Urupfunguruzo rw'iterambere muri Afrika

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • Afrika ntishobora gutera imbere mugihe icirengagije igisata c'uburimyi n'ubworozi.Ubutunzi bw'ibihugu nka vyose muri Afrika bigizwe n'uburimyi n'ubworozi.Mu Burundi ho ibice birenga 90 kw'ijana vy'abanyagihugu babeshejweho n'uburimyi.
    Ikibazo rero gihari n'uko ubu burimyi butigera butera imbere.Mugihe abandi bageze kuntambwe yo gukoresha ama mashini hamwe ningurukana bumenyi,tweho turacakoresha ubumenyi bwakera cane.Iterambere twagize ryabaye iryo gukoresha isuka vyahagarariye aho,nubu niyo tugikoresha.
    Kuva mu mwaka wa 2050 icakabiri cabantu baba kw'isi bazoba bari muri Africa,mu Burundi tuzoba turi imiriyoni zirenga 25.Mu gihe rero tutohindura uburyo turima bizotugora kwihaza mu biribwa na cane cane ko nubu ibice 50% vy'abanyafrika bugarijwe n'ikibazo co gufungura nabi no kutihaza mu biribwa.

Комментарии •