Couple ya BAHAVU😍 IJORO TWABYAYEMO byari AMARIRA😭IBANGA ku mwana bibarutse|NARATUNGUWE CYANE|Irebere

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 19 окт 2024
  • Niba wifuza kuvugana natwe cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe wifuza gusangiza abadukurikira waduhamagara kuri +250739200401 ushobora ndetse no kuduha inyunganizi
    #chitamagicTV #juliuschita

Комментарии • 93

  • @CHiTAMAGIC7
    @CHiTAMAGIC7  2 года назад +7

    REBA VIDEO YA FLEURY NA BAHAVU: ruclips.net/video/M_cs-NEONrA/видео.html

  • @bernissebernisse6657
    @bernissebernisse6657 2 года назад +30

    Muhungu wacu wubahwe kuko ufise urukundo gwihariye turabakeje umwuzukuru wacu akurire mubiganza vya NDIHO nda❤👪👪

  • @angedarlene1770
    @angedarlene1770 2 года назад +10

    Ubu jewe ngiye kuzambahamagara Papa Amora Maman Amora kubera Imana yahinduye amazina sivyo none🥰🥰🥰

  • @roosberghuis9958
    @roosberghuis9958 2 года назад +5

    Ndagushimiye Fleury umuhungu w' iwacu uzi kwishura ibibazo n' ubwenge kandi isi urayizi wanse kuyiganyira urazi ko ikiganiro kitaraba abakunzi gusa.
    Wanse kuvuga igituma Jeanet yagize ama émotions.
    Wavuze ko Jeanet yavyaye neza kandi nivyo ariko ivyakurikiye mu nyuma twumvise mûri irya vidéo mwashizeko naho mutavuze ama details twarumvise ko shetani yagomvye kwivanga mu nyuma umwana yaje.
    Wagize Imana na Chita irya vidéo ntiyayiravye neza yose yari kukubaza ivyo udashaka kuvuga.
    Niwivugire bike igihambaye nuko vyarangiye amahoro vyose.

  • @samial-khusaibi772
    @samial-khusaibi772 2 года назад +9

    Mumfashe tumuhe umashi umusore wacu🙏🙏🙏🙏

  • @gateyenezaangel690
    @gateyenezaangel690 2 года назад +5

    Na Chita nawe bazamukoreshe ikiganiro atubwire uko nawe byaribimeze challenge yahuye nazo madam we arikwibaruka

  • @kamijulia581
    @kamijulia581 2 года назад +7

    Fleury aracyeye kweli🤔

  • @limageplustv9422
    @limageplustv9422 2 года назад +9

    Amora akarundikazi kacu 🥰🥰🥰🥰 🇧🇮

  • @lilianenduwayezu4104
    @lilianenduwayezu4104 2 года назад +3

    Imana ishimwe ko itahemukiye Papa Amora na Mama Amora🙏Papa Amora avuze ukuri nivyizako umugabo amenya agaciro k'umugore wiwe kuko kuvyara n'ikintu kitoroshe💪

  • @angeliquenyantabara5738
    @angeliquenyantabara5738 2 года назад +11

    Abagabo nkawe nibake fleury nimwonkwe 👏👏👏👏👏👏👏👏👏

  • @claudettemukamasera5386
    @claudettemukamasera5386 2 года назад +1

    Fleuri congratulations to your beautiful family!! Gusa nagirango mbabwire abacheri!! Umwana akwiye KWONKA GUSA KUMARA AMEZI 6 NTAKINDI KINTU UMUHAYE HABA N'AMAZI KU KAYIKO!!! Bifitiye umwana akamaro KANINI CYANE!!! Mugerageze rwose no mu ijoro Maman Amora rwose ajye yihangana akanguke yonse umwana shenge. Bimuha gukura neza bimurinda indwara bituma agira ubwenge bwinshi!!! MUBIKORE MUBIKUNZE NDABINGINZE!! UWITEKA AKOMEZE KUBITAHO KUBARINDA NO KUBATETESHA. Ndabakunda

  • @pascasientandikiye9911
    @pascasientandikiye9911 2 года назад +3

    Amora agakobwa Keza karekare k'impavu ndende comme son père. Turarindiriye kukabona.😳😳❤️

