Komera @Hosy Irakoze ,🫶🫶🫶🫶🫶🙌🙌,u the best in Burundi 🇧🇮,nzokwama ndavyemanga yuko uyu mwigeme akwiye support vrment 🙌🙌👏👏👏kuko akora ibintu bihesha agaciro igihugu cacu c’uburundi ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Wonderful. Ndashimiye cane Irakoze na TV yiwe kuri iki kiganiro yakoresheje. Ndakeje kandi uyo Fabrice yashoboye gushira mu ngiro iyi projet. Ndabizi cane ntivyoroshe gukora ibintu bigaragara cane nk'ivyo. Ndashimiye na canecane Imana yashoboje uyo Fabrice. Ibandanye ku muja imbere. Y'iyi TV ndayipfurije kubandanyaitanga ibiganiro vyiza mene ibi bifasha abantu kwigira ku bandi mu buryo bwo kwitwza imbere no gufasha abandi.
Bravo pour ce beau projet. Hama uyo mu maman wumu aide maçon uti respect.hama Hosy uzokoreshe émission uwo mu maman a motiver aba maman batitinyuka canke baba nebwe.
Wakoze caaaaaaane kuzana Fablice. Waouh uno mu tipe ari 🤝🏾👏🏾👏🏾👌🏾👌🏾 ndamufana. Ariko gusa arya mazu ama bank arya ama intérêts menshi kuko ukompaye inzu zino muri Canada zirazimbutse ama intérêts gusumba ayo ama bank y’i Burundi. Sinzi ko yobikosora, vyambereye intambamyi…
Hosy good job as always. Uzotangure kugira playlist kugira tumenye aho kuraba ibintu bijanye Nka fun and facts ukwayo, girlfriend, my journey, face à face, etc…
Hi guys my name is Fabrice muzungu baya I living in United States of America 🇺🇸 igotta that news .ooh home is home my daddy he was born in burundi. Cibitoke of rugombo ido thank you guys to know how is home ?
My concern is that he knows more about Rwanda genocide. ATI niwe ayiganirira naba Jewish ✡️ 🤣 🙄. Yewe abarundi . Man focus on your business mu. Ivya genocide ntuze usubire kubivuga . Mbe ivyqbaye
Ikikiganiro kirampezagiye, Merci Fabrice &Hosy. May God bless you so much. My question is how can I meet this gentleman? (Fabrice) I'm impressed to hear from this philanthropic guy! We are lucky in Burundi to have such a person and until then will be praying God to keep him safe and healthy. Imana ikuzigame Fabrice numva ngukunze cane!!!!
Komera @Hosy Irakoze ,🫶🫶🫶🫶🫶🙌🙌,u the best in Burundi 🇧🇮,nzokwama ndavyemanga yuko uyu mwigeme akwiye support vrment 🙌🙌👏👏👏kuko akora ibintu bihesha agaciro igihugu cacu c’uburundi ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Wonderful. Ndashimiye cane Irakoze na TV yiwe kuri iki kiganiro yakoresheje. Ndakeje kandi uyo Fabrice yashoboye gushira mu ngiro iyi projet. Ndabizi cane ntivyoroshe gukora ibintu bigaragara cane nk'ivyo. Ndashimiye na canecane Imana yashoboje uyo Fabrice. Ibandanye ku muja imbere. Y'iyi TV ndayipfurije kubandanyaitanga ibiganiro vyiza mene ibi bifasha abantu kwigira ku bandi mu buryo bwo kwitwza imbere no gufasha abandi.
Bravo pour ce beau projet. Hama uyo mu maman wumu aide maçon uti respect.hama Hosy uzokoreshe émission uwo mu maman a motiver aba maman batitinyuka canke baba nebwe.
N'ivyo
This guy n umugisha twahawe n rugira Imans idufashe abarundi aho bari hose bigire kuri we hama tugirire neza benewacu
merci pour cette belle émission, je ndahigiye vyinshi ,
merci bcp Hosy,
Fablice Imana ikuzigame iguteze imbere , benshi tuhungukire, igihugu n'amakungu bihungukire
Hossy uzojeyo aho harayomazu ya come and see burundi uduhe tour twirabire
Congratulations to you Fabrice
Hosy bravo ku biganiro nkivyo nivyiza
Bitwigisha vyinshi ku kahise ka igihugu cacu.
