Congo birashobora gushika ikaba ibihugu2 kisekedi ataravye neza kndi urwanda Jewe mbona ari urwitwazo kuba ariyo yagirizwa ibi. Point de vu yanje nawe uravuga point de vue yawe
Jew ndumurund arik M23 iharanir ukur ahubw iman iban nab batsind umwans kk bariwab nn murashak bajeh k mubabwr ng naburwand kuk batarwanij urwand ?? Nibatsind bonger batsind😏
Monsieur Daniel, officiellement muri rapport ya 2016 l'armée congolaise yari ifise 100 mille militaires. ( Ntituvuze les policiers ) Aha mvuze officiellement.. Rero bivuze ko ntamwaka n'umwe batagira recrutement ntamwaka batiyongera... Hari abazwi nabatazwi. Muntambara nabapolisi bambikwa uniformes militaires. Urumva ko au lieu de 100 mille en 2025 ubu l'armée congolaise bararenga 250mille.
MUGISHA Daniel reka kubashinyagurira no abadakeneye kugwana nibaba baguma muburundi kuko bashobora kubahana mugisoda ntibafyina! Hanyuma udutohoreze uko Pacifique NININAHAZWE amerewe. Turamukumbuye kandi hari ibihuha bivuga ko yoba aremvye nkakurya kwa Ndikuriyo
Oya wosanga mugisirikare cacu hari akabuze kuki somariya bahavugutiye ibagidadi afunkanitsani wibaza ko babishatse M23 nabo abanya rwanda nabagande na bakenya wibaza ko ico bakoreye all shababu kitari mumaraso Vive B.R.D AND STRONG ARMS VS MY COUNTRY 💪💪❤❤
Abafatwa baba plus brutalisé ni utwana tw udututsi kuko niyo génocide silencieux mutazi mutavuga... Bafatwa de force kajanwa de force abo ntaco mubavugako expressément
Iyo Empire hima iri mumitwe y'abatagira ubwenge. Iconzi nuko abahima mubatutsi Bari kurushi, Kandi KO mu Burundi bwa kera abahima bari basuzuguwe cane. Kagame bashaka kuyitirira ni umunyaruguru sumuhima. Hanyuma muri politike haba inyingu ibyamoko ni zero.
Uravuga ukuri 🤝
Nivyo Kweri Nibareke Kwiroha Mumuriro Wubusa 😢😢😢
reka sha Daniel kubatwenga barigorewe. erega bagenda batabishaka.jew basigaye bantera ikigongwe.
Arigirati genda bakumene amaso
Uravugisha ukuri pe,bahagarike iyo ndwano nibyo byiza kbs
Basha abanyangwanda barakomeyesha
Mwebwe abarundi murarwanira kudukura iwacu i masisi twebwe turarwanira kubaho kwacu naho mwe 5000$ ukuri kuratsinda
Ukuri kwi ikinyoma gukwira isiyose ariko ukuri kwikirato gufunga umugozi kirato kugira giterintambwe Imana ibane namwe.
Nukuri iyongingo bafashe ndayishimye nibirekere kuguma barwana ataco baronka nibashire inkoho hasi hama hapfe uwavutse .
Sha bose barapfa ariko imvo sizimwe..😮!!! M23 irarwana kukubaho kwabo...naho Abo Barundi bararwanira kuzuza igifu cya Neva😮!! Ntakundi mwite kurisongoye..gusa impera n'imperuka muzabyishyura.
None ko umengo wewe birakubabaje kurusha abarundi ubwabo? Guma hamwe
Daniel abibabwiye yambaye umwambaro😂😂😂 salute
Congo birashobora gushika ikaba ibihugu2 kisekedi ataravye neza kndi urwanda Jewe mbona ari urwitwazo kuba ariyo yagirizwa ibi. Point de vu yanje nawe uravuga point de vue yawe
Les congolais bazi gukoma induru gusa ntibigera bagira ico bita auto évaluation, imyaka irenga 30 bikwegeye ikara mu gashambara
Wazarendo
Monsco
Marawi
Africa yepfo
Wazarendo
Sadece
Kenya
😂😂yewe burundi
Sha nibabireke p
Ndagukunda
Jew ndumurund arik M23 iharanir ukur ahubw iman iban nab batsind umwans kk bariwab nn murashak bajeh k mubabwr ng naburwand kuk batarwanij urwand ?? Nibatsind bonger batsind😏
Mwemere urwanda ko aragahugu❤
Rwanda ruhuriye he nabyo
U Rwanda urizanyemo uto ko turi agahugato kiturije . Mwaturetse muratuba iki Koko.
