Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Urakoze cyaaane! Umumero w'amasaka wo se urakoreshwa?
Ese ziribwa na nimugoroba?
Urakoze mwigisha mwizaNne uzirya ukonyene canke urazikaranga
Murakoze cane non ubiryana vyose bimeze ukonyene birikumwe ningano?
Non umuntu yozirya igihe kingana gute?
Imana ibahe umugisha
Kumuntu ugira isereri cyane uwo mumero wamufasha?
Murakoze caane, None izo ngano zimeze Ubuntu mukuzieya azirya ukonyene ziba zimeze ntabwo babanza kuziteka?Murakoze.
Oya ntago zitekwa ziribwa zidatse
Mwiriwe neza nonese ingano y igitsina yiyongera gute umuntu yarakuze? Nkumuntu ufite imyaka mirongo ine kuzamura byashoboka? Murakoze
Murakoz can hm izitamejeje zozo ntakamaro nkako zifise?
Murakoze kudukurikira no kutubaza, ziragafite gake ugereranije n'izimejejwe!
None ivyo biyiko 5 ubirya ku funguro rimwe canke kumusi nturenza ibiyiko 5 kumusi?
Ku ifunguro 1 Kandi rimwe ku munsi
Mwaramutse neza
Mwaramutse! Murakoze!
Mutubwire uko zibikwa
Murakoze cyane cyane
Wazandangiye umuti uvura kudahumurirwa no kutabukirwa?
Koresha ingano zimejeje n' imbuto byinshi kenshi bivura ubwonko maze bugakoresha izindi ngingo harimo n' amazuru
Ndabaza izi ngano zimeze wazirya mbere yo kurya cyangwa nyuma yo kurya?
Mbere cg nyuma biremewe ariko ibyiza cyane ni nyuma yo kurya
Murahoneza ese ziribwa burimusi
Muraho neza!Biremewe nta kibazo
Wazivanga nibindi biribwa c
Yego rwose nta kibazo
Nne uzirya nibishishwa nivyo vyamezeko
Nonese ntamasaha yagenwe umuntu yazirya
Murakoze kudukurikira Imana ibahe Imigisha
Ibyiza cyane ni mu gitondo mbere y'ifunguro
Muraho neza none c kuzinika uzinika bwambere 24hrs wongera gushyiramo andi mazi
Urakoze cyaaane! Umumero w'amasaka wo se urakoreshwa?
Ese ziribwa na nimugoroba?
Urakoze mwigisha mwiza
Nne uzirya ukonyene canke urazikaranga
Murakoze cane non ubiryana vyose bimeze ukonyene birikumwe ningano?
Non umuntu yozirya igihe kingana gute?
Imana ibahe umugisha
Kumuntu ugira isereri cyane uwo mumero wamufasha?
Murakoze caane,
None izo ngano zimeze Ubuntu mukuzieya azirya ukonyene ziba zimeze ntabwo babanza kuziteka?
Murakoze.
Oya ntago zitekwa ziribwa zidatse
Mwiriwe neza nonese ingano y igitsina yiyongera gute umuntu yarakuze? Nkumuntu ufite imyaka mirongo ine kuzamura byashoboka? Murakoze
Murakoz can hm izitamejeje zozo ntakamaro nkako zifise?
Murakoze kudukurikira no kutubaza, ziragafite gake ugereranije n'izimejejwe!
None ivyo biyiko 5 ubirya ku funguro rimwe canke kumusi nturenza ibiyiko 5 kumusi?
Ku ifunguro 1 Kandi rimwe ku munsi
Mwaramutse neza
Mwaramutse! Murakoze!
Mutubwire uko zibikwa
Murakoze cyane cyane
Wazandangiye umuti uvura kudahumurirwa no kutabukirwa?
Koresha ingano zimejeje n' imbuto byinshi kenshi bivura ubwonko maze bugakoresha izindi ngingo harimo n' amazuru
Ndabaza izi ngano zimeze wazirya mbere yo kurya cyangwa nyuma yo kurya?
Mbere cg nyuma biremewe ariko ibyiza cyane ni nyuma yo kurya
Murahoneza ese ziribwa burimusi
Muraho neza!
Biremewe nta kibazo