INTORE NTINDI S2 PART 3 IRAJE VUBA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 окт 2024
  • Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
    mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
    wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
    reka turabe Iyo biherera.
    Iyi film ninkuru twiyumviriye.
    twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
    Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
    Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
    Kurikirana iyi reresi,
    Ikibi tucime inzira
    Iciza naco tugisasire indava.
    FILM : INTÕRE NTĪNDI
    DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
    ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
    CAMERAMAN : XRAY BAM
    EDITOR : NIJI PRO
    PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
    Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
    Facebook : BMT Buja
    Téléphon:+257 76604015
    +257 79265874

Комментарии • 134

  • @NiyonkuruJosiane3
    @NiyonkuruJosiane3 3 месяца назад +15

    Abantu badashakako bica umwana wakantore nimumpe like

  • @kinkinatv6988
    @kinkinatv6988 3 месяца назад +11

    I love your movie ❤❤ mumpe likes abemeranya nanje🎉

  • @Graceigabaneza-fd1pk
    @Graceigabaneza-fd1pk 3 месяца назад +3

    Yoooo nukur uwomwa. Ntumwice kuku Yvette ntagushuk nukir ndagusavy😅😅😅😅😅😅😅

  • @mpawenimanaflavia1158
    @mpawenimanaflavia1158 3 месяца назад +1

    Ndabakunda gusa uyo mwana Imana imuzigame singomba kwagira ikibaz yoo binyibutsa vyishi vrmt ndabakunda mubandanye❤❤❤❤

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup 3 месяца назад +5

    ❤❤IHURIRO TV

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 3 месяца назад +1

    Tuyirindirany igishika murirwarukund nyene saudia ejo ahobukera ❤❤

  • @AffectionateButterfly-wy7cl
    @AffectionateButterfly-wy7cl 3 месяца назад +2

    Muyibanyutse

  • @NiyonkuruVedaste-bc3re
    @NiyonkuruVedaste-bc3re 3 месяца назад +3

    Mwayiduhay vuba

  • @chanelleButoyi
    @chanelleButoyi 3 месяца назад +1

    Nagira nejo nagira ndire Ndabakunda nkuko Nkunda Aba joooo bacuuu

  • @AminathaFille
    @AminathaFille 3 месяца назад +2

    karibu tuyirindirny igishka

  • @UwizeyimanaJoselyne-n7j
    @UwizeyimanaJoselyne-n7j 3 месяца назад +1

    Yooooo mbega mmukax weeeee satania yibereye ahooooo😊

  • @vvestinedushimirimana
    @vvestinedushimirimana 3 месяца назад

    Haraje hashe🥳🥳🥳💯💯💯🇧🇮🥰🥰🥰🥰🥰

  • @habanabashakaamos6641
    @habanabashakaamos6641 3 месяца назад

    Ndabakunda mwamfuramwe ❤️Alivella hejuru cyaneeeeee 🌹❤️🇷🇼

    • @francinGerome
      @francinGerome 3 месяца назад

      Hagiye gusha warahi❤❤❤❤❤❤❤

  • @ndikumanadiane7458
    @ndikumanadiane7458 3 месяца назад

    Uwo mwana uwo mwana uwo mwanaaaa nizere ko ivyo kutwereka ko Intumbero yo kumwica bayishitseko mutabishizemwooooo😢😢😢😢mumeny'uko mubigenza vraiment vyombabaza caaaneee 😢😢😢😢 Kantore ntabur'umwanaaaa😢

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 3 месяца назад

    Mwayi dutebereje❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @EstherNiyonzima-iq4pp
    @EstherNiyonzima-iq4pp 3 месяца назад

    Uyo mwana ntapfe ndasavye! Muzoduhe umwanya turyoherwe

  • @kram6499
    @kram6499 3 месяца назад

    Turayirindiranyi gishika ❤❤❤❤❤

  • @stitore2388
    @stitore2388 3 месяца назад

    Yayayayayaya ni fayaaaaaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥 yooooo wa mwana aramuhaye shano 💔😒

