Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murakoze cane! na cane cane abohore imiryango y'impfuvyi Aho iri kwisi yose ntibagiye nimpfuvyi tuvukana iyo ziri mu Burundi mumuryango hatameze neza habe ukwumvikana amen!
Urakoze cane Muvukanyi kudusangiz'iyo shapule ibohor'imiryango,Umukama Abiguhembere ARIKO NDAYIPFIZA YANDITSE mwoba mumfashije cane MUHEZAGIRWE CANE
Murakoz cane muvukanyi nukudufasha gusengara umiryago . kubwaje umuryago vamwo uraboshwe
Urakoze cane Muvukanyi,ariko sindumva intete zingahe bavuga kugira bavuge ,Ninaronk'umwidegemvyo nzokwidegemvya mukuru,Hama bavuga ishapure gisabisho bakivuga kw'ishapure zitatu canke zine?murakoze
Ivugirwa kw'ishapure isanzwe, imwe y'umuvyeyi Bikira Mariya
Urakoze muvukanyi kuduha ico gisabisho.Imiryango myinshi iraboshwe mbere n'ivyo itazi. Umukama atwumve atubohore, nawe nyene yame aguhezagira 🙏
Murakoze muvukanyi umukama nyene Rukundo n'ikigongwe abohore umuryango yose. Ayisasagazemwo Rukundo. Cane cane mubavukana ,ni mu ngo ahaba uruhagarara. Abubakanye bakundane vyukuri, bubahane, basenyere Ku mugozi umwe
Amen amen
Amahoro ya Kristu!Uraduha ishapule y'ikigongwe c'Imana. Kuri youtube irahari mais mu kinyarwanda. Twayipfuza mu kirundi c'iwacu. Muzoba mukoze.
Kristu naganze. Mutima w'Imana akadushoboza, turayishirako vuba.
Amahoro ya Kristu muvukanyi. Nagira nsubire kubibutsa ishapure y'ikigongwe c'Imana. Turayinyotewe caaaane. Muzoba mukoze . Shalom
Amahoro ya Kristu iyi shapule mugusabira umuryango w'uwundi muntu ?
@@RichardNdayishimiye1984 Kristu naganze ibihe vyose. Umbabalire nari nsubiye kubibutsa nibaza ko mwatwawe na vyinshi
@@moolinakerambaya4325 natwawe na twinshi nivyo. Ariko nzokwikubita agashi
Amen ❤❤ Amen 🙏🙏🙏
Mana nanje bohora umuryo wanje ubukene ishari ninzigo nubundi bubisha bwose bubera mumuryango wanje
Yezu bohora abana banje, bamenye inzira yawe irimwo urumuri.
Iman ibandany ibakomeza mubandany mudufach kumeny guseng
Amina
Imana yo nkingi y'ubugungo bwacu yame igusiga amavuta yayo
Amen
❤ amen
Amen🙏
❤❤❤❤❤
Merci
Umukama abahezagire kwiryosengesho
Murakoze kwiyo shapule IMANA ibahezagile Amen
🤲🙌🙏🙏🙏🙏🙏
Komeza ubohore umulyango wampaye
❤❤❤❤❤❤
Murakoze cane! na cane cane abohore imiryango y'impfuvyi Aho iri kwisi yose ntibagiye nimpfuvyi tuvukana iyo ziri mu Burundi mumuryango hatameze neza habe ukwumvikana amen!
Urakoze cane Muvukanyi kudusangiz'iyo shapule ibohor'imiryango,Umukama Abiguhembere ARIKO NDAYIPFIZA YANDITSE mwoba mumfashije cane MUHEZAGIRWE CANE
Murakoz cane muvukanyi nukudufasha gusengara umiryago . kubwaje umuryago vamwo uraboshwe
Urakoze cane Muvukanyi,ariko sindumva intete zingahe bavuga kugira bavuge ,Ninaronk'umwidegemvyo nzokwidegemvya mukuru,Hama bavuga ishapure gisabisho bakivuga kw'ishapure zitatu canke zine?murakoze
Ivugirwa kw'ishapure isanzwe, imwe y'umuvyeyi Bikira Mariya
Urakoze muvukanyi kuduha ico gisabisho.
Imiryango myinshi iraboshwe mbere n'ivyo itazi. Umukama atwumve atubohore, nawe nyene yame aguhezagira 🙏
Murakoze muvukanyi umukama nyene Rukundo n'ikigongwe abohore umuryango yose. Ayisasagazemwo Rukundo. Cane cane mubavukana ,ni mu ngo ahaba uruhagarara. Abubakanye bakundane vyukuri, bubahane, basenyere Ku mugozi umwe
Amen amen
Amahoro ya Kristu!
Uraduha ishapule y'ikigongwe c'Imana.
Kuri youtube irahari mais mu kinyarwanda. Twayipfuza mu kirundi c'iwacu. Muzoba mukoze.