Merci kuri iki kiganiro ni impanuro mutanze ni ivyiyumviro ryanyu kandi ni vyiza. Gusa numva noterera iki nivyo ko afise umutima mubi oui ou autre chose ariko numva nosaba Elsa canke abandi bagenzi ba Ornella ko bomwegera bakakamuha ubufasha burya ibikomere biratuma umuntu akora ibitokorwa canke nyene umuntu akagira umutima kubera impamvu zitandukanye: Rero umutima mubi ni ukuri ni Imana yonyene wokuwuhindura. Si non Elsa courage uramubabarira ahubwo urabe uko wobigenza umuronderere umuntu yomufasha kuko peut etre arafise ikibazo ahantu nawenyene ngira ataramenya.
Ndazi umukobwa iburundi yama akoresha amaphotos yabandi bakobwa kugira yibe amahera aba types baba hanze. True story. Nzorondera hosy ndamuhe iyi history iri scary so bad.
Mana we !!! Il faut ko uyomukobwa ahanwa. Elle ne comprendra qu’avec cette manière là, kuko niwosigurira ko umuntu yabonye ko yagize amakosa yonyika uko nyene
Gusa ornella numva hari nibijuju vyabahungu arya inoti, kubera iki umuntu mwamarana plus de 5 mois muvugana ariko akanka appel video kugira mubonane! Hama Elsa nafatire aho kiraciyemwo giciye munduru
Nuyo mu Elsa😅😅😅yarakunda agakino why atabwiye uyo mu type hakiri kare none avuge kwatariwe...ahubwo murondere na nella nawene..nuyo numusuma yashigikiye nella
Abobatuka ngo mwamuvuze izina boba ata bwenge bafise, kko plus mumubikira ibanga plus agira courage yo kubikora abandi.naho yobandanya abikora ntaco ariko bamuvuze.cougare Hosy na Gretta muduha ibiganiro vyiza.Elsa nawe pole wahuye n'umugenzi w'umugenzanyo
Mbega ikiniro we. Thxxx Elsa, Hosy et Greta
HAMA DUTUMIREKO WE LOVE MUZIKA, TURABAKUMBUYE SANA.
Hosy ndagukunda cyanee Mukobwa mwiza,u are my inspiration ❤
Uyo mukobwa Nella ni legend mumumpere🌺 😂😂😂
Hosy Indirimbo yawe na B face nayiravye.nisawa muraberanye.
Oyaa ntabanga yomubikira kuko numuntu mubi cane kandi cane gose pe,erega bwoca kabiri uyo Elsa agahura nuwumugirira nabi ngo yamutway amahera nibindi nibindi.ugize neza kubivuga shaa Elsa
Thanks kuri Siren Vibes TV ku kiganiro ciza kuko kizofasha buri uwuzumviriza ariko vrt numva novuga ko hoba urukundo hagati y'abagenzi atari ukugenzanya
Siren Vibes TV mwarahezagiwe caaaane kandi mutere muja imbere
En tout cas Elsa j'admire ton courage yo kuza kubivuga ngaha❤
Hama Elsa si ukutubwiye ariko vyagenze pole sanaaaa, ariko jewe birangora ku juge umuntu kiretse nella nawe aje akavuga
Ndi umunyarwanda ark abarundikazi nibeza kweri turabakunda cyane
Bintumye nshaka Kumenya uwomuntu vrt, tamaa mbaya vrt, pole la demoiselle qui a la microfone woaw
Ornella kweri niwe yakoze ivyo??
Ndumiwe niho avyibushe arya ivyabenshi
And we're so thankful miss Elsa for these advices
Tres serieuse
Ornella n'igihugu yokigurisha nukuri😢😢😢😢 iyo ntahe irababaje gushika naho wumirwa ugatwenga. Il faut k tugira attention kubantu tugira abagenzi 😢
Ni Ornella uyuh?
Ni Catfish nukuri nezaaa😮😮😮😮😮
Iyinkuru yarinziza ariko Elsa ntazikubara inkuru pe namwe vyabacanje.
Sha hozy nukuri haribintu dukwiye kuza turashiramwo logique jewe nkuwomuhungu ndumvako ubwenge atari ikirenga-un
De deux uwomukobwa nawe yagiriwe uko ntamukunzi afise?
Uwomukobwa urakwiye impanuro vrt mbere arakwiye nokuronka umukunz nimba koko amushaka atari bimwe vyogukurikira akanoti❤😂
Akogakobwa Nako mukitwarire gahanwe nakicanyi
Haribintu ababakobwa nabahungu bakora ukumva umuhungu ntabwenge pe.
