BIG FIZZO Yishuye DJ PAULIN Muri SHOW Nishavu Rirenze Anamutaziriye Izina Ngo Numuzungu Wumudimudimu

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • #bigfizzo , #djpaulin

Комментарии • 80

  • @floflokanya3512
    @floflokanya3512 Год назад +5

    Birababaj kumuntu wu legend afise imyaka irenga irenga 25 muri music avuga ibintu nkibi! Iki icerekana ko kuja kuri stage wanyoye inzoga atari vyiza!

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 Год назад +2

    Yashaj nabi nishar ryamimaz yaraz Karine azoguma ajahanz wenyen abonyn aband batanguy kugend ishar riramumaz ngo dj Poulin ukameng niw yatanguy kuzan biffu mumuzik yibagiy kariw Na satubi batanguy urwank mumuzik nizondirimb ziw ntanakanover zikigir zarashaj

  • @maniragabaeric1558
    @maniragabaeric1558 Год назад +5

    Ikinico cishe music yo ngaha naho ikosa ryoba uko siko batorera inyishu ikibazo inzigo namashari birabarembeje pe

  • @igirukwishakanadege5335
    @igirukwishakanadege5335 Год назад +1

    Big fizzo warawakije ndakurahiye✅🔥🔥

  • @titieloge
    @titieloge Год назад +3

    Iyi nyifato siyo ,kuba umurundi sikuba wera canke wirabura nico umariye igihugu. Kanatsinda iyo ufise umuvyeyi umwe w'umurundi urafise uburenganzira bwo kuba umurundi niko amategeko avuga.

  • @nestacassperhakiza5910
    @nestacassperhakiza5910 Год назад +17

    Fizzo ndamukunda ariko ngaha aratumye ndamubona ukundi ,ibi yavuze ntibimubereye nagato nkumuntu arimumyaka nkiyo kbs,

  • @Jadoarakaza-ou4vt
    @Jadoarakaza-ou4vt Год назад

    babwire mutama nabonyebe na Bantu bakuze iyo bavuze ubusa nkabadafise ubwenge nawe bishure ubabwire nkibi..... BG up mutama❤

  • @m-tuto5728
    @m-tuto5728 Год назад

    DJ Paulin ari professional nta na show nkiyo yotegura aca wivu ahubwo fizzo nsanze uri rofa

  • @ireragad5483
    @ireragad5483 Год назад

    Big fizzo numva nongeye kumukunda cane goooose abisi buzuyinzigo uwumusi atuzaniye indirimbo ziri kumwanya binteye kumukunda incuro nyishi nkipfuza kubonana nawe amaso kuyandi love you

  • @ismahtv299
    @ismahtv299 Год назад

    Big fizzo birangiye yishe umuziki wi burundi kandi byari bitangiye neza

  • @raussakarire5509
    @raussakarire5509 Год назад +2

    Indero irakenew Fizzo Kuko Dj Paulin nawe yaragufashije ahugeze Reka ishyari Dj Paulin azahora arihejuru yawe

    • @CynthiaIrakoze-dk7jz
      @CynthiaIrakoze-dk7jz Год назад

      Ntabwo azoja hejuru yiweeeee kuko uwo ni um legend w music y uburund

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Год назад +1

    Wawooo amazing live nukur mwubahw can 🙏🙏 Big fizzo wew much respect kbx
    🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️ D one courage 🥰🥰🥰

  • @mbonimpayealoys1588
    @mbonimpayealoys1588 Год назад +2

    uvyitwayemw nab saan vrt birambabaj vrt kk ndagukund saan mais amajamb uvuz kur paulin ntakuberey warikubishir murupfason

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn2202 Год назад

    legend mambo ju ya mambo,Paulin ni umu commerçant mumuziki gusa zushikiriza ama propos na la sagesse urakuze, abana bubu nka D one nabandi ntakarorero keza uriko ubereka

  • @DJMurya
    @DJMurya Год назад +2

    Fizzo ntasoni vraiment😮

    • @benicharlesnzeyimana1482
      @benicharlesnzeyimana1482 Год назад

      Areteye isoni à son âge n'ivyo bintu avuze vyerekana un certain niveau de bassesse kuri intelligence et sagesse vyiwe. C un homme qui a fait bouger notre génération kandi namukunda cane mais finalement il appartient à la rue.