  • @beninkaconsolee9643
    @beninkaconsolee9643 2 года назад +10

    Imana ishimwe nukuri yarahabaye🙏🙏🙏

  • @niyonzimasolange5320
    @niyonzimasolange5320 2 года назад +19

    Felicitation papa Amora abarundi🇧🇮🇧🇮twishimiy kwitw aunt😂😂

  • @samial-khusaibi772
    @samial-khusaibi772 2 года назад +3

    Yoooooh Musore wacu uragakira mwena namadam imana yabahaye ikibondo cizaturabaku'da🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @mberwaange2944
    @mberwaange2944 2 года назад +1

    Congratulations fam Imana ishimwe yabahaye umwana numubyeyi akaba ari muzima 🙌🙌turabakunda cyane

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 2 года назад +2

    Muragakira muryango mwiza! Mwarame neza turabishimiye 😘😘😘🇧🇮🇧🇮

  • @marienzeyimana639
    @marienzeyimana639 2 года назад

    Fleury wubahwe cane uri intwari vraiment uzi gukunda umugore wawe uri un exemple parfait y'umugabo mwiza 👋👋👋 Papa Amora Imana iguhezagire cane. Love from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @elzaineza8911
    @elzaineza8911 2 года назад

    Woww fleury end janete. Nimwonkwe tubavugirije impundu kbs. Welcome amora

  • @ornellanamugisha7780
    @ornellanamugisha7780 2 года назад

    Ndakunda Care za Fleury mana weee😍ararengeje vrmt🤣urateussan shan Ppa Amora💖👌

  • @sandy2sss827
    @sandy2sss827 2 года назад +6

    Iwacu iburundi twaronse umusengezana papa Amoral Félicitation

  • @Reine257
    @Reine257 2 года назад +5

    Chita yaravyaye 😳😳😳😳??

  • @jojo_bella_TV
    @jojo_bella_TV 2 года назад +1

    Nkunda Fleury & Janet cyane congratulations

  • @justinmutabazi7353
    @justinmutabazi7353 2 года назад

    Chita ntugakoreshe ijambo ngo Umuntu udasanzwe kuberako iryo jambo niryabantu Babagome cyangwa bakorana nimyuka mibi

  • @claudette2793
    @claudette2793 2 года назад +5

    Mbaye uwambere from Nairobi

  • @angebuhungu8976
    @angebuhungu8976 2 года назад +4

    Félicitations papa et maman Amora🇧🇮🇧🇮🥂🍾

  • @nailaniyonkuru5718
    @nailaniyonkuru5718 2 года назад +1

    Erega Kuba umugabo ahari nibisanzwe ibihigu byateye imbere Niyo umugabo adahari barakubaza da agomba ninki itegeko.

  • @yamuragiyeodetha4775
    @yamuragiyeodetha4775 2 года назад +1

    Imana ikurize uwo mwana mubiganza byayo

  • @LeaneITEKA
    @LeaneITEKA 20 дней назад

    Bahavu ndagukunda canne nkund ukunt umez ukuvug nuk utambuka papa amora umurund wanj urintwar icomp nkababon amaso kumaso

  • @uwasekimenyi861
    @uwasekimenyi861 2 года назад +1

    Wigirira urukundo gwihariye nawapenda sana na bibi yako

  • @beatricekingungwa2725
    @beatricekingungwa2725 2 года назад +3

    Imana ishimwe cyane yabikoze 🙌🙌

  • @mugishasandrine4960
    @mugishasandrine4960 2 года назад +1

    Félicitation muhungu wacu lmana yari hafi yanyu

  • @enrhietteirakoze8157
    @enrhietteirakoze8157 2 года назад +1

    Welcome fleurs wacu muburundi Imana ikomeze kubagira neza

  • @NyirambonizanoSandrine-jz5df
    @NyirambonizanoSandrine-jz5df Год назад

    Mwazambabariye ngahura na mama amoha Koko mwokabyaramwe

  • @tuyisengeodile1105
    @tuyisengeodile1105 Год назад

    Pole mama Imana yarakoze

  • @celineclaudel4542
    @celineclaudel4542 2 года назад

    Chita gabanya ama kestion kuri papa Amora mbega woe ngo nayahe amagambo bahavu yamubwiye

  • @fastandtrusted1251
    @fastandtrusted1251 2 года назад +4

    Genda Chita urabaza.

