BRUCE MELODIE AGEZE I KIGALI AHATWA IBIBAZO,DORE UKO BYARI BYIFASHEEE I KANOMBE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 8 окт 2024
  • Join this channel to Support YAGO TV SHOW Family and get access to perks:
    / @yagotvshowrwanda
    #Tubatemo #bigenergyyyyy #yagotvshow #yagobigenergy

Комментарии • 238

  • @hittoptv
    @hittoptv 2 года назад +147

    BRUCE MELODY One LOVE wishuye NEZA CANE 💖🇧🇮🇷🇼

    • @fleuryb8706
      @fleuryb8706 2 года назад +6

      Mbega ntana interview mwakoranye kweli??woba warananiwe nkesera

    • @sunduma-official8069
      @sunduma-official8069 2 года назад +1

      Ntimwigera munanirwa 🙏

    • @Centdollartv
      @Centdollartv 2 года назад

      ruclips.net/video/fEykpOJ_iQU/видео.html

    • @gagaboy7753
      @gagaboy7753 2 года назад +1

      @@fleuryb8706 love u Bruce Melodie nakwitayeho kuva KERA niyo mpamvu nkwemera 🙏🥰🔥Burundi we are together

    • @tonnyuwimana5285
      @tonnyuwimana5285 2 года назад +3

      Yishuy nez cn kk twaramwakiriy nez kandi nubwo yaraturimwo umwe'd ntivyabujij ko tumwitabir mugiteram ciw ham turanamukunda cn numuhanz cn

  • @muhozachance2689
    @muhozachance2689 2 года назад +39

    Ibaze avuye muburundi ni kirundi yakimenye🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌👌

  • @bujaupdates
    @bujaupdates 2 года назад +10

    Erega burya MUNYAKAZI azokwama abarusha ubwenge uzukuntu yishura neza. #bruce BigUpon da slf 🇧🇮🇧🇮❤❤❤

  • @hammelmoussa2158
    @hammelmoussa2158 2 года назад +34

    Very nice Mr. Bruce Melody 🤲🏿🙏🏿
    Abanya🇷🇼
    twashimye uburyo witwae mukibazo cyakubaeho 👏🏿🙏🏿
    ikindi ngumpe shyimire ababanyi n Abava ndimwe
    baba Rundi n Abarundi kazi mwese uburyo mwabaye
    hafi umuhanzi wacu 🇷🇼 kandi wanyu🇧🇮
    ikiruta ibindi muribyose nuko icyari cyajyanye
    Umuhanzi Mr. Bruce Melody
    cyabaye kandi abari tayari kugeraho yari bagerageje
    kuhagera no kumuba hafi cyane cyane cyane
    ntogere mba shimire 🇧🇮
    Mugire amahoro muri byose 🤲🏿🇧🇮🙏🏿

    • @IrLeonceSheleke
      @IrLeonceSheleke 2 года назад

      Natwe turabankunda Burundi & Rwanda muri rwarukundo nabwa bumwe

    • @IrLeonceSheleke
      @IrLeonceSheleke 2 года назад

      Natwe turabankunda Burundi & Rwanda muri rwarukundo nabwa bumwe

  • @florencembabazi9077
    @florencembabazi9077 2 года назад +6

    Umutekano w'umunyarwanda k'ubutaka bw'uburundi ntaho bihuriye n'ikibazo cyawe rata Munyakazi.uri umuntu w'umugabo rwose 👌

  • @inesirankunda7265
    @inesirankunda7265 2 года назад +22

    Bruce melody turagknda karibu knd i Burundi 🇧🇮 hamw na Yago ❤ hm Fata kumavuta aze arek ububesh Yago muz mumuhanur fata ivy yavuz kr tv ya 3DTV ya emmy aze avugish ukur bizomufash🙏

  • @eliyamutabazi7060
    @eliyamutabazi7060 2 года назад +17

    bruce melody wubahw love from🇧🇮🇷🇼✌️🔥💪♥️

  • @renildendayishimiye6013
    @renildendayishimiye6013 2 года назад +1

    Melody uri umunyabwenge kabisa !! Ndakwemeye wishuye ibibazo neza caaaneee! Much Respect to u and am Ur fan

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 2 года назад +17

    Ndagukundaa gwishii nukur vyumve 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤💋💋