Merci kuri iki kiganiro ni impanuro mutanze ni ivyiyumviro ryanyu kandi ni vyiza. Gusa numva noterera iki nivyo ko afise umutima mubi oui ou autre chose ariko numva nosaba Elsa canke abandi bagenzi ba Ornella ko bomwegera bakakamuha ubufasha burya ibikomere biratuma umuntu akora ibitokorwa canke nyene umuntu akagira umutima kubera impamvu zitandukanye: Rero umutima mubi ni ukuri ni Imana yonyene wokuwuhindura. Si non Elsa courage uramubabarira ahubwo urabe uko wobigenza umuronderere umuntu yomufasha kuko peut etre arafise ikibazo ahantu nawenyene ngira ataramenya.
Mungu weee ndumiwe ndabuze nico mvuga
Mrci bcp Elsa ndafashijwe kabisa sinzibwa namba uduhera ndiko ndaruhira ino
Ndabakundaaaa Hosy You Know ❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ornella kumbe imezukwo kweri😂😂😂why abagore bavyaye abakobwa mukoribintu nkivyo?erega nimwabura abomugurisha muzogurisha abana banyu ndumiwe kweri uwobabona mugendera mumiduga myiza yokwibazako ariyo mwigurira kumbe mudandaza abomutavyaye muragowe bikwiriye
Ndazi umukobwa iburundi yama akoresha amaphotos yabandi bakobwa kugira yibe amahera aba types baba hanze. True story.
Nzorondera hosy ndamuhe iyi history iri scary so bad.
Uzoze uyitubwire neza
@@sirenvibestv ninaza iburundi nzoza kuyishira ahabona🙈.
Neza ndumiwe ndabaye ikiragi peeee🤭🤭🤭Vrm abakobwa emw nubw tutar twese vrm ndumiwe vrm she is Crazy pe
Ndumiwee koko
Elsa narabe ahoze uwo mu type bakundane urumvako yaguye muvyatazi we yarafise urukundo gwa vrai shaaa.
Yesuuuu weeee ndamuhojeje
Elsa profita rero wikundanire nuwo muhungu wo muri Norvège 😂
ELSA NONE NTIWOKUNDA UWO MU TYPE KO WABONYE KAR SERIEUX
Ndashobora kuba nokunda hosy vrt
Ndabasavye musubire murabe iyi émission murabe gretha 😂😂😂 umenga nika Kaïs kicaye ngaho 🤣🤣🤣🤣ukuntu rero yabaye pause nokuraba Elsa 😂😂😂😂😂
🙈🙈😂😂
Yoooo pole chr wanje nukuri birababaje sana ariko urimwiza
Iyi nkuru ntakwo ari nziza mais na Elsa nareke kuguma yandikira uwo munegeri namba atagomba kumwiyegereza mwibi bihe bigoye arimwo mwibanga ntangere.Ornella ntimumuvuge yakoresheje umwanya kd yari yabonye ko kuwo munegeri hamera.
Oya reka ariko uwomukobwa kuberiki utamubwiye ati jew ijengutora ivyowemereye umugenzi
Gretta waberewe🎉💋
Iyo story iragoyee gutahuraa🤣🤣 niyabakobwaa nyenee🤦🤦😎
😂😂😂😂😂 exact
Ndetse kukubesha nanje ndabitahuye ntevye ikirundi kimeze ukuntu kirimwo ubwirasi bwinshi igifaransa cinshi icongereza indimi 3 zose mukiganiro kimwe 😂😂😂kbx abarundikazi ntibazi kuvuga inkuru neza
Uwomukobwa mumureke one day azobikorera umuntu amutoraguze amashashi
Nukuri ndabakunda🎉🎉🎉🎉🎉
Inyuma yugutinya Imana zobatinya mishwanje 😢😢😢😢pumbavu zenu
Mana we !!! Il faut ko uyomukobwa ahanwa. Elle ne comprendra qu’avec cette manière là, kuko niwosigurira ko umuntu yabonye ko yagize amakosa yonyika uko nyene
Numva merereje pe,abantu nkabo barabaho 🥺🥺 ,arakora ikibi cane nukuri.karma izomufata ntacijana musi yizuba
Yoooo pôle sana sister barabure 😮😮😮❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
None mwebwe Abo bakobwa nkabo muba abagenzi Comment??? 😢 C grave umuntu agukiniye ibintu nkivyo 1ere fois comment esk mwosubira kuba abagenzi cank kugirana connection??? Vraiment
Bakora umwuga umwe barazinanye nutu dramatic
Naje vyansize,jewe abantu nkbo ndabigirwa kure
Uko biri kose harivyo basanzwe bazinanyemwo kuko sindiko mbitahura namba rimwe yobinkora ngasubira kuvugana nawe kweli?? Nihatari
Nciye mfuta pics ya profile yo kuma reseaux sociaux yanje,niya watsap profile 😂😂😂,hama Elsa urakwiye guporta plainte muri pj.Kuko ashobora kubandanya abikora ukazogira ibibazo
Noe nkayo mafranga yose woyaha umukobwa urondera iki??kuki atari kuyaha mama wiwe !ndumiwe kabisa nimuze muyabarya!
