BIG FIZZO ATUBWIYE VYOSE KUBIJANYE NABARIRIMVYI BAHA IWACU // KURI GUERRA PLAZZA AZOBARUMURIRO

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • BIG FIZZO YARI UMUTUMIRE MUKIGANIRO HIT CONNEXION AKABA YATUYAGIYE VYINSHI MUMUZIKI W'IBURUNDI
    #bujafm
    #hitconexion

Комментарии • 37

  • @ferdinandnsengiyaremye
    @ferdinandnsengiyaremye 4 месяца назад +6

    Ikigariro ca mutama ndakiravye akarenga5 ndamukunda sana kuko ivyavuga haba harimwo impanuro kuko impanuro🎉 isumba amafranga 🎉 mukomeze kwegenyeza hagire ICO yofasha olegue mwirambire bavukanyi 👍

  • @g-zoman1081
    @g-zoman1081 4 месяца назад +2

    Uyu Ngangari ni noma kbx vrt🇧🇮 buko na star kl Mmp 👏

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 4 месяца назад +1

    Big Fizzo,Umwami wumuziki muburundi ikiganiro nagihejeje cose kubera uwo Mutama ndamukunda cane knd ndamwemera Yubahwe cane

  • @AlexisDusenge
    @AlexisDusenge 4 месяца назад +3

    Kbx thx sana our second2 star after S

    • @Elemento-dn8wj
      @Elemento-dn8wj 4 месяца назад

      Reka kuba mugereranya Abo bantu Sat NTA n'igice afise kuri Big Fizzo kiretse Ku muntu atabazi atanazi umuziko

  • @MuhetojeanpaulModhibo
    @MuhetojeanpaulModhibo 4 месяца назад

    MMP Welcome to Burundi

  • @ndacayisabamedard08
    @ndacayisabamedard08 4 месяца назад +1

    Kugirang tuzoronk uwundi muririmvyi Azoz atang impapuro kubandi nkuko Big fizzo abikora, ndabonak bizogorana peee!!kuk génération 2000 discipline iracabagor cane goose.imana ibandany kumutuzigamira🙏🙏🙏🙏

  • @nestornkunzimana1
    @nestornkunzimana1 4 месяца назад +2

    Nyen'icubahiro mumuziki💪mwakoze jumutuzanira.ati turagukunda knd caaan

  • @JamesPhiri-sz5qn
    @JamesPhiri-sz5qn 4 месяца назад

    Kingi 👑👑👑

  • @mijickwamaana8342
    @mijickwamaana8342 4 месяца назад +1

    Cool Bg fzz❤🎉🎉🎉

  • @tk-padonniyonsaba
    @tk-padonniyonsaba 4 месяца назад

    Ndugwe❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @EmeryNIYIMBONA
    @EmeryNIYIMBONA 4 месяца назад

    Big fizzo👊

  • @ChampionBurundi
    @ChampionBurundi 4 месяца назад

    The king is the one and only big fizzo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @theontaki8062
    @theontaki8062 4 месяца назад

    Big Boss Fizzo courage

  • @ChristopheNTUNZWENAYO
    @ChristopheNTUNZWENAYO 4 месяца назад +2

    ami na islael yabeshe hari ikintu cabaye 2007 catumye fizzo atawozomyegera

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 4 месяца назад

    ❤❤❤❤❤Fizzo nakubali🤙🤝🥰

  • @laban2249
    @laban2249 4 месяца назад

    Imana imutuzigamire🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪

  • @ElieEmerusabe
    @ElieEmerusabe 4 месяца назад

    Ngangari 🔥🔥🔥

  • @LimpompoMardodadi
    @LimpompoMardodadi 4 месяца назад

    Big fizzo ❤💯💪💪

  • @NsengiyaremyeRevocat-yf9qf
    @NsengiyaremyeRevocat-yf9qf 4 месяца назад

    Ndamukiruza big fizzo

  • @user-pg2qq9wq7f
    @user-pg2qq9wq7f 4 месяца назад

    ❤❤❤

  • @DavidHakizimana-ri8gs
    @DavidHakizimana-ri8gs 4 месяца назад

    nganga

  • @TTt-vi2ks
    @TTt-vi2ks 4 месяца назад

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Imani12
    @Imani12 4 месяца назад

    Big fizzo nahagarare neza Aho kuba promoteurs nukuri aba promoteurs biburundi bara shisha nukuri baratubihiriza ibintu

  • @NiyomusavyiSerge
    @NiyomusavyiSerge 4 месяца назад

    Kbx avuze ukuri kuban neza nabant

  • @mwanzolaurent5517
    @mwanzolaurent5517 4 месяца назад

    Ikiganiro kiryoshe

  • @ChristopheNTUNZWENAYO
    @ChristopheNTUNZWENAYO 4 месяца назад

    muze mubaze historique ya bimamatwi

  • @NzoyikundaElvis
    @NzoyikundaElvis 4 месяца назад

    😢❤❤❤❤😂😂😢😢

  • @mwanzolaurent5517
    @mwanzolaurent5517 4 месяца назад

    The Bantu

  • @boboboxtv
    @boboboxtv 4 месяца назад

    Yubahwee

  • @jaystrongmagaboy1633
    @jaystrongmagaboy1633 4 месяца назад

    Mugure camera nziza izi image nimbi

  • @hethjessehethlevi9152
    @hethjessehethlevi9152 4 месяца назад

    Akihari nta wakibiri tumukunda kubiiii nabana banje bakiri bato birantangaza ukuntu bakunda songs ziwe.

  • @bestofafandayisaba3690
    @bestofafandayisaba3690 4 месяца назад

    Impanuro zubuntu

  • @Paccy-bBigirimana
    @Paccy-bBigirimana 4 месяца назад

    Ngo wambaye amamasque uvuze sat-b rero???? Mbwira!!!!!

  • @chadrakcirankunda4320
    @chadrakcirankunda4320 4 месяца назад

    Gukundiro mwakoze kumutuzanira