  • @makambuyacongotv8399
    @makambuyacongotv8399 Год назад +1

    Big fizzo wubahwe wewe ndakwemera warakoze gukosora drama t 🙏🏽🤩👍🏽👍🏽

    • @johnsong620
      @johnsong620 Год назад

      Akosora iki kwariko amauteranyisha nabandi

  • @unstoppable_tv
    @unstoppable_tv Год назад +1

    Gusaza unywitabi nibibi

  • @CubahiroJimmyjatt-hu2kj
    @CubahiroJimmyjatt-hu2kj Год назад

    Fizoo ubobuna kukuze uvuze nabiii cane umenye naw kowavyay aba dimudimu😅

  • @olivemauwa2877
    @olivemauwa2877 Год назад

    Bose nabatandero nta fizo nta DJ Paulin umwe ngobaranuka uwundi ngo nabadimudimu...wofuma witwa umudimudimu aho kubwirwa kunuka umudimudimu jembona atari gitusi nibisanzw.

  • @anitanahimana7791
    @anitanahimana7791 Год назад +1

    Wewe ufise inzigo nta burundi urisha dj Paulin

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 Год назад

    Yoooooo ndarize nahora nkunda Fizzo mugabo ndababajwe namajambo avugiye ngaha, turasavye twivuye inyuma ababijejwe bamwunvishe ko ivyo yavuze ari ishano, abarundi benshi baravyaye abana babadimudimu kandi benshi bunva ari abarundi natwe abavyeyi turabahimiriza gukunda uburundi nukwiyunva ko ari abarundi !
    Fizzo Imana ikubabarire

    • @candarojeaneloi7286
      @candarojeaneloi7286 Год назад +1

      Na fizzo nyen yaravyaye umudimudimu
      Ahubwo ntabwenge afise ndabibonye

    • @doomedinscrolling3587
      @doomedinscrolling3587 Год назад +1

      @@candarojeaneloi7286 ndatangaye caaane
      Imana imubabarire aratubabaje pe 😭

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha54 Год назад

    ✌✌✌✌✌✌🔥🔥🔥🔥

  • @lyzzmuziliwadamas205
    @lyzzmuziliwadamas205 Год назад +1

    Fizzooooooo mubwire uwo mudimudimu

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 Год назад

    Arahaturiy noneho🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪

  • @B.s3909
    @B.s3909 Год назад

    Indero yomwibarabara yaranagufashije nawe ugushika iburayi est puis ntaburundî usumba Dj paulin
    Azokwama abasumba il est avance.
    Ngo combats on est chanté pas la victoire avant la guerre.

  • @ireragad5483
    @ireragad5483 Год назад

    Ndarize ihorere baju nzoza

  • @gabrielsingiyumva6115
    @gabrielsingiyumva6115 Год назад

    That is good Fizoo

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard8241 Год назад

    Za kurima ibih talent yarakwiruts ntikiri iyaw. Rekera abandi

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup Год назад

    🔥🔥

  • @olivierbigirimana6785
    @olivierbigirimana6785 Год назад

    Nne ko wew atabafashije?ababajwe nuko yabataye bagatogwa na DJ Paulin

  • @aimableiradukunda4411
    @aimableiradukunda4411 Год назад

    none mwumva umuziki wiburundi woterimbere hakiri amashari nkayo?ivyo bavyita kwikurako agashambara

  • @nshimirimanaemmanueline3410
    @nshimirimanaemmanueline3410 Год назад

    Woooo

  • @christiannsengiyumva124
    @christiannsengiyumva124 Год назад +1

    Izo ni réactions z ABA voyoux illettres

  • @viennasangura3784
    @viennasangura3784 Год назад

    Harihakwiye micro ya wireless

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Год назад +1

    Ubutandero gusa 😏😏😏😏😏

  • @Emery-bd8qt
    @Emery-bd8qt Год назад

    Wow

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 Год назад

    Ahonisaw cnee ahohantu umengo niburaya King of buja music❤

  • @sonko285
    @sonko285 Год назад

    numudimudimu kbs

  • @clementhakizimana1411
    @clementhakizimana1411 Год назад +1

    Général 💪

  • @martea3712
    @martea3712 Год назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤dr fizzi

  • @orenigiraneza5318
    @orenigiraneza5318 Год назад

    @Big fizzo indero sikirenga

  • @ChachaChany
    @ChachaChany Год назад

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @didogamer3785
    @didogamer3785 Год назад +1

