi kuririmba. Esther ndamwemeye nukuri azi kuririmba anyibukije C. Matata na Canco Hamisi! Big love!
Tumu promotting saaana...Munyereke ndamusponsoriiser...♥️♥️♥️
Esthernish arabizi caaaan!Niwe mubakobwa nabagore afise impano igaragarira buri wese.Wubahwe Esther🙏🙏🙏🇧🇮
Elle est ma favorite et la première au bdi peut être même de la sous région
Esther Nish niwe muririmvyikazi dufise muburundi bwose uza mukibanza cambere impano urinayo kabisa ndagukunda kubi ❤️❤️
Esther vraiment arashoboye sivyogushakisha birimumaraso courage
Ndamukunda Esther sana iyariko araririmba avuza na guitare!Arabizi tu🙏🙏
Une artiste complète et réelle... je l'apprécie la fille...
I didn't know her before this show, girl t as de la profondeur dans tes textes, i love it. Much love from Canada.
Ndakwemer san
Ester Nishi JE Vous aimes kabisa courage ma fille uri namber one
Twayaravye amafoto aratesa 😍 n’ikiganiro cari kiryoshe 😊
Asha Esther Nish uwukwanka akwandureko.courage mukobwa w'uburundi
Esther Nish ndagukunda uvyumve ahuri hose knd cne vraiment ♥️♥️🥰🥰knd courg mu misce w, indundi
Ndagukunda Esther irambire uterimbere Imana ikuje imbere muri vyose. Nanje nazindutse mumpe like
Wowwww.afise voice nziiiza.Bravooo ...
Ndamukunda.komeza ester murashoboye my sister
Dada yetu unafa wakusapot maana unajua mpka unakela 🔥🔥🤝
Urashoboye Nish. Ndabakunda caane from Norvege🥰🥰
Urarenze vraiment we love this song here in USA
The Burundi we love Esther..❤
Love from Rwanda😍but hosy ujy upining song nshya yumuntu watumiy ! Nkiyo song nsanz ari nziza cyane come and see by esther nish
Hosy wakoze kutuzanir Esther Nish na guitar yiwe. Love her spirit. 'Come See Africa' needs to be the theme song for tourism in Africa.
Nturinde urya umuhari ,hosy urakoze !😍
very talented! akwiye promo kabisa!
She's still talented 🔥🔥🔥😍😍😍😍❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Nanj ndumu fan wiwe knd ndamukunda 🇷🇼
This Artist is so incredible, Esther Nish, go deeper than that, you are so great.
Ozi merci 4 really tuna enjoy 😉 good song 🎵 from Burundi 🇧🇮 Bujumbura one love🇧🇮👊🏿
Saluti shis girl 👧 she knows how to songs 🎵 GOD bless Burundi and all Africa🇧🇮🇨🇩🇹🇿👊🏿 I am saluti her Hesta Nishi🇧🇮👊🏿
I love you my Esther❤️❤️❤️❤️❤️❤️💪💪💪💪💪💪💪
Esther Nish yubahwe 🙏 🙏🙏🙏
TRES BIEN FAIT MADAM . ESTHER
M6 sn Hosie ,Esternish nay nimpenda zaidi coz hii song comes n°1 from others!!! Keep up,,,,nafatiria kazi zak from Dubai
Merci osie kutuzanira Nish
Esther Nish love u🥰
Osi mrc my 💓💓💓lov Esther wubahwe
Hosy, nukuri urakoze kuzana uyu mu Queen of live
Love you esther hosy mercii bcp
Hosy merci saaaana vrt Esther big up keep on forward
Hosy ww wubahw vraiment ivyuma vyaw birikwije kweli mbega amasanamu meza 🥰🥰🥰Hama merci kutuzanir nishi ham dakeney akazi nze ndagir share 💪💪💪 kugir ibiganiro vyaw bishik mbali
Merciiiiiiii❤️❤️❤️
Esther uranyic cn 🇧🇮🇧🇮❤️❤️💯💯🙏🙏
eshernish arakazeuuuu
Esther nish afise impano, keep on!!
Uraruenze my sister urashoboye hosy wakoz kumutuzanir
I love this one
Hosie merci Esther 🔥🔥🔥🔥
Esther urakaze💥💥💥
Komera sister wacu twikundira mukobwa wuburundi❤❤❤
Esther et Hosy nda❤️❤️❤️❤️❤️
Ndagukunda esther Nish
Mercie kutuzanira uwo Mtu twari tumukumbuye
NISH ndagukunda ubikora neza
Courage ester nish courage hosy
Good job Hosy and Esther Nish
Nakubali da Esther
My Ester nish ❤️✌️✌️🤩😍😍😍💟💟
Whaouh j'adore cette musicienne
Umuhutukazi yiyubaha cane, thx sister
Hosy and Esther merciiii
Esther nichuu
Ntawumukundankanje kundirimbo kavorivori😘😘😘😘😘😘😘🔥🔥🔥🔥🔥🌹🌹💋💋🌹💋🌹💋🙏🏼🇧🇮🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼🇧🇮🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼🇧🇮🙏🏼💋🔥🔥🔥🌹🔥🌹🔥🌹🔥🥰🥰🥰🥰😘🥰😘🥰😘🥰😘🥰🥰😘😘🥰💖💖💖💖😘😘😘
Esther Nish nyen urabaruta mwino game woman komera sh
Respect Nisher go ahead
I just love her.
Courage Esther Nishi
Asante sana wakwetu burundi
I real love her
Mr6 Hosy CEO wahataliiiii🤣🤟
Esther courage uratwuzuza kabisa
Love you Nish 😘😘😘😘
Nice arashoboye caneee
Urashoboy Esther Nish🥰🥰
aririmba neza Esther Nish
Sha uradukoreye umuti!!
Esther is 2 first
Waooo thx maman
Nish 🤗🤗🤗
proud kabsa
Mmmm! Merci vrt🙏🏼
Muzosibire ngo Natasha ))))
Umururimvyikazi wambere nuyo nani
Tokoos
Wirambire mukobwa wacu ❤
Asante madzame hosy
Nabahay like ntaranaraba ikiganiro
Hosy wagizeneza kutuzanira uwomwenewanyu Esther .
Umurundi ewe mwigeme ufise impano
Yawe nziza yokuririmba neza cane
Turikumwe kumutima ukomeze ivyiza
Vyiza komera ncuti yuburundi
Esther ndagukunda pe
Ester we love you
Uyu umwana arashoboye