🪡ABARUNDI BASENGERA M23 NGO ITSINDE||💄BIMWE MU BIMENYETSO KWIHIRIMA RY'UBUTEGETSI MU BURUNDI-RABIN

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Tera inkunga #Bwiza TV na Bwiza.com wakoresha Telefone : 0788554010- 0788302082. Uko mubishoboye mwatera inkunga ikinyamakuru Bwiza, Mufite ibitekerezo cyangwa indi nkunga iyo ari yo yose kugirango dukomeze kubashakira amakuru.

Комментарии • 189

  • @mboningabajeanbosco444
    @mboningabajeanbosco444 18 дней назад +18

    Rabin numusesenguzi mwiza
    aba DD Bazarangira bayobowe nabi.

    • @Plus4TV250
      @Plus4TV250 18 дней назад

      Warangira gute ufite igisirikare cyereka habaye intambara kandi biragoye cyane kuba aba DD batsindwa

    • @shyaka-xu5cv
      @shyaka-xu5cv 18 дней назад +2

      Abasilikare se bo sabarundi

  • @gustavodany4170
    @gustavodany4170 18 дней назад +9

    Umunsi Abahutu batuye (Rwanda, Burundi, RDC, Uganda.. ) bazavana mu ntekerezo zabo kwica Abatutsi ntacyo bazira, bazaba bateye intambwe ikomeye izana amahoro muri aka karere. Ibindi by'itermbere bizaboneka.

    • @davidntahombaye5726
      @davidntahombaye5726 16 дней назад

      Mbega abatutsi bobo barabiretse 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @RuhagoRusengo
      @RuhagoRusengo 16 дней назад +1

      Abatutsi bo bica abahutu ubavuzeho iki?

    • @gustavodany4170
      @gustavodany4170 16 дней назад

      @@RuhagoRusengo Ntabwo nshigikiye ubwicanyi oya rwose, biragatsindwa. Abatutsi, Abahutu..., buri umwe wese afite impamvu yabayeho, ni Imana yabaremye. Ariko iyo ureba ubwicanyi bihemberwa na idéologie y'Abahutu, muri Congo, Tanzania, Uganda, Burundi, Rwanda.. Propaganda yo kuvuga ko Abatutsi batari abantu, bakwiye kwicwa (ibyo mvuga mbifitiye ibimenyetso, simbeshye). Hakwiye gutandukanya umuntu (Umututsi, Umuhutu) uri ku butegetsi n'abaturage basanzwe. Ikosa ry'umuntu umwe ntiryitirirwe ubwoko bwose.

    • @kizepicele119
      @kizepicele119 14 дней назад

      None abatutsi bobo agatima ko guhonya abahutu baragahevye, kandi sukuvuga ko ako gatima ari bose bagafise ahubwo ni bamwe muribo kandi bake kuko hariho abahutu n' abatutsi beshi bagamba kubana mumahoro

  • @johnntwari1417
    @johnntwari1417 18 дней назад +4

    Rabin nukomeze ibiganiro nkibi, hanyuma mugwize abanywanyi kugira batahure ibiba mukarere❤❤❤

  • @johnntwari1417
    @johnntwari1417 18 дней назад +8

    Rabin turagukunda Nico gituma twumviriza Bwiza Tv na Caubwenge

  • @juniorsonkii
    @juniorsonkii 17 дней назад +9

    Uyu yishakira amaramuko, ashaka ngo Rwabujindiri kagame, katoki, agire icamuha. Rabin uri red Tabara.