    Umudimudimu🤣🤣🤣

  • @kumurundi6120
    @kumurundi6120 Год назад

    Ufise amasanamu meza kbsa

  • @godefroidniyonzima9224
    @godefroidniyonzima9224 Год назад

    Ndugwe hoyeeee

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 Год назад

    Courage

  • @AussiGapasi-og6rg
    @AussiGapasi-og6rg Год назад

    Tekana washaje

  • @boobohhh3029
    @boobohhh3029 Год назад

    ❤❤❤❤❤❤

  • @omansur23
    @omansur23 Год назад

    Eeeeh mungu nimepamiss iyo fasi😂😂

  • @chadrakcirankunda4320
    @chadrakcirankunda4320 Год назад

    Wubahwe kumasanamu yawe

  • @ericknduwimana3715
    @ericknduwimana3715 Год назад

    Briatore isoni. Mfise umwana avanze numuzungu, none s' Umurundi. Fizzo ashaje nabi kabisa. Am very disappointed.

  • @louisniyokwizera7251
    @louisniyokwizera7251 Год назад

    Uwo musera arahara fo

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka Год назад +1

    Iki nico kibi co kunywa inzoga imbere yo kuja kuri stage! Harageze ko umuziki uba professional. Kurya umukunyi wa football adashobora kunywa inzoga imbere ya match canke umukozi mu biro atanywa inzoga imbere yo kuva mu biro niko n'abaririmvyi bari bakwiye kubikora sinon bazoguma ari abantu basuzuguritse!

  • @ntwaribenimiruar8329
    @ntwaribenimiruar8329 Год назад

    Ubutandero bwabo nibwo bwababubije guterimbere nkavandi baririmvyi bo muri est Africa kandi barabatanze gukorumuziki baranakundwa ariko baracarinyuma aba new génération nicogituma batanga indirimbo zimez neza

  • @ndikumanaperfect3300
    @ndikumanaperfect3300 Год назад

    ❤❤

  • @Lewis_257
    @Lewis_257 Год назад

    😀😀😀 ngo numu pd

  • @bradleymerlin4989
    @bradleymerlin4989 Год назад

    🤣🤣

  • @modelydon2276
    @modelydon2276 Год назад +2

    rero ashatse kuvuga ko aba metis atari abarundi, kandi afise umwana wumu metis! turamukunda muga ingeso yerekanye siyo yogushaka gutukana , bitwereka ko umuntu wese azoshigikira Drama T azoba ari umwansi wiwe , kandi ko inyuma hariho ishari amufitiye !

    • @fleuryb8706
      @fleuryb8706 Год назад

      Uwo ugwo nurumogi rumuvugisha gusa.kandi ubiravye neza j mbona asigaye kwizina gusa guko ibiririmbo vyose vyiw nibimw vya kera nta hit nimwe afiseee

  • @user-kv7ew8sp7r
    @user-kv7ew8sp7r Год назад +1

    Propos racistes..aho yaba iburaya yafungwa..

  • @papyagano8668
    @papyagano8668 Год назад

    Courage my legend

  • @tokatoka2497
    @tokatoka2497 Год назад

    Ngonumuki

  • @cleriakeke2743
    @cleriakeke2743 Год назад

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @Joserine-kw7sg
    @Joserine-kw7sg Год назад

    Nime amini warundi Hawana Hakiri Kweli yani yeye Arivyo watukana eti wananuka mume Furahia eti hakuna murundi muzungu awo ndo chazo cha kuturetea ukabira wanjinga

  • @elsie4658
    @elsie4658 Год назад

    Reaction voyou 👎

  • @mbonimpayealoys1588
    @mbonimpayealoys1588 Год назад +2

    uvyitwayemw nab saan vrt birambabaj vrt kk ndagukund saan mais amajamb uvuz kur paulin ntakuberey warikubishir murupfason

    • @modelydon2276
      @modelydon2276 Год назад +1

      ico atazi ahejeje kwiyerekana nabi kubera arafise umwana wumu metis akaca avuga ko ari abadimudimu kandi atari abarundi bukuri, arerekanye iyi image itari nziza

    • @niyosengadidas3905
      @niyosengadidas3905 Год назад

      Dj Paul akeneye igiti uwomuhindi azagucanishamwo abaririmvyi bacu yiyubare kuvyarimwo.

  • @bradleymerlin4989
    @bradleymerlin4989 Год назад

    🤣🤣