Nguyu rero Umurundi akunda benewabu
Fabrice Imana ikomeze imuturindire ndabonako mumyaka nka cumi iri imbere Uburundi buzoba bwakaka
Umurundi ntiyemera umurundi!! Uyu mu jeune ndamwemera cane yagwanye intambara itoroshe kugira akore project nkirya.big up young bro.stay humble.ntabwo nigeze mbona yishira hejuru
Izina Manirakiza Diedon nari sazwe ndarifise kwikande kuko narifise ikande yabantu batanu kandi twari batatu uko ibarura ryaba munkambi nacagenda mubatazaniya kabaha amahera bakangira kwiyo kande. Rero ntamuntu yaziye mukibanza ahubwo Imana yari yaramumpangiye ko ariko tuzoshika muri Australia 🇦🇺 . Imana ibahezagi mwese mukunda musaza wanje 🙌🙌👏👏👏👏
Shine bright sha womuhira! Mukiziba iwacu aho nca ngiye I Gisha
Fablice urakarorero...Imana irwize benshi barwiza ibikorwa ..knd Imana ibe muruhande rwabenabo.naw hosy burya uri ku kivi
Turamukeneye prophet Joshua uwahoze ari sugu jay
Komera bana bacu Yusu Christo ahezagire ivyo ariko arabakoresha yongere abibaheremwo n’imigisha myinshi🙏🍀
Superb program!!💥
Izege Mega project:Les ennemis du Bdi c sont les Burundais
Temoignage yabo bantu🙂✊🏾
Fablice is a Burundian Treasure 🎩
Sinari Bwarabe Ikiganiro Nakimwe Ngo Ndakimare Ariko uyumusi Vyanse Ndakimara muncamakere Rero Iki kiganiro nipfuzako Cotera Imbere Cane Kubwa @Hosy Irakoze💓👍🙏
Hosy 🙏🙏🙏🙏 keep it up mwana w Uburundi. We need more Fablice in Burundi
Wakoze caaaaaaane kuzana Fablice. Waouh uno mu tipe ari 🤝🏾👏🏾👏🏾👌🏾👌🏾 ndamufana. Ariko gusa arya mazu ama bank arya ama intérêts menshi kuko ukompaye inzu zino muri Canada zirazimbutse ama intérêts gusumba ayo ama bank y’i Burundi. Sinzi ko yobikosora, vyambereye intambamyi…
Hosy yubahwe, tera imbere cane. Respect Mr Fablice, ubandaye ubera akarorero urwaruka. Respect pour votre sagesse. Muhezagirwe cane nkurwaruka rw'imboneza Hosy & Fablice 🙏
big up Bro du grand respect pour Toi Que Dieu te protege mu migambi myiza ufise.Uhoraho aguhezagire igihe cose.Je ndakwemera.,,,from Canada.
Hello everyone
Uyu musi twashatse kubasangiza journey (urugendo) ya Fablice MANIRAKIZA umwe muba jeune bamaze gukora ibikomeye ku myaka 30 gusa.
Yubatse village muri quartier Miroir y’amazu agera kuri 28, projet iri muri valeur ya 10 Milliards z’amarundi.
Kugira agere aho atwigisha business hari vyinshi yaciyemwo bikomeye vyari no kumutwara ubuzima arivyo muza kwumva muriki kiganiro.
Ukagikunda ugisangize abandi hari igikuru nuko cofasha benshi bashoboka🙏🏽.
Wifuza guterera Siren Vibes Canke ikiganiro woturondera kuri WhatsApp ya Siren Vibes ariyo 76711802 kugira umenye uburyo Canke ivyo woduterera. Murakoze
Hosy sasa nkundukuntu wumbira abafana wahinduye intebe shaaa Big UP sana
Félicitations Fabrice . Bon courage . Merci
Mr6 bcp.ntegerezwa nanj kugira ico nkoze kugira hagir ababaho kubera nabayeho.
