Wow ndanezerewe cane kubona umuhungu wacu B.Face on the flow yashitse kwa Yago tv show!! Bro I'm proud of you!! B face on the flow we love you 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yago dushimire Leta yacu nayo yaduhaye Ahantu heza hagezweho wo gukorera ibitaramo nabyo byaradyfashije cyannnee big up Rwanda 🇷🇼_Rwandan Music first.🔥💯🙌🇷🇼
Yago avuze ukuri, kandi ico kintu ndakimukundira. Barundi benewacu kunda, vuza umuziki wanyu hanyuma abanya mahanga nk’aba nya Rwanda bazobavuza. Ikibazo kiriwacu mes frères et soeurs burundais. Hari ikintu ntatahura, ukaza wumva muri mariage y’abarundi i Buja hari imiziki yo mu Rwanda gusa kandi hariho myiza I Burundi. Soyons patriotes please !!! B-face keep the good work you’re doing!!! By the way, uri umurundi wambere agize entrevue mu Rwanda akavayo ativugishije ikinyarwanda.
Oya ubundi B Face on the Flo ubu niwe mwami dufise kuri Rap na hip hop Muburundi uwuvyanka arimenya kabisa! Hanyuma Yago nukuri turagushimiye kuba abarundi ubahaye iyi message Kuko sinumva igituma mwebwe bohanze arimwe mubona agaciro kabaririmvyi buburundi hama abarundi ntibabibone birababaje! YAGO thanks man ndagukunda cane mwebwe na Fatakumavuta! Michigan USA🇺🇸 turabakunda 🇧🇮🇺🇸+🇷🇼👊 B Face the king 👑👑👑👑🤴🤴
Runtown Djys bavyumv kabisa bakunde ivy'iwacu🇧🇮Ama TV on Line n'ama radio mufash abana b'iwacu imbere y'uko mushak abanyamahanga ko aribo badusuporting ubwambere.We love🇧🇮
Ariko B face ko wavuze abana bafise impano mwena yago uyu mwana Wiz Designer komutigera mumuvga canke mumwirengagiza mumubona Yago reba indirimbo ziwe ndazi yuko Commentaire yanjye uyisoma be up love from Burundi 🇧🇮
😂 ndayamanitse b face uravuze akari k'umutima man. I love the vibe bro 🙌🙏 ivyo ni ukuri but reka twizere buja music & rwandan music iri another level bro.
B Face kuri Yago TV show, Monna kuri Chita Magic, Sat B na Belle Nice kwa Fatakumavuta 🥳🥳💃🏽💃🏽 abarundi muri Kigali namwe mudufatire neza abantu😍
Eeee vy vrai twizere KO bigiyee guhinduraa ikintuu mumuziki wacu murundi🇧🇮✌️
B face knd n kur isimbi tv nah yahakoz interview
Hosy plz nimurabe namwe mushigikire music ndundi peee natwe tiger hejur nabanyamakur murabe icomukor pee
siren vibes tv ubahwa kabisa ahuri hoseee
💪💪💪
Uwashikiy kuraba comments tumenyan🤣🤣😂🇧🇮😍
😂😂I’m here 😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮
😂😂😂🙋
Murihe abarundi abarundi ndasubiyemwo abarundi tumenyane B FC wamutwitsi yageze kwa yago murihe murihe like ngaha🇧🇮🇧🇮🇧🇮💙💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Turahari
Yasosi bujumbura akokana kararenze
Nih turi kbc🇧🇮🇧🇮💪💪💪
👌
Turahari
Cyazeeeee B Face Every where in Kigali Rwanda 🇷🇼 love from USA 🇺🇸 & Burundi 🇧🇮
This is what we call the real Rapper Acapella Not Copyright Rap all the way From BURUNDI Big up B FACE
On the flow❤️✌️Top chat aravyumva kubaririmvyi ndaziko iyi interview🔥🔥Aba🇧🇮 baraha amaboko👍
Wow ndanezerewe cane kubona umuhungu wacu B.Face on the flow yashitse kwa Yago tv show!!
