Etienne Ndayiragije ngo agiye Gutsinda Burkina Faso

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 окт 2024
  • INDUNDI SPORTS : 10.10.2024
    Etienne Ndayiragije ngo agiye Gutsinda Burkina Faso
    ⁠- Abakinyi 11 b’Intamba mu rugamba bashobora gutangura mu kibuga bamenyekanye
    Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zaraye zitsinzwe n’Ubuganda
    Ikibuga c’itiriwe Intwari batanguye kugishirako umusezero ( Synthetique)
    Uburundi bugiye guhura na Somalia mu nkino zo kurondera itike rya CHAN
    Za Bus z’Intamba mu rugamba zamaze gushika mu Burundi
    Basketball : Gladiators yaraye itahukanye igikombe ca Play Offs
    Igikombe c’incungu muri Basketball kigiye gutangura
    Muri Africa
    ------
    Cecafa Kagame Cup yaraye ibandanije
    Urutonde rw’abamenyereza bahembwa amafaranga menshi Muri Africa
    Uko ibihugu bigiye guhura mu nkino z’igikombe ca CAN 2025
    I Buraya
    ------
    Umukinyi George Baldock yaraye yitavye Imana
    Tchouameni yagizwe kizigenza w’Ubufaransa
    Erik Ten Hag yagize ico asaba Manchester United
    Ancelotti hari ivyo atariko ahuza na Florentino Perez

Комментарии • 1