FANNY LAVINE arahatswe | SURPRISE ya Bridal Shower irafashe | Abafana biwe baramukoreyeko | PART 1

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 22 окт 2024

Комментарии • 290

  • @PulcherieNizigiyimana
    @PulcherieNizigiyimana 7 месяцев назад +3

    Urakoze maman pasteur uratwigishije neza kabisa biraturaba twese fani izompanuro uzumve

  • @EspéranceNDAYIZEYE-x2t
    @EspéranceNDAYIZEYE-x2t 7 месяцев назад +2

    Uwo muntu yasenze kweli aranyishe naho ntapfuye ngoshikeyo kweli gusa nyene nda ❤

  • @nicoledusabe691
    @nicoledusabe691 7 месяцев назад +3

    Mama Paster we utanze izompanuro, Ndiho akwagurire imbibe ugwize ubwo butumwa Kandi bugere Kure. Habwigwa Fanny ariko ndazi buhindura benshi. Kuko nubwimbaraga. Yesu abampezagirire!!!

  • @RogerNdayikeze
    @RogerNdayikeze 7 месяцев назад +1

    Nukuri natanguye ntwenga ndinze nsozera ntwenga!ababa dames bubahwe mugutwenza

  • @uwimanaalphonsine7766
    @uwimanaalphonsine7766 8 месяцев назад +5

    Umugisha wi Mana ntiwongera umubabaro Fanny Yesu azame agutwenza iteka ryose

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 8 месяцев назад +4

    Mbay uwagatatu kwa benichou ntagucerwa ,abantu bakoze ibi bintu bubahwe bakoze umuti❤❤❤❤

  • @hezagirajoyeuse1204
    @hezagirajoyeuse1204 8 месяцев назад +1

    Dorine rro uranyishe mwisengesho😂mbe harya nguri mugufi😊Fanny uze weriyugiye mazeu we ❤u

  • @irakozedonaevelyne1910
    @irakozedonaevelyne1910 7 месяцев назад +1

    Maman paster urimfura peeee😂😂😂😂,Fanny uze were iyugiye kandi yezu azobubakire ❤

  • @MediatriceKwizera-c8t
    @MediatriceKwizera-c8t 8 месяцев назад +2

    Felicitation ma chrie hari nabandi tugukunda kandi turyohewe ntaco dufise dutanga mais fanny ndaryohewe kubwawe kandi felicitation amaso yibikere ntiyakubujije kuvoma

  • @AntoinetteIrankunda-q4g
    @AntoinetteIrankunda-q4g 7 месяцев назад +1

    Ndabashimiye ababantu bose bateguye iyo surprise Imana Ihezagire aho bakuye

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 8 месяцев назад +3

    Mbaye uwakabiri💃💃 step media hejuru cane✌️✌️ fanny araberewe cane❤️❤️❤️❤️

  • @aliaalr6366
    @aliaalr6366 8 месяцев назад +4

    Badamu murakoze cane munkuyeho kweri imana ibahezagire🙌🙌🙌😂😂😂💞♥️

  • @Capy-xo1
    @Capy-xo1 7 месяцев назад

    Urironkeye abakwigisha bamwe twagiye mu burundi turi utujuju 😭😭. Ngusabe Uze uzikurikiza congratulations.
    Abankurikira murakanda kano gafoto twimenyanire. Duhezagirwe twese! 🥰🥰🥰

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 8 месяцев назад +5

    Aba ba mama bankuyeho wallah😂 Imana Ibahezagire❤❤❤

  • @dianeniragira6500
    @dianeniragira6500 8 месяцев назад +3

    Arik Fanny n'umu mama mwiza abereye urugo nukuri🎉🎉🎉🎉🎉

  • @jeaninendayubaha8312
    @jeaninendayubaha8312 8 месяцев назад +3

    Vyiza caane
    Inyigisho nziza caaane❤

  • @CynthiaNininahazwe-cx9np
    @CynthiaNininahazwe-cx9np 6 месяцев назад

    fany Imana izoban naw maz ndakwikundira cne izompanuro naz zirarenz muhezagirwe

  • @leoqjsogady5490
    @leoqjsogady5490 7 месяцев назад

    Sha mwakoze igikorwa ciza can , Impanuro nziza cane muvyeyi nabandi twumviyeho kunyigisho nziza utanze. Fanny naho utanzi kweri nkwipfurij umugisha