Bro I'm proud of you!! B face on the flow we love you 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ntitwigeratunanigwa 🇧🇮💉🔥
Kbs
Kiretse iyo twigirishije
Landry raba urek ibint vyokwiruka nabana mwibarabar ukora ibint bir clair peee mushigikire music ndund urabon ukunt washuhiy fatakumavuta 😏wifata nkumunt udatahur twaragusuzuguy peee uwari kukubwira uhe interview umwan afis impan ashk kuzamuk ntavy warigukor s raba wonger agatek
Murananirwa genda musigaye mutwengwa naba yago media yu 🇧🇮 irababaje broôooo😥
Twigirishij honyene
B face hejuru cyane ndakwemera kbsa kubwa ba loliro mwaradukomaga kbsa courage byongere bizamuke turabakunda irwanda turabacyina 🇷🇼& 🇧🇮
Yago tv show Shalati kwako Mtangazaji wallah murashoboe B-face nae uyu numu star wacu anyemeza anny time ✌✌✌👏👏👏
Uyu murara cyakoze agira vibes za danger😂 njye natangiye kumukurikirana igihe yateraga beef abaraperi bo mu rwanda 🇷🇼 agira interview za danger
Arinze afata microphone Babylon ziromoka waoow love from Rwanda 🇷🇼 🇷🇼
iburundi haracyari ikinyabupfura kuko indirimbo zose siko bazemerera gucurangwa! Urugero indirimbo za bruce melody (akinyuma, saa moya, ikinyafu, etc) zuzuyemwo ibishegu iyo ziza gukorwa n'umuhanzi w'umurundi zigakorerwa iburundi ntabwo zari gucurangwa! Big up to the burundian cultural authorities! Ntimuzadohore muzagume gurtyo!
Nivyo kweli ntubeshe ibaze KO indirimbo ya Kirikou n'a double Jay yitwa ibisusu banse KO izosubira kuvuzwa
B face na Olegue Ndabafana cyane 🙏🏼 love from Rwanda 🇷🇼❤️
rekana nurya munwatabi olegue
B-face on the flow much respect 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
B face from burundi the king rap yuda rap business. Best rapper yago yago the shop .....🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Umwami wa Rap muburundi fier de toi
bface 🔥🇧🇮🇧🇮
Uyu mu g araciyee ubwenge inyishu atanga kabisa saluteeee B face ⚡🤝
B-face courage ndakurikirana indirimbo zawe jewe ndakunda ivyiyiwacu Nadège from Burundi 🇧🇮🇧🇮
Man umutipe ararenze patoi bwoy bruh, number uno. He is the best here in 🇷🇼 and 🇧🇮 he has good follow.
Big up bruh
Yago nzama nkukunda kbx love from Burundi rap yuddah🇧🇮🇧🇮🇧🇮🦅🦅🦅🦅
Icifuzo canje one day Me and yago mur interview inshallah we love you B face and yago turabakunfa🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️
Bravo B-face kwiyo term ukoresha kurivy b upcoming (IBIDOGO)
Xo I am proud to ours country 🇧🇮🇧🇮💥💥💥
This is what we call the real Rapper Acapella Not Copyright Rap all the way From🇧🇮🇧🇮🔥🎤🎵🎤🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Respect 🍻
On The Flowwwwww👑👑👑👑👑🇧🇮🇧🇮
star boys big up sana b face yubahweeee
💪💪💪
Ube wumva ko nawe ubwirwa . Kuko umuziki wacu ukeye ww nabandi
👍👍👍👏
B wacu🥰💃 💞😁🤣niho nkitangur ikiganiro nisanz natwenze nibutse yamigani yaw umbabarire ntube wayivuze Mugihugu cabandi🤣🙈mukamawe😁 reka ntore agatebe mbe ndatwenga ndazi hunaga show ndogo B wangu💞💃
U speak the truth that why i like U Bro
Yago Tv for everybody....Peace and love Bro.