Hewe hariho aho mama wiwe atoshobora ku mwagaza be mutahura😂😂😂😅
Abakobwa bomumuji bandakora nuko babayeho mubona batagase ngonibindi birigwa mugitanda biryamiye barukury amahera yabandi 😂😂😂
Cette fille est sérieuse et mérite un homme sérieux. Courage mukobwa we.
Kubera?
Hosy kuki wonze 😭😭😭 hama kweri iyi emission mvuze numiwe 😂😂😂 ndaronse script ya Ligalas 😂😂😂😂
Gusa ornella numva hari nibijuju vyabahungu arya inoti, kubera iki umuntu mwamarana plus de 5 mois muvugana ariko akanka appel video kugira mubonane! Hama Elsa nafatire aho kiraciyemwo giciye munduru
Ahubwo nimuduhe ifoto ya Nelle
Nuyo mu Elsa😅😅😅yarakunda agakino why atabwiye uyo mu type hakiri kare none avuge kwatariwe...ahubwo murondere na nella nawene..nuyo numusuma yashigikiye nella
Ugeragej gushiramwubweng nuy mukobwa ntiyoroshe😂😂😂 kuko uzi neza naw kudakund ivyabandi ntushobor kwizimiz umusi wamber bagukiniy nkivy kd ugac wigirish
Mana yanje Ibibintu birarenze pee
Ornella utabihevye Umenye kuzopha nabi utihanye
Mugabo nibaza ko uwomu type utomwigigwa kure ubunyen ? Mufashe asubize umutima hasi basi 😮 ndababaye peee
Uyumukobwa nukumwirinda harigihe azarya ibibafungisha mwese cane cane cash ryivyobisaza.
Gusa uwo mukobwa nawnyn numva ibintu vyiwe numva bidatonze nezaaaaaa
Mbega Hosy umenya gute ko uyo Elsa avuga ukuri?nigiki mukora ngo mutohoze ko atarabakobwa baba bafise utuntu bapfa hama agashaka gucafuza mugenzi we?mbega umugenzi wawe yogutuma muma circuit nkayo mudasanzwe mukora akazi kamwe?hahahaha vous êtes trop naïve, Elsa ndakugaye ufise ubwenge buke kuja kwiyerekana kuri TV wica réputation yawe.uzi ngo wononye réputation ya mugenzawe ariko nawe umuntu azi ubwenge nawe arabona ko atakigenda.aba journaliste muzohore mwitonda mukwakira insaku zabakobwa,ariko mwebwe sha muri muri business.
Yes ntakuntu yomudandaza plus d1 fois ntavyank.biraboneka ko bakorana ahubwo nkaho bashwany acaramwararaza
Ivyo bintu birakaze,ndashaka mumpe aho vyatanguriye,😢,iyo story irihe muduhe link
Uyu mukobwa ashobora kuba ari umwana mwiza ariko afise ubujuju bwinshi. Ni gute uwo wita umugenzi yogukorera iryo kosa rya mbere hanyuma ugasubira kwemera kumwumviriza ngo ariko akurangira umugabo? Naho vyoba arivyo ashaka kumukurangira ntabwoba wogira? Uyo wumva yokurangira umugabo ameze gute?
Ico kiganira Kiri intéressant nkimpanunuro notaha Elsa nukwo yomwitwarira agafatwa agapfungwa kuko ivyobintu ntibisanzwe,uyo mu type nukwo ari sérieux sinon ntiwari kumuvanaho
MBEGA MBEGA INKURU DISI? Anyibukije umwana araho yara agenda mumihana yaruguru akiyitirira uwundi mwana . ibisuma biravuka
Nsasavy mumbwire uwo muntu nuwaheh agira benivyo
Yoooooh Najew kwl vyarambayeko umugenzi iwanje ipfapfe yarashatse kungurisha kumuhungu iyaba ntar fort twaragwaye kugira amfate kunguvu kwl n story ndende ibabaje cane simba shaka kuvyibuka ivyoo bibabo kwl
Pole Sana my sister yooo ndumiwe pe
Ivy bintu ntibitahurits nibirofa
Numva nshaka kubona Nella basi ifoto gusa
Kweliii ❤❤❤
Si ugushaka amahera Hosy,ni ubukoko bwa la fille,imagine nkiyo urya wa 1 aca amufungisha na Mpimba yarigushikayo😏😏😏,
Abahungu b'ibigugu nkabo murakwiye kubarya amahera cane kuko baratumaramaza.Ubwo bwenge bwabo ntibubaho,n'ayo mahera babaha ngira sayo bakoreye!Ni muyarye mwongere muyasubire!