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 8 месяцев назад +3

    Wooo fanny uzogire urugo gwiza muvandimw🎉

  • @AiméechasilaineNdayiziga-p8m
    @AiméechasilaineNdayiziga-p8m 8 месяцев назад +1

    Waoo benichou wew uguma wabikoze neza hama fanny imana izobane naw murugo rwaw ugiy gushing uze were iyugiye mwiza so❤❤

  • @ndayisenga-ym5md
    @ndayisenga-ym5md 8 месяцев назад +1

    Félicitations à Madame Fanny uzugire urugo rwiza maze hama mumpe numéro yuwo mudandaji wa tik tok yeboyebo😂😂😂😂

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 8 месяцев назад +1

    Benichou zana part2 twirabire aba bamama basi bararyoheye bubahwe knd Imana ibahezagire🌹🌹🌹🌹🌹🙏🙏🙏

  • @iradukundaange-rw8ey
    @iradukundaange-rw8ey 8 месяцев назад +3

    Impanurozany zira nyubatse🙏🙏🙏🙏🥰🥰🥰

  • @EddyBizimana-z2f
    @EddyBizimana-z2f 7 месяцев назад

    egooo umuntu yamubeshe yubahwe kbx Fanny bagushoboye kbx❤❤❤❤

  • @dynanikiza1551
    @dynanikiza1551 8 месяцев назад +3

    Uyu mudam adandaz yeboyebo ndamukunze ntamuzi❤❤❤

  • @FlorideNishimwe
    @FlorideNishimwe 8 месяцев назад +1

    Uwo mama pasta izo si impanuro na matusi nankujiona birimwo.ntuzi gukoresha imvugo y'abarundi? Naho ari uguhanura hari ama côté wagiye wexageramwo toka

  • @odetteniyonsaba
    @odetteniyonsaba 7 месяцев назад

    Ndabakej mwakoze neza M Imana icubahiro kiyikwiye menga na derrangement yarimwoop

  • @Beinchancelin
    @Beinchancelin 7 месяцев назад

    Abo bamama Iman ibongerez ubumeny kl mwubahwe izompanuro zirafashij bensh

  • @juliettetuyishime4079
    @juliettetuyishime4079 8 месяцев назад +3

    Merci Madame kumpanuro nziza

  • @JoselyneNishimwe-u1f
    @JoselyneNishimwe-u1f 7 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂Basha nukuri iryosengesho rirakaze ryumije imbamvu zanje😂😂😂❤❤❤❤😂😂nciye ndabakunda Basha umwami abampezagirire.

  • @theresiakarwera2279
    @theresiakarwera2279 8 месяцев назад

    Mbe igitenge cyiza we congratulations Fanny Ravine

  • @gilbertbikorimana1519
    @gilbertbikorimana1519 8 месяцев назад +1

    Kafashe pe mwabikoze neza Fanny uzewere iyugiye

  • @SandrineNdayikeza-y7y
    @SandrineNdayikeza-y7y 7 месяцев назад

    Aba maman burukundo,🥰Mama pasta warugerageje gutanga impanuro

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 8 месяцев назад +3

    Kobiryoshe mwubahwe❤❤

  • @عبداللهالدوسري-ك9و9ل
    @عبداللهالدوسري-ك9و9ل 8 месяцев назад

    mma yangu ulie mu pfundisha kusonga jameni naomb mumu itishe fanny ashinde nawewe carama surveille ire système urazi amaze igih atubats

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 8 месяцев назад

    Mwaditeberej igice cakabiri mwabikoze neza ba maman beza naw fanny baho wishimy ibihe vyose

  • @ChanellaMugishawimana
    @ChanellaMugishawimana 7 месяцев назад

    Wubahwe maman pasta uhanura neza ikibwirw nicumv icerekw nikibona ndagukunze p

  • @AntoinetteIrankunda-q4g
    @AntoinetteIrankunda-q4g 8 месяцев назад

    Iryosengesho riranyeguye nukuri pe Mana mwubahwe nukuri murankuyeho iryosengesho nzoguma ndarisubizamwo