  • @MuhimpunduGhyslaine
    @MuhimpunduGhyslaine 3 месяца назад

    Nimukoresh umwanya tubarindirany igishik🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @BlandaIranzi
    @BlandaIranzi 3 месяца назад

    Uyumusi nazindutse😂😂😂.love u❤❤❤

  • @ndikumanadiane7458
    @ndikumanadiane7458 3 месяца назад

    Ibaze nkubu bamwishe bataranamutwereka ngo tumubone na papa wiw ashak'umunezero wo kubon'amaraso yiwe😢😢😢😢oyaaaa ntimwobidukorera ndabizeye

  • @NdayikwngurukiyeOlive
    @NdayikwngurukiyeOlive 3 месяца назад

    Mwubahwe tuyirindiranye igishika

  • @mahoroalice2231
    @mahoroalice2231 3 месяца назад

    Turabakunda cyane turayitindiye

  • @MarieGorethi
    @MarieGorethi 3 месяца назад

    Irihe twayibuze pe mumbarize namwe

  • @ElianeNkurunziza-iw8mb
    @ElianeNkurunziza-iw8mb 3 месяца назад +1

    Rek kutwicish apetit bash ihute muduherez gusa nd❤❤❤

  • @PashaPasha-me6lf
    @PashaPasha-me6lf 3 месяца назад

    Bandanya mukomer cane gose mwubahwe

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 3 месяца назад +1

    Ninyaruk😂

  • @OlivierNsengiyumva-s9q
    @OlivierNsengiyumva-s9q 3 месяца назад

    Mutunyarukirizeee

  • @claudenshimirimana9208
    @claudenshimirimana9208 3 месяца назад

    Mrc bcp ndabakunda cane gusa muze muraduha kugihe❤❤❤

  • @NiyongerePascaline
    @NiyongerePascaline 3 месяца назад

    Turimaso nimuduh 🎉🎉🎉

  • @YvetteTuyisenge-rv1xg
    @YvetteTuyisenge-rv1xg 3 месяца назад

    Nimutunyarukirize bxhaa

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 3 месяца назад

    narinzi mwahashitse 😂narikondagorora impuzu zamwarabu narimanje gushira ipasi hasi.non nsanze mutaraduha shooo😢😢😂😂🎉🎉🎉❤❤

  • @EricHabinshuti-f3b
    @EricHabinshuti-f3b 3 месяца назад

    muyizane tuyirindiranye igishika cishi pe

  • @NonoNono-px2nx
    @NonoNono-px2nx 3 месяца назад

    Hazosha yemwe❤❤

  • @EmelyneKwizera-h8c
    @EmelyneKwizera-h8c 3 месяца назад

    Muyinyarukane nukuri ❤

  • @LovelyLemonade-uv1ji
    @LovelyLemonade-uv1ji 3 месяца назад +4

    Mutubwir itarik

  • @WillaLight
    @WillaLight 3 месяца назад

    Come on 🎉🎉❤

  • @JeanmarieNdayikengurukiy-dr1hd
    @JeanmarieNdayikengurukiy-dr1hd 3 месяца назад

    Ukamwica bac bavyarana uwund sinkubesha!! Ndabaknda cne

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 3 месяца назад

    Ndabasabe uwomwana ntazophe iyi episod ndabona izoba ibabaje 😢😢

  • @Fanny-wq2mu
    @Fanny-wq2mu 3 месяца назад

    Umwana wa kantore nti bamwice pee😢😢😢

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 3 месяца назад

    Sha nimuyizane turabe kudakoz'ibara nkuko Yvete yagutoje inama mbi ko mbonye bishaka gusa navyo urarabako itikura amata mukanwa ukarusohoka Kantore akinjira

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo2828 3 месяца назад

    Nyarukan 🎉🎉🎉😂😂😂

  • @chanelleButoyi
    @chanelleButoyi 3 месяца назад

    Yooooo Ejo ni kera❤❤❤❤❤

  • @nyinawumuntuclementine566
    @nyinawumuntuclementine566 3 месяца назад

    Uwo mwana numuziranenge ntimumwice pe!!

