I don't know why but j'appuis sur like toujours avant d'ouvrir le contenu de tes nouvelles videos😅😅....sinon, find a way to (re)like plus d'une seule fois nivyo vyodufasha😂😂mbooo.. mw'ijambo rimwe...good job worshiper 👏👏
This song is powerful, inyibukije Israel Houghton kbs. Always Jesus, nta wundi kabisa. Imana ibakomeze mwese Dudu and your team and may He bless you abundantly. Much Love and Respect!!!❤️❤️❤️🙏🙏🙏
Be blessed my brother
Be blessed brother🙏🙏
Good song worshiper
God bless u cane
Good song🤗
Praise to God
Nukur ntawundi ukwiye gushimwa ata Kristo Umwami wancu ..uhezagirwe cane dudu
Grand frère urashoboye Imana iguhezagire
Ntawundi vrmt can we give this song 4m views,🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uranduhura umutima wanje kuva 2002 ndakumviriza .Yesu yarakoze kukuzana hano mwisi kugira uhembure imitima yabeshi .Abarushe nabaremerewe bumvise indirimbo zawe bararuhuka.
Wow wow, hallelujah 🙌🙌🙌
Ninde ategeka bigakomera ntawundi atari wew Yesu Ameeen courage Dudu
Urakarama mwana w'Isumba vyose
Uuummm! Epayi ya satana eyindi, Nzampe apanbola yo Dudu na biso
Vraiment akanwa kawe karahezagiwe ahavamwo amajambwo y'ubwenge gusa iyi ndirimbo yoyo n'umuriro kabisa😍😍😍😍
Waouh !💃💃💃💃 Amavuta menshiiii 🙏🙏🙏
Ntawundi peeeee,Yesu nzokwama nkushima nkuhimbaza kuko ni wewe ufise izina risumba ayandi yose kandi indimi zose n’amavi yose y’ivyo mw’ijuru,kw’isi no mukuzimu bizokwaturako uri Umwami
Ntawundi yoshobora kuduha amahoro n'umunezero Ntawundi atari YESU niwe wenyene abereye gushimwa.
Ntawundiiii peeee😭😍😍😍
Iragahezagirwa iyo Mana yacu♥️
🙌🙌Ntawundi Abereye Guhimbazwa Atari Uhoraho Nyeningabo🙌🙌🙌Uhoraho Agucire Inzira zo Kurushiriza kumwamamaza 🙌Amen🙌
Yayayaya Imana ikutuzigamire ibikorwa vyawe biradushimisha iyindirimbo yuzuyemwo amavuta✅✅✅✅⛔⛔
Burundi 🇧🇮 gospel number one is your 💯💯💯💓
Kuberiki uduha indirimbonziza gusa turagowe uburyohe buzotwica ntawund
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Dudu T tunakupenda from 🇹🇿
Sha uhoraho agukomez kbx kuko ubirimwo neza 🎵🎵🎵🎵🎵🎧🎧🎧🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
No one else. Dud💥💯💯💯💯 by Bertin niyo official the solist
👌😍🔥
Woww Good job brother @love from GGSound
Turagushima mwami urabibereye kubw'Urukundo nimirimo wakoze💯.NDIHO akongre umugisha cane
Ngo: Vigelegele na shangwe kwa Bwana Yesuu 🤣🤣🤣😍
Ntawundi abereye Gushimwa.🙏🙏
Good song brother @dudu T Niyukuri uri talent yigendera,, imbere cane
Shishikara kuyobora East Africa muri gospel
Natwe turabishimira Imana🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Du ubund niwew fise nukur aband barakurikira🙏🙏🙏imfura yiwacu courage ntawundi ni Yesu gusa
Imana koko niyo ibereye gushimwa, duhimbaze Yesu Kristo niwe ategeka bigakomera we yanesheje urupfu na kuzimu.
Nukuri ntawundi abereye gushimwa 🇧🇮🌹👏👏👏👏👏👏👏👏❤️❤️❤️
I don't know why but j'appuis sur like toujours avant d'ouvrir le contenu de tes nouvelles videos😅😅....sinon, find a way to (re)like plus d'une seule fois nivyo vyodufasha😂😂mbooo.. mw'ijambo rimwe...good job worshiper 👏👏
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Thanks bro
Your handwriting tho is something else🥰
Thank you…
Nukuri ntawundi abereye gushimwa ,kure cane niwomugabane waweee🙌🙌
Hallelujah
Merci encore 🎵🙌🙌
Nice wokr proud of you our singer love from RADIO VOIX D'ESPOIR BUJA BURUNDI
ntawundi kwel atar yesu kristo yesu abahezagire abahe umugisha
Ndishimye kubwa Dudu komera kabisa natwe Turashima from Rwanda
Imana iguhe umugisha papa iri n'ihishurigwa rya Kristo papa tera uj'imbere
Turagushima Mwami urabibreye🕺🕺🙌
Umwaka ntuhere utaduhezagije concert live nukuri@big up and shine zikoze neza peee mrci kuduhezagira ni mpano yawe👌👏
Dudu ntaswata wigra ukubita igih cos wampa waduhay ibikogwa vyiza Imana igum iguhzagira
Ntawundi abereye ❤️❤️❤️❤️❤️💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼thanks Dudu niwe gusa nzi turagufise for sure wubahwe ❤️🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Ntawundi ataruwuhoraho
Mon frere imanishishikare kuguhunda amavuta meshi
Dudu urashoboye kandi nutambe witerere hejuru kuko ushobozwa na NDIHO.