    • @alainmirimo9619
      @alainmirimo9619 2 года назад

      Barundi barundikazi Abanyarwanda turabakunda kandi dusangiye ururimi numuco turi abavandimwe rwose

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 2 года назад +22

    Melody natwe turagushimiye🇧🇮🇷🇼❤️❤️

  • @mutonilyse9634
    @mutonilyse9634 2 года назад +12

    Yago number 1 Dede ❤
    Melody usubije bien kandi watanze show nicyo cyakujanye Good job👌

  • @startv257.
    @startv257. 2 года назад +18

    Waoooooh Uko Woshuye biranezereje Wishuye Neza Cane Wagiranye ikibazo Numurundi Apana Abarundi

  • @ginaalidagatore7450
    @ginaalidagatore7450 2 года назад +23

    Mélodie un vrai diplomate kabisa 🇧🇮

  • @willboy5899
    @willboy5899 2 года назад +4

    Ariko uwo si yago yago yaritahuye uwo arashaka kubaza ibibazo vy,ubugiryi Bruce number one 🙏🤞wishuye neza

  • @fifi6737
    @fifi6737 2 года назад +1

    Ahwiiii,Imana ishimwe cyane umuhungu wacu atashye iwacu murwagasabo🙏🙏

  • @seigneursoitloue5274
    @seigneursoitloue5274 2 года назад +8

    Abarundi turabona ibiganiro Bruce. Kandi turagushimiye wishuye neza cane🇧🇮🇧🇮

  • @angedarlene1770
    @angedarlene1770 2 года назад +1

    King Bruce Melody ngushimiye cane kunyishu utanze kbx kandi naragushimiye ukuntu wifashe uri Burundi nda😍😍🇧🇮🇧🇮

  • @gerardhakizimana3510
    @gerardhakizimana3510 2 года назад +20

    B Melodie turakwemera from Burundi wishuy neza !!! Respect

  • @richardninteretse2968
    @richardninteretse2968 2 года назад +8

    Yishiye neza kbxa n'ubwenge bwinshi.karibu tena warahatwitse musaza❤️🇧🇮🇧🇮

  • @jeanpierrehabarugira177
    @jeanpierrehabarugira177 2 года назад +9

    Melody ngukunze kurusha Love from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @uwaseruth3893
    @uwaseruth3893 2 года назад +2

    Cyakoze nkunda ukuntu usubiza kbs ❤️ melody ndakwemera kbs

  • @dannyrwasa3541
    @dannyrwasa3541 2 года назад +7

    King Bruce melody 🇷🇼❤️❤️❤️❤️❤️🔥

  • @gikeritheoneste6654
    @gikeritheoneste6654 2 года назад

    Bruce Melody abivuze neza cyane ndamushimye nazmugurira urwagwa dusangire nidushake turare mumuhanda

  • @fgcj8005
    @fgcj8005 Год назад

    Wooooo merodi uvuze ukuri abarundi na kibazo cabo wagiranye ikibazo nu muntu umwe ✌️👏❤️💃

  • @gitegatvshow
    @gitegatvshow 2 года назад +7

    BRUCE MELODY THANK YOU SO MUCH URI UMUHINGA CANE MUKIRINDI NIKOVBIVURWA JEWE NDAGUKINDA KAND UWUTAGUK7NDA FINAL AZAGUKINDA KUKO URUWO KWIGIRAKO VYINSHI#GitegaTvShow

  • @fanny4338
    @fanny4338 2 года назад +5

    Wubahwe cane my brother melody kandi ukomere wishuye neza🥰🥰🥰

  • @mr_manpower250
    @mr_manpower250 2 года назад +5

    I love you so much Bruce merod ❤❤❤❤🇷🇼🤜🤛🏻🤜🤛🏻✌✌✌🥰🥰

  • @methodeartist3446
    @methodeartist3446 2 года назад +2

    Imana ishimwe ko ugarutse amahoro,sha usubije neza cyn kbs...Bravo Melody

  • @InGodwetrust0991
    @InGodwetrust0991 2 года назад +2

    Sha NUBWAMBERE NUMVISE UMUNYARWANDA ACIYUBWENGE, BLUCE NDAKWEMEY URACIYUBWENGE, RESPECT

  • @nicesa...8882
    @nicesa...8882 2 года назад +5

    Yago Uzagaruke Iburundi Sinashyakakugenda Byizakomwashitsamahoro Mwese Turabakunda Cane 🙏 🙏