Barakabona base. Ndabemeye bazubwrnge
Mr le journaliste uravugisha ukuri
Urabeshya ikibazo si amahera kubarundi ahubwo barwana intambara idasiguritse kurwanya abenegihugu babita abanyagwanda canke abaganda kubera agatima kamacakubiri kababamwo udasa numuhutu wese bamwita umunyarwanda numukenya kandi mugwanda arigihugu cabahutu nabatutsi mugabo agatima kindongozi ziwacu niyo woba umusirikare wigihugu uri umututsi ugapfa witwa umunyagwanda
Ni mutahe muzopfira iwanyu muburundi 🛑🛑 .i congo siwanyu
❤
Urazi gutanga inkuru zibinyoma uragapfa wishwe nurusoro
Ndagukunze uvuga ukuri ,🇷🇼🇷🇼🇷🇼 subscribed arleady
Wagipfuwe
@@JohnKingBraxigipfu niwewe yabahariyo umwana wawe ntuburiko uvuga uko
Ukuri ukwahe? Ngwabagande? Abakenya?
YOOO ABARUNDIIIII DISIIII BATEYE INTIMBAAAA FATA BUS MUTAHE NTIMWAJE KUREBA MARIYAJE
Bro nizereko utari iburundi 🤔
Iyo ni gwano ya kivandimwe abanyamurenge ntibogana nabarundi kuko turi bamwe
Daniel sigaye ngukunda guko uvuga ukuri pe
Ariko tube tuvugane ukuri bariko baziriki kweri
Mugisha Imana iguhe umugisha.
Ur
Abarundi nabo Nivuba mukava muburetwa.
M23 hongora izo njavyi ibyo bisambo byanyu burababesha mukaja kwisuka muvy'abakongomani. M23 ni abakongomani bo muri Nord Kivu mwavyanka, mwavyemera.
Urumusazi uzopfa ubweja ukonyene muvuga nkabarigukandwa munyo
Rekasharek ningorane
wow!!
Nibavyanke kabisa ahubwo bogumukira rimwe vyoba vyiza kurusha😂😂😂😂
Reka nkufashe ni FARDC+abarundi+wazarendo+abacancuro+monusco+sadec+FDLR+nizindi katakata utamenya contre M23.none ngo abarundi .....
Urabesha ntangabo za tanzanie ziriyo zabuze inzira kd rero abarundi uretse kwiyahura iryantambara irabarengeye
😅😅😅 none bararwanira iki
Vuguti Goma yamaze gufatwa
Gusa wew ntabunyameuga ukoresha.
Wap uyu mujama yakorotse ukwo nyene ntiyigeze araba abandi ukwo bakora
Iyo video yonyene yerekanye iramaze igihe siyubu
Nurujuju rwiberey Aho
Nibanke gose erega silo goyateye iburundi none bapfira kongo Kuroko abako.ngomani bigwanire
Aba basoda bafite ubwenge ndabemeye.