Iiiiiiiyelelelleee ntawundiiiiiiii mwisi nomwijuru💥💥💥💥
Imana iguhezagire, avec toute l'équipe ❤
Ameeen
Ntawundi atari uhoraho Imana nyene ingabo yaduhaye intsinzi
Ntawundi abereye gushimwa😇🙌🙌. You are blessed brother 🙏
Good is love And Bless You David
Nawundi mrci Dudu gukomeza gusana imitima biciye m' uguhimbaza lmana
Ntubona none!twari dukumbuye ikintu nk’iki!barikiwa ukitubariki
Ntawundi Nukuri peeeeee
Oya ntawundi kwisi no mwijuru ni Yesu wenyene abereye amashimwe yacu!!
Waouh ntawundiiiii atari yesu"uraduhezagira muririmvyi wacuuuu abiziiii"
I love your songs my man dudu
Aradusubirie kweli 🤭🤭🤭Eka ntawundi kweli kW isi no mw ijuru!!Aberey gushimwa kabisa !!!Thx u T Dudu 🇧🇮♥️🙏
Ntawundi ... Amen🙌 Merci Dudu ..great job keep it up ..
Be Blessed, Good new song, ntawundi kabisa kwisi no mwijuru.
Ntawundi oyaaaa ntawundi kwisi nomwijuru abereye gushimwaaaaaa
Imana yacu Ihabwe icubahiro. Big up to you Dudu. 🎉🎉🎉 your work is indeed a masterpiece. I don’t know which song I love most now 😅
🤣 Me too
Dudu never disappointed us, I'm blessed!!!
Bt fiston umez nez ham nd rusi MPa numéro zaw sh narindagukumbu
Amen lord is lord ntawundi abereye kwel guhimbazwa.
Gospel yo mu BURUNDI ntaho Iraja 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Iracakomeye nka kera
Man ww ntumenyerwa peee Nice song 👌👌👌👌👌👌👌
Ntawundi ni Yesu kristo abereye gushimwa ivyokora birenze ubwenge bwabantu so Imana iguhezagira caneee Mukozi w'Imana Dudu T 🥰🙏
Ntawundi aberewe gushimwa atari Uhoraho🤚🤚🤚
Ohoooo my good shima mana ntawundi abereye gushimwa
Ntawundi 🙌🏽
Ntawundi abereye gushirwa hejuru mw'isi no mw'ijuru
Ntawundi abereye guhimbazwa🙌🙌🙌🙌🇧🇮
God bless u dear Dudu🥰impore impande zose.Turagukunda
Bariweni kwakazi nzuri na team yako yote mutumishi no one else is worhty to be praised,❤️❤️❤️❤️
Ubuhinga burimwo ntibusanzwe dudu ntiwigera unta MU korosi ixi song ndazifata nkumuti kweli
Much love for you Dud Nykr!! Your work is very very prepared! I love uuuuu so🇧🇮🇧🇮🇧🇮
N fire music🔥🔥🔥🎸🎸
Ntawundi peeee be blessed🙏
I love you Dudu,🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I believe one day I will meet with u Mr dudu
Ndahimbawe cane nukuri Ntawundi ni Jesus wenyene
Ntawundi akwiye kwamamara mwisi no mwijuru Ni YESU CHRISTO 🙏🙏🙏🙏🙏
Uhoraho umwami imana uhoraho nyeningabo ntawundi aberey guhimbazwa
Burundi gospel number one 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮
Dudu love u and your activités❤️❤️❤️
Ntawund aberey gushimw atar jesus🙏🙏
Egooo uratugarukanye muga style kakera kanyaruka turanezerewe p yesu aguhezagire
Oooh ntawundi abereye gushimwa Dudu uruhurumutima wanj
Wowww😍Thank you Legend🙌🏾
Dudu amavuta ya mpwemu Yera agume yuzuye kumutwe wawe
Urakoze mugenzi
Keep it groovy
This song is powerful, inyibukije Israel Houghton kbs. Always Jesus, nta wundi kabisa. Imana ibakomeze mwese Dudu and your team and may He bless you abundantly.
Much Love and Respect!!!❤️❤️❤️🙏🙏🙏
Waooooo ntawundi courage Dad
Ntawundi vrmt 🙏🙏
My best Burundian gospel singer !!
Ntawundi akwiriye gushimwa atari Yesu
Ntawundi sha Dudu uretse Ndiho. Amen ,amen
Swata Oya
Hezagirwa dudu 🙏