Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Urazoturonderera vidéo ya "Nsezere Ngende Ma” Marie-Goreth Habonimana feat Orchestre Amabano.
Sawa
@@inangaentertainment Ama vidéos yose mushobora kuronka muyashireko muzoba mukoze, ndazi RTNB ibitse menshi ...
@@sese667caane nukuri kuko hari abikundira benizi ivyubu hari abataraba nagato umuntu aronse RUclips channel ishirako mwenizi nyinshi vyob ari sawa cane
@@valerecedrichayimana Ndibuka kera mu myaka ya 2000-2008, RTNB ikicugurura 17h, ikintu cambere baherako, bashirako ico bita “uturirimbo twa hano iwacu” kuva 17h gushika 18h ... Indirimbo za Higa, Club du Lac aux oiseaux (Intashikirwa), Amabano, Evode Ntahonankwa n'izindi ... iyo époque ndayikumbuye ...
@@sese667 ikibabaje ntibaba bashaka kutwibutsa ivyo bihe kndi indirimbo arizi heureusement ko youtube ihari ubunyen ngira ino commentaire ndiko ndumviriza indirimbo yugurura ibiganiro kuri RTNB Ewe Burundi by Canjo
Urazoturonderera vidéo ya "Nsezere Ngende Ma”
Marie-Goreth Habonimana feat Orchestre Amabano.