    • @user-oj1vn7jm8p
      @user-oj1vn7jm8p 2 дня назад

      Mugihe uburundi bugifite umuntu nkawe uburundi bufite abanzi wihereyeho

  • @LonginNahimana-u7f
    @LonginNahimana-u7f 15 дней назад +2

    Ok,igihugu cuburundi,gikeneye umurundi atagira amacakubiri namwe akunda abanyagihugu ataraba ikintu nakimwe akunda abarundi

  • @mugisha1
    @mugisha1 18 дней назад +3

    Thank You Mfura

  • @henrylepage4671
    @henrylepage4671 8 дней назад

    Très belle dissertation

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 18 дней назад +2

    Rabin merci❤❤

  • @mutamulizaclementine687
    @mutamulizaclementine687 18 дней назад +2

    Rabini ndamwemera

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 18 дней назад +5

    Ubundi CNDD FDD NI INTERAHAMWE 😂😂😂

    • @victorg7280
      @victorg7280 18 дней назад

      Ntagitangaje kuriyo mvugo yawe y,umwanda!!!.Ayo n,amashereka y umwanda w,amacakubiri wonse kwa nyoko..Kuvuga ko umuhutu ahari hose sans frontière, arinterahamwe,wasigaye inyuma yigihe cane .

    • @sehene9324
      @sehene9324 18 дней назад

      Aba CNDD nibo bishe abahutu muri 72??? Wasanga uri umu sans -echec cyangwa za ngegera zishe abantu muri 2015 ngo zishaka ubutegetsi bw'abatutsi gusa??? Kuri njye si aba extremistes hutu ou tutsi bose ni babi...

  • @wamamayetv254
    @wamamayetv254 18 дней назад +3

    Ariko Rabin nzaguhe iki koko?? Uri umuhanga n'ukureba utaravuga abikubonamo

  • @KOFFITOTV
    @KOFFITOTV 18 дней назад +4

    Sinjya numva ibiganiro ngo mbirangize, ariko Rabin sinjya ncumbika ikiganiro

  • @NdayikezaChristian-y2f
    @NdayikezaChristian-y2f 13 дней назад

    Rabin merci

  • @tresorpapy1705
    @tresorpapy1705 18 дней назад

    Murakoze kutwereka umushinga ntahe RABIN keep up kbs

  • @BernardSindayihebura
    @BernardSindayihebura 17 дней назад +1

    Imana yamwe ikingira Uburundi n' ubu izokinga.

  • @kingjulian1985
    @kingjulian1985 18 дней назад +1

    Merci mes frères

  • @Irene28092
    @Irene28092 12 дней назад

    Wamugabo we ni kubesha guess, ngo délestage??? Nimba uheruka ivyakera

  • @chevaljoyeux1
    @chevaljoyeux1 17 дней назад

    Rabin na mecky ndabakunda cane ivyo muriko murayagira benewanyu birakomeye cane kandi birakenewe courage mes freres god bless

  • @Irene28092
    @Irene28092 12 дней назад +1

    Rwanda ni démocratie????

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 13 дней назад

    Rabin nareke kwigira umusesanguzi atazi nico arico,Africa yagiye yicwa n'ivyitso mwene ivyo
    none de 2005 à2020 ubutegetsi ntibwabayeho neza?Iyo analyse niyo abantu bize yagamukama.

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 13 дней назад +1

    Abo s'abarundi,ntimugahendwe n'abatekamutwe barondera uko urwanda rwobakunda.
    Uwo mu type yerekana urwanko afitiye CNDD FDD,none opposition vyanse ko yikomeza,CNDD FDD
    niyo izobakomeza?CNDD-FDD irakomeye gusumba uko muvyibaza.Uwo mwiga nabanze aheze maternelle

  • @user-alfa-06
    @user-alfa-06 18 дней назад +2

    Rabin, Bagaza, nawe yari mubi plus que Micombero kubera ko we yari tribaliste en mm temps regionaliste

  • @gerardnzisabira7301
    @gerardnzisabira7301 14 дней назад +1

    Niwicire indya kuko naho uri si heza pe.ugomba wovuga bik

  • @tantineirakoze1961
    @tantineirakoze1961 16 дней назад +1

    Abavuye kwa chimamanda tumenyane😂

  • @user-alfa-06
    @user-alfa-06 18 дней назад +2

    Kuri Buyoya nawe urabeshye kubera ko ni Buyoya watangije politique de l'unité nationale après ntega-marangara. Et bien c'est lui qui a formé le gouvernement inclus de toutes les ethnies burundaise ainsi que les premiers musulmans binjiye muri gouvernement