  • @miraclentisinzira7975
    @miraclentisinzira7975 2 года назад +2

    Wallah Mélo wishuye neeeeeza uranryohey peee shahu nkomez kukwikundira saanaa,,MWe n'a Yago 🥰🥰

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 2 года назад +2

    Ark umu strar uzubwenge weee 🌹🌹🌹 Mélodie iyi Interview nayo yari chaud kbsa nikirundi cinshi cinshi🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌

  • @thierrynsabumugisha1379
    @thierrynsabumugisha1379 2 года назад +7

    Ukoreshe diplomatie nubwenge bwishi mukwishura ibibazo big up sana bro🇧🇮🇧🇮

  • @curugwegipfizi3031
    @curugwegipfizi3031 2 года назад +3

    Imana ishimwe ko washitse amahoro Kandi karibu nohanyuma ibindi nizere ko wishuye nkumuntu wumugabo

  • @chrismuganwa8634
    @chrismuganwa8634 2 года назад

    From Burundi 🇧🇮🇧🇮 Bruce Melody nubu karibu cane mu Burundi kuko turagukunda cane!! Irya song ya Catherine jewe ndayikunda cane hamwe na yayindi : turaberanye.

  • @kwizeradidier1894
    @kwizeradidier1894 2 года назад

    Umusaza melodi waraturyohereje umusi kbisa ur umuhanga courage

  • @Brandon-vj9hq
    @Brandon-vj9hq 2 года назад +3

    Dire amazi ya bujumbura sha yamugize umuzungu👍

  • @mariegraceigiraneza150
    @mariegraceigiraneza150 2 года назад +1

    😘😘😘👌👌👌❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮turagukunda cyaaaaaaaaaaaneeeeeeeee 💞💞💞🇧🇮🅱️

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 2 года назад

    Melody mpise ndaguknda birenze kbs 🙋🙋🙋🙋🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja 2 года назад

    Azi kwishura ibibazo. Ikibazo ca Melody ntikigahuzwe n'imigenderanire y'ibihugu.
    Like from buja

  • @fabiolafafa9134
    @fabiolafafa9134 2 года назад +3

    Uwlcm cyaane🥰,we love u❤❤

  • @delphineumuhoza5827
    @delphineumuhoza5827 2 года назад +1

    Twaragusengeye bro nukuri Kandi IMANA yarahabaye kbs

  • @GLORYWORSHIPOFFICIAL
    @GLORYWORSHIPOFFICIAL 2 года назад +2

    Yego bruce ndabakunda ❤️

  • @hategekimanapatrick8645
    @hategekimanapatrick8645 2 года назад

    Nibyo kbs pet yangu icecekere ntuvuge byishi uzi ubwenjye kdi uri umuhanga Imana iguhe umugisha uzakomeze kwicecekera kuko abarundi baragukunze wagira ngo wari umwami pet yangu Imana yaguhaye umugisha uzakore indirimbo ishimira Imana twe turakora bikanga

  • @kiki_official2577
    @kiki_official2577 2 года назад +1

    Turagukunda kabisa Bruce Melodie 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @wekesapeter9361
    @wekesapeter9361 2 года назад

    Melody respect wasubije neza abanyamakur urumuntu wumugabo wubahwe

  • @pinpajo1155
    @pinpajo1155 2 года назад

    Bruce big up sana wishuranye ubgenge uretse kiriya kijama ngo nifatakumavuta avuga ibitagira mvura

  • @Fernandez.Tvshow
    @Fernandez.Tvshow 2 года назад +29

    • @iriiriho5368
      @iriiriho5368 2 года назад +2

      Bruce Wishuye neza sha iyo imanza zitarahera nuzuricecekera mawe abanyamakuru baragoye hewe utekane ntanakimwe🤣

    • @rodinmugsha4494
      @rodinmugsha4494 2 года назад +1

      Turakwemera sana gus fatakumavuta wap kwl

    • @niyonkurupelagia8775
      @niyonkurupelagia8775 2 года назад +1

      Imaniguhezagire cane kandi uzokwama urihejuru gusumba abandi bose kandi tuzokwama turinyuma yawe

