Mama ubalikiwe sana jina labwana liinuliwe milele mu vyiza ni bibi gushima tu,kwemera ubugombe bwimana niyo butandukanye nubwacu.Kumenya Imana ni banga rikomeye ntacadutandukanya nawe.Komera mu vyeyi Imana ikomeze kuguha kwihangana twese niyonzira 🙏
Nta muntu yogira ukwihangana nkuko adashobojwe na Mutima Mweranda!Maman Imana ibandanye kukuzigamira umuryango nukuri waratowe n'Imana nanje ndahakuye icigwa no kurya musi Izobahe ukwihangana gukomeye uri umuvyeyi wo kwishimira pe!
Yesu aguhezagire caaaaane Maman Buntu iguhe umugisha mwinshi uraduheaagira mu nyigisho zawe.
Ndagomba kugira ukwizera n'ukwihanga ufise,
You are blessed
Muri vyose dushime
Umuntu afise ukwizera gukomeye disi.Imana yaramuhaye umutima ukomeye cane mubihe bikomeye.
😭😭😭Imana iguhe ukwihangana mama Burundi knd uri nukwizera kudasanzwe knd burya ugusenga nikwiza
I like the way you think and am proud of you. Indundi tv ntimuzotezuke gutanga inkuru nyakuri
U are Blessed Mama Burundi 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Merci caaane ndubatswe niyo ntahe yawe mubihe bigoye lmana ibandanye igushoboza gushikama muri christu yesu
Mama ubalikiwe sana jina labwana liinuliwe milele mu vyiza ni bibi gushima tu,kwemera ubugombe bwimana niyo butandukanye nubwacu.Kumenya Imana ni banga rikomeye ntacadutandukanya nawe.Komera mu vyeyi Imana ikomeze kuguha kwihangana twese niyonzira 🙏
Amen, Amen! mubyeyi mwiza Uwiteka agukomeze mama
Yesu akongere inkomezi, Kandi Aguhezagire kubw'uwo mutima watumye utahura ubugombe bw'Imana ubwaribwo k'umwana w''umuntu.
Nta muntu yogira ukwihangana nkuko adashobojwe na Mutima Mweranda!Maman Imana ibandanye kukuzigamira umuryango nukuri waratowe n'Imana nanje ndahakuye icigwa no kurya musi Izobahe ukwihangana gukomeye uri umuvyeyi wo kwishimira pe!
Mbega!! Gusa,Ndanyuzwe kandi ndashimye Imanacane Kubw'imbaraga n'inkomezi no kwihangana ihesha Abayiringiye. Kubakunda Imana byose bifataniriza hamwe kubazanira ibyiza. Iri jambo niryo kwizerwa Kuko ryavuzwe n'Imana
Imana ibandany imuhezagir kur iyo ngabirano y'ubwenge yamuhaye. Afis umutima udasanzw
Imana yakoze ivyayo maman
Abarundi isinzi bari barindiranye igishika amajambo akuvamwo. Kuko iminwa yari myinshi. Harigihe co kuvuga no kuziba. Imana iguhezagire. Ihezagire uburundi ,abansi nabo bazopfa bangara.
You are doing well madaam
Indundi Tv proud of U
Kumbe mama wawe yarapfuye😭😭😭umwaka uyu wagize ivyago
Maman buntu🙌 nukur Imana ikomez kubana nawe
Maman imana iguhe umuhisha wagaragaje gushikama mumasoyimana oo maman komera kurugamba uharanira kuzabona umutware wawe mwijuru eregantiyapfuye arasinziriye ategereje umuzuko nkabandibose yaritwarimuribyose maman ndagije gushimye mukomerere mumwami wacu ariwe Christo yesu amen
Imana ibabdanye iguhezagira muri vyose
Denise ari strong.ariwe mutambukanyi wiwe.reka nanje MBE strong
Imana izaguh ijuru nukuri nokwihangana
Nzamukunda mama burundi kugeza kumuhero pe
Imana ibane nawe murikigihe kwadukunda twabakunda gusa turabuze sebarundi imana imwakire nawe imana ikomeze kugukomeza nabana bawe imana ihezagire. Muzosubira guhurira mwijuru ameni
Uwufise yezu muriwe arinda nk'intare, plus d'espoir mama buntu ,condoleances a toute la famille
Mama burundi arasenga pe kandi uyu muvyeyi aritonda sana.harya mama bintu azabaho kugezaho azabona iconiki
Courage mamy ufise lmana muri wwe vyose bigenda neza.
Ijambo ryaw riranyubatse yooo Mwami wanje Ishimwe niryawe
Aha mbaye uwambere nanje!
😭😭😭😭😭😭😭😭😭imana ikujimbere mama
Waratahuye muvyeyi ko urupfu ar'irembo ritujana mw'ijuru kandi izo nkomezi ufise n'Imana yaziguhaye RIP my President aheza ni mw'ijuru
Numva nyuzwe niryojambo🙏🙏
kukwizera ufise mamy ntaco kriston azoguhisha komez guseng
Kwel.ako gakiza ndakifuje nukwo.kwihangana!
Twabuze papa wabarundi bumutima ntituzomwibagira imana yaramwakiriye
Ntibitangaje maman aya marira turirira ngaha mwisi azogira iherezo kuko igihe cose gifise rwaco gihe
Amena🙏🙏
Uwomutima uragura ijambo ryIamana ungereho urumunyabuntu koko
Huyu mama mrembo Duu harafu mnyenyekevu
Nivyo madame natwe aba isiramu twigishwa gushimira imana kukintu chose aramahirwe na marushwa
Ukomere mama wacu. nubwo abansi buburundi bavuga vyinshi kandi bibi. Mwihangane. Abansi buburundi ntabagoheka.
Umwami yesu ukorera akunezeze muri vyose kandi abaremeshe
Amen
Amen 🙏
Can ndagukurikirana nezacane
RIP Mr président
Hezagirwa
waratahuye cane uhezagirwe
Niwihangane 😂
Mama Buntu imana irikumwenawe ukwobirikwose cokimwe numuryango wawe nabenegihugu bomugihugucawe.
muri bibiliya muri Zaburi hariho ahavugati: Nzunamurir'amasoyanje kumisozi yomw'Isi ugutabarwa kwanje kuvak'Uhoraho (Emmanuel)
Ndagukunda sana mama wabarundi umwami akumpezagirire urasenga nukuri imana ikutuzigamire kwel kandi polee mama wacu
Afise ukwizera kudasanzwe
😭😭😭😭Imana iguh kwihangan muvyeyi
😭😭😭😭😭
Mama iyo imigenzereze yumuntu inezeza uwiteka bituma yuzura nabanzi be Yesu niwe gisubizo komera
Awesome idea we are blessed l have the the same welcome to my channel and check out