Uburundi burakwiye kwikebuka bagafasha urwaruka kk urwaruka niyo nkingi y iterambere, uyo mu mama ni cadeau nziza abarundi twahawe arafise impano idasanzwe knd azoshika kure big up Maman
Isaac ku KU kazi nta nta maman cnk papa cnk umwana umugore umugabo selon nitegeko mpuzamakungu ryakazi.....iyaba ari post isanzw kumbuga zaw....mais courage wew ukora ibiganiro kubuzima butandukanye atari umuziki gusa
Najewe sinibutse gushimira uyumu maman koyagizeneza kwongera gukinana nababana namwinmbuka ugihe yakina ari mama wa Mugisha akinaneza cane. Smith nawe gukina film nigikorwaciwe.
Mwakoze vrt kutuzanira team yose vyari biryoshe cane nkuko muvyeyi abivuze muburundi ndabona bitanguye kugenda neza specially gasore mani manigazo ariko abikora cane rero abantu bari hanze barabire hafi bafashe aba bantu kugirango bagire intambwe ubutundi nabwo bumenyekane.
Merci sana isaac mubandanye ibikorwa vyiza
Wallah unanikumbusha marehemu maman yangu wallah Alihamdulillah kuwa Na maman ndio pepo zetuuu
Isaac unyibukije maman wanje naho ntamubonye umwanya munini
Maman wawe ndamukunzi ar très intelligente
Uwugifis maman wiwe amwubahe kandi amuhe agacir
Waaauuuh Mashaallah kumbe ni mama wawe wauuu ndamukunda cn wallah uyo mu mama Allah akube shifa inshaallah akupe umli mlefu kbs
Abafana bakunda maman isaac bampe like ngah ndababone mamukwe😚😚😚
Isaac musa na Maman 😂
Waooh!!!😍ndakunze ivyiyumviro vya maman. Umu maman mwiza atahura les Jeunes. Nukuri murakwiye gushigikirwa. 👌👌👌
Manshaallah mam na mwana had rah jmn unafika unanikumbush mam yang
Ndabemera kbs bakunzi banje mukomeze mutunezereze 👏🏻👏🏻👏🏻
Uburundi burakwiye kwikebuka bagafasha urwaruka kk urwaruka niyo nkingi y iterambere, uyo mu mama ni cadeau nziza abarundi twahawe arafise impano idasanzwe knd azoshika kure big up Maman
Ja 👍
🤣🤣🤣🤣kuvumbur maman waw ww wasaze nukur 😄😄😄mama Isaac nukur urumumam mwiza can nukur ndagukund muma film yos ukin vrm urinimpan cokimw na gasore👏👏👏
Mbaye uwambere😂😂😂😂
🤣
Isaac utabesha ni maman wawe
Wow kumbe ni mama isaac TV❤❤
Issac u need to be proud of yr mom maashaallah
Waoo ikikiganiro kiraryosh kwel. Umwana akoreshikiganiro mama wiw!!nice kbx
Ndamufana
Issac mama wawe vrmnt😭😂👌twihangane twe bitavye muzambere.mère wawe akina umengo sina film arimwo avyifatamwo neza cane gose👌😘.
Nkunda yasoni 😁
Kumbeni maman Isaac nisaw kweli ameze neza kweli
Big up man ISAAC keep on doing
Maman uvuze ijambo rikomeye cane🦅🇧🇮🦅
Umu mama mwiza manshaAllah
Mrc cane kumutuzanira kand uyo mu mère Arabizi cane muri bisanga man ep5 hoho yaranyishe, kwel avuz neza nibabashigikire👌
Isaac! Wewe uravumbura na maman? Wekiboko kbs bgp uko juuu nguvu zayidi💪💪💪💪💪
Maasha Allah ❤️❤️❤️
Alvin punguza kujiambiz mukorog sio mzur mbea mwenzann kana anon alvinanajipak, gonga hapa
Mashaa allah maman Issac ❤❤❤❤❤❤❤❤❤ndamukunda
Mama asante sana mungu akunzidishie
Yaaaaaa Isaac kurahe peeee urakundwa peeeee kukuntu uvumbura neza kand ubaza neza
Ikiganiro ukoranye
Namere
Ww
Kiraryoheye
Kbs🙏👍😍
Turabakunda cane kukazi mukora mwese.