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 18 дней назад +2

    Komera mfura nziza RABIN❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ TWAGUKUNZE RAMBA RAMBA

    • @AdB-oe9yh
      @AdB-oe9yh 17 дней назад

      @@luizfigo1133 💕

  • @fastforward2674
    @fastforward2674 18 дней назад +3

    Uyu musore azi gusesengura

  • @davideduardosantos5705
    @davideduardosantos5705 15 дней назад

    Rabin, vyoba vyiza ugiye muriyo interview nkiyo, uvuge i Kirundi utavangatiranya n'igifansa, please...

  • @JeanpaulRudodwa
    @JeanpaulRudodwa 14 дней назад

    Nukuri nanje ndarindiye iherezo

  • @user-alfa-06
    @user-alfa-06 18 дней назад +1

    Bagaza ikintu yakoze cyiza ni développement économique gusa. Ariko politique, yari mubi cane.

  • @KanyangeFecabu
    @KanyangeFecabu 14 дней назад +1

    Wabwawe ntiwovuga ivyuhwamds

  • @EricMutegwantebe-xo1pb
    @EricMutegwantebe-xo1pb 17 дней назад

    Umusesenguzi numuhanga cyane

  • @UwinezaJaphet
    @UwinezaJaphet 6 дней назад

    Icouvuze cukuri nicigisirakare baguma batwinginga twarabanuniye

  • @DianaMutoni_
    @DianaMutoni_ 17 дней назад

    Ohh wow noneho turakubonye Rabin dukunda ubusesenguzi bwawe

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 18 дней назад +1

    Indushi zose zisigaye zisesengura ivyiburundi 🤣🤣 ako gatege mugakurahe ko gusesengura ivyahandi mudashobora gusesengura ivyo Rwanda

  • @user-cw2mk2mj8u
    @user-cw2mk2mj8u 16 дней назад +1

    Iyoninzara ituma avu utyo

  • @davidntahombaye5726
    @davidntahombaye5726 16 дней назад +1

    😂😂😂😂 Uvuga ivyo utazi, iyo Tanzania 🇹🇿 ifise demicracy kuki izibira igitoro kija i Burundi 🇧🇮????? Kuki yivanga muvyu Burundi 🇧🇮, mbega udahaye democracy umubanyi, woyiha umunyagihugu utwara 😂😂😂😂😂 Bunyoni uvugira, si wewe wamuvuga nabi hirya yejo???😂😂😂😂😂 birakunejereje. Geza ngaho ntavyo uzi ivyo urimwo

  • @JohnMutangana
    @JohnMutangana 18 дней назад +1

    Rabin numusesenguzi pe

  • @CecileMukandoli
    @CecileMukandoli 18 дней назад

    Rabini ndakwemera sana nkunda ibiganiro byawe cane

  • @prudencerubonezambuga1462
    @prudencerubonezambuga1462 18 дней назад +4

    Rabin vraie analyste 💯

  • @Nta-m4z766
    @Nta-m4z766 12 дней назад

    Bonjour ? Rabin yob afise compte twitter (X) si oui mwoyimbwira nka mwandikira muri DM. Merci

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 11 дней назад

    Akabono karongowe m'uRwanda 😢😢
    This Guy has Issues!
    Rota Sha !Ni kubuntu🙄
    Baradukuramwo muri Iyo EAC ko wumva tudakwiyemwo!