  • @IshimweELINA
    @IshimweELINA 6 месяцев назад

    Ndagushimiye muvyeyi impanuro zirakwiye turize pe

  • @FyVvh-bf8cj
    @FyVvh-bf8cj 7 месяцев назад

    Mama nimefurahi sana kbx mama❤❤❤niukwellii 👂👂👂👂👂👂

  • @rebeccanahishakiye7494
    @rebeccanahishakiye7494 7 месяцев назад +1

    Très bien

  • @Nimubonaegide-hd7iw
    @Nimubonaegide-hd7iw 7 месяцев назад

    Gad bless you fani uzogirurugorwiza

  • @rittaoman1460
    @rittaoman1460 8 месяцев назад +3

    Muduhe igice gikurikira 🎉🎉

  • @jacquelineniyosaba
    @jacquelineniyosaba 7 месяцев назад

    ❤❤iryose'gesho niryambere mwarikoranye naj narikuhaba pe

  • @alvinenibaruta608
    @alvinenibaruta608 7 месяцев назад

    Ndakunze kinokiganiro wamaman oyeeee,malezi ya maman ❤

  • @claudeniyonizigiye5511
    @claudeniyonizigiye5511 7 месяцев назад

    Fanny uzogire urugo gwiiiiza umukama abazigame na Chr wawe filme zawe ndazikunda uzokwamane ukuri nkakumwe werekana igihe wacira urubanza uwomwari mukundanye muri ya filme samanta

  • @EloivivianBurihabwa-it5zw
    @EloivivianBurihabwa-it5zw 8 месяцев назад +1

    Murakoze cane

  • @OliveNibigira
    @OliveNibigira 7 месяцев назад

    ❤❤❤❤ u uzugire Yesu murugo gwawe

  • @HdhHdhd-v8v
    @HdhHdhd-v8v 8 месяцев назад

    Wao imana ibakomereze mururworukundo

  • @AlinAlin-hp5wy
    @AlinAlin-hp5wy 7 месяцев назад

    Arikomukundakurir sindababesha❤❤❤❤❤😂😂😂 uzogir urugogwiza

  • @GèneclaverTina
    @GèneclaverTina 8 месяцев назад

    Erega video iheze nkinyotewe prt2 yihuta

  • @lydi791
    @lydi791 8 месяцев назад +2

    😂😂😂😂😂barikiwa mama mavuzo tosha nimadgo ila nimazuri❤❤❤

  • @EvelyneHakizimana-w6q
    @EvelyneHakizimana-w6q 7 месяцев назад

    😮😮😮😮😮ay masengesh ninyabak???

  • @DianeNahimana-rx6xz
    @DianeNahimana-rx6xz 7 месяцев назад

    Mashallah ❤❤yararonse umugabo

  • @FyVvh-bf8cj
    @FyVvh-bf8cj 7 месяцев назад

    Ukwelli sana mama ❤❤❤❤❤

  • @EricIrakoze-z6w
    @EricIrakoze-z6w 8 месяцев назад

    Tweet mwaribagiy kudushiramwo,shaaa Fanny turamufana nahezagigwe

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia7325 8 месяцев назад +1

    Waooohhhh step média 257 nari ndabakumbuy

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 8 месяцев назад

    Waaaoo courageuses ba maman bez mwigishiriz mumigani uwumva yumvise😂😂😂

  • @yvanovichyale
    @yvanovichyale 8 месяцев назад

    Uyu pasteur mswahili izo nyigisho zawe noma

  • @DativeSINZINKAYO
    @DativeSINZINKAYO 8 месяцев назад +1

    🔥🔥🔥🔥🔥 impanuro nziza caane

  • @uwingabireesperance8402
    @uwingabireesperance8402 7 месяцев назад

    Ndanezerewe naba damu ndetse ninkumi ziyunviriye Kuri fanny nanje ndagukunda ukuntu wigumira uryohewe nivyobiryohera Kandi nogukina ukinaneza