K bitey ubwob noe g bash abakobw bub saban bez uwom type arambabaj😢
😂😂😂😂😂 iy'inkuru iraryoshe azogaruke mur Émission atubwirak akundana le type bas kwar sérieux😅
Numva ari film 😂😂😂😂😂😂ko bitwengeje mbega mukama😂😂😂😂Elsa nigi pouncoulie nukur 😂😂nyen sha baramumerey nabi mpor vrt
Elsa pole sana waguye na démon
Basi nimukunda ko yamenye ukuri😅
J vs aimes bcq hosy e gre❤❤❤
Mutwereke iphoto yiwe numva ateye n ubwoba
DRAMA n'iki? Mbarije abandi jewe ndakizi. Elsa nafatane n'uyo mu type comme consolation nimba ataco yamuneguye ko vyashitse bagahura.
Uyomukobwa Ninde Jew mba ngaha kampala nciye ntinya nukuri muduhe agafoto kuwo muntu tumucire ivomo
@@niragiradiegomane9559 emwe andik mwiteneza Ornella ucumubon
Niba ukizi gisobanure
aho ntiwokundana nuwo mu type ko agukunda
Birababaje kabisaaa
Gusa Elsa narabe acakundana n'uyo mu type nimba nawe amwiyumvamwo
gretta nciye ntahura ko iyo baby yashavujwe na 300$ / semaine
Sha ivyo nanje vyarambayeko abakobwa n hatal pe 😂😂😂
Vyanse ko bakora bakoreshe leur identité ntibabishiremwo abandi.
Am number one❤❤😊
zimya ivyobirofa ubwoo bujuju buvah hab kumugabo cank kumukobwa
Hozine ndashaka inimero yawe
😳😳😳
Amazina yaba Nella ngira yararozwe ,hari uwundi mu nella nzi ari pur que uwo numvise ,kandi naw numu single mother
Sibose uwonzi ntamez uko
Hhhum ndakubujije je simez nkuwo mu escroc😢ni kugatwe kiw si ba nella bose
Emwe😂nicogituma😂nzigurira rwanje😂kirestsumwaku araho acafura😂foto zanje gusaba abantamahera numusuma wo kuri fecebook yitwa akimana dorine ifoto zanje nizo zuzuyemwo hosy ninashika burundi nzakuronder nanj nkorikiganiro nihaniza nabo bagisamara gutanginoto kumihora bivanye ngoniko abonye foto
Mutwerek uw Nella Ornella 😂donc nicamamare 😂entuk afis imiti kbr uknt abesh abant umng ab yabasiz imiti😢mutwerek nejo ntaz abesh abandi
Andik mwiteneza Ornella ucumubon afis Ama compte menshiii
Ico ntatahur none uwo mu type we ntarab ayo ma numeros ko adahuye niyo Elsa akoresha? munsigurir vrmt
Uwo mu nella nagakoko kamabara pe 😅😅
Hosy et Gretta ndabakunda bkp❤❤❤❤❤....abantu nkabo nukubavuga kugira tubirinde no gufatwa bafatwe😢
Ndumiw nukur😥
Ba copines ni "le karma" si " la Karma" 😅
😂😂😂
Abakobwa bamwebamwe nikobameze
EREGA NAGIRA UWOMUKOBWA YAJE KUVUGA IVYA DRAMAT WANGU.NABAMUTUTSE NTIBATAHUYE KWERI
Abo nibabasuma bakoresha foto zanje uwitwa dorine akimana asaba amahera akoresha foto zanje😢😢 weho numva umuzi oya samashetan ahubwo ningeso yiwe
Ivyo biraharaw nanj barabingiz
Sinahora nkunda gukurikirana girlfreind ariko ndabay umu fan uyu musi pe
Abarundikazi naba nyarwandazi batuye kpl nimbobo birirwa biba gutyo bagira nabicyane😢
Bigize abajura murukundo nindaya mbaya
Ico cana carabamize hemwe bashn😂😂😂
elsa uritonda caane
Mubabarire kuko ariko arya umuriro.