  • @Irene28092
    @Irene28092 12 дней назад

    Urahimvy, uranka igihugu wa njijiwe

  • @t.v.a.i.s.s6842
    @t.v.a.i.s.s6842 14 дней назад +2

    Jewe ntabwo nti umu dd ariko jewe intwaro ya dd yo kwigwanako ndayemera😊

  • @jeanbikomagu3353
    @jeanbikomagu3353 15 дней назад

    Ariko iyo abantu basaze barabura ivyo bavuga kabisa ubwo nkiyi Mujeri mwumva ivuga iki koko?

  • @NoëlNiyibigira
    @NoëlNiyibigira 16 дней назад

    Ndabemeye kabisaaaa

  • @Symphorien-it5qu
    @Symphorien-it5qu 14 дней назад

    Iyonturo ngo abarundi ngo basengera M23? Iyo mwavuye muragayana pe! Dusengera ibisengereka .hama M23 birabibyuya ntibibe amaraso.

  • @RwasaGedeon
    @RwasaGedeon 14 дней назад

    Urashobora kubesha nkuko

  • @Singletonjoseph509
    @Singletonjoseph509 18 дней назад

  • @OmarRwamakuba
    @OmarRwamakuba 16 дней назад

    Ndakurahiye iyintambara yakongo. Igomba kugera muburundi dore ahonibereye

  • @kizepicele119
    @kizepicele119 14 дней назад

    Ibaze kuvuga ibifise democracy igashiramo Gasabo batora 99,98 kandi iyo ari kumwe mubigaragaza ko nta democracy, ikindi kikaba ari ukwihitiramo abo muhiganwa mumatora, usivye ko ugutuka atagutorera Burundi irasuvya Rwanda kugira democracy kereka iyu atabona kuko ubona kure wese arabibona

    • @ericbikorimana8713
      @ericbikorimana8713 10 дней назад

      😂😂😂😂ko uhisemwo urwanda mubihugu vyinshi yavuze?

  • @niragirabenjamin8719
    @niragirabenjamin8719 13 дней назад

    No spirit sens

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i 16 дней назад

    Vraiment uvuze ukuri uburundi cari igihugu ciza cane

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 18 дней назад +2

    Mbabajwee ni interahamwe zi DD UTAZI RDF ARAYIBARIZWA IZABAHONDA KO IZABAHONDA NAKO IRANABAHONDA 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @Plus4TV250
      @Plus4TV250 18 дней назад

      Aba DD bafite ingufu bafite igisirikate n'ubutunzi gutsindwa biragoranye

    • @bwenge5332
      @bwenge5332 18 дней назад

      Kabisa ibahonda mukinyatwanda kabisa😂😂😂😂😂

    • @bwenge5332
      @bwenge5332 18 дней назад

      ​@@Plus4TV250cyerest3 atarabo mbona bakubitirwa congo😂😂😂babirukansa nkubuhene😂😂😂

    • @Plus4TV250
      @Plus4TV250 18 дней назад

      @@bwenge5332 na ukraine iratsindwa ariko intambara niko imera habaho abatsinda

    • @sehene9324
      @sehene9324 18 дней назад

      @@bwenge5332 Bakubitwa nande se wa muswa we???

  • @OlinkenHRevelian
    @OlinkenHRevelian 14 дней назад

    Ntaco muzagira abarundi

  • @NIKOMBIBONAErnest
    @NIKOMBIBONAErnest 15 дней назад

    Rabin ndaryohew Niki KIGANIRO CIZA CAN

  • @ALEXISNDAYIZAMBA
    @ALEXISNDAYIZAMBA 16 дней назад

    Rabin uvuze ikintu coguterera amatora ncanibuka ahantu naciye bariko Batanga isukari udafise agatike Kuko water eye amatora ntibaguha isukari Kandi aramahera ubaha mwumve akokamaramaza

  • @ChristopheNiyongabo-e4q
    @ChristopheNiyongabo-e4q 14 дней назад

    Umuhumvyi

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 13 дней назад

    Kurububeshi intambar yacongo nubutunzibwayo mushak gusahura

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana7791 18 дней назад

    kuberiki muja muburundi mwabijujumwe

  • @HarerumukizaGad
    @HarerumukizaGad 13 дней назад

    Kwica opposition ariko ni yo gahunda. Kuba utemera Leta iri ho nta cyo bihindura kuri Leta iri ho.Ubutegetsi bukunda uburwanya kw isi nzima wabukura he? Umutegetsi uyoboza inkoni y icyuma ni we uramba ho.

