BURUNDI :"MUSENYERI NGOYAGOYE EVARISTE YAMYE YITANGA KUVA AKIRI MUTO" PATIRI ADRIEN NTABONA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 1 окт 2024
  • Mu gihe bariko bahimbaza yubile y'imyaka 50 iheze Musenyeri Evariste NGOYAGOYE yinjiye mw'ibanga ry'ubusaserdoti, Patiri NTABONA ari mubo binjiriye rimwe muriryo banga yararonse akaryo ko kumuvuga uko amuzi muriyo myaka yose. Yaranamutekereye n'impanuro amusaba ka bugenzi bwo kuva mu bwana ko yogabanya kwitanga kugira aze asazane utuguvu

Комментарии • 1

  • @mukarutesijulienne1318
    @mukarutesijulienne1318 Год назад +1

    Monseigneur Evariste Ngayangoye,Imana ikomeze kukurinda no kuguhezagira mu vyo ukora vyose.