J’aimerais aussi savoir quelle etait l’ambiance qui reignait entre Hutu et Tutsi Burundais avant les evenements de 1959 au Rwanda parce que n’eut ete ceci peut etre que le Burundi n’aurais pas vecu tout le cauchemar qui s est abattu sur lui depuis l’annee 1959 jusqu’a nos jours!
Imbere yo kurondera iyi video kuri RUclips nariko ndaba iyindi y'i Rwanda aho bavuga ibijanye na genocide.None uyo mwanya utakara abantu bazura akaboze aho kuwukoresha bakora ngo ibihugu bitere imbere... On ne change pas le passe ariko kazoza kaba mu minwe y'abakiriho.
Si l'execution des Tutsis en 1972 est excusee par 65, 69, pourquoi Le massacre des hutus ne peut-il pas excuse par le genocide des tutsis dans le sud? Deux poids deux measures! Murarota! Ce monsieur Hutu dont la premiere femme a ete assassinee par des soldats tutsis n'a aucune impartialite! Il est disqualifier automatiquement.
C'est un potentiel historien burundais qui nous parle . Ecoutons le attentivement et ne recommencons plus la folie !!!
Excellent speech, attendons la meme minutie pour les evements de 1993... et les autres
Merci pour le partage
Il faudra arriver aussi à qualifier ce qui s'est passé au Burundi en 93 sous l'ère dirigeante de cet orateur pour une réconciliation totale.
J’aimerais aussi savoir quelle etait l’ambiance qui reignait entre Hutu et Tutsi Burundais avant les evenements de 1959 au Rwanda parce que n’eut ete ceci peut etre que le Burundi n’aurais pas vecu tout le cauchemar qui s est abattu sur lui depuis l’annee 1959 jusqu’a nos jours!
Birababaje kandi birateye isoni kwumva ano majambo! Mes sympathies à tous ceux qui ont perdu les leurs!
Barundi bantu banje, twaramenje kuko nka twese twarataye akaranga! Imbere yo kuba abarundi, tur'abantu! Umuntu arangwa n'ubuntu, umuco uranga umuntu s'igipapuro ca karangamuntu, ariko ubuntu bgiwe! Sinzi ko twobita kuba coloni ariko ukwivangura turimwo nico kibazo gikomeye. Izina ubuhutu canke ubututsi sinzi nico bivuga canke bisigura! Ico nzi nuko bituvangura kandi vyateye ibibazo tumazemwo iyi myaka yose. Ico nzi nuko tur'abantu, ico naco kiroroshe gusigura ariko twabaye abantu batagira umuco n'akaranga!
Ubu abana bakura babigisha ngo umututsi ni mubi, canke ngo umuhutu ni mubi! Iryo ni shano, n'ibara! Mbe ntituraruha n'impfu tumazemwo imyaka, twicana dusubira kubera amoko? Inzego z'igihugu zose uko zingana zararataye akaranga k'ubumuntu n'ubuntu! Musigaye mushira umuntu mu nzego mubanje kuraba amazuru, hakuraba uwushoboye, igihugu kirongowe n'umuco w'amacakubiri!
Inararibonye zubu n'impfuvyi kubera amabi y'amoko! Inzego zose zarapfuye uhereye ku ndero, gushika ku mico kama! Muzokwubaka ivy'ibutso uko bingana kwose, abayita abahutu bibuke, abiyita abatutsi bibuke, muzure akaboze musubire! Igihugu ntikizosubira kurama mudasubiye mu muco! Uwo muco nawe n'umuco wo kwigisha ubuntu, ubumuntu mu bantu!
La reconciliation -la vraie- ne viendra jamais des soi-disant politiciiens.Il faudrait une approche realiste,pas politicienne.Ego vraiment 😃👍
Faut il demander une enquête des Nations Unies pour qualifier de genocide éventuellement rendre hommages et dédommagement des victimes
PPB: son histoire?
Imbere yo kurondera iyi video kuri RUclips nariko ndaba iyindi y'i Rwanda aho bavuga ibijanye na genocide.None uyo mwanya utakara abantu bazura akaboze aho kuwukoresha bakora ngo ibihugu bitere imbere... On ne change pas le passe ariko kazoza kaba mu minwe y'abakiriho.
In the media rules and regulations r ethic is not advisable to abbreviate the name PRESIDENT. No matter what.Either present or past.
Si l'execution des Tutsis en 1972 est excusee par 65, 69, pourquoi Le massacre des hutus ne peut-il pas excuse par le genocide des tutsis dans le sud? Deux poids deux measures! Murarota! Ce monsieur Hutu dont la premiere femme a ete assassinee par des soldats tutsis n'a aucune impartialite! Il est disqualifier automatiquement.
Gggg
L'appétit du pouvoir ??😂
At hg