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 2 года назад +4

    Gloire à Dieu🙏🙏P.Amora&M.Amora aba🇧🇮 turishimye cane💘💘

  • @valerieigiraneza7515
    @valerieigiraneza7515 2 года назад

    Chita umusi uzobyara bazokubaze.waturekeye papa Amora .gusa wubahwe wamuzanye mukiganiro

  • @kembabaziphionah2702
    @kembabaziphionah2702 2 года назад +1

    Congrats Fluery and Janet 🙏🙏🙏

  • @justinegatoto3612
    @justinegatoto3612 2 года назад

    Imana harakoze sha Fleury na Jannet kubagabir ikibondo

  • @mohdkwt5378
    @mohdkwt5378 2 года назад +3

    bemwutwubaha turakomerewe

  • @ellaagasaro496
    @ellaagasaro496 2 года назад +1

    Haribyinshi Chita agenda yigira kuri Sabin. Ni byiza cyane🙏🏾🙏🏾🙏🏾 I am about to be a new subscriber 😊

  • @karolldjikaroll3802
    @karolldjikaroll3802 2 года назад

    Pole sana mama

  • @Ubururu1numweru
    @Ubururu1numweru 2 года назад

    Imana ishimirwe imirimo yayo ,

  • @mukabuteraodette7553
    @mukabuteraodette7553 2 года назад

    Felicitation Papa et Maman Amora , Imana ishimwe cyane yarahabaye 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️

  • @ganixkaela5975
    @ganixkaela5975 2 года назад

    Félicitations cane Papa na Maman Amora

  • @angedarlene1770
    @angedarlene1770 2 года назад +1

    Ariko Mana Chita waramuhaye ubwenge bwokubaza Chita ndasavye umusi nawe uzovyara bazokumbarize nawe twumve ukuzifata🤭🤭😃😃

  • @uwimanarenee6157
    @uwimanarenee6157 2 года назад

    Fleury umurunfi wiwacu mukire musimve imanga imana icane mukire rusizi ntirubasize mumire mpanda ntirubahande kira maman mwarujabutse🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @djamilaniwenshuti5190
    @djamilaniwenshuti5190 2 года назад

    Urumusazi turahaca ababyeyi ndagukunda cyane. Much much ❤

  • @pascasientandikiye9911
    @pascasientandikiye9911 2 года назад +2

    Chita bébé wawe gute?

  • @tuyisengehenriette9090
    @tuyisengehenriette9090 2 года назад +1

    Papa Amora💕💕

  • @soniasss2252
    @soniasss2252 2 года назад +5

    Waouuuu welcome our Fleury from Burundi😘😘😘 thank u Chita naw turagukunda😘

  • @aimeempundu1439
    @aimeempundu1439 2 года назад

    Can congratulations to Fleury and J family.

  • @claudette2793
    @claudette2793 2 года назад +3

    Wooooow

  • @Ndahigi
    @Ndahigi 2 года назад

    Congratulations flery and Jeannette

  • @mohdkwt5378
    @mohdkwt5378 2 года назад +4

    ndabakunda mwese mwubahwe🇧🇮🇧🇮

  • @ahoranibambeadeline4230
    @ahoranibambeadeline4230 2 года назад

    Ni mwonkwe 😘

  • @mukasekurubeatrice547
    @mukasekurubeatrice547 2 года назад

    Nimwonkwe

  • @neneitekaryimanagateka2910
    @neneitekaryimanagateka2910 2 года назад

    Congratulations from 🇧🇮 Fleury et Jeannette

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 2 года назад +1

    👌👌👌👌👌👌👌👌

  • @usanasesandra6302
    @usanasesandra6302 2 года назад

    Tuzanire jennet
    Turashima imana pe!!!!!!!.

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  2 года назад

      Naramara kuruhuka nawe tuzamuzana

    • @usanasesandra6302
      @usanasesandra6302 2 года назад

      @@CHiTAMAGIC7 Ariko uzamuzana nyuma please 🙏

  • @ChannyNtare
    @ChannyNtare 2 года назад

    Congratulations

  • @alineuwamahoro3707
    @alineuwamahoro3707 2 года назад

    Uzomutuzanire muburundi

  • @jeanneandfrancislifestyle1518
    @jeanneandfrancislifestyle1518 2 года назад

    Ubundi nibyo umugabo ajana numu gorewe agiye kubyara Africa ntibabyitahi piiii🤣 🇺🇸 nitegeko kujyana nu mugabo kabisa arakwuha amaze kubona uko bigenda!😭

  • @newsp1841
    @newsp1841 2 года назад

    😭😭😭😭😭

  • @ganiganii449
    @ganiganii449 2 года назад +1

    👏👏💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 2 года назад

    Muragakira muryango mwiza! Mwarame neza turabishimiye 😘😘😘🇧🇮🇧🇮

  • @yamuragiyeodetha4775
    @yamuragiyeodetha4775 2 года назад

    Imana ikurize uwo mwana mubiganza byayo