Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
murakoze cane kuri Kino kiganiro turashimiye Patiri turashimiye n'umwuzukuru wiwe dukunda yamubajije abanje kumwita sogokuru mwese mukomeze guhezagirwa n'IMANA murakoze
Merci au Magazine Jimbere pour cette interview , c'est un témoignage très fort de l'Ubuntu et nous avons besoin d'écouter de telles personnalités pour notre avenir et celui de nos enfants. C'est un model de la société
Frema
NTUBARAGE UBUNTU barage URUKUNDO. Urukundo ntiruharura.
Bana ntimuhendwe kuko IMANA ntiteterezwa. Iragukunda gusumba amaronko
" IMANA iyo igukunze iguha abantu"
Biranezereye kwumva ikiyago nk'iki. Murakoze caane kutwumvisha ivy'ubuzima bw'iyo nararibonye muvy'ubuzima bw'igihugu na Ekleziya. Imana ibandanye kumuhezagira no kumukomeza
Iragukunda gusumba amajambo y'uwariwe wese
Rotten roots padiri ferro ou martens ou jolivin....
Jimber mangazin turabakunda cane kuko tura meny vyishi kuko ino cano irazamo abanu bakuze tukameny vyishi
Muhezagirwe mutm twubaha
You are a good person
Mutama wubahwe usazanyiteka
AKAGORI
AMI DES RICHES
Wow, murakoze cane Jimbere magazine
😄👌