ISHENGERO RYA PENTECOTE IBUJUMBURA RYERETSE INYUBAKO YA MILIARIDI 17 PRESIDENT EVARISTE NDAYISHIMIYE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Imiriyaridi 17 niyo mafaranga yakoreshejwe mu kubaka uburaro Ebenezer palace bwegukira ishengero rya Pentecôte ry'ibujumbura
    👆🏾Ivyo vyashikirijwe kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 12 Myandagaro 2024 mu gihe hari haramutswe hugururwa uburaro Ebenezer Palace bwegukira ishengero rya Pentecôte ry'ibujumbura buri muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura.
    📌Nk'uko umwungere w'iryo shengero abivuga, ubwo buraro busanzwe bufise ivyumba 104, kugira bwubakwe vyatwaye amafaranga agera Ku miliyaridi 17 kandi bukaba bwubatswe atanfashanyo n'imwe itanzewe akavuga ko intumbero yatumye hubakwa ubwo buraro ari kugira aba misiyoneri ndetse n'abamukerarugendo bagendera igihugu c'Uburundi bazoronke ikibanza ciza bashikiramwo hamwe no kugira ama nama akomakomeye azoshobore kuhabera.
    👤 Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye arikumwe n'umutambukanyi wiwe bakaba bateye iteka ivyo birori akaba yakeje cane ishengero rya Pentecôte kuri ico gikorwa c'iteka bakoze yagize ati: "urazi ko hari abahora bipfuza kugira nk'ama nama mpuza makungu iyo hageze ko abera ngaha iwacu bahora bambaza bati urafise aho wotwakirira? ubu rero muranfashije muranyeretse ko turikumwe twese bishoboka" akaba yahamagariye abarundi gushira umutima hamwe ndetse no kuguma basengera indongozi
    🎯Mwomenyako ko mu kurangiza ico gikorwa iryo shengero ryagabiye inyana y'inka Umukuru w'igihugu.
    #Uburundi
    #mwangaactu

Комментарии •