  • @EricaIradukunda-xv3bh
    @EricaIradukunda-xv3bh 8 месяцев назад +1

    Hariho group yabafana ba fanny?si ihari munshiremwo please naho ntari mu burundi ndabakurikira Kandi ndabakunda pe

  • @jeandedieunitonde1032
    @jeandedieunitonde1032 7 месяцев назад

    Fanny urakunzwe cane ❤

  • @digneirakoze-xl6mh
    @digneirakoze-xl6mh 8 месяцев назад

    Abazimu Bashe kbisa nturire ngo ntukirira imbere ya camera maze

  • @gitumvagenevieve8806
    @gitumvagenevieve8806 7 месяцев назад

    Mbe ndifuza kubabaza mumbabarire Aho iwacu itandukaniro mu kirundi infirmièr(ere) na médecin ni iyihe kuko numva Ngo muganga murakoze kunsigurira
    Murakoze

  • @alilacharoind9638
    @alilacharoind9638 7 месяцев назад

    vyari biryoshe.. Fanny araberewe..azongabire iyo kanzu

  • @nduwamungujerry7447
    @nduwamungujerry7447 7 месяцев назад

    Fanny ndagukunda cn

  • @KwizeraFifi
    @KwizeraFifi 7 месяцев назад

    Uyomumama asenze aranyeguy❤

  • @nshimisalah1525
    @nshimisalah1525 7 месяцев назад

    Vyiza cane ndaba❤

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 8 месяцев назад +1

    Murakoz kumpanur munduhay kl

  • @VianneNDUWIMANA-k4k
    @VianneNDUWIMANA-k4k 7 месяцев назад

    Dorine muganga nda❣️

  • @JacquelineNibaruta
    @JacquelineNibaruta 8 месяцев назад

    Iryo sengesho yari comédie,mais izo mpanuro nizo

  • @annonciataumingabire1460
    @annonciataumingabire1460 7 месяцев назад

    ubarikiwe

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 8 месяцев назад +2

    😅😅😅 Ayamasengesho is fire funy seriously😅😅😅😅😅😅😅tuuuu God bless u kumukorera surprise vyongera kuramba ⚘⚘🥂🍾🍡

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 8 месяцев назад

    Gabanya ibiro kugirango ikanzu izakubere ❤

  • @AliceKamikazi-q9f
    @AliceKamikazi-q9f 8 месяцев назад

    Hmmmm abagenzi ba Fanny ntanumwe ahobahoba arimwo bote ni vibonge😅

  • @anemarry8755
    @anemarry8755 8 месяцев назад +1

    Iryosengesho rinkuyeho nimba yari commed😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🥰🥰🥰🥰😍

    • @DivineButoyi-v8w
      @DivineButoyi-v8w 8 месяцев назад

      😂😂😂oya kwli ni commed ihagez😅

  • @annonciataumingabire1460
    @annonciataumingabire1460 7 месяцев назад

    muzemutinya imana gukinisha imana sibyiza

  • @GraceAKITEKA-lc9rr
    @GraceAKITEKA-lc9rr 7 месяцев назад

    Abazimu bashe kwer

  • @anemarry8755
    @anemarry8755 8 месяцев назад +2

    Akokanyuma nikokeza fanny🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @aliaalr6366
    @aliaalr6366 8 месяцев назад +1

    Nukuri mama pasta uravuzukuri impanuro nziza cane🙌🙌🙌🙏🙏🙏

    • @Hazfir.Official
      @Hazfir.Official 8 месяцев назад

      Ariko karya kanyuma niko kabi😢😂

  • @wafiiwaii-v1d
    @wafiiwaii-v1d 8 месяцев назад

    Ndafashinjwe

  • @UNA85673
    @UNA85673 8 месяцев назад

    😢😢 Abagore murasetsa mufasha abifise abishoboye naho abakene ninyakamwe bakabura ababagirira izo za « bride show » imana ibabarire

  • @EspeHarerimana-nk8gh
    @EspeHarerimana-nk8gh 8 месяцев назад +1

    Je kumutanshizemwo ndumufana wa fanny

  • @alphonsinenionhoro4065
    @alphonsinenionhoro4065 7 месяцев назад

    Muranyishe iryosengesho rinkuyeho

  • @khanwkk
    @khanwkk 8 месяцев назад

    Maman pasteur nagukunze urumudame yitahuye inyigisho yawe irampimbaye. Terimbere.kwiyongabire.