Waooooh B face my crush wanje nkukunda kubi niwake kbs 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Rapper yuda 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nukurinyegeza,kwiyorobeka ,nuburyarya, gusa yagoo ibintu uduhanuye nivyiza cane abarundi nitumanze twikunde tubone gukunda abandi n'Imana nivyidusaba mwese ndabakunda cane ♥
Waoooooooo B face kwa yagooooo ndabona hahiye reka ntore agatebe nkurikirane ikiganiro kiryoshe cane🇧🇮🇧🇮🇸🇦
Respect B fce,umewachana kweli
Top one the best rapper in the world 🌍 love from kenya
???????🤦
Ngaho rero rap yuda murwanda haturire musaza from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tell em Bface abo barezi bibyimbya bakonoshi....😂😂😂 Love from Rwanda My Nigga🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🔥💯🙌
B-Face his very intelligent 🧐 🧠 and Social ❤️ 🇧🇮 🇧🇮
Yago thx love from Zambia respect brother b face
B-Face hejuru cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 tumenyane
Winjyiye muri commentair oyasangy 🇧🇮turabakunda cyanee🇷🇼yago wakoz cyanee kutuzanir b -face natwe turabakunda cyane🇧🇮🇷🇼
B face mumufash cne afis talent ikomey cnee 🇧🇮🇷🇼
Heeeey God abarundi muri danger maze kumva BIBARYAHE by adosan...love from kigali
#Wagwan my brother #B face on the flo 👊👊👊👊Good luck Brother 🙌🙌🙌#Yago more love from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 wubahweeeee yagooooooo nae urarenzeeeee👊👊👊🙌🙌🙌
#Yago Ndagukunda caaaane Vyukuri nkunda ukuntu uvugisha ukuri Gusa hejuru kumutima ❤🇧🇮
Yago dushimire Leta yacu nayo yaduhaye Ahantu heza hagezweho wo gukorera ibitaramo nabyo byaradyfashije cyannnee big up Rwanda 🇷🇼_Rwandan Music first.🔥💯🙌🇷🇼
Wibagiye naza wifi mu mujyi zorohereza abantu gukoresha internet bakareba umuziki byoroshye!
Love from rwanda 🇷🇼
Yago avuze ukuri, kandi ico kintu ndakimukundira. Barundi benewacu kunda, vuza umuziki wanyu hanyuma abanya mahanga nk’aba nya Rwanda bazobavuza. Ikibazo kiriwacu mes frères et soeurs burundais. Hari ikintu ntatahura, ukaza wumva muri mariage y’abarundi i Buja hari imiziki yo mu Rwanda gusa kandi hariho myiza I Burundi. Soyons patriotes please !!!
B-face keep the good work you’re doing!!! By the way, uri umurundi wambere agize entrevue mu Rwanda akavayo ativugishije ikinyarwanda.
Much love B face wacu!!Rap yuda,Rap comando,Our love🇧🇮🇧🇮
Oya ubundi B Face on the Flo ubu niwe mwami dufise kuri Rap na hip hop Muburundi uwuvyanka arimenya kabisa! Hanyuma Yago nukuri turagushimiye kuba abarundi ubahaye iyi message Kuko sinumva igituma mwebwe bohanze arimwe mubona agaciro kabaririmvyi buburundi hama abarundi ntibabibone birababaje! YAGO thanks man ndagukunda cane mwebwe na Fatakumavuta! Michigan USA🇺🇸 turabakunda 🇧🇮🇺🇸+🇷🇼👊 B Face the king 👑👑👑👑🤴🤴
Runtown Djys bavyumv kabisa bakunde ivy'iwacu🇧🇮Ama TV on Line n'ama radio mufash abana b'iwacu imbere y'uko mushak abanyamahanga ko aribo badusuporting ubwambere.We love🇧🇮
Abibutanyerera Ntitwigera tunyerera kiretse iyo twigirishije #kingbface
Yagooo Ubahwa naw Ntitwigera unanigwa #🇧🇮🇧🇮👑👑👑
Butanyerera majahe j ndimurusuguti
Joshua uko wap Kenya
Thx My B face 🙏🔥
Much love and Respect ✊ to our Brother @B-face best rapper ❤️ love from Burundi 🇧🇮
Thanks a lot for bringing this man from Kayanza city ! Keep growing up our B Face 🥂
Yago Love from🇧🇮 The best rapper respect🙌🙌
My favorite super star b face undondere my brother 🇧🇮🇺🇸
Iyo usaza utavuze D,One nar kubabara sana Niwe Hit maker Dufitee be nuwo B Face
Thx yago kutuzanira b face. Nge ndi big fan wiwe. Ndamukunda 💯💯💯
Kabisa mubaramutse abanya rwanda turi bamwe from Burundi 🇧🇮♥
Sinarinziko B Face Aganira Neza Cyane Nkuku Kbsa💯🔥🔥
From Now Mbaye Umu Fana We Vrt💯🔥🔥