😂😂😂😂😂😂 primme amwaye , 😅😅😅 nabobena Ndashimiye' kukurikwamagutsinda
Nibyo kl nibarab kuko Abasirikare barakora nukuri
Aba congo musangire akabisi nagahiye naho ibyo murwanira nukurushywa nubusa ,ivangura moko rirasenya pee mbagiriye inama
Mugisha harabagenda kugitsure di
Abo bana babarundi barambabaje pee ikibazo nibataha barabafunga
Uduhaye amakuru meza
Bwana Daniel ivy intambara Nihatari gusa umenye nimba abaganda baraje kumugaragaro hamwe na Kenya nuko M23 Rwanda side iba yarashize. Gusa igitangaje nuko media zose nyishi zivuga M23 abo yishe ariko
Kuruhande rwabo ntabihruro bigaragara kuri media nyishi. M23 ifashe akarere bitangazwa kuma media presque yose. Ariko
Bakubiswe bagatakaza ubuce bumwe uravye amakuru ya media nyishi ntabishikiriza neza umengo baba bacitse intege. Jewe ndabiye mwidirisha iyintambara mbona ko irimwo ibihangange vyishi biri inyuma yiyo M23 atari urwanda gusa
😂😂😂😂 ngo abagande nabakenya nabanyarwanda?Ejo muzovuga ko hajemwo nabadayimoni canke abamalayika😂😂😂😂😂😂😂mbe ho vyoba vyo Abarundi, Abatanzaniya, malawi, south africa, Monusco, wagner, wazalendo, ishano ryose murakora iki
Aba congo nibicarane bakemure ibibazo byabo nibwo muti naho ibyo kunyura kuruhande ikibazo.
Burundians mukinnye gato m23 yarara ifashe Bujumbura
Monsieur Daniel, officiellement muri rapport ya 2016 l'armée congolaise yari ifise 100 mille militaires. ( Ntituvuze les policiers )
Aha mvuze officiellement..
Rero bivuze ko ntamwaka n'umwe batagira recrutement ntamwaka batiyongera...
Hari abazwi nabatazwi.
Muntambara nabapolisi bambikwa uniformes militaires. Urumva ko au lieu de 100 mille en 2025 ubu l'armée congolaise bararenga 250mille.
Ahubwo baciye ubwenge
Nibiyakire.nyene😢😢😢
Abo barishoye baraza gupfa nk'isazi
kiekeiekeiekkk
🤣🤣🤣
Non kuk nyene wogwanira igihugu Kand nabiwaco batakigwanira
MUGISHA Daniel reka kubashinyagurira no abadakeneye kugwana nibaba baguma muburundi kuko bashobora kubahana mugisoda ntibafyina! Hanyuma udutohoreze uko Pacifique NININAHAZWE amerewe. Turamukumbuye kandi hari ibihuha bivuga ko yoba aremvye nkakurya kwa Ndikuriyo
Uko birikose wamugabo vagucunge ntivuga nkingabo murakumbura mukurebigitambara ku maso murafitswe abo mbwira bariyizi murareka gufasha congo ejo empire hima izina igeze mu Burundi ikoresha iyindi mutwe baca imbere n'inyuma ivyitso vyindani bibasonga a bon attendeur salut niryari congo yabaye iyabsnyarwanda nukwiganza kwanaraso ko impunzu zabarundi zahungiye congo Tanzaniya NAHANDI ba kera batiganza mubihugu vyabandi ruzoca Imana aho marasobyinzirakarengane ntazijana
Wanguha nta musirikare wu burundi adezeta!! Iyasohotse igihugu abazi ko agiy muri mission yo gukura nogupfa
Abarund none kobahora babemera 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Daniel baretse kujayo bacababakosora
Mugisha vyamucanze kweri,bamwimishije 5000$
Mushingantahe uvuze ukuri, ibiganiro nico cambere. Komeza utange consil, mugabo ntibavyumva.
Nimba koko ivyo arukuri kwl😢😢
Ababijejwe nibarabe batahane abo bahungu bigihugu
Ndayishimiye narungikr umuhungu wiwe
Ubu kuri iyi saha ya 03h00 M23 yarangije gufata Goma
Oya wosanga mugisirikare cacu hari akabuze kuki somariya bahavugutiye ibagidadi afunkanitsani wibaza ko babishatse M23 nabo abanya rwanda nabagande na bakenya wibaza ko ico bakoreye all shababu kitari mumaraso Vive B.R.D AND STRONG ARMS VS MY COUNTRY 💪💪❤❤
Cane gose uvugishiz ukuri
Umunyekongo ntiyigeze avuga ko hari Abanyakenya cg Abaganda, umurundi arabeshya. Uwakubuswe ntacyo atabeshya.