Nibabashigikire kabisa kuko murabikwiye
Uyu Mu Mama Arashoboye Pe Ameze neza Kabisa Couge Maman
Eg vraiment nivyo kweli
🤣🤣🤣🤣🤣Isaac urahiriwe kugifise umuvyeyi.Ikiganiro kiryoshe cane.🤝🤝
Umwana nanyina maana biraryoshe nikuterimbere natwe nukuz mutwize 🥰🙌
Imana igushoboze mu bikorwa vyiza mukora
Isaac unamuvumbuwa mere vrmt maman yetu tunakupenda sana uratejimbere igihugu cacu muvyeyi
Hahaaaaaaaaaaa kabisa
Kuvumbura mam wawe😂😂😂ndamukunda barikumwe na gosore hoho yandi
Ndakunda uko mukora, ndabahay courage👌👌🔥🔥
Mama
Isaac namupenda
Sana
Thx mom u said true big up 100%
Ego cane🇧🇮👍👍🥰😍❤️👌
Dukeney part 7
Isaac ku KU kazi nta nta maman cnk papa cnk umwana umugore umugabo selon nitegeko mpuzamakungu ryakazi.....iyaba ari post isanzw kumbuga zaw....mais courage wew ukora ibiganiro kubuzima butandukanye atari umuziki gusa
Nice vremt... Isaac big up
Ndabona ntumenyerwa ukavumbura mre mama uti arakweye cane urahanura neza
😍😍😍penda sana mama
Yooo isaac mama waw amez neza urabon ingen muter inkuru umuhungu na nyina
😀😀😀😀😀 sha Isaac urarenze kumivumburo uzovumbure umugore wawe nawe😀😀😀
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😀😀😀😀uyo wewe bizoba ibindi bindi 🤣🤣🤣😂😂
Maman ivyouvuze nivyo leta ikwiye kubashigikira kbs
Uyo mumama ndamukunda sana barikumwe na gasore
Maman issac courage
Najewe sinibutse gushimira uyumu maman koyagizeneza kwongera gukinana nababana namwinmbuka ugihe yakina ari mama wa Mugisha akinaneza cane.
Smith nawe gukina film nigikorwaciwe.
Uyumu mama ndamwe mera kabisa
Nice saaana😍
Murasa kbs Isaac namama je ndabafana can
Isaac wavumbuye Maman wawe🇧🇮🇧🇮💪💪😃😃😃😂
Uyu mu maman ndamukunda 💞
Isaac ndaryohewe cane kubona maman wawe biologique!! kandi arakina neza cane muri Bisangaman ni serie iryoshe cane ndayikunda cane!!
Bro keep it up!! Vraiment channel yawe iri alimentée kenshi!!
Big brooooo
❤️❤️❤️👌
Isaac kumb uwo ni mère waw nivyiza kwel
Wew uvumbura maman wawe erega warasaze hhhh
Hama bisanga turayirindiye iraryoshe peee
Alvin punguza ma yeah yeah, namu interview napo w vipi😅😅
Yooooooh ufise mère wa bien ♥️
Alvin aravuga amajambo meshi duuuh
Courage mère urashoboye
Mama
Uyo maman avuze nezaa caaaneeee
Haha umu come from atazi challenge ico gisigura😂mum isaac congratulations urashoboye?
Hhhh vyar biryoshe sna
. hma Isaac turonderer linah blanche
Nice
Ikiganiro kiryoshe cane
Maman Issac turamwemer
Courage sn kbx
Ahhhhhh ugoruhungu rurakunda kwihagura mumanso non ama enterview akunze kwihagura why ukora ivyo non
Mbaye uwa 88😂😂😂😂😂😂
Umuvyeyi yamarumuvyeyi urumvizo mpanuro atanze.anasabiye urwaruka ibintu bizima.
😂🤣🤣alvin nguramwogej namate😂🤣,
Alvin ngo mama salamwalekum hahahahhhhh
Jewe naribimenye kwarinyinawiwe kuko bakinira munzu ya Issaac ngo bisangameni 😀😀😀
Ndavyimiy kub mam wa issac
Ndabakunda cane
Maman Isaac kwarenze!!?
Nice kabisa uwo mumama aramaze kumenya agaciro ka RUclips Channel
Mama Mugisha 😍😍😍
Nimwe
Mumarira
amamega
komeze
Kabisa naj nibo bayamara😂😂
🤣🤣🤣
Ati Camera Ifise Ijisho Canke 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Alvin Urasekesha
Isaac nimba wibaz mère kwari cousine?gusa birahimbaye sha maman ndamukunda
Well done isaac
Issac kuvumbura maman bibi
Isaac kuvumbura maman wawe kweri
😍😍😍
Uzambabarire uzajye kureba komando
Ikabozo ibu ihuriro ntihemba bakinyi bayo???
Abakunda isaac muze tumugurire imoto aze aragendeko. Kutoronderera inkuru ziryoshe nkizi. Hhhhhhh na mere🤣🤣🤣
Hahaaaaaaa uvuze vyo kweeeli
Uvuga nezaa #Muvyeyi
Nivyo alvin niwakera yabikinira nomubuterere
Una muvumbuwa maman yako kwli isaac
Yooôoo gasore ibiseru biranwishe ariko arira🤣🤣🤣🤣
👍👍👍👍👍👍
We love you Issac
umu mama mwiz cane akina neza