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 15 дней назад

    Uwurongoye inama shingamateka umu DD nkenguza mateka umu DD umushikiranganji wambere Umu DD buramatari musitantei nibo gusa buramatari umukuri wumutuma DD nyumbakumi DD wumva nibinzigogusa vyukuri Ndikuriyo na President ivyobo bigiye kuyangara kuko batwaza igitugu bafashe Umutama Rwasa abasumvya politique barmukumir bibza ngo barbitoye ihibmbewe bigiye kubagora pe

  • @CoudraMasudi
    @CoudraMasudi 8 дней назад

    Ingo muri FPI ni umuvukano. Ivyo uvuga uzobisangayo. Kaze tuduze ikiyago.

  • @NyinawankusiBellancille
    @NyinawankusiBellancille 18 дней назад

    Guceceka kw'abarundi ni amabura ikindi. Bana gukora ritenderi!

  • @freddyuwasekuru7947
    @freddyuwasekuru7947 День назад

    Uyu mugabo n'umusenzenguzi pee

  • @chevaljoyeux1
    @chevaljoyeux1 17 дней назад

    Rabin na mecky ntakwihebura nukuri jewe ndi inyuma yanyu...turakeneye ababona imbere batagira ubwoba..songa mbere mes freres..urumuri rurakenewe plse....

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 15 дней назад

    Vyukuri uwumugbo ivyuvuga nukuri guhagije

  • @hakizimanatony1355
    @hakizimanatony1355 15 дней назад

    Iyo nyabu yo izananyehe mbwimbwa nazo zirarwira kabisa

  • @MudagiriJeandeDiue
    @MudagiriJeandeDiue 18 дней назад

    Nimba harabantu nkunda ubusesenguzi bwabo nirabine kabs inzankenera ngwakomeze avuge kuberako avuganeza kandi avuga amagambo yubwenge kandi njewe nabaye muburundi ndacumva neza kugeza nokumarenga yikirundi

  • @davidntahombaye5726
    @davidntahombaye5726 16 дней назад

    Aho mu Rwanda 🇷🇼 harico oppositions 😂😂😂😂😂😂😂😂😂. Muri Uganda 🇺🇬 irahaba 😂😂😂😂

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 10 дней назад

    😂ikintu ngukundura ni ukuvuga ikirundi gikomeye.😂

  • @ericmutabazi1845
    @ericmutabazi1845 18 дней назад

    Kuva natangira kumva Rabin sinjya Mara umunsi ntumvise bwiza's

  • @jeanbikomagu3353
    @jeanbikomagu3353 15 дней назад

    Hewe iyaba waruzi ivyo Kagame na FPR bakira ntiwovuga ivyo wa kijuju we.

  • @Irene28092
    @Irene28092 12 дней назад

    go
    Abahima muracakeney amaraso y abarundi, wew urinde uvugira abarundi? Je nakuriye mu ntambara, m23 nikange les congolais, niyahirahira ikaza iwacu, izobona ico turi les burundais. Nopfuma npfa aho ko npfa nd umucakara. M23 huzuyeyo vous les Red tabara, abarundi turinyuma ya cndd fdd 70 %, haba amabi ashobora kuba akorwa n'a bamwe muri cndd fdd , mais ntiwihende ngo turibagirwa amabi mwakoze. Urwanda narwo rurazi ko intambars y Burundi na two Yona ari fin de son pouvoir. Nimba urimisisanguxi, uravyirengagiza.

