CONFERENCE DEBAT: Urugo rwiza rwubakwa n'Imana/ Umugore wanje ndamukunda birenze uko namukunda mbere
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862
Ndafashijwe inyuma yimyaka itatu gisohotse vrt aba bakozi b'ikanguro Imana ibakomeze cane ❤ ndabakunda vrt
💞💞💞💞💞💞💞❤️❤️❤️❤️❤️
Biriko biraza. Abarundi basigay biyugurura. J'aime!
Yeah reka twigishanye
Murakoze cyane abakozi bimana kunyigisho nziza cyane imana ibahezagire mwese. 🙏😍
Amen amen
be blessed
🥰🥰🥰
Ndafashijwe cne
amen
Rien à ajouter tres impeccable 😍😍😍
Amen amen
Murakoze caane
Namwe murakoze murungikire abandi kugira baronke iyo video
Vyukuri muri couple yakarorero IMANA Igume Ihezagira Ingo zanyu mwam mumunezero Ibarinde satan ateringo
Amen amen murakoze
Ikiganiro gifasha cane ingo. Imana ibahezagire
Amen amen murungikire benshi link kugira bashobore kukironka
Waaoo
amen
Ndakunze sincérité mais come on kurizwa nuko ataje kurya salade. Mais bibaho umwe wese afise sensibilité yiwe. Umusi yakuvanze bizoca bigenda gute? Satani ni mubi. Bon, la communication toujours toujours mais ça s'apprend c'est vrai. Bon après chaque couple est différent mais ubu j'imagine que mama apôtre a mûri. Hama toutes mes condoléances pour la maman yatashe mwijuru, il ne faut jamais oublier qu'elle est maintenant dans un endroit ultra magnifique et qu' un jour vous la reverrez.
Yurabashimiye kuri commentaires zanyu
Ikiganiro kiryoshe cane, Uhoraho abahaze kuramba
ok
Merci bcp nous voulons une 2ème partie😍Twafashijwe
Murakoze canee
Vuba muraronka 2em partie
Partie 2 svp
Ok Mardi izoba yashitse
Murakoze cane Imana ibahe umugisha
Murakoze namwe
Mbegikiganira kiruhura dix
Murakoze caneee
Ndafashijwe cne
amen