  • @quennevadina1949
    @quennevadina1949 2 года назад

    Melodie uciye ubwenge nakunze uko wishuye wakoze kudukundira tukagukunda imana igukomeze cne🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💙💙💙💙💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @donasbaributsa604
    @donasbaributsa604 2 года назад +2

    BRUCE uri umuhanga mu gusubiza, hose uri Munyakazi , wanitwaye neza i Burundi ,komeza utwaze MUNYAKAZI

  • @florinebinohera3815
    @florinebinohera3815 2 года назад +1

    La bonne réponse !! Bruce Mélodie est très intelligent

  • @chemiskills
    @chemiskills 2 года назад +4

    Bruce papa mukuru panga ibitaramo nahano iwacu mu Rwanda turagukumbuye

  • @didymax2531
    @didymax2531 2 года назад +10

    BruceMelodie is back home, welcome bro

  • @yvettedusabe547
    @yvettedusabe547 2 года назад +11

    Très intelligent Bruce, uzi kwishura

  • @jamescapucin2644
    @jamescapucin2644 2 года назад +1

    Vraiment wishuye neza cane nkumuntu aciye i
    Umbwenge kandi atahura @abantu baze bariga kuvuga neza nkawe.

  • @niragirevalens2636
    @niragirevalens2636 2 года назад +6

    Wercome Brusi merod Murwakubyaye💐😍😍

  • @Gege12342
    @Gege12342 2 года назад +4

    Wubahwe Bruce melody 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @blaiseirakoze.k7419
    @blaiseirakoze.k7419 2 года назад +4

    B.M umunyabwenge kandi ufise courage irenze. Big up

  • @jacquesmugisha83
    @jacquesmugisha83 2 года назад

    Bruce mélodie wubahwe can ❤️❤️❤️🇧🇮🇷🇼🔥🔥

  • @kamilakamila8353
    @kamilakamila8353 2 года назад +2

    I love you melody ❤️❤️❤️🇧🇮💪💪

  • @igirukwishakanadege5335
    @igirukwishakanadege5335 2 года назад

    Bruce merody ndakwemeye ukuntu wishuye kuko abamenyesha makuru beshi narabumvirije bavuze ibintu vyishi

  • @kekeclaire5177
    @kekeclaire5177 2 года назад +2

    Oyaaaa nukuri turagushyimiye caneee ukuntu twishyuye peeeee ikibazo wikigirany numurundi umwe Subarundi bose uzogaruk kuduha show turagukunda

  • @Rodby69
    @Rodby69 2 года назад +4

    Kumbe ya miziki yiwe ntakuntu itoryoha kuko uwu mugabo afise ubwenge kabisa

  • @nimbonadivine5812
    @nimbonadivine5812 2 года назад

    Bruce wubahwe bageragej kukubaza vyinshi arik wishuranyubwenge 🇧🇮

  • @ngirisokopatrick7955
    @ngirisokopatrick7955 2 года назад

    Bruce mellodie Keneye Can kuza hura nawe💙👌

  • @angedushime6898
    @angedushime6898 2 года назад +1

    Munyakazi imbere cyane

  • @channynkurunziza5987
    @channynkurunziza5987 2 года назад +3

    Nkunda ukuntu wishurana ubwenge❤️🇧🇮🇧🇮

  • @shalomlove3757
    @shalomlove3757 2 года назад +5

    😂😂Finally Melodie yivuyemo yemera ko Brabus ari iye kandi yayiguriye. Aguye mu mutego w'ikibazo cya DC Clement

  • @nininahazwedonavine3349
    @nininahazwedonavine3349 2 года назад +5

    Muzigamwe nuwiteka bana b'Urwanda 🇷🇼 ndabakunda

  • @asqw3873
    @asqw3873 2 года назад +6

    Bruce Merody twamaze nokugukumbur Uzugaruke

  • @kabizi724
    @kabizi724 2 года назад +3

    We love u bro🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @niyonkuruconcolatteconsola4792
    @niyonkuruconcolatteconsola4792 2 года назад +3

    Turabashimye nukuri vyumwihariko ariko muzogaruke turabakunda cane ❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏

  • @sergesbayubahe1002
    @sergesbayubahe1002 2 года назад +2

    Ntanakimwe kabisa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮&🇷🇼🇷🇼🇷🇼kunda beaucoup