Woooow 🔥🙅🙆.... Quelle créativité kweli, ndakunda cane Siren vibes🙏✅ kubera muratuzanira ibintu bishasha caaane🤔🕺, aka intro kameze neza cane ndagukunze rwose💯🥰❣️
Gufasha igihugu cawe ukitw Esron vrm mpore mpore Imber ni heza cane💪💪💪
Hosy good job as always.
Uzotangure kugira playlist kugira tumenye aho kuraba ibintu bijanye
Nka fun and facts ukwayo, girlfriend, my journey, face à face, etc…
Après la pluie le beau temps
Fabrice ,your journey irankozeko kabisa
Imana ni nziza ibihe vyose
Bravo Fablice. Good job,Imana iguhezagire.
I love Hosy ndakwemera ibaganiro uduha God bless you 😍😍😍
🙌🏽🙌🏽🙏🏽🙏🏽
Sha Imana yaraguhezagiye
Abashimye 👏👏👏Emotion
Ikiganiro c'iza. Komera Hosy
Ndize icigwa gikomeye cane! Franchement Imana ishimwe kubwa CSBU🙌
Waoooo ndishimye canee kinokiganiro niciza canee hosy plz uzomugarukane pee mfise vyishi nigiye murikinokiganiro Fabrice imana iguheza knd ukomez guterimbrre murivyose
Imana ishimwe cane
Imana imwaguririre imbibe
Vraiment Hosy respect
My dear friend nakunze ivyiyumviro vyuyumuntu pe Imana iduhe gukura muvyiyumviro nogufasha iyotuva Blessings brother 🇧🇮
Good content👏🏽👏🏽… a little reduction of volume for the background music will be great 😊
Wambaye neza cne Hosy. Love you ❤️👌
Courage fabrice Uri ntore nawe hosy big up
Hosy vrm hejur cane Ndagufaaaana na Franick ndi inyuma yanyu vrm ndabakunda❤️❤️❤️
Mwese mwubahwe ncuti zacu. Ndabakunda Cane 💋💞💞💞💞💕🇧🇮🇦🇺
Sire vibes are vibing fr 🔥 🔥 🔥
Big up Dear bro, you're inspiration man I love you from Burundi 🇧🇮 but nowdyz living in Kenya 🇰🇪
Usaga padiri wigatsinda yari masironi nanje niwenaciyubwenge numva abanyagatsind kiziba mwumba buye mugonge ngaha
Mwumba iwacu
Iyo style sasa👌👌CEO
Top. Rien à rajouter. Sois beni mon frère.
Ikiganiro ciza cane.Hosy courage!
Ndibaza Hosy aguma yitabira ico congereza atacoyumvise
😂😂😂😂
Great job Fablice, it's an inspiration
Mukunda cane vrt
ndemeza kuiyi tvonline iri muzambere itanga content nziza courage
Hi guys my name is Fabrice muzungu baya I living in United States of America 🇺🇸 igotta that news .ooh home is home my daddy he was born in burundi. Cibitoke of rugombo ido thank you guys to know how is home ?
Hari ibibazo bibiri kubwanje mbona ko ari inzitizi kuri uwo mugambi:
-1 N’ico bita rentabilité canke retour sur investissement ari nto bivuye k’ubutunzi bw’aba clients kuko iyo nzu ninayipangisha usanga ata muntu ( umupangayi) yotanga loyer ikwiye( ideni rya banque, gusanura inzu, amakori,, n’inyungu).
-2 naho loyer ikwiye yoboneka, iyo nkeneye kuyikorako , banque ntizondungikira amahera nvamakungu kuko atayo ifise akwiye.
Kumbe urumunya kiziba wiwacu wubahwe
Ndabakund cn ❤❤🙏🙏💪
Iki kiganiro sindagihaga nukuri ngumashaka kugisubiramwo kuko kirimwo inyigisho nyishi knd nziza
Iyi emission niya top vrt.. Hosy we love this, keep it up
Great job done Hosy
Merciii ku kiganiroo cizaa
Bravoo à toi fablice.. et courage surtout !
Uraberew mwiza
Hosi 2015 harabaye intambara nimbutari mugihugu urumubeshi!
Hosy iyo shati wambaye yitwa gute? Watwemeje kabisa 😀
Hagire umuntu azobaza neza hosy iyo ntambara yama avuga ya 2015. Ubwo aratahura icarico intambara?
