Bob Rugurika aranegura ingendo ya CNDD-FDD yo kubiba urwanko n’amabi iriko irakorera muri Congo

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 24 янв 2025

Комментарии • 33

  • @e-kangourouofficial7513
    @e-kangourouofficial7513 13 дней назад

    Nibareke kwiriza
    Ntakwiriza

  • @TonyBradley2012
    @TonyBradley2012 15 дней назад +5

    Muvandimwe Bob Rugurika, ntabwo Afrika dushobora kugira amahoro mugihe abasaza nkawe musaziye ibinyoma niba atari ibinyoma naho mushaje muri inera cyangwa abatindi nyakujya mutajya mufata umwanya wo gukora analyse zihagije mbere yuko mushikiriza ivyiyumviro byanyu biba byuzuye propaganda. Reka nkubwire niba uri aho mu Rwanda, wahageze ushaje kandi wibuke ko uzaguma uri umurundi utazigera uba Umunyarwanda na rimwe. Twe twavukiye muri urwo Rwanda kubera Amateka ariko ntitwigeze twumva ko turi Abanyarwanda twagumye turi Abarundi. Mbe ko uvuga ngo Abarundi bakokeza amacakubiri mu batutsi babanyanurenge ka nkubaze mu gihe Abamurenge bamaze i Burundi hari umunyanurenge urumva yiciwe i Burundi? Mbe ko utavuganiye Abanyamurenge igihe bicwaga barashwe n' igipolisi c' uRwanda mu nkambi za Kiziba igihe barimo bicwa n' inzara bazira ko bashaka kwitahukira muri Congo? Mbe abo ba Genocidaire wita FDLR ukagiriza Leta y' i Burundi gukoraba nabo, ko iyo bigeze ku Rwanda muruca mukarumira ko ahubwo arirwo rufite nabagaba bakuru bingabo za FDLR. Ndaguha akarorero: Paul Rwarakabije ntari ngaho mu Rwanda, ntari mu bashinze FDLR, ba Koloneli na ba Generali Murasira abo bose si aba Ex Far bayobotse FPR.. ko mutavuga ko U Rwanda ruriko rukorana na FDLR mugihe ahubwo arirwo rufite n' inyungu nyishi mu gukorana nabo kuko bose ari beneKanyarwanda.. Bob vuga ko wiretswe n'agatima k' amacakubiri y' amoko kandi uzopfana uwo muvumo nka Gahini wo kwanka bene wanyu musangiye igihugu niwaba utavyihanye.

  • @NdungutseElias
    @NdungutseElias 14 дней назад

    sha twarabamenye,,ww dedemba urengane

  • @alleluia-t9c
    @alleluia-t9c 16 дней назад +4

    Bob Rugurika yigize umuvugizi w'abatutsi bo mu karere. Iyo mvugo iramenyerewe mu karere Uburundi burimwo kuko n'Urwanda mugushigikira umurwi M23 ruvuga ko rubikora mugushigikira abatutsi bariko baricwa i Congo. Rero iyo mvuga si nshasha kora mission bagutumye ntagitangaje muvyo uvuga.

    • @Irene28092
      @Irene28092 15 дней назад

      Amase ya KERA ntakihoma urutoke, bob ruguruka c est un extrémiste qualifié .

  • @celestinhavyarimana7041
    @celestinhavyarimana7041 14 дней назад +1

    Sha abagize opposition muburundi bose nimbwa gusu gusu

  • @joemac7463
    @joemac7463 13 дней назад

    Ikosa rifis l'état kubona batorondera umuntu nkuyu ashaka guteranya abarundi 😭😭

  • @igiranezahygin
    @igiranezahygin 14 дней назад +1

    Calm down 😂😂😂😂 ntavyo kwiriza

  • @Johnbyiringiro1
    @Johnbyiringiro1 15 дней назад +1

    Abanyamulenge bahawe ubuhungiro i Burundi mu nkambi iyaba Leta y'Uburundi ishaka kugirira nabi abanyamulenge kuki batohera kurabo bari mu Burundi?

  • @olivierniyonkuru1583
    @olivierniyonkuru1583 15 дней назад +1

    Twemere hari ingorane mugihugu. None ntakantu ciza cigera wigera uvuga ciza kuburundi?

  • @aristidentunzwenimana7805
    @aristidentunzwenimana7805 14 дней назад

    Wew uri irofa rugurika!!!!
    Mb ivyo uvuga iyo wicay hamw ugatekana, uriyumvira k biza kwumvirizwa n'abantu baciy ubwenge????😅😂😂 Ek nitwenger kuko uri igitwenza

  • @Johnbyiringiro1
    @Johnbyiringiro1 15 дней назад +1

    None nkawe uzohinduka ryari, kuva 2015 nubu nturajijuka?