Erega ngira banyoye umufa wigihuna
Mureke kubesha izo ni propagandes ntamunyakenya, ntanumugande uri miri iyi ntambara mureke kubesha abantu
Maze wange kuza maze Ndayishimiye akunige
Urwanira ukuri ntaza tsindwa ariko basumirinda apfe yiruka M23 wubahe mu kwibohora
Ntukabeshe abantu
Ivyo nivyakera
Mugisha nabasoda buburundi barafta uruhara kuki barwana intambara itari iyabo knd inyungu zabategetsi ubwamber nkuwo ariko avuga niwe bari guherako bakaras oya mugisha nn muburundi bababwira kunguvu baje kurwana reka wangu nibarase uyo wangu ariko ababwira ubujinga
M23 irihagije. Ese bararwana nande? Katanyama nta ntambara bazi. Abarundi terrain ntibayizi, ntacyo bakora . Nibaze tubigishe intambara. Wazalendo ni aba Scouts. Uwatsinze niwe ushobora gufotora za maiti.
Abarundi baje kuri terrain barabizi bazabara inkuru.
Jw mfise inkoho wontangira apana non nkaho basoda bacu bariko bazira iki muri CONGO BARWANIRA IKI?niyo nyungu bungika Mana dutabarire INGABO
Goma bagezemo kuri aeroport
Mugisha birababaje ariko ubivuze nkaho bisekeje gs komeza utere imbere
Jewe abobasirikare banse kurwana ndabashigikiye ahubwo bakwiye kuva congo iminwa y'inkoho bayirabisha kuri abobategetsi babaroha kugira ngo bibohore
Uzajye uvuga ibyo ubona rata nibyiza kubyiza abaturage ukuri
Mpa nimeroyawe
Nibemere ibiganiro
Abafatwa baba plus brutalisé ni utwana tw udututsi kuko niyo génocide silencieux mutazi mutavuga...
Bafatwa de force kajanwa de force abo ntaco mubavugako expressément
Dani uratubeshe Ayo majwi si ayejo ivyo nivyakera kwer
Aho bapfiriye barabirambiwe
Abasoda bacu ntimubarenganye igisirikare cakongo bonyenubwabo birutse aribo barikujaimbere twebwe turabafasha mugiherero bobo birutse twobigenzagt?
😂😂😂 Burundians murasetsa gusa
Nibakubite imbwebwe
Ariko Mugisha nigute woba uri umukuru wigihugu ukanga abene gihugu bawe ? None urabanga ngo bage hehe?
Uza gusanga uburundi bwonyene bufise muri Congo ingabo zirenze nakure effectif ya l' armée nationale
Nibasubire Iwabo maze ariho M23 izabasanga kuko itazabahereza uko
Nibatahe m23 iriwayo
Ariko mugisha ko uvuga ngo abarundi barapfa UTI naba M23 barapfa none ko aba M23 bapfa bapfira ukuri barapfira amatongo yabo abarundibo barapfira iki?
Kuma ya mamaako pumbafu mkubwa
Ibi bimaze indwi irenga niho wew ukibibona wapi kweri
Wahindutse umuvugizi
Urumubeshi iyi niyakera urimbwa nyamigozi très malhonnête
Nibatahe bajye iburundi m23 irikubatwika 🦁🦁🦁🦅🦅😂😂😂
None bacomoke bajahe babakukuje??birababaje 😭
Barabesha ntabihumbi bitanu congo yobikurahe babuze nico bubakisha amabarabara
Empire hima nibayireke itsinde kuko barya barahashirira
Iyo Empire hima iri mumitwe y'abatagira ubwenge. Iconzi nuko abahima mubatutsi Bari kurushi, Kandi KO mu Burundi bwa kera abahima bari basuzuguwe cane. Kagame bashaka kuyitirira ni umunyaruguru sumuhima. Hanyuma muri politike haba inyingu ibyamoko ni zero.