  • @GirukwishakaCanesius
    @GirukwishakaCanesius 18 дней назад

    Bn sr ikibazo cimipaka abakoroni badushiriyehoo nubwoko (rdc mugomba kumenya ukwo ifatwa na les imperialistes

  • @BoscoNiyungeko
    @BoscoNiyungeko 14 дней назад +1

    This guy is liar, u must interview me

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 15 дней назад

    Aba DD ko baguma bikurako aba Opposition brikwegeye bizobakorako bafashe igihugu bakigiri icabo bonyenyene niho bagiye gusenyuka ariko iyo bashiramwo na a opposant vyarikuba ibintu vyiza

  • @ritza3452
    @ritza3452 14 дней назад

    Murundi we, vuga ibindi, nta numwe atabona ibiba

  • @user-wr5po2rr8h
    @user-wr5po2rr8h 11 дней назад

    Uwomugabo agwaye agahinda ariko icowanki ninyo ariko mukagendana

  • @suzanegeneration5117
    @suzanegeneration5117 18 дней назад +1

    ❤❤‍🩹❤❤‍🩹❤

  • @BernardSindayihebura
    @BernardSindayihebura 17 дней назад

    Ivya Micombero dukwiye kubiyaga neza kuko nawe burya yaratewe ariko aca yivuna Nabi. Mukwica umwami naho baramuhenze.

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx 15 дней назад

    Ntaco mvuze gusa umurundi wese yabuze icakora akaja kuvuga igihugu nabi ntahazoshika nkaka ntamutima kagira pee guma murwanda nyene nimwe musenya ivyo musenya

  • @davidntahombaye5726
    @davidntahombaye5726 16 дней назад

    Iyo M23 uvuga, kandi kagame yivugiye ko iringabo zu Rwanda 🇷🇼 zigwanira Congo zikiyita M23, wewe ivy9 ubikurahehe. Turazi ko ataciza abutegetsi bwu Rwanda 🇷🇼 bwipfuriza ubutegetsi bwu Burundi 🇧🇮 buhari, na M23 ni abanya Rwanda 🇷🇼, kagame yaravyivugiye, wumva bokwumvikana gute na CNDD FDD 😂😂😂😂😂😂😂😂😂 IMIGAMBI YABO TURAYIZI NEZA 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @niyonkurusalim2186
    @niyonkurusalim2186 14 дней назад

    Burya mugwanda har democraty iyo mihanda muzoyijemwo nih muzobon democraty yugwanda.hhh

  • @niyonkurusalim2186
    @niyonkurusalim2186 14 дней назад

    Abarundi muzopf nkimbwa ahureguza urutw Kuri youtube nguriko utasesangura mugusevy ighugu cawe.democrzty iri mugwanda ah woyerekana?mb ako kajagari simw mugatera?mbe Kofi yigez kwisanzura m gwanda ngo hari démocratie ubu agezehe?abarundi murahendw mubona ahurko uvuga ngugwand rifse démocratie gt umu prezd umw Atwar Imanda zine wenyen

  • @BedeNimubona-n9n
    @BedeNimubona-n9n 18 дней назад

    Rabin aho ntaruhande uhengamiyeko muvyubwoko??ivyo vyose biba chaque Deceni e warukwiye kumenyesha abarundi ninde aba avyinyegeje inyuma ibaze ngo kenya irya ni democratie kweli??

  • @ClementineMusengwayire
    @ClementineMusengwayire 17 дней назад

    ubwontanisoni,iyoutinyuka ukavuganabi ,igihugucyawe koko

    • @mere_nature
      @mere_nature 14 дней назад

      @@ClementineMusengwayire noe yabeshe?? Ivy’Uburundi nurudubi tube tuvyemera

  • @MishahiRukamwa
    @MishahiRukamwa 16 дней назад

    Statistics zerekana y'uko mu Burundi ata ntwaro yitwa dekarasi yari bwarame imyaka icumi!