    • @lydi791
      @lydi791 8 месяцев назад

      Cnee avuze bike ariko vya kamaro

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 7 месяцев назад

    Vyiza cane

  • @madamechemba3720
    @madamechemba3720 8 месяцев назад

    Ndafashijwe pee ❤

  • @francinenduwimana1413
    @francinenduwimana1413 8 месяцев назад +1

    Jekomutambwiy nanj ndumu fana wiw

  • @niyonkuruconsolee7820
    @niyonkuruconsolee7820 8 месяцев назад +2

    Umukozi niwe baha ivyaheze??unakosea sana mama

    • @DianeIradukunda-m3o
      @DianeIradukunda-m3o 8 месяцев назад +1

      Sha ndakunganiy kbx numvins ng ni Mama pasteur ako Kant kwel sikeza ng imipira ihez uhe umukoz vrmt vrmt wisubireko ako kant sikez kbx umukoz numunt nkaw kumuh rer ivy we wataye ntubimuh kuk arumukoz muh naw ivyagacir kuk naw kumunt nkaw mwaremw nimana imwe

    • @annonciatteuwimana1630
      @annonciatteuwimana1630 8 месяцев назад

      Sh irijambo rirandiy kbx 😭😭😭muz mwicung kumajambo muvug umukozi n,umunt nkaband ntac nikiz urivuz urumuvyey burac bugacana ayand 🤦🏽‍♀️🤦🏽‍♀️🤦🏽‍♀️

    • @lydi791
      @lydi791 8 месяцев назад

      ​@@DianeIradukunda-m3oni exempl noe umukozi ko afise amasaha abekwa kubera kubura umwanya jw mbona nakosa tutabeshanye gusa abantu babitahura ukundi

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 8 месяцев назад +1

      ​@@annonciatteuwimana1630ahubwo niwe wiriye kandi wihoye ubusa none wewe umara impuzu zingahe ? Ikindi naco impuzu za balon kwabazungu bazirungika muri afrika zaraheze turabura kuzigura amahera? Muze muratahura Ibintu mureka kubiha insiguro itajanye

    • @annonciatteuwimana1630
      @annonciatteuwimana1630 7 месяцев назад

      @@jeannenirere743 sarira kugahinga ubw bwibon mufis buzobabuz ijuru kuk atavuz koyoyih umwan wiw 😏😏umukoz kuk ariw agayits niw mutang k urugero 🙄🙄ntasoni ukaruh ushing kwizosi ng impuzu zinyebaro 😏😏muzigur kubushak ash nicogitum abagor aritw twazany umuvumo mwisi 🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️

  • @IrankudaAlida
    @IrankudaAlida 8 месяцев назад

    Yashavuye pe❤❤

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia7325 8 месяцев назад

    Bashaaaa Ayo namasengesho cnk😂😂😂,imbavu ziraturitse

  • @NdahabonayoFrancine
    @NdahabonayoFrancine 8 месяцев назад

    Mwabavyeyi mwubahwe

  • @ANNETWAGI-hg9fc
    @ANNETWAGI-hg9fc 8 месяцев назад +1

    Muranyeguye ndake

  • @ArakazaEdith-k6h
    @ArakazaEdith-k6h 8 месяцев назад

    😂😂😂iryo jambo k ruryosheee mrciiii bcp

  • @BahatiEmanuella
    @BahatiEmanuella 7 месяцев назад

    Merci bamama bacu

  • @divineibonavyose8952
    @divineibonavyose8952 8 месяцев назад

    Uze were iyugiye Fanny Umukama azokwubakire

  • @LeilaMwiza-mu8td
    @LeilaMwiza-mu8td 8 месяцев назад

    Irisengesha ga Mana ,ndapfuye noguseka😂😂😂😂😂 ahwiiii

  • @AmeckPhiri
    @AmeckPhiri 8 месяцев назад

    Mama samy uranyishe

  • @FlorenceDusabe-y3h
    @FlorenceDusabe-y3h 8 месяцев назад

    Mug Fanny arakunda kurira mana weeee