  • @AliseAlise-cg7lr
    @AliseAlise-cg7lr 3 месяца назад +1

    ❤❤❤❤❤❤

  • @Nduwayezuclaudine
    @Nduwayezuclaudine 3 месяца назад

    Yvette yamakina arumubaya ibihe vyose gusa araguhenze kk ivyaguhanuye bisa naho wabikoze urugo rurakunaniye ww uratashe

  • @salomonroi2149
    @salomonroi2149 3 месяца назад

    ❤❤❤❤turayiteze canee

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 3 месяца назад

    Mayeri arahatwitse😂😂😂😂

  • @GerardineNiyonsenga-xi2rz
    @GerardineNiyonsenga-xi2rz 3 месяца назад

    Mugire vuba irungu niryox ariko muge mwojyera iminota

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض 3 месяца назад

    Ntavyishi mbona novuga atarikubabwirako💕💓💯💯🥀🥀👏🙏💖💞💋🌹🌷🌺🌸💐

  • @kigabanzara8678
    @kigabanzara8678 3 месяца назад

    Amede murabahinga nabakinyibawe barashoboye courrager

  • @HatungimanaNanaNaomie-xz3pv
    @HatungimanaNanaNaomie-xz3pv 3 месяца назад

    Muze muduha vubavuba please! Courage bantu beza

  • @dativenininahazwe2164
    @dativenininahazwe2164 3 месяца назад

    Turasavye umwana ntapfe muzoba mukoze

  • @ALAINADIGNEAKIMANA
    @ALAINADIGNEAKIMANA 3 месяца назад

    Ntiwikore Munda bitagukorako. Sha burya uwo akubwiye kwica uwo mwana niwe azogaruka akakwihunduka

  • @ممم-ط2ظ
    @ممم-ط2ظ Месяц назад

    Woow

  • @IrankundaAlida
    @IrankundaAlida 3 месяца назад

    Yooo birabanaje.duhe iyoya4.yoo.😢

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 3 месяца назад

    Hejuru cane team yose

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 3 месяца назад

    Ninyaruk turayiteze

  • @MuhozaDiane-gg3zk
    @MuhozaDiane-gg3zk 3 месяца назад

    Mutubwire itariki turayitegereje abarundi ndabakunda cyane❤

  • @JmIra-tv7wo
    @JmIra-tv7wo 3 месяца назад

    Wagwan

  • @YvetteNahimana-zw7mc
    @YvetteNahimana-zw7mc 3 месяца назад

    Muradutevya sana

  • @Edulen
    @Edulen 3 месяца назад

    Yewe mutugirire vuba

  • @GraceNininahazwe-uk6wn
    @GraceNininahazwe-uk6wn 3 месяца назад

    kwamatsiko ambanye mensh weee

  • @EyelinEvlin
    @EyelinEvlin 3 месяца назад

    Ndabakunda cn pe ndiho ashishikare kubakumeza❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 3 месяца назад

    Haratse😂

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 3 месяца назад +1

    Uwo mwana ntimumwice nukuri na se wiwe ataramubona😩😩😖

  • @AngeCoyitungiye
    @AngeCoyitungiye 3 месяца назад

    Kantore ugerageze gucungumwana uwomukebawe azomwica pe

  • @EmmanuelTuyisenge-ip2vo
    @EmmanuelTuyisenge-ip2vo 3 месяца назад

    Tunayisubilia

  • @COLISEIcishatse-sp1ql
    @COLISEIcishatse-sp1ql 3 месяца назад

    Sij nzobn VDI haragez

  • @nshimirimanavictor5868
    @nshimirimanavictor5868 3 месяца назад

    Mwadutebeje

  • @EstaHash
    @EstaHash 3 месяца назад

    Nimuyirekure❤

  • @NihimbazweChanceline
    @NihimbazweChanceline 3 месяца назад

    waaaaooooo zana vrt

  • @ChnasryAbanaj
    @ChnasryAbanaj 3 месяца назад

    None nimuyisohore mbona uguma muyifashe ukwo muduteberza nikwo turambigwa uguma mutuzanira amapiblicite🥺🥺🥺

