Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Jewe ngomba kumenya ukuntu nosoma message zuwundi muntu arikure kandi ntarinze gutora téléphone yiwe ngo ngire scanner de code mwoba mukoze
Vyogend gt
Mutarikumw naho arimkohanz
Murakoze ubwose sabimenya
Merci beaucoup Mon frere
Ndabakundacane
Murakoze hama muraturonserera ubuhenga bwo gusama sms zumuntu iyo fone yiwe utayikozeko
Murakoze none nigute woshobora kubona ko boba barakukoreye ivyobintu Hama ukabikuramwo
Uragowe aho barakuzi
Wobikora gute utarinze gutora fone yiwe?????!!!!
Murakoze ndabashimiye.none se uhackinga iyo ufunguye iyawe WhatsApp cg unyuze muri web nyine
Non mutarikumw nah bigenda gut
Uramutse udakoresheje téléphone ye wabigenza Ute?
Muraduha ingene twobikora mugihe utarinze gukoresha fonee yiwe
Duhe iyowumviriza Appel nayo
Atari hafiyaw woc ubigira Gt??
Mbanje kubashimira kuk nibintu vyiza cane kwl,nn ivyo umuntu yobigira izo fne ukwari2 atazifise muminwe??kuk nkajew ifone nshaka kubigirako ntabwo twegeranye Ubu, vyakunda nn KO nobigira?
Ikibaz nanj mfis mbe ivyo wabikoze ushak kubivamw naho ubikor gt?
Haraho uca ukagira Déconnecter
ikibazo canje ,mega igihe cose uzogomba kuziraba uzoguma uca tjrs muriyo moyen?cnke nukuvuga ko urabir kur google gusa
Burigihe uc muri chrome
ni sawa ga ncuti, ico ntatahuye neza. Mbe izo message ziwe zose muri rwawe uzironkerahe wamaze kuva muri chlome nk,ikindi gihe ? Yazifuse urazigumana
izo SMS zose zo Kuri whatsapp yiwe urazibona izo afuse ntuzibona kuko nawe izafuse ntaba akizibona
Mugihe arikure yawe naw udasobora gutora terefon yiwe naho
Mb iy aprication yitwagt?
Sinabitahuy nez
Nimudusigurire ukuntu wagararura msg basibye wohererejwe kuri watsapp
jewe nshaka jumenya ukuntu umuntu umuhamagay noshobora kuvyunva
Umeze kudutamo ozomod
Iyo video mwayikoze nabi ntibiboneka neza
Murakoz ham mugusoma message uzisomera muri chrome nyene?
Jew ndikubigeragez ngez mur fone yanj nkakora biryabyose bisabwa ark ntoye fone yiw nkajamur WhatsApp nkacaharya kuturongo dutatu nkaburamw irya WhatsApp web mwavuze ntayirimw sinzik harahandi umuntu yoca
nanje nfite akabaz atarimpand yawe fonewayikurah yiw ndashak untahuz
Wewe ntachobora kubon kowazirebye????
Ndafise akabazo
Kubikuramwo?
Nahejeje
Ndakubaz ufs watsap busines birakunda
Utarose fone yiw ntibikunda
Oya ntibikunda ubanza kuyironka rimwe
Jewe ngomba kuza ndasoma message zuwundi muntu arikure ntarinze gutora fone yiwe bigenda gute ?
Non WhatsApp web bayugurura gt vyrangoye
Ikibazo mfise niki mbega umutanze kuzisima.ntaca abibona?cnk urabanza ukareka we agsaoma.hala ukaza gusoma munyuma
None ko mutubwira ingene babishiramwo ariko mutatubwiye ningene babikuramwo
None ntabimenya?
kand mrc bcp
J ar kur nt fon yiw noronk ntakund nobigira
Non iyo mutarikumw nah
Bikunda murikumwe bikunze naho yoca ajahe uba wahejj
Ikibazo nanj mfis ko mwatwerets kumafone yegeranye ese ari kure mutangukany ubuhugu la nah ubikor gt
Yes birakunda gusa bisabako aja mukindi gihugu wamaze kubikora
@@dimobutv2822oooh urumva nkubu umuntu batarikumwe nkubu njewe ndimukindi gihug naw arimukindi Ubu ntivyokund????
Oya ubikora imbere yuko agenda
Mutari kumwe naho bigenda gut ?
Nzokurega nimba ushak kumu hacking wew ndakuz😂😂
nn uzokwama ubibona imisi yose
Ego nimisi yose
Cnk namba ugiye kuziraba nawe yamaze kuzihanagura wewe bigumako cnk nawe bica bifudika
None ari kure yawe nkomukindingihungu vyogenda gte
Bikunda gus iyo agiye wabishizemw
Jewe ngomba kumenya ukuntu nosoma message zuwundi muntu arikure kandi ntarinze gutora téléphone yiwe ngo ngire scanner de code mwoba mukoze
Vyogend gt
Mutarikumw naho arimkohanz
Murakoze ubwose sabimenya
Merci beaucoup Mon frere
Ndabakundacane
Murakoze hama muraturonserera ubuhenga bwo gusama sms zumuntu iyo fone yiwe utayikozeko
Murakoze none nigute woshobora kubona ko boba barakukoreye ivyobintu Hama ukabikuramwo
Uragowe aho barakuzi
Wobikora gute utarinze gutora fone yiwe?????!!!!
Murakoze ndabashimiye.none se uhackinga iyo ufunguye iyawe WhatsApp cg unyuze muri web nyine
Non mutarikumw nah bigenda gut
Uramutse udakoresheje téléphone ye wabigenza Ute?
Muraduha ingene twobikora mugihe utarinze gukoresha fonee yiwe
Duhe iyowumviriza Appel nayo
Atari hafiyaw woc ubigira Gt??
Mbanje kubashimira kuk nibintu vyiza cane kwl,nn ivyo umuntu yobigira izo fne ukwari2 atazifise muminwe??kuk nkajew ifone nshaka kubigirako ntabwo twegeranye Ubu, vyakunda nn KO nobigira?
Ikibaz nanj mfis mbe ivyo wabikoze ushak kubivamw naho ubikor gt?
Haraho uca ukagira Déconnecter
ikibazo canje ,mega igihe cose uzogomba kuziraba uzoguma uca tjrs muriyo moyen?cnke nukuvuga
ko urabir kur google gusa