Aho igihugu c'Uburundi kigana ni heza kuko Abarundi batahuye ko kubana mu bumwe ari umutahe.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024
  • #Burundi: Ibihe vyashikiye Uburundi vyatumye abarundi biga hanyuma bifatira ingingo yo kubana mu mahoro kuko twese abaneburundi twese gutyo bituma dushira inguvu hamwe kugira ngo dukorere igihugu twese. Ivyo vyashikirijwe n'Umukuru w'Igihugu mu gihe yifadikanye mu bikorwa rusangi n'abenegihugu bo mu ntara ya #Rumonge aho yaciye agendera n'umworozi w'inkoko wo muri komine #Buyengero afashwe mu mugongo na Paeej.

Комментарии • 3

  • @akumirostefano8169
    @akumirostefano8169 2 месяца назад

    Uwo basenga nk'Imana ninde ga yemwe

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 2 месяца назад +2

    Unabahanure bareke kuroga ibu umuntu ava hanze ngo aritahoye yarubats akazi keza ugasanza inzigo iteye abantu kukwica ngo ntiwoba munzu nziza iruta izabo

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 2 месяца назад

    Impanuro ni nziza ,ni ngombwa ariko navyo birazwi ,ntizishikira ingeso . Abicanyi n'aba putschistes impénitents badahebujwe ntibazohebura.