  • @ESTELLAEste-pd2nt
    @ESTELLAEste-pd2nt 3 месяца назад

    Gir muyiduh

  • @mukantambaraliberathe-li4wp
    @mukantambaraliberathe-li4wp 3 месяца назад

    Turayitegereje ariko mwihangane muduhe iminota myinshi🙏🙏

  • @NiyonkuruArnaud
    @NiyonkuruArnaud 3 месяца назад

    Turayinyotewe

  • @ElieNiyomwungere-v9r
    @ElieNiyomwungere-v9r 3 месяца назад

    Muyizan tuyirindiranye igishika cishi ❤❤❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 3 месяца назад

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @gaudenceirankunda2885
    @gaudenceirankunda2885 3 месяца назад

    Cadeau ntukore ibara nguroge ico kibondo nukuri

  • @tuyisengeestella8934
    @tuyisengeestella8934 3 месяца назад

    Yooooo yemweeeeee😢😢😢😢😢 amata araho ubwo arera

  • @GonzalveNitanga-yx8lj
    @GonzalveNitanga-yx8lj 3 месяца назад

    Nyarutsa turarindiriyeeeeee❤❤❤❤❤

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 3 месяца назад +1

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @ManirakizaEzechiel-ph1sb
    @ManirakizaEzechiel-ph1sb 3 месяца назад

    Numuyiduh

  • @levistembo5072
    @levistembo5072 3 месяца назад

    Still waiting guys. Big up sana tunawasubiria kwa hamu kubwa. Ni Levis huku Zambia

  • @DorineNiyonkuru-z2s
    @DorineNiyonkuru-z2s 3 месяца назад

    Turayitegerej kuk dukund ibikorwa vyanyu🥰🌹

  • @GiseleNdayiragij
    @GiseleNdayiragij 3 месяца назад

    ❤❤❤❤❤❤ ham Tubasab kongerez umwany

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 3 месяца назад

    Huuuuuy huuuuuuy huuuuuuuy ubwo kathy ntiyishe umwana wa kantore ga yemwe ivyo mbony nibiki?

  • @TakesureDouretGondwa
    @TakesureDouretGondwa 3 месяца назад

    Tongi moyo dhewa

  • @dorinemuhimpundu2807
    @dorinemuhimpundu2807 3 месяца назад

    Ntumbwire kwazokwica umwana basha

  • @Rinaclassley
    @Rinaclassley 3 месяца назад

    ❤❤❤🎉

  • @Asa-ij8fi
    @Asa-ij8fi 3 месяца назад

    Yooo man akokan ntimukice nukur kuko ayomat simazim

  • @Melissa-jj1cu
    @Melissa-jj1cu 3 месяца назад

    Muyiha iminota mike CN nimwongereko plz

  • @TharcisseNIYIMBONA
    @TharcisseNIYIMBONA 3 месяца назад

    Duherez Duherez tu turitwegera twongera twiga

  • @FauziaAkeza
    @FauziaAkeza 3 месяца назад

    Welcome lNTORE NTINDI ❤❤

  • @GloriaNahimana-x8p
    @GloriaNahimana-x8p 3 месяца назад

    Uwuzinyuma ampe like murakoze cane 🎉❤🎉❤

  • @ReilaRayira
    @ReilaRayira 3 месяца назад

    Muratindap

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 3 месяца назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NshemezimanaBelyse
    @NshemezimanaBelyse 3 месяца назад

    Biragaragara ko.cade azoha ishano uwo mwana

  • @JeandedieuBigirimana-p1w
    @JeandedieuBigirimana-p1w 3 месяца назад

    Muze murayiduha kabiri mudwi

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 3 месяца назад

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