    • @MishahiRukamwa
      @MishahiRukamwa 16 дней назад

      Mugabo niba udashigikiye amasezerano y'abarundi ya Arusha ariko ukavuga yuko Nkurunziza agitangura yarubatse amashuri kandi yarabikoze kubera Arusha none urondera impinduka zikorwa gute? Ikibuza abarundi bashaka gutembagaza CNDD-FDD kugira front imwe ya propaganda ntaco bitwaye, igikuru nuko barwanya ideology y'umwansi umwe! Nibaza yuko front armé itanguye bizohura!

  • @joemac7463
    @joemac7463 14 дней назад

    Uragwaye wewe vraiment !!!! Kandi rero abantu bigize abanyabwenge birenze nicogituma mwama mwihenze !!!! Burya aho wewe urakomeye uvugako mu Rwanda hari démocratie ?????
    Aho kwibaza nikuki mu Burundi hama akajagari ?? Nimwebwe mushaka kuja kubutegetsi par force ahogutekereza bakabatwara

  • @ericgahungu3902
    @ericgahungu3902 15 дней назад

    🤣🤣🤣🤣 babwire

  • @KasendrLukadi-pj7xy
    @KasendrLukadi-pj7xy 16 дней назад

    Uyu jama iko naongea korosho tu amejuwa je hizo story je ameshirikiana nao ao vipi ujinga huu kwakweli

  • @NgabireyimanaOnesphore
    @NgabireyimanaOnesphore 14 дней назад

    Uragatsinda umwa munzu ampile hima muzapfa nkimijir

    • @ericbikorimana8713
      @ericbikorimana8713 10 дней назад

      😂😂😂😂 imbonerakure murazi kuvumana pe.😂😂 Umuhoye ko Avuze Ivyo udakunda😂

  • @user-kj2xh6bt5y
    @user-kj2xh6bt5y 15 дней назад +1

    Fek news

  • @chevaljoyeux1
    @chevaljoyeux1 17 дней назад

    TTB

  • @agnesagnes385
    @agnesagnes385 18 дней назад

    Yaco ubeshera Buyoya nta repression inyuma ya Ntega Marangara . Urya ko yikunda wenyene yashitse n'aho atanga igihugu akicisha abarundi isinzi nawe muramuvuga? Mu bantu bicishije abarundi, bataye igihugu mu rudubi uwa mbere ni Buyoya. Nizigiye ko Imana yabimubajije.

    • @AdB-oe9yh
      @AdB-oe9yh 17 дней назад

      Très bien dit.....malheureusement la nouvelle génération ntavyo bazi ....niwe nyirabayazana yakaga igihugu caguyemwo

  • @daviirizima7485
    @daviirizima7485 18 дней назад

    Uraraba neza ntube uriko urishira ikiziriko mwizosi. Byeri no muburundi zirahari ,pfa nkumugabo! Igihugu ugitera akagere co kikagukubita i judo. Biragaragara ko ufise ikibazo cimibereho. Kirazira kwubaha UBURUNDI kubwinda nigihababu ngo urondera indaro nicokurya! Ejo nawe ngo wabaye Floriane!

    • @MH-nq7wy
      @MH-nq7wy 18 дней назад

      Vana iterabwoba aho we ! Ari mu Rwanda niba imbonerakure mushoboye muze mumutere judo.

    • @AdB-oe9yh
      @AdB-oe9yh 17 дней назад

      Rekubujuju

  • @davidntahombaye5726
    @davidntahombaye5726 16 дней назад

    😂😂😂😂😂 aho mu Rwanda 🇷🇼 bemera FPR 100% 😂😂😂😂😂 muri Uganda 🇺🇬 bemera umugamwe utwara 100%😂😂😂😂😂😂😂

  • @bigirimanayves9354
    @bigirimanayves9354 18 дней назад

    Ivyo ntibibaho wa mugabo we.

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 18 дней назад

    Ako kagabo gafit utugambo.none nkivyo urabifitiye icemezo