So amazing emission
Fresh sana 🇧🇮🇿🇦
Intambara nimbi yadutwate abating tukiri bato gusa iyo ugizeshaka urabaho
Fablice uhezagirw cane
I love her😊mm❤
Nanjye Mukiziba ndahazi ndimu Rwanda
Abanyagwanda beshi gatsinda kiziba murahazi mwarahahungiye
Mungu akubariki sana Hosy ni saidiye namba ya uyu kaka
Fabulous
Good 👍
Ni ambassadeur koko🤣
Hosy nukuri urumuntu wingira kamaro.just ndavuze nti urumuntu wakamaro
Nino oman turankana biteye ubwoba abarundi dufise umudayimoni mubi
so encouraging
Musore abarundi twararozwe
Bemera ivyabandi ariko nukubura esprit du patriosme
Kandi abarundi twitwa ntigacika
Hosy uduhaye ikiganiro ciza kitwubatse caaane
Niryambere nkurikiy ikiganiro cose
Neza
Interested story
Interesting, not interested
Fabrice yubahwe.
Hosy arazi icongereza ariko
2015 habaye imigumuko n'a coup d état, nta ntambara yabaye,warabonye aho blindé canke indege birasa?no mu Rwanda aba rebelles bama bateye mumitumba mugabo igihugu ntigica kitwa kokiri muntambara! Muze mumenya gukora différence y ibintu.
That's not a good way to correct people , you should learn how to encourage people to improve themselves...
@@manofgod1321 ugize ngo?menyako twese tutaciye mwishule
Ok
❤🙏🙏🙏
Hosy zugabanya kwemeza KO muburundi habayintambara muri 2015 kuko wewe ntantambara Uzi rero Come conseil ntukaze uremeza KO iburundi habaye intambara kuko uburundi ntibugarukira kumutakura kuko ahantu hose hari hatekanye usivye mutakura nacibitoke kndi icabiteye nirurya rwaruka rwabeshwe rukaja mumigumuko rero niwaguma wemeza KO 2015 habayintambara bisigurakuzoburi mubayiteye intambara ntukanayibone sindayikwifurije ibi mbivuze kuko maze kumva kenshi ushimangira KO Burundi habayintambara shaa ntukayibone
Abantu iyo bariko baricana naho boba Ari babiri Canke batatu ni intambara mugenzi. Tuyita intambara kuko nayo tudashaka gusubira kuyibona Canke kuyumva.
Yaguhanuye neza Rosy, kugirango bavuge ko igihugu kiri cnk caciye mu ntambara... Si uko haba hapfuye abantu autant. Rero nk'umumenyeshamakuru bisaba kutagira ibishobisho, merci! Ariko ukora ibiganiro vyiza.
@@sirenvibestv oyaaa numugore numugabo bagwanye bakicana wovyitintambara yomugihugu cose?? Oyaa nimpanuro naguhaye kndi uzubaze nabandi bazokwishira nuko murakoze ntantambara yabaye Burundi 2015 kndi sinkwipfurije nukuzobona intambara kuko ntayuzii
Urakoze kumuhanura nanje nkunda kubimwumvan ngo 2015 harabay intambara buretse
@@sirenvibestv Wewe ntuhanugwa ntugigwa inama uragoye cane.Raba abantu batari bake bakubwira ikintu kimwe Ariko ntugonda izosi uguma uharira
Ukomere caneeee
My concern is that he knows more about Rwanda genocide. ATI niwe ayiganirira naba Jewish ✡️ 🤣 🙄. Yewe abarundi . Man focus on your business mu. Ivya genocide ntuze usubire kubivuga . Mbe ivyqbaye
We need his number please
Igatsida.dahazi.ok
Nanjye Mukiziba ndahazi ndimu Rwanda
Ikikiganiro kirampezagiye, Merci Fabrice &Hosy. May God bless you so much. My question is how can I meet this gentleman? (Fabrice)
I'm impressed to hear from this philanthropic guy! We are lucky in Burundi to have such a person and until then will be praying God to keep him safe and healthy. Imana ikuzigame Fabrice numva ngukunze cane!!!!
Sha Imana yaraguhezagiye