  • @IninahazwenellyJennifer
    @IninahazwenellyJennifer 15 дней назад

    Tubwire Rugurikawe burya umukuru wu umugambwe cnd fdd uvugako avukana na President nyakwigendera Havyarimana juvenal mbe umugoyi n'umurundi bahuriyehebmugabo none ga bob wewe amacakubiri ntuzigera uyaheba aharerobandanya werekane urwanko wanka abarundi sha ok Imana izoca icanzo

  • @Johnbyiringiro1
    @Johnbyiringiro1 15 дней назад +2

    Turazi yuko ico muzi ari propagande, turabazi, tubakurikiranira hagufi kandi tuzoraba iyo muzoshika.

  • @irjacksonkaremerwa2387
    @irjacksonkaremerwa2387 15 дней назад +1

    Nashaka muduhe inyishu kukibazo yabajije: mbega KO FPR yafashe ubutegetsi muri 1994 Ubu hakaba haciye imyaka 30 Abo barwanyi nanubu bakirwana natanguye kurwana bafise imyaka ingahe??? Uwari umugabo ico gihe Ubu ni umutama agendera kukabando
    None niwe nanubu akirwana???

  • @NdimurukundoFabrice-c6s
    @NdimurukundoFabrice-c6s 15 дней назад +3

    Oya urwanda ntavyo kwiriza ngaho!sindi umu DD muga naj nshigikiyeko M23 irandurwa propagande z'urwanda mukur ngaho

  • @richardnshimirimana-io6rq
    @richardnshimirimana-io6rq 15 дней назад +1

    Hama abanyamulenge bahungiye mu Burundi ko baticwa nabo ico kibwa ngo ni bobo rugurika mbe mu Burundi kivuka hehe?abamuzi kuva 2015 uvuga ayamuhe ntacurashikako atari kubweja gusa

  • @stiveirakoze3264
    @stiveirakoze3264 15 дней назад

    Uwuvugishije ukuri ABA abivye amacakubiri amacakubiri ni wewe uyabiba kuko ushak kudandaza ibinyom

  • @ComeDebari
    @ComeDebari 15 дней назад

    Ugwamogwibikere ntirunuza inzovukunywa amazi

  • @MasaboGedeon
    @MasaboGedeon 15 дней назад

    Bwejagurira hiyo ntakwiriza aba dede baragipanze

  • @ELOGERUHIMBASA
    @ELOGERUHIMBASA 15 дней назад

    Reka kwiriza gaha nta kwiriza 😂😂😂

  • @DismasFangondezi-f1u
    @DismasFangondezi-f1u 16 дней назад

    Korera u rwanda

  • @Johnbyiringiro1
    @Johnbyiringiro1 15 дней назад

    wariyomoye kubera gukorera abansi b'igihugu kandi udahindutse niyo Tele Renaissance, RPA, Radio Isanganiro nizindi, mwese muzorubona ndakurahiye, Abarundi twaramaze kujijuka turazi ico dukeneye, turazi yuko mujejwe gusamaza abenegihugu kugira ntihagire iterambere bashikako.

  • @shibushami6388
    @shibushami6388 15 дней назад

    Ni igitangaza kubona dufite abasaza nkaba imfura zari izakera

  • @ntisezeranasimplice4850
    @ntisezeranasimplice4850 15 дней назад

    Uri ikijuju kabisa uzopfa wangara

  • @LameckNgabo-g3t
    @LameckNgabo-g3t 15 дней назад

    Ikintangaza nukwo mutanamaramara

  • @LameckNgabo-g3t
    @LameckNgabo-g3t 15 дней назад

    None iyimbwa iriko idedemba iki

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 15 дней назад

    Erega muzehe abazungu ubu bahugiye muvyabo ntibakumva mbere sinziko uzohembwa mwiyimyaka putine na nyetanyahu baragukuye kwivora orosha imitima mwese nabana tuvyara twarababwiye amateka yanyu 2015 vyaratubabaj ntitumenye niyo muciye kwer sha😢😢😢😢 ibintu,Abantu,murononye hm ivyo uvuze nabobazungu bawe barabishigikiye nuko baguhevye ntamabanga bakikubwira😂😂😂 abazungu niko bameze muvanako unaniwe idir wahawe uricwa wicunge ngano tramp yiziriye mubucuruzi😅😅😅

    • @e-kangourouofficial7513
      @e-kangourouofficial7513 13 дней назад

      Umubwijukuri kose
      Nn nkaho bobo abwejaguriki??baheze guhenda abana baj muma barabara bace baj belgique, knd nkubu yibaza ko ahaba tutahazi, ariko iyo umuntu apfiriye hejuru niho sawa

  • @niragiraparfait111
    @niragiraparfait111 15 дней назад

    Intambara yamajambo Ubu abarundi Beshi turayisobanukiwe ngo abanyamurenge bomubwoko bwabatutsi😀😀😀 izonizamvugo zomugwanda ngo genocide yakorewe abatutsi rekakubesha abarundi ntagwanko babiba ahubwo Niko mugomba ampure tutsi mukarere 2015 mwabihereye muburundi biranka Tanzanie nayo ntivyabahiriye kuyidurumbany Ubu muri kwiriza muri Congo rekakwiriza