  • @djisraelofficial2666
    @djisraelofficial2666 2 года назад

    Yago and Bruce mwarakoze gushika Iwacu karibu kandi

  • @kezarnnyariellekezarnny1578
    @kezarnnyariellekezarnny1578 2 года назад +9

    Love from 🇧🇮

    • @alainmirimo9619
      @alainmirimo9619 2 года назад +1

      Turabakunda cyane muri abavandimwe bacu

  • @iradukundaariella8
    @iradukundaariella8 2 года назад +2

    Mwana respect kbs urazi kwishura

  • @Berline342
    @Berline342 2 года назад +3

    wlcm back home king😍

  • @ntacogorajeanaime4596
    @ntacogorajeanaime4596 2 года назад +7

    We love you too much bro

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 2 года назад +1

    melody afise golden mindset vraiment yubahw..natekane nta na kimwe

  • @lylykimana4795
    @lylykimana4795 2 года назад +3

    Nikinyamahoro disi ;ntanzigo cigirira🥰

  • @nshutidiamondofficial6321
    @nshutidiamondofficial6321 2 года назад +3

    Hano Singapore twishimiye ko usubiye mugihugu cyawe amahoro

  • @nkeshimanaeric737
    @nkeshimanaeric737 2 года назад

    One love bluce 💜

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 2 года назад

    Ubwishuye neza cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 года назад +3

    Mukomer cane kand iburundi ntitwibanira vrmnt. Hama imana ishimw komwashits amahor

  • @SemuhunguEric
    @SemuhunguEric 2 года назад +3

    Welcome back Home @bruce melody We love you

    • @chantalnirere5493
      @chantalnirere5493 2 года назад

      Eric ukunda Bruce by'ukuli kbs.nange ndakwemera pe.

  • @donjusteniyo7736
    @donjusteniyo7736 2 года назад +1

    Bruce mélodie 🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @citegetseepitas6140
    @citegetseepitas6140 2 года назад

    Bruce uzi kwishura ibibazo kbsa! Ndakwemeye pe! Wew ntiwagirany ikibazo n'igihugu wakigiranye numuntu

  • @farinandayiragije5318
    @farinandayiragije5318 2 года назад +5

    Love from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @braveliontv935
    @braveliontv935 2 года назад +2

    Nibande twigatanyije kubwira BRUCE MELODY ikaze nanone mu Rwagasabo 🇷🇼👍🏻hasi hano 🤷‍♂️🤷‍♂️
    GOD'S ON OUR SIDE 🙏🙏🙏
    👇

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 2 года назад

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️🤦wumveko nishimye kuba waraje nahoshetani yashatsekubitoba nararyohewe 🇮🇹🇮🇹🇮🇹🇮🇹

  • @titooctave1049
    @titooctave1049 2 года назад +1

    Umusaza yashitse imuhira good kbx uhawikaze

  • @delphineumuhoza5827
    @delphineumuhoza5827 2 года назад +1

    Munyakazi mwana numupapa uzubwenge kbs witangaza ibyawe kbs

  • @donasbaributsa604
    @donasbaributsa604 2 года назад +2

    Nizereko uzashimira byimazeyo ikipe mwari mwajyanye ku isonga BURIYANE na YAGO

  • @habibi5688
    @habibi5688 2 года назад

    Wishuye neza pe🙏🙏🙏🙌🙌🥰🥰🇧🇮🇧🇮

  • @samblessings1358
    @samblessings1358 2 года назад

    Umuhanga araha thanks brother 🥰

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 2 года назад

    Akatubesh ngo Araz Gukupita Show

  • @appienizeyimana8346
    @appienizeyimana8346 2 года назад +1

    Big up sana bro turakwemera san

  • @BigiBeex
    @BigiBeex 2 года назад +5

    The real man must face some challenges be strong bro even Kiss danniel was arrested in Tanzania for such kind of music

  • @alicebitondo3158
    @alicebitondo3158 2 года назад +2

    Turagukunda abatundikazi🥰🥰🥰

  • @felixnduwimana7340
    @felixnduwimana7340 2 года назад +2

    Jewe nasuguye amakuru Fata yashikirije kuri 3D tv kweri,ariko nkashima Itahiwabo ukuntu yanse imitego yabanyamakuru