B Face😍🤣tuvugire shaaa urazi Abanya rwanda ukuntu bagara kubarundi😎mana imanishimwe ko na yago yaguhaye ikiganiro arik yago Ntamutima mubi😍😍B Face yarwanaaaa💋🌹🌹❤️🤣🤣🤣
Yago uyu mu G ararenze cyane wallah nategure show hano kgl tuze twirire show
B face on the floor uratwitse kabisa love from 🇦🇺🇧🇮
Love from Burundi 🤣🤣🇧🇮
yago big up saaaaaaanaaa brooo uwo muntu wacu mumufate neza caneeee kabisa uwo nuwambere kabisa turamwemera saaanaa
B face on the flowww👊🏾🔥🔥🔥
Nyimba ukunda B face shirako Like ngaha
Big up tho chis hoza arashigikira cane umuziki w'abarundi kandi n'umunyagwandakazi ari mumahanga
Bface on the flow🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Icipfuzo canje CA Yago and B face kirangiye ndakibonye
B face💪💯🔥
We ready to win 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ariko B face ko wavuze abana bafise impano mwena yago uyu mwana Wiz Designer komutigera mumuvga canke mumwirengagiza mumubona Yago reba indirimbo ziwe ndazi yuko Commentaire yanjye uyisoma be up love from Burundi 🇧🇮
Yago big up sana Burundi turakwemera sana Hama uwo murara ararenze kabsa
BAZA By TOM Close Ft BIG Fizzo
Cyaze fizzo ni respect wllh uyumuziki itafari yashyizeho urukuta ryararukomejye
Hakurya indimi worya ugutwi 🙌 🔥🔥🔥
Be face kutoka Bdi 🇧🇮🔥
B face 🥰🥰🥰🥰 hejuru cyane Yago 😘😘🇧🇮🇸🇦🥰
Yago nukur unomunsi munkoreye umuti na B-face wanje nkunda nubaha big up bro💪💪💪💪💪💪
B Face Imana izogufashe ugere kure vrt urarenzee😍😍🙌
Hy Burundi 🇧🇮 Rwanda 🇷🇼 Turabakunda Cyane
Big up my brother b face turagukunda man murundi wa kwetu songa mbere baba.tago big up naweye brother turakwemera nawe.
Nice interview
Cyakoze bro wubahwe nukuri urashoboye from American 🇺🇸🇺🇸🇺🇸
Everybody knows that this man gonna be nominated of da first rapper in da whole World ✨✨
All world 😂😂😂
Numu rapper mwiza arko urakabije
@@ufiteyesufaida bruh uzabinsubizeko🤜✨ in our beautiful country 🇧🇮 tubuze support bruh , da day twaronse support ntankeka amateka azokogwa
@@hugorniyonyishu2221 sha man abarundi kumuziki nabahanga cyane courage ikibazo ntibakundana pe
@@mutagandamutoni3269 bruh ivyo uvuze nivyo wllyi 😓gusa as soon as possible our music izotera imbele ❤️
Yes man👍
Abahevye kwishura nama message nka jewe mumpe utuntu
👏💪Abarundi mukomerezaho music yanyu izongera izamuke hejuru nkuko byari bimeze mbere kubwaba kidumu,lolilo,fizzo nabandi..
naho ibyo byo guhagarika musique byo bizashira wana na kigali niko byatangiye ubu baratuje
😂 ndayamanitse b face uravuze akari k'umutima man. I love the vibe bro 🙌🙏 ivyo ni ukuri but reka twizere buja music & rwandan music iri another level bro.
Murakundwa mwese babigeme bomurwanda Mukunda murabon igisore cacu nicuki💃💃
Waaaaaauuuuuu B ❤️❤️❤️❤️❤️❤️so much ❤️❤️❤️❤️❤️…🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyumukoboyi ararenze kbc🙌🙌🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
this our RAP YUDA,RAP Goriati,RAP Machine...aka bcp🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤘
Cyakora warah izina ryimana warah respect Burundi warah
🇧🇮. B Face 🇷🇼 Iyo Hantu uhakure Colabon ndakurabuye
Yago Thank you soo Much
Wow vyiz can B-Face yishikiy Rwanda love from burundi
Wawoooo vyiza cane be face hejuru cane yago wakoze kwakira umuntu wacu muburundi turagukunda cane
rap yudaa 😍 yago tv show be humble man🤝
Burundi twubahwe & Kigali 🇧🇮
Our own B face on the flow courage saana frère imbere ni heza turagukunda cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
B face on the flow Love from Juncheng sports news ❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🇷🇼🇷🇼
From 🇧🇮 mumuhuze na fifi raya cyzee Gang
B-Face rap Yuda, buja tunakukubali mwamba.